Témoignage de Gervais Nibigira, orphelin de 1993

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 46

  • @OkyOky-l8c
    @OkyOky-l8c 4 місяці тому

    Pole saana . Nawatakia uvumilivu

  • @prospernzeyimana5644
    @prospernzeyimana5644 4 роки тому +2

    Pole sana Gervais Imana igukomeze kandi ushishikare wihangane.nivyiza kugira temoignages nkizo harabo zifasha

  • @Jeanette-k1b
    @Jeanette-k1b Місяць тому

    Mpore Sha. Mpore vraiment

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 4 роки тому +8

    unyibukije agahinda , naje barakubuye uko , narolotse kuko ntari muhira , ubunaho, bariko batwara amatongo , emwe , agahinda nikenshi

    • @billntore7908
      @billntore7908 4 роки тому +2

      Télé renaissance ikwiye kubarondera mugashikiriza ayo mabi muriko murakorerwa isi yose ikabimenya nakamaramaza

  • @billntore7908
    @billntore7908 4 роки тому +2

    Merci Télé renaissance continue de nous éclaircir sur le Genocide des Tutsis au #Burundi

  • @ClaudineNimpagaritse-h9l
    @ClaudineNimpagaritse-h9l Рік тому +1

    Ahubwo igisoda cari gihari conse 1993 bagifunge kuko nibo babirumye kwicumukuru w'lgihugu yitorewe nabarundi bonse rero abatusi mwihangane kuvyabaye vyonse vyatewe nabatsi bishe umukuru wigihugu base kwemera aho ubutegetsi buri rero nkabantu banjejwe gucungera inzego zigihugu bakareka bakamwica nabo bakwiye gumfatwa bagafungwa.

  • @bahoamahoro791
    @bahoamahoro791 3 роки тому

    Pole sana. Iwanyu mwari mutuye hafi y'iwabo wa Muhizi Leonidas Sha wo kwa Jean.

  • @annemariendayishimiye4015
    @annemariendayishimiye4015 4 роки тому +4

    Pole sana Gervais

  • @billntore7908
    @billntore7908 4 роки тому +5

    Le Genocide des tutsis de 1993 doit être reconnu, les victimes doivent être protégées et la justice doit faire son travail tôt ou tard.

    • @theoh.8932
      @theoh.8932 Рік тому

      Peux être MASSACRES EXAGÉRÉ mais pas genocide au Burundi. Si non, de l'autre côté était le pire

  • @muhimpundualine6314
    @muhimpundualine6314 29 днів тому

    Mpore ncuti yanje, uri umu Saveri wukuri.

  • @eddyzig1745
    @eddyzig1745 3 роки тому

    Komera Gervais

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 роки тому +5

    Nkuko mubibona vyotwigisha ko ivyo kuvuga nkuba kubita umwansi n'umukunzi birajana. Kwica Ndadaye bari bazi ko bizomera 1972. Abasigaye dutahure ko hari ubwoko 2 abeza n'ababi mu bahutu no mu batutsi

    • @basaboseberahino7351
      @basaboseberahino7351 4 роки тому +3

      Bwenge Jean Bosco,
      Ahubwo rero nsanze tugowe tukiriko kuko abica canke bagerageza kwica aba perezida baba barondera inyungu zabo kandi za politique ariko inkurikizi zavyo hagaca hatikira rubanda nya mwinshi🤔🤔
      Ndiko ndabona ahubwo duheruka agahengwe abami baciha ubuki🤷‍♀️🤷‍♀️
      Je m'explique:
      1972, wumvirije ibivugwa usanga invo n'invano y'ubwicanyi bwabaye ari uko Abahutu bakuru bakuru mu gisirikare bari bateguye kwica Président MICOMBERO.
      Kuko histoire d'une soirée dançante à la messe des officiers irabivuga bikemezwa na coup yagizwe kuri cortège yiwe yahitanye le chargé de son protocole dit KINYOMVYI.
      Ariko kuri iyo situation jew naho atriho nari ndashinja icaha MICOMBERO k atitwaye nk'umutware mwiza kk yaciye yihora kandi akuzako....
      1993 Abishe président NDADAYE naho nyene zari inyungu zabo guki umunyagihugu wo i MUYINGA canke wahandi hose yaca yicwa?Guki gushika uyu munsi ata matohoza n'imanza zabaye ngo abatunganirizwa batinganirizwe nabagira ico batinya bamenye ico gutinya???
      Mu Rwanda Habyarimana arishwe....inganda zigaca zitikiraaa ninda ziri munda zikabagwa.
      Mbega NKURUNZIZA ko yapfuye ariko atabantu bishwe?
      Ni guko nubundi yapfuye yamaze guhereza ubutegetsi, harya iyo aja gupfa akiri mu kiringo ciwe co gutwara mwari kuraba akayagwa.
      Rero ico novuga kuri ibi bintu, nta mututsi nta muhutu bose iyo bahaze bacika abantu ataciyongeyeko kandi atakivuyeko.
      Iyo bafise ivyo bariko barashakisha baca batangura kwitana amazina.
      Abiciwe ababo ababuragijwe muri ibi na biriya mpore ko turiho hari impanvu.

    • @josephinegahugano6148
      @josephinegahugano6148 4 роки тому +1

      @@basaboseberahino7351 ugize ,analyse nziza.lmana yo mw,ijuru yaratabaye irakama itabara. Nyakwigendera Nkurunziza,KO yitwariwe n'urwabagabo,mbga,hari guseseka,amaraso yabo tutomenya benshiii.lmana yarakoze.Abarundi dukwiye kumnyako kwica,atakintu kizima kirimwo.

  • @ritza3452
    @ritza3452 4 роки тому

    Gervais, ivyabaye vyara baye.
    Imbabazi watanze warakoze ni mana idusaba kukbabarira.
    Ariko ariki ariko, ntugahishe umwana ivyabaye kugura ammenye ukuri kandi amenye ingene azokwitwara mu buźima.

  • @anastasiemugisha8046
    @anastasiemugisha8046 4 роки тому

    😥😥😥😥 wagize neza kurekurira abaguhekuye! Ariko ubigirire wewe nyene kugira wibohore. Ababikoze ni bo bisigayeko bazobibazwa,hari uzobabaza ati:"mwenewanyu Abel wamushize he?", Ukora ikibi ukagisanga imbere.

  • @tiumuganwakazi7166
    @tiumuganwakazi7166 3 роки тому +1

    Mpole mpole kubura toute la famille nibintu bibabaj cane

  • @marieroseirakoze528
    @marieroseirakoze528 4 роки тому

    Mpore nukubandanya kubaho Imana ntiyadusigarije ubusa

  • @volo-music2263
    @volo-music2263 3 роки тому

    Iyi si nubugesera ndake

  • @bahoamahoro791
    @bahoamahoro791 3 роки тому

    Yooo Gervais

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 4 роки тому

    natwe bahushije bahejeje kutwicira abacu, bateye kutunyaga ivyo basize , mukudutwara amatongo ya badata baciye amazosi , erega ntitugira nahotwitwara , nakamuna , jewe narumiwe, au fait bariko bashira mungiro ya wamushingamateka yavuga ngo ni bakore baronke ibibanza ,canke ama parcelle batumaze twese , nakamuna

  • @celimama1994
    @celimama1994 4 роки тому +1

    Aboturwana si abo inyama n'amaroso....

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 роки тому +1

    Jewe navukiye mu Rwanda 1974 ndi impunzi,nja muri Tanzania,ubu ndi muri Amerika,none nzobazande abomoye abavyeyi 1972? Data wacu n'umugabo wa masenge,mukuru wanje babishe 1993 ari abahutu bari ibujumbura ,nzobazande ababishe?

    • @Ladymartha1978
      @Ladymartha1978 4 роки тому

      Bwenge komera uri musaza wa Claudette?

    • @Ladymartha1978
      @Ladymartha1978 4 роки тому

      Bwenge Jean Bosco komera cane woba uri musaza wa Claudette?

    • @billntore7908
      @billntore7908 4 роки тому

      Weho waratomboye uwo wew bamumariye abiwe boseee babaziza ubwoko bose bagapha

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 4 роки тому

    Ihonyabwoko ryakorewe abahutu muri 1972 niryo ryakweze amabi yose y Uburundi dufise gushika uyu munsi. Abarikoze baragororewe bagirwa abatware, bareke ubutungane bukore vyanse naho ntamuti uzoboneka. Pole ababuze bose!!

    • @patricknsabimana8527
      @patricknsabimana8527 2 роки тому

      Ngunda ijambo" ihonyabwoko"si iryo gukinisha.si uwariwe wese arekurikiwe kurivuga,hariho inzego zibifitiye ububasha.ivyabaye mu 1972 biteye agahinda,ariko kuvyitwaza kugira ngo usigure ivyakurikiye mu 1993 aho abatutsi batikijwe bazira ndadaye nibaza ko ari ukwifatanya n,ababikoze.wonsigurira uruhara Ndagijimana Protais-umwan w,imyaka 11 twigana mumwaka wa 5 w,amashure y,intango-yagize murupfu rwa Ndadaye gushika aho yobizira akicwa?
      Abahutu b,inzirakarengane bishwe mu1972 baribakwiye ubutungane.
      Abatutsi bapfuye mu 1993 bazira Ndadaye bari bakwiye ubutungane.
      Abarundi turiho ubu twari dukwiye kwibuka umugani w,ikirundi uvuga ngo"ikibi ntikivira ikindi",
      Tukamenya ko ikibi gihama uwagikoze(la responsabilité pénale est individuelle)abize amategeko murabizi.
      Twirinde gufatira mukivunga,abarundi bo mumoko yose harimwo abeza benshi- ikibabaje ni uko ababi badusumvya urwamo.(nka jewe mu 1993 nakize umupanga kubera abahutu b,umutima bariye umutima amenyo bakatunyegeza benewabo bari basaze.)Tugire umutima rugabo dusanure igihugu cacu coye guhora mukigandaro.

    • @ngundachris7598
      @ngundachris7598 2 роки тому +1

      @@patricknsabimana8527 abo bose bandika génocide bita yabatutsi, bobo bafise droit yogukoresha ijambo génocide ! Mais kubera nibukije abacikavumu bagenzanje ko habaye génocide yakorewe abahutu en 72, nije ubonye ko ndiko ndakinisha ijambo génocide ?abacu bishwe turazi ico bazize,si umunyamahanga azoza kubidusigurira kuko vyabaye atariho ari. Muze twemere ukuri kuko kurakiza!

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 4 роки тому

    RIP Couple Buberwa.

  • @marieroseirakoze528
    @marieroseirakoze528 4 роки тому

    Ivyo vyokutavuga ukuri ubajije abakwiciye bakakugira umusazi ko batazi ababishe kandi batiyahuye nivyo bituma maze 27 ans ntasubije ukuguru ahahora ari i wacu

  • @billntore7908
    @billntore7908 4 роки тому +1

    Genocide yakorewe aba tutsi irazwi mbere n amatohoza yakozwe na ONU yaravyemeje , nihaza intwaro yukuri izoca izo manza

  • @celimama1994
    @celimama1994 4 роки тому

    Andika

  • @meschackiradukunda9110
    @meschackiradukunda9110 Рік тому

    Oe abasoda bakoriki iryobara ryarwa birababaje cne kabisa

  • @bigirimanayves9354
    @bigirimanayves9354 4 роки тому

    Erega ivyabaye mu 1993,habaye jenoside yakorewe abatutsi,hariho amatohoza ya ONU,muri 1994 yaremeje ko habaye jenoside,ariko Buyoya nabasoda bakuru bakuru,barayigwaninje .kuko bari bazi ko nabo baca bafatwa abishe President Ndadaye.kandi nabo nibo batwara amakambi ya gisirikare,baranka kuja gutabara.Buyoya nabo ba officiers nibo aribo imbarutso.

    • @ndikumwenayofelix8514
      @ndikumwenayofelix8514 4 роки тому

      Ivyuvuga Yuko hariho genocide yabaye ya batutsi nuko ubizi Yuko baribayiteguye kubahutu kugira bashikane umugambi wokuva ubutwaro zambere ivyavuga nivyo kuko wewe yarose naho abishisha hariho nababura naho babicisha gusa turakwiye kuhindura imvugo tukubaka uburundi ata hutus cnke tutsis kuko uravye nivyo ahora ashikiriza kubinyamakutu birerekana Yuko afise amacakubiri ariko pole kuriyontahe irababaje nanje nabuze abantu 12 mumajoro 2 ariko simpora nanka ubwoko bwumuntu kuko ziyuko shetani igira mubantu

    • @bigirimanayves9354
      @bigirimanayves9354 4 роки тому +1

      @@ndikumwenayofelix8514 iyo ni raport ya ONU,kandi nawe urabizi,ariko ivyaha vya jenoside naho hahera imyaka 100,ukuri kuramenyekana,ntubona benewangu bo mugihugu kibanyi musangiye ibitekerezo,ko nubu haguma hafatwa kamwe kamwe,namwe ivyo mwakoze nivyo mubandanya mukora,umusi wanyu uzoshika.

    • @janvierharahagazwe2209
      @janvierharahagazwe2209 4 роки тому

      Urakoze kuzana iyo témoignage!!! Muriyi minsi haza à ma commentaires menshi y'abahutu bakavuga KO aribo bahohotewe ariko a-ha mugihugu cacu ntamweranda kumpande zôse, twese twarabuze !!! Nico gituma dukwiye kwihana twese , tukongera,tugasab'imana,Ko ako kabi kabishe katosubura mugihugu cacu!!!

    • @bigirimanayves9354
      @bigirimanayves9354 4 роки тому

      @@janvierharahagazwe2209 wapi sha,ntakuvuga uko amabi ya jenoside,ntitushobora kwemera ko bigenda uko,dutegerezwa kumenya nogushira imbere yubutungane abakoze ayo mabi yakozwe,nubu bikibandanya,ukutakubita imbwa bigwiza imisega.kandi nubu jenoside yabatutsi iroko irakogwa nuko bahinduye systeme yokuyibandanya.Ariko abo vyerekeye umenga barahumirije.

    • @bigirimanayves9354
      @bigirimanayves9354 4 роки тому

      @@ndikumwenayofelix8514 wewe uvuga ivyutazi,jenoside urazi jenoside icisigura?

  • @celimama1994
    @celimama1994 4 роки тому

    Andlka amazina yabo ntibibagirwe

  • @nsabsec8468
    @nsabsec8468 4 роки тому

    Aha . Ikibazo nuko baguma batemagura bataruhuka

  • @ncahinyeretseladislas.9295
    @ncahinyeretseladislas.9295 3 роки тому

    ..