Témoignage de Lydia Ininahazwe-Sentamo / Rescapée de 1993 (*1ère PARTIE*)
Вставка
- Опубліковано 29 вер 2024
- Lydia Ininahazwe-Sentamo est une rescapée de 1993. Des membres de sa famille ont été massacrés en province Karusi au centre du Burundi, après la mort du président Melchior Ndadaye.
Lydia Ininahazwe Sentamo yacitse kw'icumu mu 1993. Benshi mu muryango wiwe barishwe urw'agashinyaguro mu ntara ya Karusi, inyuma y'igandagurwa ry'umukuru w'igihugu Melchior Ndadaye.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur UA-cam : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance
Notre site web : telerenaissanc...
Merci beaucoup chère Lydia pour ce témoignage édifiant et réconciliant.
Que Dieu te bénisse abondamment !
Ma soeur,ivyo bibazo waciyemwo nanje vyarambayeko ariko reka dukomeze ukwihangana dusabe ko ivyabaye bitazongera,ntihagire umurundi canke kiremwa muntu azongera kuzira uko yavutse kandi atari we yiremye.
La vraie Humanitaire pourrait se sympathiser de votre témoignage. Mais, de tous en tous, KOMERAAAAA na MAMAN
Bravo renaissance et Muhozi.vous etes vraiment impartials.attendons nous un jour à voir Rema FM faire passer le témoignage d'un rescapé du lycée Kibimba.vraiment je sympathise du fond du coeur à la famille Sentamo
Très bien.Il n y a pas d,ethnie médiocre.Seuls les individus sont à incriminer.
Iyi ntahe ya Lydia irakomeye cane. Ibi biratwereka ko Abarundi dukwiye kwikubita agashi tukemera kubana mu butandukane bwacu. Bwaba ubufatiye kumoko, kuvyiyumviro vya politike canke ukwemera. Kumva ko abaje kwica umuryango wa Sentamo bari Abatutsi kandi nawenyene yari Umututsi. Bamuhoye gusa ko yari mu mugambwe FRODEBU. Nibara ku mutemere, Martin Luther King niwe yavuze ati :"Niyo tutiga kubana twese nk'Abavukanyi, tuzopfa twese nk'ibijuju"
Madame, temoignage yawe imberey unique kdi iranyubatse gose. Abarundi turakwiy kurengera ubwoko tukamenya kwatabwiko bwica muga arububegito bwabantu tu kibinafsi. Je t felicite kurico kintu wakoz mugutanga ubuhamya.kdi wubahwe vraima. Big respect
Uvuze byiza ko nta bwoko bubi dore ko nta n'uhitamo ubwoko azavukana. Umuntu aba mubi ku giti cye.
Mu Burundi abazira ubusa ni bo benshi kuruta abazira ivyo bazi.
Dukomeze kwihangana kko ndumva abavyeyi Bacu bishwe urwagashinyaguro.
Un temoignage exceptionnel mais tres effrayant. C'est comme si c'etait hier et qu'on est present entrain de suivre la scene. Courage chere Lydia
Harukundi buhamwe kuri Nsana TV, bwikaruzi muri 1993 bwa batutsi baba nyamurenge bahaguye icyogihe.
Témoignage yawe iratey bwoba,waciy mubikomey .pore sana
Warababaye mwiza wanje. Mpore mama. Uburundi twahunze bwaraguye mw'isanganya rikomeye. Abana b'abategetsi barahuye n'ibikomere bidasanzwe. Ariko n'ababantu basanzwe baragize ivyago biteye ubwoba. Igihugu cacu caracitse umusaka.
Je dois te dire que j'ai vécu à Karuzi, que je connais LA FAMILLE RUKERE, qu'on a passé des bons moments ensemble. Et je ne sais pas quoi te dire, je suis vraiment désolée. Pourquoi notre bon pays part en vrille ?
komera mushiki wacu urintwari
Mubisamzw satani nimubi sana, iyi cas inyibukije ingene sister wanje bamufashe bashaka kumutema ngo numututsi, tukitwa ngo turi abahutu, aho rero ruguru iwacu i muramvya bakaba bariko barica les membres de ma famille ngo nabahutu, c est triste, ntanumw yarazi ivyo ariko arakora, satani numugome, gusa iconibuka twiruka mumiceri naeimfise imyaka icenda, nabony umu mama wama meche aryamy hasi, sinzopfa ndavyibagiye, ndahojeje kandi ndahumurije imiryamgo yose yabuze, twabuze abacu,
Ibi bintu biransize. Iyi témoignage ifise ico yisangije.
Oh là là ! Mbega ibintu Lydia yarokotse disi? Ibintu mwavayeho biteye ubwoba, iriya période uko twabyumvise turi mu Rwanda yari cauchemardesque ni ukuri 😱!! Abagiye bose bakomeze baruhukire mu mahoro! Nashimishijwe no kumva ko nyina wa Lydia na we yarokotse disi! Mukomere kabdi mwarakoze gutanga ubu buhamya. Birakwiye ko umuntu wese ubishoboye avuga icyamubayeho bityo amateka nyakuri akamenyekana.
😥!! Témoignages très réconciliant! Merci beaucoup!
Pardon,je voudrais dire que je sympathise du fond du coeur avec la famille Sentamo
Nukuri iyi video irancanze nibajije ko kumbure numvise nabi
Ariko birimwo icigwa gihambaye
Abahutu babantu barabaho, abatutsi babantu barabaho nibikoko birabaho muriyo migwi yose
Wama be strong🥺❤️❤️
Uravuze neza Caan! Nta bwoko buba bubi ahubwo umuntu niwe aba mubi!
Ihangane kdi ukomera mama, birababaje kuba abakorewe ibi batarahabwa ubutabera, ndetse bamwe mubabikoze bakaba bakiri aho ntanumutima wo gusaba ombabazi bagaragaza
😭😭😭 c'était vraiment grave
Pole sana sister just forgive them imana yonyene niyo izo turwanira😭😭😭
Imana ibandanye igukomeza
Komera sha!
Uwukeneye ico Gitabo yogikura he he?
Nyagasani weee 😭😭😭
Nta bwoko bubi, icaha Nico kibi
Impore mama birababaje cyane ibyo wanyuzemo I can feel your pain
La vraie Humanitaire pourrait sympathiser votre témoignage. Mais, de tous en tous, KOMERAAAAA na MAMAN
Avuga kinnyarwanda???
Mama wiwe nyarwandakazi
Komera
Namushiki wanjye yarahaguye
Dur et dur dur
😭😭😭😭
Interahamwe nizimwe hose 😀😀😀😀😀
Nutuvangire abakoze iryo bara bari abatutsi kandi nawe yariwe ba muhoye kuko yarumu FRODEBU
Nivyo ico gitabo ndagifise narakiguze
Wakironse gute ga Mugenz?? MPA orientation nanje nzokigure ndacipfuza
Uravangatiranya!
Oya ahubwo ni umunyakuri atagurwa ntagurishwe,nk'akuma ndangamerekero bussole kaguma kerekeye mu buraruko.
Ushaka yiteranye n'umuremyi wiwe?
@@marcruzobavako5647 💕🙏🙏
Intahe yawe CVR irayikeneye
Exactly... ARIKO ARIKO HARI GROUPE ITASHAKA IYO TÉMOIGNAGE. 1) HARI PREMIER GROUPE ISHAKA KO BAVUGA KO ABICANYI ARI ABATUTSI... 3) NIYINDI YASHAKA KUVUGA GUSA KO ABICANYI ARI UNIQUEMENT LES HUTUS ( bien sûr que ces deux groupes sont les planificateurs....)
@@pascalngabonziza2978 ,planificateurs ?Qui a commencé à tuer qui ?
Sincèrement !!!! Qui a tué Ndadaye et POURQUOI ??? Désolé, ils sont responsables de votre triste tragédie… Courage 🙏
elle parle avec un accent Kinyarwanda mukomere nukuri jyewe sinjya nsobanukirwa ikintu gituma abahutu nabatutsi bashaka kumarana
Harya Papa wawe yiishwe nka BIMAZUBUTE...
Mana yanje quel témoignage suspect
Why?
Fake testimony .
Its you who is fake
Nimba uvuga ko ari fake testimony iyo uzi itari fake ni iyihe? Mbaye nkuwu yavuzeko iyi témoignage yofasha CVR kuko hari ibintu vyinshi abarundi bifuzako bamenya kukahise n'ubwicanyi bwabaye mu Burundi. Abatabishaka nabo iyo bumvise bavuze ivyo bakoze baca bavyita ngo ni fake testimonies. Mwene abo bantu nibo birigwa bakora amabi. Ariko siko bizama, ukuri kuzoteba kumenyekane.
Imana iguharire nta kindi numva nokubwira😢
Why?
Why ? Parce que tu fais le malin dans tes interventions en semmant trop de confusion. Il y a toujours des gens plus malins que toi.Barakuzi !!!!