ako mwokabyaramwe harabura iki bino bisubizo tubikoreshe muri east africa ngo bitange igisubizo kubibazo turi guhura nabyo.......homme du changement nawe ukwiye prix noble yumu jeune ariko amurikira abandi ba jeunes kwi terambere ...imana iguhe umugisha nukuri
Le problème,nuko cameraman ahanini yatwerets umuntu au lieu yo kutwereka ces innovations (izo mbababura),nkiyo yo hasi ntitwigez tuyibona,nizo zibiri zibineka parti yohejuru gusa
❤❤Abarundi Nkunda ukntu mucecekana ubuhanga bwanyu, nibyo, doreko ibikorwa byivugira👍👍✅🙏🙏
Abarundi barashoboye
Turasavye muzishire kw isoko vuba dusezere amakara
Vyiza cane ;Imana ikomeze kubongereza ubumenyi mu gufasha gutorera ibibazo bitari bike bihanze benewacu✌️❤️🤝❤️💪👌🇧🇮
Number one mumpe like
Imana ishishikare ibaha iyerekwa ryubumenyi abarundi birabafasha
Nice work Amel
Amazing innovations. This man needs support to keep innovating and multiplying these devices. Congrats to him and his al.
❤❤❤❤❤😂😂ko bindyoheye weeee
Hari ivyizigiro ko UBurundi bugiye gutera imbere . Let's support all of those Innovators
Courage ❤❤❤❤❤❤❤
Courage 🙏🙏🙏
Merci a Armel,arik kand kur Homme du changement ,muri ku kivi can kabsa
Abashaka shatsi baba Rundi bakeneye Support gusa bagahindura igihugu
Ooooooo merci twiher izo mbabura dukingi ibidukikije
Bravo M.Armel.Imana ishishika igufash uzoger kur cane.
Much love to Burundi creators 🇷🇼
Imana ikongerumugisha,ikongere ubumenyi turabakunda cane
Vyiza cane ❤❤🎉
ako mwokabyaramwe harabura iki bino bisubizo tubikoreshe muri east africa ngo bitange igisubizo kubibazo turi guhura nabyo.......homme du changement nawe ukwiye prix noble yumu jeune ariko amurikira abandi ba jeunes kwi terambere
...imana iguhe umugisha nukuri
Quand le Burundi s’éveillera!!
kabisa,respect
Courage
Congrats frro
Manaw abarundi murashoboy pe❤❤
Wao! Terimbere ncuti🎉🎉🎉🎉
Courage🔥
Abarundi mukomerecane Imana ibahezagirecane uyomuhingawacu arindwecane kandi afatwemumugongo kugirango ashoboregukoranyinshi abantubashoborekuzironka
Ikibazo ciwe ni mututsi
Noé nkawe uvuze iki ?? Nkico Nico ciyumviro warufise??😏@@chaka11
Good job bro
Urakoze cane kutwigoro utugirira.
Great Burundi Now
Only think i coud say :never give up stay focused
Mpa adress yaho noyitora nagaciro kayo, congratulations 👏
Mwiriwe neza! Ikiganiro❤Ariko, igiciro?
Bravo kabisa!
Muraduha contacts ziwe hari ibigo bishobora gushiramwo amafaranga menshi kandi adasubizwa
I'm interested
😂😂😂😂Armel, neza cane. Video nayikurikiranye yose. Vuba tubonane
Terimbere wogere Burundi bwiza 🇧🇮
En tout Cas 🎩👍🏽
Yamara uyo mupfasoni
Mumwibutse ko Ijambo "Burundu" ritabaho mu Kirundi 😊😊
Abarundi tuvuga tuti:
Ikibazo C-amakara kizoba kigiriyeko
canke
Ikibazo kizoba kigiye Akagirire🥰
Jew nakuz iryojambo rikoreshwa
@@celestinntirampeba6349 None ijambo "Donc" ntiwarisanze baryitiza?
Ariko ntirica riba iry 'Ikirundi kuko warisanzeho🙂🙂😉
Kandi ngira bivana n'aho wigiye kuvuga Ikirundi.
Jewe natanguye kuryumva ejobundi muri 2011.
Kandi nshaje🤣
Uzorondere Thimote wi Gitega muzokore ibintu bikomeye,kuko Thimote ararenze
❤❤❤❤❤
Icipfuzo canje nk'umufundi ndashaka mwene uru rwaruka ,homme du changement hamwe naba bahinga nka Armel Leta ibashigikire ibahe aho bakorera badatanga ama kori .Mbere bagahabwa uburyo bwo kwongereza uburyo kuburyo bw'uko ivyo bakenera baje no kubizana hanze ataco barishe( exonération)
Murakoze cane mugenzi
Ico gihe kizoshika oneday
Ibintu vyiza cane
Mukomere caane benewacu. Ariko muze muratubwira aho izombabura twozisanga, kugira yumenye nibiciro, canke mugatanga numéro twohamagarako kugira abantu batahure vyishi kuvyerekeye iyo mbabura
Wibagiye gutanga numero contact yiwe!! Uvuge nixina ryiwe kuma réseaux sociaux tumukurikirane
❤
Bisaba muduhe nimero yiwe
Wauu
Mufise camela itabona
Muduhaye inkuru nziza ariko isanamu nimbi cane ntanakimwe tubona😮😮😮
Iyaba cari ikiganiro gica kwiradio naho
Bavyigisha en chimie ata pratique , electrolyte, catalyseur, abana ntibamenye nakimwe niwew Uzi chimeie na physique abandi batanga theory gusa
Turabonako Vyukuri Mugihugu Hariho Abahinga rero reta Nibafate Mumugongo maze Badufashe Gukingira ibidukikije
Ikindi kibazo Iyombabura uwoyishaka ubunyene Yozisangahehe igura Angahe?
Terimbere Burundi
Jew ndakunda ivyo aba jeunes choice bashira kumbuga zabo kuko birwiriyemwo ubuhinga bwabwo kweli nubumenyi basofe mukworosha ubuzima Mana shishikarira guha akaryo nabarundi nabo ntibasigare inyuma akazi keza ba jeunes burundi
Arik yar kutubwira ibiciro umunt akaza yiteguy
Hydrogen ishobora kuvamwo vyinshi, igitoro,umuyagankuba,fertilisants,imiti, hydrogen igizwe n'amabara atatu,hydrogen irijukirwa mu bihugu vyinshi,bamushigikire,bizomuteza imbere,ndashimye kubona aba jeunes bugurutse kuri innovation
Bwana munyamakuru ba wibuka gushira contact yumutumigwa nkuyo kugira abamukeneye biborihere
Ikindi kibazo Nkumuntu Asanzwe Ateka ibifungurwa bitandukanye nkamoko Atatu Cank Atanu yoronka imbabura Ifise Amaziko Akwiranye Nayo Masafuriya yipfuza guteka Kugira bishobere Guhura Rimwe?
Tubwire ibiciro
Haribibazo twibaza None Iyo mbabura ntihera Cank irafize ikiringo imara igahera
Mutwandikire nimero yiw mûri comanter
Zana link Facebook y'iyo company. Kuko abivuga anyarutsa ntivyumvikana neza.
Birahimbaye cane.
None igugwa angahe?
Canke umuntu yoyibona gute?
Igikorwa ciza muduh sim
Nimuhandangire nzoze kugura
Duhe numéro de téléphone uze udukorere
Le problème,nuko cameraman ahanini yatwerets umuntu au lieu yo kutwereka ces innovations (izo mbababura),nkiyo yo hasi ntitwigez tuyibona,nizo zibiri zibineka parti yohejuru gusa
ariko iyo atubwira igiciro c'izo mbabura. ugasanga atari ka kajambo ngo ibiciro muzobimenya muhashitse!
Komera cane
Uyu nuwo gufasha
Ubundi ikigihugu carahezagiwe
Yewe aho ndazi ntavyo bazogura kubera bitavuye mubazungu iyaba ari umu chaina yaronka isoko mumpande zine zisi mumbabarire
Curage
Nn tuzishak twozironk gt mukore nyishi zikwire hose
Uyu mujama dufyinye abanyamerika baramucikanye
Ubwo rero har izuba NTA guteka? Nonese ko benshi bategurira amafunguro mu mazu indani ubwo iyo mbabura bayikoresha bate?
Two zironka hehe none ga yemwew
Iyo ukoresha amazi nisawa
Abarundi murashoboye nabonye mukora na mamoto adakoresha amavuta.
Hasigaye ko batwereka hariko inkono y'indya biriko birabira
Byiza cane
None imvura iriko iragwa ntibateka kuko uvuze ko icocuma gikoresha izuba
Iyi nisawa guko buriwese ashobora kuyironka
None nta nyaruka zigira
👍👍👍
Amayarabonek gak guhishanikibaz
Courage vmt!
IMANA ibishimirwe ubwenge abarundi barabufise ubumenyi buraje abarwiza tunga shigikira abo barundi ubwo bumenyi ntibabujane ahandi iyo ninkebuzo
Et ben voilà
BENEDICTION - Quelqu'un Laisse Quelqu'un Prend (Clip Officiel) / BENEDICTION OFFICIEL
ua-cam.com/video/IxIOvfXAt4c/v-deo.html
Amakara bayibayi ntabicafu dugikeneye
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@FatemaSafi-p2vnone wibaza ndakubesha aha ntakongera kwirabura muminwe
Génial ! Je vous encourage d'aller en avant vers la perfection et l'amour de notre patrie.
Page Facebook yabo ntitwayumvise neza muyiduhe aha muri commentaire