Nanje icatumy mva inyuma y'abagenzi nkiri célibataire nama ndi inyuma y'abagenzi abagiz imanza nij nazibafasha de A à Z bavyay nirirwa nkarara mubitaro. Uwugiz ikibazo financier narayamuronderera.kugira ndabihb nagiz ibibazo j'ai vu personne. Et alors j'ai décidé ko umugenzi wanj c'est maman, mes enfants ,une de mes sr et mon mari. Ingorane n'izo zikwereka qui tient réellement à toi. Abandi Bos ce sont des connaissances j'y mets plus les organes
Gretha ngo waravanye na Rasko umugab waw uzi ko nabibony mur comment ya émission yabay ejo fun and facts sha narababay vrt urazi ingen émission mwakorany na kaboss ukunt yandyohey sana mur mu rugo muheruk kwibaruk uze uyisubiremwo ushire mu gaciro arya majamb wabwiy kaboss
Ndabakunda cane ,ariko nj mubijanye n bagenzi aba besto my friends nta muntu yokubikira amabanga yose vrtm jamais incuti ibika ibanga yawe neza n yesu gusa naba sister bawe gusa abndi uvuga make , ubundi umuntu wambere abayeho neza yegera se w mwijuru ,Hama ukavyikuramwo ,sauf ivyo gupanga ama projet y business aho urondera umuntu wizera cank umu best w famille n ncutii ziraharj mais amabanga y rugo rwawe uze attention kwizera umwana w Muntu si vyokwizera vyose

Burameneka umutwe wenyene sha jew nararezwe sindi nkawe utarezwe nabavyeyi Bose mugasenyi ndahazi ndindiriye isaha yawe igere uzombona sinsubira nokukwishura ntuhave untera umukoshi
This is a fine conversion,
Ndi murwanda ndamukunze cyane vava 😍
Merci Hosy gutumira Vava numwana mwiza
Nukur uratesa vavaa🥰🥰kumbe abantu birashika bakamera kumwe batavukana atanico bapfana! Urigumira ukoooo vavaaa tuzobe abagenz jewe ndisabiye! Ibanga ndaribika peee😂😂😂😂🥰🥰🥰
Ubu twebwe Siren vibes niyo rwacu kuri different contents ariko zisobanura vyinshi🤗, Mwubahwe
Vava wanje i love you forever
Nkunda ino tv kubii 😌🥰
Ndabakunda cane because banje mwirambire
Basha nukur Gretta avuze ukuri umu besto wawe afise uwund mu besto ucusang iy nkur yarakwiy hose
Yewe Vava nta kigenda rero uwo mugenzi wawe agira urusaku niba mwaragumanye nk'umugenzi uzemere rero ajye amena amabanga yawe cyangwa akubeshyera niba wara mu pardonye atanagusabye imbabazi. Attends toi a etre trahie encore. Voila!
Umugenzi wukuri ni Yezu nabavyeyi bawe nabavukanyi,abandi nama connaissance peeee..kuko ibanga vyanse ko ww ubika wumv umwana wumuntu mwahuy mukuze ntimunavukana ko yoribika😂😂😂rek...ndasubiyemwo INCUTI NKURU NI YEZU❤❤❤❤❤❤
Cane gose
❤❤🎉🎉❤❤ndabakunda beza buburundi🎉🎉🎉❤❤❤
Izo style za Hosy zamashesheti ntituzemeye😂
Ibaze muri buno bushuhe bwa Bujumbura 😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 🤭
Bas iratang amahor rek ivy bintu ntishuhisha
😂😂😂😂Hew niz Europe muri hiver
@@CynthiaIrakoze-dk7jz😂😂😂😂😂😂😂
Hosy nari ngukumbuye mwiza ,umbera icitegererezo ciza
Uwo mugore arazi kurondera inoti pe ndamwemera cane
Winter I Bujumbura irasaze 🤣🤣🤣
😂😂😂😂 Nukuriii iz nazi hiver ❄️ mur europ 🤣🤣🤣
Nije ndabizi shaa umugenzi wawe agaca agendana numugabo wawe
Gretta ndagushigikiye à 100%ibanga ubwawe rizoba ryakunaniye kubika uyowundi ugiye kubwira niwe bizokundira kubika 😅😅chaque besto elle a Un besto😅😅
Vava courage sana
Revenons à nos mots et tons😊
Sha Mana ndabakunze mbega ukuntu muvuga ukuri weeeee!!!!
Hosy iyo umuntu akubwiye ikintu arumugenzi wawe naho atokubwira ko ashaka kibe ibanga urabimenya wewenyene atarinze kubikubwiraaaa ikimubabaza urakimenya
Vava ni ciza 😍
🙋🏿♀️🙋🏿♀️🙋🏿♀️🙋🏿♀️🙋🏿♀️
Kondabakunze none😂
@ Gretta kuberiki wamurets copine yambare uko vraiment😂
Uvuga kwa nerna pe iryojwi ndarikunda knd nagukunz uvugukur
🙋🏾♀️
Vava ndakuzi le parisien ku kazi uriko uratembereza isambusa kandi naragushoreye za 5000k
👋
🙋🏾♀️🙋🏾♀️🙋🏾♀️
🙋🏽♀️🙋🏽♀️🙋🏽♀️🙋🏽♀️🙋🏽♀️
🙋🙋🙋🙋
Vava disi 👐
Hosy Ndabona wajanishije😅😅
Urumuntu mubiii😂
Hosy ako ga style😀😀🤣🤣🤣
Naka bana..🤦🏿🤦🏿🤦🏿🤦🏿🤦🏿
Je ndabasavy ivyo bintu vyabo bavyigumiriz non izo mabanga mutagumya mugomb kwarinde azigumya
Noe gretta kuvuz uwo mugenzi wawe,weho biri gute?wehoho urabikira ibanga abandi.imbere y ukuvuga abandi naw banza uhagarare wisuzume.ikindi za muravyigumazamwo. Mukeney uwo muyagira nimuje kumu psychologue.voilà
NTABAGENZI BAKIBAHO JAMAIS
Vava
Nivyiza vrtm kurira kuko birarekura ishavu ,ukaca utekana
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Ayayyayayayayayayyayaya Isi iraryosheeeeeeeeeeeeeeee3
Vava twarakuranye ni intore
Sha ubugenzi bwubu ntikigenda kweli ntabwo
Vaaaaa😂😂😂😂😂
Vanessa,wewe abagenzi urabafise,muga kubera wa divorushije ntibagomba KO abandi babona KO mugendana,mwijambo rimwe baragukumira,rondera umugenzi musangiye ingorane kandi barahari.
ewe vava uracafise amanyama
Wapi wapi style zamashesheti non non non non nooooooooon ,wapi grtta copine wawe kwatagukebuye vrmt,fo saaaaana 👎
👍👍👍👍❤️❤️❤️
🙋🏾♀️🙋🏾♀️🙋🏾♀️🙋🏾♀️🙋🏾♀️🙋🏾♀️🙋🏾♀️
Mes chères jeunes dames tant que wamana numugenzi umwanya munini umwanya wose ntimushobora kubura ivyo mupfa hama kndi aho abagore n'abakobwa bicaye nigake usanga baticaye k'umuntu rero kugira wirinde insaku n'induru keep you busy uve kukazi utahe muhira wiyoccupe ivyawe n'urugo rwawe murabe ko haribizogukwega.
Ubwo bu barets nama resto ararikora nyene.
Ariko hosy birashika ww ukiraba neza utwotuguru twawe mwiyo bas ntakubesha wambara nabi can busa bwigishinyo ca rouge 🤮🤮🤮
Ufise avantages iyahe mu nyambaro yiwe,raba ivyawe ivyinyambaro ubireke ahubwo yambaye neza style ya bien sana ❤
@@elyseekigeme6774 weho uvundurutse hh? Ntamwanya nogutako kko ndumva mur bamwe
Mana ynje abantu mwabaye gte kko🤦🤦🤷🤷🤷🙆🙆🙆
Uyo mukobwa arakwiye gukubitwa kandi ndiko ndamurondera vuba ndamutora azombona jew sintukana nkuko abigira ariko ndamwemereye kumukosora vuba
@@JoseMunezero-xl5ke 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂numupfu ntiyinukira kwerii umusega wumusega uj kwiyemeza nguzogiriki? Mumutwe ntugongoye wambwawe
Rekana nivya président de la République sha ni muvuge ivyanyu ivya président de la République uvyihoze.
None aho ikintu yavuze kuri président kibi nigiki?
@@joyeuxniyonkuru2701yigize umuvugizi😊😊
Ubwenge buk bwaw ntubuzan ngaha nn ww ur porte parole ? Idiot
@@nandy662 sha wewe uraraba neza iyo ndero utahawe nabavyeyi uzoyibana hake mushenzi
@@JoseMunezero-xl5ke urangabaniriza ww kwiyo nyinshi wahaw muri orphelina wakuriyemwo wambwakazi we
Revenons à nos mots et tons😊