Bahati iyo ntahe yawe niyo kubesha.Wewe uri umu nyakayanza wo kw'itsitso,i Gatara mu Maramvya kandi na maman wawe asengera mw'ishengero bita Power of God church riri ahantu batazira mury'abami kandi arasanzwe.Rero dusabe Béni kugira azomenye ukuri aduhe Ep 2 aze yishikire i Gatara kugira baduhe umuco,tumenye n'ingene abantu bibeshera.
Imana ni nziza cane,lkora lbirengeye lvyotubon lvyotwumva Amen
Haleluya Mana nushirwe hejuru ,Imana irutingabo
Haleluyaaa
Ameeen
Komera cane frére Imana nihabwe icubahiro kuba yaragutabaye ikakuzura mubafuye Nkwifurije gukomera Nikurangiza Amahoro kumwami
Amen
Amen
Imana uyivuz neza. Por sanaaaa...
Amen, amen imana ishimwe ko yagutabay knd imana ikurind ko wubahwuts kumena ibanga rya satani haleluyaaaaa🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Amen
Urimwo umwuka w 'imana
Imana irakoze cyaane m.
Imana ibahe umugisha
Imana ibahumugisha imbaraga zimana zirakomey cane
Amen
Nokugereranya nande ewe MANA? Halelua birakubereye PAPA womwijuru uberewe namashimwe. IMANA yomwijuru yarakoze kukurokora mwenedata nuko CHRIST YESU agukomeze cane kandi uzubone ubwami bwomwijuru.
Mama nukuri uhabwe icubahiro ntawakwizigiye azivera yikorera amaboko my brother god bless you and your family ❤️
0
Manayanje yomwizuru ndakwingize uzundinde imitegoya satani nabamukorera ahubwo uzumpe ukukwubaha nugukorivyusaka ndetse uzungirumukoziwawe ubuzima bwanje ubwinganzire uzompe iherezoryiza Amen Amen
Imana izagumye igushyigikire
Ibyavuze nukuri ntuye America ibyo birahari cyane!
Ababipinga rero nuburenganzira bwabo rwose!
Babwire nukuri
Uvuze ukuri cane,Imana ikuzigame Kandi aguhe umugisha
Imana irahambay cane gose vyukur naw warabibony
Pole sana johakimu
Imana irakomeye cane kabisa itangura gukora aho umuntu abonako ntibishoboka
Imana ihabwe icyubahiro yo yagutabaye Kandi ikomeze kukurinda
Ndunva vyukuri yaciy muri vyinshi ndets Imana ishimwe cn
Imana idutabare nukuri
Beni ubikoraneza mwikigihe courage nzokwironderera jewe nzotuma noza itwarete zabarabi nibereho
Past iman igufash kbx
Nukuri ibyo uvuze nukuri uvugisha ukuri
Bénit partie 2 turayikeneye ndafashijwe cane Mbega Imana irakomeye pe
Amen amen 🙏🏾
Jewe reka nkorere imna nongera nsabikigongwe imanayanje kuvyaha vyanje mana mbabarira kurivyose nakoze urakoze kurubu butumwa ninyigisho teugururamaso
Abantu bavugako arububeshi ndabasaba nabo bazebavyihimbire babitubwire
Uhoraho akuzigame murugendo uturimwe 👏👏
Cane
urakoze kutuha ubutumwa biradufasha cyane
Amen imana nihabwe icubàhiro 🙏🙏
Amen amen
Mbega Intahe we nukuri satani tahemba arica Imana irakomeye cane
Niatari
Turakirindiriye ico kind twumve imbaraga Z Iman
Cane
reka ububeshi sha
Ahayo warikutubwira neza vyose iman ikurinde
Amen
Imana niyamber
Ahuri hose ntuzapfe wibagiye imana nubwovyogorana gt 😢😢😢😂😂😂
Mana nanjye wantabara kuko urashoboye
Komera brother
Turakeneye suite kandi umwanya ukwiye
Bahati iyo ntahe yawe niyo kubesha.Wewe uri umu nyakayanza wo kw'itsitso,i Gatara mu Maramvya kandi na maman wawe asengera mw'ishengero bita Power of God church riri ahantu batazira mury'abami kandi arasanzwe.Rero dusabe Béni kugira azomenye ukuri aduhe Ep 2 aze yishikire i Gatara kugira baduhe umuco,tumenye n'ingene abantu bibeshera.
Bénit Urakoze cane
Egoo namwe
Ndakunda ibiganiro nkibi birigisha uzoz uturonderera intah nkizi
Muzomugarukane beni
Vuba
🤣🤣🤣🤣 ibinyoma biragwira pe😂😂😂😂
Izonk wazitungiyeh ?iyonzu yab hehe???
Murakonze ndkeneye epzod2
Swa
Mbegubuhamya
Niatari
AMINA
Amen👏👏👏
Imana ninyenimbazi cyaneee nishimwe cyaneee kuba yarakurokoye
Arikose Koko ibibintu biba byarabayeho?
Amen
😳Imana idufashe cane
Cane
Yesu n'Umwami
Nahabwe icubahiro nukur
Guhembwa inkoni kweli
Ashinge iyo ntahe neza ifadika
sha uyo mukobwa basigaranye munzu ari babiri gusa ngira yasigaye aramwabira naho atabivuze🤣🤣
Nashaka kuja mureriminata
Mbeg Mana wogereranyw nande?
Ntiwari bwapfe iyupfa niho wari kubona really face de satan. Yihindura mubantu ivyiwe vyarangiye ubwiza bwo mwijuru ntabwo agifise 😱
Nihatali ibintu vyara
😢😮😮❤
Uwo m jouranilst kwatakubaz aho waba kuvug ng waz m burund kuruhuk gusa aho wab ni hehe
👌👌👌👌👌👌👌
part 2 plz😇
Izo photo yavuz komutazitwerets
Yegope nuko abantu bavuga ibintu rimwe narimwe tukabipinga ariko bibaho kuko umuntu ntiyahimba ibintu bingana gurya
Yeweee ko bikaze?
Man ukor ibikomey can kand cane
Eeee birankoz kumutim
Niatari
😂😂😅😅😅😅😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Mana weee
Yes
Yarabay k mutanga?
🤔
🙏🙏🙏😔😔😍😍
🙏🏾
ngo mwagiriye rimwe numusore yitwa Gucci(wa vrai)uraswaganya peee
Biduh rr ww ubizi kumusumvya
🙄🙄🙄yew ntubipinge kbs 😂😂 Kuk Ibintu nkivyo ntibipingwa Wagaye uraraba ukirenganira
Nonese buriya umuntu ukoresha ibyo kwasatani iho afpuye biragenda?KO HARUMUNTU BAVUGAGAKO YAGIYEYO ARIKO AFPUYE BYASHIZE BURIYA NIBYO KOKO
Ubwo narinipfuj gukurikiran ubu buhamya bwose nne se naza nabushikaho peee
None ko avuga nku muntu nyene yari yigeze kwigira umu gay ... ariko Imana imuhezagire ko yavuyeyo ari muzima ko abandi bafise ico yicumviro bokwikubita agashi ntibajeyo
Yafoto ko mutayitweretse
Not truth! Ariko yitwikira gusa ntavyazi
uyomuhungu arabesha ahubwo muzamubaze vyangombwa yahawe vyo guturamuri america mumisi yahanaze kuko ntamuntu yinjira muri america akahaba atagira vyangobwa
Ariko uyu siwe waje muRwanda naho asobanura ko numva arimo abusanua ra
Kandi ndabona navyabintu vyo kwiyambiza vyamuhindutse hama Béni nawe nimba chaîne yanyu itagira base wewe mu Kayanza urahazi uzohishikire utohoze.
Eeee. Satani nivya Ivo. Kweri. Mimi. Na Yesu. Karamata. Ok
Kumbe ukoze neza kwa satani uhembwa inkoni ndumiwe pe
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Nn waruzi kuhembwiki 😂😂😂😂😂😂😂🤦🤦🙄🙄🙄🙄Ewe Noella Sha 🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Your story doesn't make sense , you just wanna be famous
😂😂😂😂 ariko iwacu muri africa murantsetsa kabisa ubukene butera ubujiji.
None.bahati.muntahewatanze.kumucowera.tv.wavuzeko.uvukamurwanda.tukabatuzoko.urumunyakayanza.igatara.ikindi.urasengerabaryabenewanyu.bose.bagiye.muvya.fermasoon.bazobihebe.nuryamuvukana.arimurikenya.azabivemwo.ntanyungu.irimwo.uretse.ko.fermasoon.igusabumuryango.wose.ukazohera.ikindi.vugishukuri.ko.wavutse.usanga.umuryangowose.arabafermasoon.mubuhamya.buzokurikira.uzovugenukuntu.umazekubivamwo.wavuzeko.abavyeyibawe.bakwihakanye.kutarumwanawabo.kuko.warumaze.kuv.muruwomuryango.abavyeyibawe.barimwo
Yavuzivyo ibisigaye urazomwunganira ivyuzinawe
Imana irakoze cyaane m.
Imana ibahe umugisha
Imana irakoze cyaane m.
Imana ibahe umugisha