Umwe yajamukuzimu aragarutse | Atubwiye ingene yavuyeyo ntivyari vyorshe | Bagire bambage banrye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 гру 2021
  • Ufise icubaza : +257 68 051 919
    Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
    • Nobela Episode 1 Seaso...
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 91

  • @NyiramanaDomina-lr1zl
    @NyiramanaDomina-lr1zl 3 місяці тому +1

    Ohh ndanezerewe cyane kuko utwigisha gushaka ubwamibwimana ubuhamyabwawe bwigishabenci datawatwese womwijuru aguhe umugisha Kandi agukomeze.

  • @ndimlyne1372
    @ndimlyne1372 2 роки тому +4

    urakoze cane.ico ca ba dady kwl.Kiragisibije.Imana Ikwongere Amavuta.kugira Hari Abakira Imana Ici Muri wewe.

  • @alicebutoyi3615
    @alicebutoyi3615 2 роки тому +4

    Muburundi. Twari dukeneye. Uwuvuga lmana yukuri. Pee. Imana iguhe. Umugisha

  • @Mhugo15
    @Mhugo15 2 роки тому +5

    So inspiring. Ndizeye ko testimony yawe Israel izogira abo ifasha ibashire munzire nziza. Big up sana Beny

  • @nduwayezubelyse7497
    @nduwayezubelyse7497 2 роки тому +5

    Ivyubu nivyo kwitondera ntawumenya I vyukuri kubera Bose babigize urudandazwa gikuru nugusenga Imana ikakwereka uwukuri nuyo ntubizi Kari mukuri Bose na bibinyoma😴😴Imana ibandanye idufasha gutahura😥🇸🇦

  • @gerardndikumasabo4104
    @gerardndikumasabo4104 Рік тому

    YESU CHRIST n'UMWAMI yubahwe kand numunyenkomezi numuhizi numurwanantambara yarakoze kugutabara mwenedata komeza uvugire IMANA yomwijuru kandi PAPA intahe yawe iranyubatse gose

  • @valerecedrichayimana
    @valerecedrichayimana 2 роки тому +1

    vyinshii yavuz kuvyerekey abavugishwa nivyo ariko hariho nibindi vyiinshii umwumvirije asa nuko nawe atarasobanukirwa ijambo ry'Imana.(Ubutumwa Bwiza).

  • @africancomedy2576
    @africancomedy2576 2 роки тому +2

    Imana iguhezagire caane

  • @janeetjeannette2036
    @janeetjeannette2036 2 роки тому +1

    Imana ikomezekungukomereza mubuntubwayo

  • @fostinrotich3238
    @fostinrotich3238 3 місяці тому

    Uhezagigw cane mukozi wimana uko nukuri Imana ikongere amavuta

  • @didamseto8280
    @didamseto8280 2 роки тому +1

    Mungu akuzidishie baraka islaël🙏🙏

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 2 роки тому +3

    Komera mukozi wimana intahe ziradufasha cane hezagigwa

  • @vanisiaburundi5675
    @vanisiaburundi5675 2 роки тому +2

    Iman izogukomez mumurimo wayo murakoz.

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 2 роки тому +4

    Gloire à Dieu

  • @bahatiisrael1672
    @bahatiisrael1672 2 роки тому +4

    Amen

  • @francinenifasha1266
    @francinenifasha1266 2 роки тому +2

    Insiguro ya Allah Akbar siyo kabisa Beni

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t 11 місяців тому

    Nukuri ivyuvuga nukuri Imana iguhimbaraga.

  • @ntihindukabienvenue2228
    @ntihindukabienvenue2228 2 роки тому +2

    Komeza komeza kwel!!ibiganiro nkibi biraryoshe

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 2 роки тому +1

    Imana iguhe umugisha mwinshi utumenyesheje vyinshi

  • @nduwayezubelyse7497
    @nduwayezubelyse7497 2 роки тому +2

    Amn kwel haramajambo akomeye

  • @fostinrotich3238
    @fostinrotich3238 3 місяці тому

    Biragwiriy cane baratwogeje

  • @monaalmosa5525
    @monaalmosa5525 2 роки тому +5

    Big up Benit 😍

  • @nyandwiaudace4043
    @nyandwiaudace4043 Рік тому

    Imana ihabwe icubahiro

  • @JeandeDieuNIYITEGEKA-lh2pv
    @JeandeDieuNIYITEGEKA-lh2pv 2 місяці тому

    Niwowe wanjye islael ;ese na Rulindo base wahagera ngo uzaduhugure

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 2 роки тому +2

    Love from saudia arabia big up sana turabakunda

  • @rinkaoman9682
    @rinkaoman9682 2 роки тому +2

    Asha mbaye uwambere nazindutse

  • @nellydeliciaga6099
    @nellydeliciaga6099 2 роки тому +1

    God bless uu my freind Israël 🙏🏻🙏🏻

  • @GraceNiyonsaba
    @GraceNiyonsaba 3 місяці тому

    Iman iguhezagir can uratwigishij can

  • @user-zk8vd3hy9f
    @user-zk8vd3hy9f 4 місяці тому

    Nukuri pe iman iguhamavuta

  • @hassanalabdulwahhab5183
    @hassanalabdulwahhab5183 2 роки тому +2

    Imana iratabara

  • @user-fb2vq4xk7r
    @user-fb2vq4xk7r Рік тому

    Nibobensh bakoresh ububesh ahez kwigish agac yiruruk ntanumunt avugishij rr tub mas tugendan amakeng

  • @lievinrupande9107
    @lievinrupande9107 5 місяців тому

    Abakozi ba satani n ab Imana Rurema ibonerwa muri Kristo Yesu, batandukanira Ku bugingo bwo muri Kristo Yesu, Ku Burwaneza, kuguca bugufi, kuburwaneza, kubumbwa n ivyo ufise, Ku vyamwa, kurwanira ishaka ryo kugororoka,...

  • @iradukunddidier2794
    @iradukunddidier2794 Рік тому

    Tooooo Iman irih kand irakor

  • @jacquelinekampimbare3893
    @jacquelinekampimbare3893 Рік тому

    Imana iguhezagire koko

  • @m.khafanm.khalfan2670
    @m.khafanm.khalfan2670 2 роки тому +2

    Mwarahezagiwe🙏🙏

  • @user-oj7pz4dl7c
    @user-oj7pz4dl7c Рік тому

    Imana.ishimwecan

  • @oseebenofficial6425
    @oseebenofficial6425 2 роки тому +2

    Thanks a lot

  • @jeanenshimirimana987
    @jeanenshimirimana987 2 роки тому +1

    Nukur my brother abakoz bIman bisubireko jew mber ama groupe amwe amwe yogusengerw ndiko ndayakwepa uhabwe umugisha

    • @irakozekorodine2786
      @irakozekorodine2786 2 роки тому

      Nukuri nanj haruwanteye amakenga canegerayo

    • @annonciatteuwimana371
      @annonciatteuwimana371 2 роки тому

      Nta grp ngo niyogusengerwa notunga muri fon yanj ubu Bose nububeshi gusa aho baboney abaja gupagasa ubuh barabica bigacika

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 2 роки тому +2

    Big up Benit love you

  • @igirukwishakanadege5335
    @igirukwishakanadege5335 2 роки тому

    Imana ibandaye iguha inkomezi

  • @aaxx8075
    @aaxx8075 2 роки тому

    Imana niyo guhabwa icubahiro

  • @pieeloinishimwe7923
    @pieeloinishimwe7923 2 роки тому +2

    ARIKO BENI KUMUNOTA WA 18 NA SEC 06 HARAHANTU ISRAEL YARATUBWIY NGOBENSHI MURIBO BAZA BACREEA......MUCA MURABIKATA UMENGA HARAGACE MWAKUYEMWO MUTASHATSE KOTWUMVA IVYOBACREEA WHYYY MWASE KOTUVYUMVA??????????

  • @cycy8854
    @cycy8854 2 роки тому +1

    Kweri imana iguhe amavuta menshi

  • @Nishimwe-yp7hw
    @Nishimwe-yp7hw 2 місяці тому

    Murwanda turaba kunda cyane ❤

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye4183 2 роки тому +1

    Abo nababeshi, ubuzima burabacanga ngobari mukuzimu, nihehe? Uhganda abo mububganya.ningne avuga iki nyagwanda sinomwemera ivye

  • @LafamilleHilaire
    @LafamilleHilaire 2 роки тому +1

    J nafashijwe

  • @niyibigiraemille4600
    @niyibigiraemille4600 7 місяців тому

    Biteyubwoba ppe

  • @dididivineofficho6080
    @dididivineofficho6080 2 роки тому

    Duhenimeroyuwomuhungu

  • @NkunzimanaEmmanuel-jd1wj
    @NkunzimanaEmmanuel-jd1wj 6 місяців тому

    Nangenshakakujyayo wambwiye ukonabikora

  • @jesuschristmutoni4845
    @jesuschristmutoni4845 2 роки тому

    Kumbe ningorane kweri imana niyonkuru kuri vyose

  • @theophileniyonkuru2116
    @theophileniyonkuru2116 2 роки тому +1

    Baja mukuzimu gute mukuzimu nihe ?

  • @tresoreddynikengurukwe8134
    @tresoreddynikengurukwe8134 2 роки тому +1

    Nn yabaye hasi igihe kingana gute

  • @alicebutoyi3615
    @alicebutoyi3615 2 роки тому +2

    Intahe. Zobanyishi. Buja. Tworokoka

  • @user-vg8ui3lq4k
    @user-vg8ui3lq4k 2 роки тому +2

    Aho ntubesh haruwo naterfony ambarra ko mma wanjye aja mubapfumu ntanaho arigera aja

  • @emilienne4664
    @emilienne4664 2 роки тому

    Hezagigwa

  • @user-ym1lt9it4y
    @user-ym1lt9it4y 11 місяців тому

    Twishimiye kubakurikira ariko turabatumiye I rda kuri beulah tv imana igihe imigisha

  • @NkunzimanaEmmanuel-jd1wj
    @NkunzimanaEmmanuel-jd1wj 6 місяців тому

    Nonex mwana wambwiye uburyowakorakugirango ugeyo muraremenati😊

  • @dididivineofficho6080
    @dididivineofficho6080 2 роки тому

    None
    mayimuna
    numukobwa?

  • @meddyiranteturuye5739
    @meddyiranteturuye5739 2 роки тому

    Ntivyoroshe imisinimibip

  • @nzeyimanaalano7710
    @nzeyimanaalano7710 2 роки тому

    Uratumwigshij neza k10 turashmy gose.....no kudutwnza wadutwngej ngo fcbk whtsApp kri 200 wubahw

  • @misagoviollete4888
    @misagoviollete4888 2 роки тому +3

    Ikintu kimwe Allah Akbar ntabwo ihuriye niyo nsobanturo Allah Akbar risobanura Imana niyonkuru
    Allah gisobantura Imana
    Akbar niyonkuru
    Akbar ivuye murivuka kabree mucharabu bisobanura kinini cka gikuru mubu Islam ntabutatu bwimana bubaho Imana nimwe rukumbi ,itigera ihinduka ck ishushwanye nikintu nakimwe .

  • @styvenineza
    @styvenineza 2 роки тому

    Wavuz kuba prophète abapatiri bobo bimez gt ntajayo kurondr izonkozii

  • @myvenif3627
    @myvenif3627 2 роки тому +1

    Amen

  • @iradukunddidier2794
    @iradukunddidier2794 Рік тому

    Tooooo Iman irih kand irakor

  • @angeliquetuyisenge7259
    @angeliquetuyisenge7259 6 місяців тому

    Amen

  • @IrakozeEmelyne-ez1ns
    @IrakozeEmelyne-ez1ns 7 місяців тому

    Amen

  • @egidensabumuremyi3436
    @egidensabumuremyi3436 2 роки тому

    Amen

    • @AsAs-tj6zu
      @AsAs-tj6zu Рік тому

      😭😭😭Imanairakomeye