Satani yaranterefonye/intahe ikomeye ya Moses kolola mu butumwa yavugiye I gitega 2003.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 14 чер 2023
  • AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
    Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
    ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
    Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
    Mu kwirura abihevye ,
    N'abafise integenke z'umutima
    No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
    Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
    / @gospelofpeacetv3
    kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
    Yesu abahezagire cane
    Kuwifuza kubaza canke kutwunganira arashobora kuturondera kuriyi numero
    #+25769883071

КОМЕНТАРІ • 5