Umuntu yazanye amacakubiri mû Barundi yarakoze ikibi kinini. Ariko uyu mudamu ari simple et extraordinaire. Elle comme sa fille. Abarundi bagiye baraganira gutya bashobora kutongera kwicana n'a kuriya. Abishe abandi nabanse gutabara abandi ntaco vyabunguye, atari ibimaramare gusa. Cette dame peut se reposer un peu. Elle a eu un long parcours. Après elle, d'autres encore parleront avec une telle bonne conscience. Merci madame.
Yewe, mu kanya nari maze kumva temoignage ya Lydie Ininahazwe ndumirwa kabisa! Imana yabarokoreye impamvu izi yo yonyine kandi yarakoze! Njye abantangaza cyane bakantera ishavu ni abahezanguni b'impande zose bangira umuntu ngo nuko ari iki cg iki kandi batanamuzi! Ese koko babona izi nzangano zose zizatugeza ku ki? Ese ntibabona ko tugiye kumarana? Je n'arrive pas à comprendre leur logique! Mme Sentamo, Imana ikomeze ibahezagire, ibahe kuramba 🙏🏾!
Un des drames de la région des grands lacs c'est l'impunité ! Des criminels qui n'ont jamais répondu de leurs crimes devant un tribunal .Ces tueurs sont connus et leurs crimes ont des témoins !
@@wondersofcreation2344🤑🤑🤑🤑 wabgiwe n'iki ko ari abatutsi ? You are danger wallah. Padri, na pasitori baracafise igikorwa kweli, kugira wewe uhinduke kizobavuna.
Umuntu yazanye amacakubiri mû Barundi yarakoze ikibi kinini. Ariko uyu mudamu ari simple et extraordinaire. Elle comme sa fille.
Abarundi bagiye baraganira gutya bashobora kutongera kwicana n'a kuriya. Abishe abandi nabanse gutabara abandi ntaco vyabunguye, atari ibimaramare gusa.
Cette dame peut se reposer un peu. Elle a eu un long parcours. Après elle, d'autres encore parleront avec une telle bonne conscience. Merci madame.
Yooo kararuza yakoze neza kugufasha naho y'Itavye Imana iciza yakoze bizomuvugira Imbere y'Imana
Abakoze ibyo ,lmmana ibarebe pe! Je me joins à cette prière !!!
Mpore cane...
Igihugu cacu niciza kandi kirimwo abantu beza na babi mumoko yose. Imana idufashe gutora ubuntu kuruta ivyo twita ubwoko.
Yooooohhhh mpore muvyeyi, Uhoraho abirure nukuri. Birababaje kubona abantu barabaye nkibikoko 😥😥😥
Urakoze kuri iyo ntahe uduhay bitumye numva ido n'ido ry'urupfu rw'umuvyeyi wanje Nurwakera Joachim(gouverneur w'i gitega)
Muvyeyi ndaguhojeje kandi ndakuremeshejeje warababaye kandi warabuze. Imana yo nsa iguhoze. Harageze ko abarundi tworirira hamwe tukagarukana ubuntu. Ayo wabonye ata n ayo nabonye. Ntivyoroshe nahabonye Imana
😢😢😢😢mbega agaga twagushije muli aka karere kacu kibiyaga bigali weeeee ,shitani yaratwibasiye pour 1 autodestruction yuzuye pe .😢😢😢😢 nimuco dusenge ntamaranga mitima ,ntawundi dukwiye guhanga amaso uretse YEZU KRISTU na Nyina MARIYA, nibo bonyine bakunva agahinda kacu muvandimwe wanjye .Komera komera nshuti y IMANA abagiye IMANA irabafite kandi baradusabira kuko ntakindi bazize ni shitani we nyangabirama
Nukuri muvyeyi mpore wararwanye intambara igoy
Yagahinda naje ndajugumiye
Caaane. Wihangane caaane. Imana irabakunda peee.yesu tabara abarundi bakure umwuga mubi wokwicaaa
Yewe, mu kanya nari maze kumva temoignage ya Lydie Ininahazwe ndumirwa kabisa! Imana yabarokoreye impamvu izi yo yonyine kandi yarakoze! Njye abantangaza cyane bakantera ishavu ni abahezanguni b'impande zose bangira umuntu ngo nuko ari iki cg iki kandi batanamuzi! Ese koko babona izi nzangano zose zizatugeza ku ki? Ese ntibabona ko tugiye kumarana? Je n'arrive pas à comprendre leur logique! Mme Sentamo, Imana ikomeze ibahezagire, ibahe kuramba 🙏🏾!
Effectivement témoignage ya Lydia & iy"uyu mudamu bahuza ko nta bwoko bugizwe n'abantu babi gusa.
Umubi aba abricyo yihitiyemo ku giti cye
Mana weeeee, utu mubyeyi yahuye n’ibibazo bikomeye cyane pe!
Imana yarakoze kukyzigama
Pole sana madam imana ikomeze kubarinda
Hindur'imitima y'Abarundi Mana harimitima irushe.Maman Alain disi pore Sana.urupfurwa ba Alain rwarambabaje twariganye mur primaire Bujumbura mu cibitoki.tabara igihugu cacu Mana.
Sha ni hatari ark
Ico nzi abakoze ivyo Ubu hasigaye bake nta mwicanyi azopfa agize umugisha
Wapi kabisa ntawakoze amaraso azogira Mahoro.
Imana ihoze uwu muvyeyi kuko yaciye mu bikomeye.😢😢😢
Un des drames de la région des grands lacs c'est l'impunité ! Des criminels qui n'ont jamais répondu de leurs crimes devant un tribunal .Ces tueurs sont connus et leurs crimes ont des témoins !
Ndaguhojeje muvukanyi, ukomeze kwigumya, mpojeje n'abandi benshi ku mpande zose, babuze mu buryo nk'ubwo, hamwe tutazonamenya aho baherereye ngo tubahe micro babivuge.....
Iyi ntahe ntihengamye nkazimwe twama twumva.Abarundi baze bakuramo amasomo,ntihica ubwoko hica umutima mubi wumuntu. Abantu bashaka guhonya ubwoko mpaka bagatandukira kubo babusangiye bagatema!
Ndababaye cne! Umuntu wazanye amacakubiri yamoko numurozi . Uyu mubyeyi yahuye nintambara ikomeye ariko Uwiteka yabashije kumuba hafi nubwo yabuze abe harumunsi tuzabona abacu badusize.
Mpore muvyeyi
Iyi si ntiyoroshe. Abenshi dufise intahe ben'izo. Imana niyo izi amaherezo y'iki gihugu C'Uburundi, kuko hari ikibi cinshi kandi nta n'umwe yemera ububi bwiwe.
Turacari mw'ihiganwa mu mayeri y'ikibi gusa.
*Mana, utabare uburundi.*
ppppp
ppppp
ppp
ppp
pppp
2e partie twoyironk gute ??????
Ewe Burundi,ubwoko imigambwe,tuzagera rya kuzir ibintu nkivyo?
Natwe abanyagihugu tugire ubwenge kubona umutu mwasangiye ariwe avyukana umupanga ngo President yapfuye ukagirango niwe wamwishe nubujuju pe.
Pole mama
ariko.igituma uburundi ibi bintu bibandanya bishaka kwisubiriza ,nuko kuva kera badahana ababikora
Nice to see umutama Muhozi Rasta
muze mubikore ku ntara ku ntara. comme ca young generation tumenye ukwo babikoze. otherwise tuzokwisanga turiko turabisubiramwo.
Kurikirana ibiganiro vya Kenny Claude Nduwimana kuri youtube uzohasanga ama temoignages yo mu ntara zitandukanye
None ko iyo ntahe yiwe mwayiciye idaheze?
Jesus. We need the 2nd part.... plz plz
Ce week-end vous aurez la 2eme partie
Pore sana
Intahe ntihez mutwongere
CVR irakeney iyo ntahe yawe
Mpore muvyeyi havumwe abazanye amacakubiri mubantu,ninda nini .
Inzira y'umusaraba waciyomwo intey ubwoba
@2_MU
ntucikwe kuraba urukurikirane rwiyi Film SULTANA nziza caane yarekuwe na ca gihangange mumareresi ngaha iwacu muburundi MUGISHA ntucikwe
None uyumugore numunyarwanda canke nukubera amaze iminsi myishi murwanda. Ivyamoko bintera iseseme
47:04 Pas «JDBU» mais GEDEBU, la milice du Frodebu, précurseur du FDD et de l’imbonerakure
Igice gikurikira
Intwari
ua-cam.com/video/6sWK9elfpuI/v-deo.html
Yooo!!! Maman Alain , ururimi gumwe rukamwa imfyufyu komeza wayagure ,nkaho tutazi ibyabaye , shya ! Abatwa baramutemye pee. Ariko rira uyakamure ahere mo natwe twarahoze nibura wabuze batatu jw sinasigiwe nuwo kubara inkuru , mvuka I karusi sha ! Ijoro ribara uwariraye , ariko ari jw ari nawe twarababaye . Umurundi yavuze ngo SAYUKUBARA ,
Abantu nkawe n'ikimenyetso ko tugifise ikibazo muburundi.heureusement ko musigaye muri bake kandi namwe turizeye ko muzohinduka.hari abatutsi benshi bagize commentaires hano kandi bababaye ariko ntivyababujije kwumvira impuhwe uyu muryango wababaye.none nawe urindiriye iki kugira uhinduke?
@@wondersofcreation2344 ntamwanya wo kubatako
@@wondersofcreation2344🤑🤑🤑🤑 wabgiwe n'iki ko ari abatutsi ? You are danger wallah. Padri, na pasitori baracafise igikorwa kweli, kugira wewe uhinduke kizobavuna.
@@mariegorethmujawayezu1111 burya ntiwari wavuze ko ata mwanya wontako?????
Ewe warabuze ariko nawe kuvuga agahinda ke ntiwavugako arikwayagura agahinda gasa nakandi nukuri twubahane ntawutabuze.
@2_MU
ntucikwe kuraba urukurikirane rwiyi Film SULTANA nziza caane yarekuwe na ca gihangange mumareresi ngaha iwacu muburundi MUGISHA ntucikwe