Adrien Sibomana | Mugihe ca Ntega na Marangara muntara natwara ntakakaciye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 лют 2025

КОМЕНТАРІ •

  • @mathiasntanguvu
    @mathiasntanguvu 6 місяців тому +10

    Ndahimbawe n'iki kiganiro kidasanzwe mu bwenge n'ubwitonzi. Uburundi kugira umuntu nk'uwo ni ubutunzi bukomeye. Imana igume imutuzigamiye abandanye afasha vyinshi mu gihugu nk'uko yamye. Yarabaye Directeur wanje kuri ETS Kamenge sinzomwibagira. Nama nibuka anjanye kwa muganga ngwaye, ico gihe nari mfise imyaka mirongo ibiri arambaza iyo maze ndayimubwira aca aratanga arantwenga, ati "jewe à 20 ans j'étais à l'université"!
    Ndamwibuka kandi ari Premier ministre yaraje aho nakora akazi aje na kajugujugu, araheza aramvugako mu bantu benshi bari baje kumusanganira bo mu buzi bunyuranye ati "celui là je le connais, j'ai été son Directeur à l'ETS".😂 Naciye numva ibiro biduze. Imana imuhezagire kandi ihezagire nawe watunganije iki kiganiro.

  • @ndayisengamarc9794
    @ndayisengamarc9794 3 місяці тому

    Très sympathisue

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 5 місяців тому

    Abadélégués mon ami très cher. J'aime beaucoup que mon respecté grandfather m'a dit la même chose. Tu es un homme respecté et respectueux

  • @marcelnkomo7212
    @marcelnkomo7212 5 місяців тому +1

    Wakoze neza mushingantahe Ntanguvu kwibuka no gushima ico umuntu yagukoreye!
    Ivyo biranga umuntu atomoye mu kibano!
    Uyo mushingantahe sindumva umuntu amuvugako akanenge ko mubantu.
    Urumva ko akwiriye iryo teka ry-ubushingantahe mu Ubunntu !
    Longue vie Nyakwubahwa Sibomana Adrien

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 6 місяців тому

    Incroyable parcours, ikiganiro ciza cane , Umushingantahe wukuri

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 5 місяців тому

    SINZORINDIRA KO VYATSA DANGER💚💚💚

  • @alexandremanirakiza5884
    @alexandremanirakiza5884 6 місяців тому +4

    Igihugu cotwa Yougoslavie carasambutse bivuye kuri beneco babuze umwukano n'ubumwe gica kirasambuka barakigabagura.

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 5 місяців тому

    N"Imana iranka akarenganyo MUVYEYI

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 5 місяців тому +1

    Waraturokoye kumashule ya sokaritiye mukinanira ça musaga uri 1er ministre batuboshe avasoda bo muri batayo para ura haseruka warakoze

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 6 місяців тому

    ❤👍🏽

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 5 місяців тому

    Grandmère me disait ngo IMANA ifasha....

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 5 місяців тому

    🎩

  • @TharcisseNKEZABAHIZI
    @TharcisseNKEZABAHIZI 6 місяців тому +3

    Une sagesse constante, un réalisme à suivre et un parcours politique et professionnelle qui inspire.
    Merci bien , Monsieur le Premier Ministre.

  • @KurambaOnesime
    @KurambaOnesime 5 місяців тому

    Umwubahwa Adrien s muturonkesheje utwo dutabu.mwobamukoze ivo😅 biti vyovura imirima twobironka gute?

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 5 місяців тому

    Urakoze cane Mr le 1er ministre kurizo nyigishi kuvyerekeye ibidukikije no kurimisha ibintu bidatitura isi!!
    Uburundi boshoboye kubigira itegeko kuburyo ikintu cose kiva muburundi kiba kiri garantie ecologique ou biologique ! Niryo tunga ryambere dufise kandi vyokunda !
    Ndasaba abadutwara bunve kandi batahure ako kamo
    Ino i bulayi variko basubira kurima nkuko kera twabikora iburundi ico bita Permaculture je nakuze muhira ariko barima no mukibano
    Kandi umwimbu ni mwiza nakanovera ni kose
    Murakoze

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 6 місяців тому +1

    Jew uwo Mwubahw ndamwibukira mu Rmge aje kwinjira isoko nkuru yaho muri 91 ntihenze🎉

  • @nsavyinganji
    @nsavyinganji 6 місяців тому

    Hariho umuntu yambwiye ko wigishije mw'iseminari ntoya i Muyinga Petit Séminaire Saint Pie X de Muyinga (Rusêngo)

  • @gihanzemusasizi4678
    @gihanzemusasizi4678 5 місяців тому

    Ndagukunze cane mutama!!! Uri « UMUUNTU » !!!

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 6 місяців тому

    Umushingantahe

  • @CélestinMazoya
    @CélestinMazoya 6 місяців тому

    Muragize neza.
    Muzoturonderere udusigurira ico Président BAGAZA Jean-Baptiste yapfa na Église Catholique.

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 6 місяців тому

    Un véritable mushingantahe

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 6 місяців тому

    Mu 1987,uri umushikiranganji wa mbere, niga mu7e,ntarakubona kuri RTBF:wari uashoboye.

  • @sergessindayigaya8247
    @sergessindayigaya8247 5 місяців тому

    Uwo mutama nawe azi ibitari bike kugihugu. Égide Nahayo nk'icegera c'umukuru w'inama nshingamateka kuntwaro y'umugambwe umwe , yari kubazwa uko bakorana na reta : Mbega hari itegeko ryasubizwa inyuma n'iyo nama nshingamateka canke integuro yose yategerezwa kwemezwa uko reta yayiteguye ? Uruhara rw'inama nshingamateka rwari uruhe ?

  • @Ineza-n3r
    @Ineza-n3r 5 місяців тому

    Jewe narakoze muri société watwara wariba cane mufatanije na BUYOYA

  • @DesireNdikumana-r5q
    @DesireNdikumana-r5q 5 місяців тому

    Uyo niw yavyay bavugako yavyay pacifique noninahazwe. Nimundabire ko basa yemw

  • @Pierre-h5c
    @Pierre-h5c 5 місяців тому

    Mutama uhezagirwe uratanze impanuro nziza cane cane ibiharuro muvyubutunzi kuko kumva ngo amadevize yaraheze canke ngo ibitoro vyaraheze urumva KO umushoferi atitwararitse kuraba ibikenewe kugira imodoka itwaye abarundi ntigire ikibazo

  • @AbdulYenga
    @AbdulYenga 5 місяців тому

    Ils étaient des techniciens,none ko bakiriho ntaco boterera nacane cane ko bakiriho. None nibitahira bizogenda gute?

  • @HassanHussein-z2i
    @HassanHussein-z2i 6 місяців тому

    Araciye ubwenge ndamuzi

  • @AbdulYenga
    @AbdulYenga 5 місяців тому

    None ko bo babishoboye ugira hari les miracles canke ntibari des magiciens vyari gukunda uburundi nabana babwo

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 5 місяців тому

    Ababijejwe ni bande?

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 6 місяців тому

    Igiti citwa ntiruhungwa kimeze gute?

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 5 місяців тому

    Je me réponds c'est moi c'est toi bref ...

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 6 місяців тому +1

    Umumenyeshamakuru urakwiye gukaburirwa ubushobozi

    • @Twese.01
      @Twese.01 6 місяців тому +1

      Akantu katari keza ni image nuko kuntu baguma bahindagura caméra, ni vyiza ko batumbereza caméra ku mutumire gusa, cadrage/ réalisation sikirenga.

  • @NiyokwizeraDesire-ng2hv
    @NiyokwizeraDesire-ng2hv 6 місяців тому

    Abakurambere bacu tubwire kahise

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 6 місяців тому

    Mu 1987,uri umushikiranganji wa mbere, niga mu7e,narakubona kuri RTBF:wari ushoboye.
    Incabwenge.kandi sage.
    Nagumanye amakenga gusa ko woba uri umututsi canke ubanze.

  • @NimenyaLionel
    @NimenyaLionel 5 місяців тому

    Uyumuntu ntabushingantahe agira pe!!!

  • @AbdulYenga
    @AbdulYenga 5 місяців тому

    None ko bo babishoboye ugira hari les miracles canke ntibari des magiciens vyari gukunda uburundi nabana babwo

  • @AbdulYenga
    @AbdulYenga 5 місяців тому

    None ko bo babishoboye ugira hari les miracles canke ntibari des magiciens vyari gukunda uburundi nabana babwo

  • @AbdulYenga
    @AbdulYenga 5 місяців тому

    None ko bo babishoboye ugira hari les miracles canke ntibari des magiciens vyari gukunda uburundi nabana babwo