Témoignage de Chauvineau Mugwengezo
Вставка
- Опубліковано 5 лют 2025
- Laissé sous la garde des voisins, Chauvineau Mugwengezo échappe à la mort durant la crise de 1972, au Sud du Burundi.
Chauvineau Mugwengezo ni umwe mu barokotse, bakijijwe n’ababanyi babo mu rwimo rwo mu 1972.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur UA-cam : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancetele
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance
Notre site web : telerenaissanc...
Un témoignage très édifiant
Merci bcp Mugwengezo. Je souhaiterais que tous les Burundais voient et méditent sur ton témoignage si édifiant et riche en enseignements. Sois un instrument de réconciliation et mets ta vie qui te reste sur cette terre au service de la paix et de l'amour inconditionnel qui exclut toute ségrégation.
Merci à la radio télé Renaissance, guma murondera ama témoignage ukuri kuzoteba kugaragare
Urakoze cane Monsieur Murwengenzo kuri iyo temoignage uduhaye.tu es mon oncle ariko ntunzi narifuje kukubona kugira umbwire vyishi kuruta Ivyo ariko ndizeye umusi umwe ko tuzosubira kubonana nkamenya vyishi kuruta.
Abaganwa turi abanyamahoro ntabintu vy'ubwoko biri mu mitima yacu.
Uvuzukuri abaganwa nabere!
@@oliviernizigiyimana9882 Abaganwa nivyo bari abere ico gihe ca 1972.Kuko nabo barahigwa nako kagwi kinkorabara k,abahima bi Bururi Rutovu Matana kahekuye Uburundi !!!
Ivy'ubwoko ntanico bimaze kandi ntibinabaho mu Burundi.Ubutegetsi bubi nibwo bwabizanye.Ariko ndizera ko twese twahakuye isomo .
Enfin voici Chauvinau Murwengezo narakurondeye kuma réseaux sociaux ndakubura cette-fois ci ndagutoye , ico nakurondereye en tant qu'ami , ça n'a rien avoir avec ce que tu viens de nous informer sur les évènements de 1972 . Et bien mon cher Chauvinau laisse tomber la politique ! Urabo warakinye politique haraheze imyaka itari mike juqu'à t'exiler même aujourd'hui ! Laisses tomber la politique et rentres dans ton pays natal ! Il suffit de t'adresser au HCR avec la bénédiction du gouvernement Burundais tu vas rentrer sans doute nul doute . Voilà mon cher Chauvinau et à la revoyure certainement au Burundi. Voila .
Murakoze cane Chauvinau. Iyo ntahe yawe nibaza ko izofasha benshi. Hamwe woba utazi aho umuganwa Mugwengezo yashinguwe, uzondondere canke utume abo mu muryango ndahabereke.
Too too o
Mieux queen temoignages. Bravo .
Je suis touché par l'histoire de Chevinau. Que Dieu soit loué. Le bien triomphera toujours.
Pole sana Mr Mugwengezo, uvuze neza.
Excellent témoignage. Merci TVR pour cette série d'ITW très touchant des victimes de 1972. J'espère kwaba DD n'abandi ndetse naba extremiste Hutu & Tutsi baraba izi ITW.
Abemera ko na Mygwengezo camuvunye tumenyane mumpe Like.hahahahaha
Pole sana bwana MUGWEGENZO
Mbaye uwambere aravye iki kiganiro. Hama pole sana chauvineau
Kukiraba nokucumviriza bihuriyehe ? ??
@@ftrfrt8154 noe wokiraba utacumvirije ga mugenzi....
@@jeannshimirimana3955 gucishako amaso😂😂😂😂
Rennaissance, ze muragwiza ibi biganiro kuk birigisha cn
Pole canne
Yeeere! Ngo yakijije abantu muri 1994? Yabigenje gute, yabikoze nkande?
Avuze ukuri kuko Maman mu
1993 yanyegejwe n umuhutu twabans i wacu i Bugendane
Wow
Hahaha, ngo yabonye ko yisa caaaane! Abantu barakwiye kwivuza mu mutwe!
Nivyiza ko haboneka abaza baradoma urutoki ahari imizi y'amakuba Uburundi bwamamwo,Kuko uwugomba guhonya imbuto mbi ayihera mumizi!
Mugwengezo abesha nk'uko ahema! Avuga amahopa gusa! Nta na kimwe kiroranye mu vyo ariko aradebagura
Niko washatse kuvyumva....
Mu Burundi tur'ubwoko bw'abirabure b'abanyafrika bantous( les noirs africains bantous) ivyo vy'abahutu n'abatutsi ntibibaho, c'est du canular.
Les Hutus sont des Bantous, venus d'Afrique de l'ouest
Les Tutsis sont des Nilotiques, venus de la corne de l'Afrique, du nord-est.
Évitez de mentir.
Eeeh! Ubwato buvuye Kigoma busubira Kigoma muri 1972? Babimenye gute ko baza gutora abo bantu???? Umubeshi mubi bikomeye!
Allo?
Nukuri ndasavye abakunda kuvuga ko cabavunye; badufashe bamenye ko abo cavunye ari benshi atari go bonyene.na Chevigneau Mugwengezo caramuvunyee weeee.
Sha uri mvuye kure.
N'akome nyina uwo mu opportuniste invétéré
Mu Bwoko bwose harimwo babo na beza
Nkosore .harimwo babi na beza
Ivyo ni vyo ! Ubwoko ntibugira mubi/mwiza
Reka sha
Mr C.M: Ubuganwa si ubwoko! Arretez cette ignorance!
Je m'excuse pour l'erreur quant au prénom. Le fond ne change pas
Nta mugambwe wokora banza uze kwiga ubwenge n'ubugabo, analyses zawe zirimwo amafuti menshi.
Vyoba vyiza tsiwe ikintu uko kiri ntitubeshanye hari ubwoko butatu : abahutu, abatutsi n'abatwa
Harimwo agahaze mu vyo avuga!🤔
Arabesha cane!
Ati barasuzumye baremya ko umwana ari iki canke iki? Abarundi barakunda mythes kabisa, ingeso mbi cane!
None ndabibarize,ko mur 1972 bavugako habaye ihonyabwoko dyabahutu,nawe bagahakwa ku mwica kubera arumututsi,vyar bimeze gute ? ?yashatse kugirirwa nabi nabo basangiye ubwoko canke nabahutu nabo barishe abatutsi mur 1972???
Amakuru ntayuzi neza burya intambara yahereye mu Rumonge hatanguye kwicwa abatutsi bishwe makarwi kabahutu.
Egoo hatanguye kwicwa abatutsi hm hahava hakwirikira abahutu muntara zosee zigihugu!
My friend! Akari mu mpene kari no mu ntama! Ntimugasukwe nuko abaronse akaryo bavuze ivyabo gusa. Nibaza ko intahe ashikirije ikwiye kuba icigwa k'umurundi agomba kurengera ivyasogose u Burundi akabandanya ubuzima, akazoraga abiwe u Burundi buzira amacakubiri. Ndahanura Urwaruka kwitondera imvugo z'abanye politique, nimwumvirize, muzirikane, kandi mwumvirize uwuvuze wese! muzomenya ukuri kubagire abidegemvya.
Uzi wewe partie imwe gusa
Tuyagire niho nkishik
Vous voulez réecrire l'histoire, ukuri kurazwi...Les fausses communes zose zirazwi, Abari kuntwaro barazwi
Chacun raconte son histoire, mwumvirize na we ne canke ubireke ça ne change pas le cours de l’histoire