Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mwiriwe neza , mwaramutse bakunzi bacu. Ukaraba ikiganiro kikagukora ku mutima ukifuza gufasha abagendana ubugwayi bwo mu mutwe kuronka imiti vyoroshe wocisha ubufasha bwawe kuri:68 700 101 (Psychologue sans Vacance) 79 452 107 ( NSHIMIRIMANA ALINE) BCB : 20807280003
Nukuri umugabo wuyu mu damu İmana ize imuhe umugisha caneee. Numugabo wintwari kandi yatwaye intwarikazi. Imana ikomeze ibubakire
Hosy muzotumire umushingantahe wiwe nawe aduhe intahe. Ikiganiro ciza cane! Imana ihezagira kandi cane uwo muvyeyi. Bisaba inkomezi zidasanzwe gutanga intahe nkiyi.
Témoignage nziza! Ifasha cane! Nshimire Hosy ku kiganiro ciza. Courage! Mme Liesse, Umutware wawe Imana imwongerereze umugisha. Wamubereye umuntu mwiza muvyo ushoboye imbere y'uko mukundana, nawe aba reconnaissant agushigikira mu ntege nke zawe. Muruzuzanya neza. Imana ibandanye kububakira, ibibondo vyanyu bizoshore kubaho biroraniwe. Wewe ntivyakunze, nta kundi, ariko abazogukomokako bize bikunde. Nawe wararushe cane, wararwanye pe!!! Birahimbaye kwumva ko Imana yaguhojeje iguha urugo uruhukiramwo. Bonne suite à vous!
Umushingantahe wawe Bosco ni intwari pe . Muvyeyi Liesse uri umu maman wakarorero
👏😍😍😍 Hosy ndagukunze gatatu vrt ubu nisawa rero ivyo biganiro nivyo tuba twishakira 💯😍😍
Yesu ni nyishu ma soeur Liesse❤ twabanye neza tuba abavukanyi mubihe bikomey pe😭 gd merci Yvonne,Carine vanessa ,Ideline, solange mwese mwarahabaye Imana ibandanye kubazitirira,courage umwami Yesu akwubakire urugo akurere ibibondo🤲
Liesse uranshimishije warakize?wari umukobwa mwiza cyane,witonda,uvuga macye,ugira ordre nkuzi twigana Université wize agahe gato uhita urwara mbese burya wakomeje kuremba? Imana ishimwe ko wakize hanagura le passé bahi le le présent et le future Yesu akubakire nziko uzavamo umugore mwiza wari umwana mwiza cyane mu ishuri twese twatunguwe nukuntu warwaye rwose wazize ubusa ariko komera humura uzakira neza courage !!
Yoooo urumudamu mwiza nugusenga kwawe birampimbara gusa maman wawe numuvyeyi mwiza yaratwigishije
Iyi couple ndayizi, elle m'a inspiré, surtout ukuntu bitahuye cane et la façon babanye avec son mari c'est vmt un couple exemplaire
Merciiii BCP kuriyi ntahe yamfashije liesse Imanimufashe azokire Burundu
uyu mudamo numuntu udasanzwe nukuri love from rwanda
Nukuri urintwari kazi kd intahe yaw ifashije imitima yabenshi Imana ikomez kukuzigama nokuguhezagira numuryango waw Hosy naw Ndiho akomeze kwivanga muvyawe ukor ibikor inka ivy nivy bitum vyubak imitima yabantu
Liesse sha Imana Ikomeze ikwiteho nishimye gusubira kukubona hashize iimyaka myinshi,Maman Coretta yariyaraguvyinishije,ngirango amaze gupfa niho watangiye kurwara pole Mama ujye ukomeza usenge
Mama komera ubuhamya bwawe bufasha benshi bariguca muribyo bihe nkibyo wanyuzemo,turabakunda.❤
Tres belle! mbega ijwi ryiza naryo ❤❤❤❤ Uri Intwari Imana ikugirire neza cane
Uyu mudame nigitangaza,umutware wiw we ararenze,vyukuri intahe yiw irakomey cane,abantu dukoze muri déni,ubonye umuntu aparvena kwivuga,nuruhara rwiw mumakosa yabay akarubona atacaccuza abandi,uw vyukuri aba yarakize,Imana ishishikare ikugirir neza Mme Liesse
ibiganiro vyiza cane, big up sana kuri siren vibes tv, ibiganiro bitamenyerewe kbs
Mbega inkuru weeeee Imana ikomeze ikube hafi Mama Liesse
Merci madame Liesse nkuyemwo inyigisho rwanje
Quelle émission !!🥲😍 Very helpful..thank y'all ❤❤❤
Hosy uzoze uravuga ikibazo comumutwe uwufise ubumuga bwomumutwe nibaza kwatakintu mwovugana😢kandi murakoze kutuyagisha
😭😭😭😭uyu mu maman Imana imuhe umugisha nurugo rwiwe 😭birandeze
Woooouw!!!thx Hosy and Liesse
Ndakunda ibikorwa vyaw mwiza courage sana ndagufana kandi ngukunda kanini
Wow très instruisant
Hosy ma chrie uvuze ukuri nukugwanira amahoro yumutima .
Yooooo Warababaye disi mpooore mpore pe kuk Dépression ni mbi saaaaaana
Imana niyo ishobora vyose!!!
Azokira in sha Allah
Yesu agutabare muvyeyi mwiza
Liesse Imana ikomeze imugirira neza akire burundu
Ariko numva akeney délivrance
Liesse tu es très braveeeeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Merci hosy❤
Tantine wanje 🥰👑
Murakoze cane kuri iki kiganiro🙏
Pole sana mama
Son mari je le connais numva nomusabira imigisha myinshi, twarigeze guhura barantangaje cane vmt narabakunze trop
Liesse mrci maman
Liesse disi ciye ndagukumbura
Natwe turagukurikirana 5/5muri omani
Liesse shaaaaa....ndakwibutse ahantu yoooooo
Liesse yize KIST yari umwana mwiza ararwara umva nashimye Imana yamukijije akubaka komera turagukunda mama ndize amarira y'ibyishimo kubwawe
Pol sana mère 😢😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
Ab i MPARAMIRUNDI tumenyane❤❤❤❤
Aho hantu yavukiye nirya1 ndahumvise
Ngira nturumurundi😅nikumupaka wa ngozi nomu rwanda
Liesse🫂❤️
😢😢
😢😢😢
Mwiriwe neza , mwaramutse bakunzi bacu.
Ukaraba ikiganiro kikagukora ku mutima ukifuza gufasha abagendana ubugwayi bwo mu mutwe kuronka imiti vyoroshe wocisha ubufasha bwawe kuri:
68 700 101 (Psychologue sans Vacance)
79 452 107 ( NSHIMIRIMANA ALINE)
BCB : 20807280003