Ako kana nagzcheri keza ariko reo kuber mwen ibi biganiro biba ari ibint bizoharaho nukuz murab ntimukomeretse umwana nawe kk kwumv kwadakunzw biba biba bibabaje
Nta kintu na kimwe kibera ubusa. Uwo azokubera umugisha! Ariko urapfa kugumana identification ya famille warimwo kumbure azohatemberera mu myaka 20. Kandi azomenya amakuru
Uwifuza numero za Amina ni
+257 76 85 29 22
Urakoz cyane hosy wacyu nukur iman iguhumugisha jyew ndamufis bamwohakany namuvyaranye numutund RER Amina komer muvyey twes twabarez mubwok buribwe
Jewe nshaka yawe hosy wobukoze cn🙏🙏
@@ndad13lllllllllyyaaaa
Mpore madame. Ako kana kaw ingene ari ikibajou🥰wihangane umurere umukunde azokubera umugisha
Pore sana kweri uyo mwana uzumukunde umurere umusengera cane kuko abana nkabo bavamwo umugisha mu nini uzumukunde Hari umuvyeyi ari mwijuru imana rurema ntutu mutwe nagato Uhoraho aramuzi 🙏
Komera mama wihangane ntivyoroshe gusa uyomwana umukunde kuko siwe yangovye kwabaho ni Imana yabigovye
Hosy ndagukunze uzanye umuntu twajanye saudi mubwirire ngokomera nunva ndamukize kuba atamwishe❤❤❤
Ntugahishe umwana wawe kuko bizamutera compléxe, ujye umureka numwana nkabandi kandi Imana imufiteho imigambi umureke abe libre. Courage kandi blessings
Pole sana kuri wewe ubona ko ari isanganya,humura Uwo mwana n'umugisha Mw'Ijuru hari IMANA ishobora byose❤
Ako kana nagzcheri keza ariko reo kuber mwen ibi biganiro biba ari ibint bizoharaho nukuz murab ntimukomeretse umwana nawe kk kwumv kwadakunzw biba biba bibabaje
None yakoriki kugirango atange ikiganiro umwana atariyumvamo ,harigihe biba ngobwa
Yooooo Mwihangane cane ndumva wahuye nikibazo. Imana ndaziko igukunda nawe. Uwo mwana umukunde gose niwewe papa niwewe mama. Azakubera umugisha.
Abana mwenabo bama ari ba mugisha, Amina Imana izi impamvu, azokura kandi uyo mwana azoguhoza amarira yose warize. Mukunde kandi wame umusengera
Niwihangane Imana irikumwe nawe, umwana numugisha mubungabunge niwe azogufasha ,you never know wt next.
Mpore ncuti yanje Imana iguhe kwihangana Kandi uwo mwana umukunde ntaruhara afise kuvyakubayeho uwo nimarayika uzohembwa mw'ijuru hariho Imana ihemba kowemeye ukamuvyara murere wihangane
Amina komera ufisevishi wabonye ndaguhaye pore birabaje murundikazi
Pole Hamina, iyo histoire yaw irambabaj can. Imana igukomerez umutima ,ikindi naco umwana ntakabi kiw wige kumukunda kandi can kuko icazovamwo ww ntacuzi ariko Imana yamuguhay akavuka akomey Ifise impamvu ., so jew maze 4ans ariyondi ,ndipfuza kuzokurondera tukaganira .
Nkasab Hossy wacu utwandikir nmr yuwo muvyeyi .murakoze
Nibyope umugore ugiyeyo afite umugabo ntagaruka ngo abane numugabo urababaje pe uwomwana uzamukunde numugisha wenda wawe Imana izagufashe umugabo wawe azagaruke disi
Amina iyakire knd ntakibera ubusa imana ifise impamv yaguhaye uyomwana mwiteho knd umukunde kuko Allah aramurinda cane
None iyo office ko bari bazi uwo bahaye umukozi ko batabikwirikiranye ngo babaze uwagukoresha.Nabanyakibi abo bantu biba vyaramenyekanye neza vyose. Ahubwo igihugu ni kivyinjiremwo baguhe indishi y'akababaro n'abandi bose bahohotewe nkawe.
Mumahanga nani nImana ikurinda ninde agukurikirana😢😢😢niwitwengere sha
ATI ntiwigez umukunda😢😢nkub niyakura akabona iki kiganiro bizomukomeretsa,mukunde ntacaha afise naw si wew Imana izomukuza❤❤
Pole sana ivyino mubarabu ntivyoroshe bisaba kwihangana gusa kubawashitse mugihugu amahoro imana ishimwe hama Abagabo ntibaronker rimwe ubwoharimpamvu vyagenzuko ukomeze kwigumya❤❤❤ from kowait 🇰🇼 🇰🇼
Uyomushoferi niwe yagufashe kunguvu abashoferi babaravy nibisutwa
Amina pole kweri warahuye na rwuba rwa bigata rwikoreye ibihunda pole kd pole ndanakwibutse ugifis inda warakoze ikiganiro kwa Isaac
Oya suyo sha nukur urya yakoze ikiganir kwa issac nulunya cibitok kwer pe kand WE ambasader yaramufashijye RER uyumus nuyund kwer ury nanjye ndamwibuknnuwo mucibitok mugenz gus arankund umwan kuk ntacah afis uwonnumugish kazim ataniz
Pole kbsa mubarabu harabantu berera nabandi vyanka rero be strong gusa akokana uzakafate neza ntikazivyabaye
Uyo Mwana rek kumunyegeza murek yidegemvye.uyo numugisha uva ku Mana
Bantu nimureke guca imanza gikuru nugutanga ubufasha ariko asaba uburyobwaribwobwose bwoba bwaratumye asama inda suko yari yorohewe barundi twige kugira impuhwe
Uvuze neza ncuti
Fofo disi yarabyaye weeee😂😂😂.akokana nigakura kazamenya uluru gs ni kezaaa weee .ntiwasafiriye ubusa😂😂😂karere shaaa.
Amina pol sana uwu azomifate nez azokubera umugisha
Reta yacu irakwiye kwisubirako burya umukozi ashitse mubarabu umega barakuguze
Pole muvyeyi warahuye nibintu bigoye mugabo ntibize bitume udakunda umwana wawe wimuhisha murere neza azoguhoza amarira
Pole sana cank nuwo mushoferi bahamagaye yagufashe kungumv mpole gusa uwomwana nimwiza cane vrm
Nanjyecniwe naketse
Yoooooo mpore muvyeyi warakomeretse pe
Ariko humura Nyagasani murikumwe ❤❤❤
😢 pole xan kbx Nadia
Imana igukomeze
Be strong Amina💪 numvis nanse can le mot OFFICE 😭😭😭
Yoooooh munguweeee pole mama Imana izoguhoza amarira
Mpore mama ariko hariho ubutabera nubwo namwe abandi mubesha kandi nabandi ba boss bamwe nabamwe atari beza pole sana
Komera wihangane kutapfuy lmana igufiseko umugambi
Akira Yesu christo nk'Umwami n'Umukiza urokoke Yesu azakurengera.
Pol san muvyeyi ukund umwana azakubera umugisha muvyeyi
Mpore cane, gusa mfise amakenga none kuki ico kibazo cagushikiye mumisi yo gusama?? Jeww nibaza ko hari amakuru yoba anyegejwe pe none wobikora rimwe ubwo ugaca Usama??.Jewe ndahafise amakenga.Gusa urarere neza uwo mwana .
Amina pole sana uwo mwana umukunde Hama Imana igufash kurera Abo Bana knd ivyo uvuze vyose nivyo ntaco ubeshemwo
Imana izokurerera❤nimwiza uwomwana mungabire basi
Reka kubesha fofo ww ndazik wahoz mwibarabar waragitanz hm ngobagufash kunguvu shahu Iman irakubona wigize uburaya
Nimba utamuvashije reka kumutera igikomere ca kabiri
Nareke kubesha
Urfse ikibazoooo ng yridandajee abntu sinz UK mwabayeee
@@angeleillairadukunda2599kuki mumezuko?ko mbona murabakobwa nimba mutarabagore muvuge muzoyabona mumureke nimba abeshe mwebw muzanukuri kwa Se wuwo mwana
Imana ishishikare kukuba hafi kandi ukunde nuwomwana kuko numumalaika kandi uyo azokuviramwo vyinshi ,hama iyonimero ni whatsapp?
Nta kintu na kimwe kibera ubusa. Uwo azokubera umugisha! Ariko urapfa kugumana identification ya famille warimwo kumbure azohatemberera mu myaka 20. Kandi azomenya amakuru
Sha ihangane Ariko iconabonye bano barabu ubasekey babona ko udakwije bisaba umere nkakurya kumusirikare guko nabo baca bagutinya urinze ubasekera ho baba bakubonye gusa haraho uriko ubesha
Nikubera iki ibi biri dans le monde musulman gusa ??!?! Cane cane mubarabu Nirenganira gusa😢
Ufis umwan mwiza cn niwihe amahoro ukund uw mwana azoguhoza amarira cane kbx 👌🏽
Ambassader afasha abafungiwe muri Riyadh kumurwa mukuru bonyene ntiyibuke yuko natwe turabarundi bagenziwe turimuri Khobar toqbah na Dammam
Narabaye saudia narababonye urakora nturya baguze nivyo barya bagura ivyo bamara bahejeje ngo tuje beti mama ugiye beti mama nawe bararya bakaguha ivyo basigaje murimake ntadini bagira ntampuwe nimwe bafise namba 🇴🇲🇴🇲🇴🇲 omani yubahwe naho atabibazo bibura ariko ikintu cogufungura baracubahiriza kumukozi numwanya wokuruhuka ukawuroka
Humura maa !!! Sad story ariko Imana ishimwee caane yakurinzee🙏
Ndagukunda disi uraduha intahe nanje nzoza kuyishinga iwawe
🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭 nsomy comanteri gusa ndamaramaye maman nizereko ukuri kwawe kuzi lmana naw ariko hamw vyobarivyo wobawariyanjaritse knd umunt afis ikibazo ntatuza nkuko 😢😢😢😢😊
Arikosha ufise umwana mwiza uwo azokubera umugisha
Mpore mugenzi ino kuhaba numusaraba uyomwana numugisha Imana ifise ukwizobigenza
😢😢😢😢mpore rek nkwandwikire pee bibay ngombwa uwomwan uzumunyihere
Imana igukomez ni Rugira vyose
ewe mukama aho nyene uri mukuri nta office yakuzanye warufise??ni hatari kweri
Pole sana ivya saudi ntibiba vyoroshe gusa iciza nuko wamuvyaye amahoro nivyo nukubishima
Yoooh,Hosy uyo Mwana nkwanteye umunoho mu vyeyi ntiwicuze iyo ningabire ntaco wahomvye iyuhomba ntiwari kuvyara cnk wari kwiyumvira kuyikuramwo,nuko wakubaguwe gusa nayubundi ntacaha chr uwo Mwana umukunde umusengera kugira azakurane urukundo.mugani wa Hosy ico mumpa iki chr ciza nokwishima aruwanje disii yududuweee nda mukunze uwo mu bébé
Imana ikorohereza😢warakomereste
Wafashwe kunguvu nakagabo kaka Indonesia uyo sumu saudi Nkubu ncanumva nkiyo nzigo aba bagesera Imana reka tubahe Imana gusa 😢mpore cane mukobwa mwiza umwana murere Imana izoguhezagir kubwuwo
Biraboneka ntabwo asa nabrabu p
Amina Mpole nct yanj ntakibera ubusa ahubwo ko Imana yakurindiye mwubu butayu naho vyagenzuk uzushime Imana knd ukunde cn uwo mwana azokubera umugisha muri kazoza
Abarabu baragoye cane barakwica kabisa ahubwo shima Imana kobatakwishe
Pore sana birababaj gusa uwo mwana uramukunda kuko wew ntaruhara afis kuvyakubayeko
Amina poresan GS uzobah
Uwo mwana igi chéri ❤❤❤❤❤
Ufise umwana mwiza❤
Bsr jew ndakeney kuguha inahe yoremesha abandi bakobwa mugabo wobukoze kweli
Uwomwana n'inzirakarengane mukunde yavutse nkatwe twese nibeshi twakuze tutabona ba papa yewe je ndamumenye nkuze ntanumwaka urahera kandi narakuze humura muvyeyi
P0remama ❤❤❤❤❤❤❤hamaumwana uramukunda kuko numumarayika
Ambassadeur ntakurana mubibazo ahubwo abarundi turino umengo na embassy dufise pole shahu mubarabu nikwa shetani
Mpol muvyeyi iyigishe gukunda uwo mwana ntazobe vingtième yivyangushikiye
Vyari kuba vyiza,atanze iyo ntahe tutamubona mu maso,uyu mwana azokura bamwibutsa ivyo mama wiwe yaciyemwo😔
Hosy shirako number yiwe rero please kugira nuworonka 10mil ayamuhe kuko murundi ntasaba ubusha bunini cane ariko nabazoronka ubufasha bwisumbuye bazomuhe bivanye umwe wese uko ashobojwe canke arongowe nampwemu
Iriko hejuru
Yooooo fofo reka kubesha ngobagufashe kunguvu😂😂ww tuzane amafoto yawe?ingen ww wavuye kwa dadarara mufuy kwakubujij ivyabahungu😂😂mukaca mwimuka 😅😅😅
Nnone nkawe hhhhm pole sana muba mwaragowe kweli niho wari wewe?KO wigira je connais
Ngwaho rata mufise amakuru
Muruzi
Ryioo😭Imana iguhe umutima wokwihangan ejo niheza umwana umukund kuk ashobr kukugirira akamaro kanini cne
My heart is bleeding for her !😢😢😢
😢😢😢😢mpore mwiza warahuye nakaga mwibi vyuzukuru vya farawo😢😢😢😢
Basha nivyenewe
Ihangane ncuti yanje usumba uwayikoroye.abavugako wari kamu furusi bimamatwi
Oft kujayo ni kwemera kuba umu esclave 😢
Uyu umudamu niyihangane hama nomugira inama yuko kunyegeza uwo mwana aba ariko arakora Nabi kuko umwana naza kubimenya akuze bizomutera ikibazo
Kunda uwomwana nikazima arumukobwa Allah akbar
Nikibajou disi😊😊❤
😢😢😢Uyu mwana namubonanye mutoya wanje kumbe ntazi story yawe disi 😢😢
Gusa uwomubyeyi aravugisha ukuri najye fite mwenewacu wagiyeyo yagarutse nabi ngo sabantu ntamutima bagira ngo niho waba warangije akazi ntibakenera ubna wicaye ngo bashakisha icyo ukora tu
Uyonukoyamuvyaye. Hosy. Izikorogwanizonyinshi. Imanimuhezagire. Kubatayikoroye. Kuko. Benshi. Baramazekubindaya
Arahenda mwebwe kubera mutarajay niwe yamwiteze ntamwarabu afata kunguv yakuze inoti ozi oya narek kubahenda 😂😂😂
Yesu weeee mpore mwizawanje 💔💔💔💔😭😭😭😭😭🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️
Alphonsine wanje disi yoooooo mpore nukuri ndanagukumbue
Ntazi uwivoronse aramufata kunguvu 😂😂😂
Ufise umwana mwiza cane ❤
Uyomwana gusa niw 😢😢 asha afise ishavu mengo nababarabu nyene gusa ihangane kuo umwana numugisha gusa arakaze
😅ntubesh kwer jew umwan wumwarab Imana imundind ntibashobok uwo urabon niyakwiz imyak 5 azob umwung wagwaruyuz😅
@@solange-np7bcoya sha bivana nuko arezwe Imana izomuba hafi
@@solange-np7bc😂😂😂nanje kwl abarabo ndabanka sana
Pol sn muvyeyi ntakiberubusa uwomwana wumve kumukunda kuk namaraso yawe azokuberumugisha
Iki kibaju badi😢❤
Mbe uyo mwana afise imyaka ingahe. Nkuworonka uduhuzu akatumuha.
Ihe amahoro mwenewacu ntiwihe stress ibisigaye imana imbere
Nukur niwihangan kandi lmana izokuvur ibikoker nimba urimukur ikind ntiwiheb kk harih nabari muburund bavyara abana Kandi base bakabihakana
Ubwose wagiye mu idini y abayisilamu wabonyemo iki Liza? Ntabwo mubona Kö ari idini ya Sekibi?
Pore sana mukunduwomwona kuko ntakibi yagukoreyo uyo numugisha nuwo wotoramwishamba womutunga
Ico nikibazo gikomeye cukutanyurwa kw' abagore. Ninaco gituma isi igowe kubera ukwipfuza kwaba maman.
Arik hakuvuga nabi wofuma wihorera
Mbega umwana mwizaaaa 😍😍
Ndinkawew nari kumwita izina ryabarabu nyen sheha Alnodi haya munilla Rama Fathum benivyo bizina
Nanj azomumpe ndamutware inze mugurira champon na mavuta meza😢😢
Ubuse tuzajya tubaririra Kandi mugenda mubizi? Burigihe mubona uko bimeze ariko mukagenda