Це відео не доступне.
Перепрошуємо.

Belvédère brunch with the girls😍/inkuru , ikibanza, infungurwa vyose biraryoshe🤩😋

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 18 сер 2024
  • #sirenvibestv #girlfriends

КОМЕНТАРІ • 62

  • @belyseiriho4762
    @belyseiriho4762 Рік тому +4

    Ntabuzima buryoha uri seule jamais jamais kandi nawew au fond uraziko atarivyo, gusa utararonka uwomuvyumva kumwe nyen uratekana ukishigikira ko kuba seule biryoshe, urukundo ruraryoha sha reka reka, reka nokubunyibutsa😂

  • @Ida35715
    @Ida35715 Рік тому +2

    I get Kim Nana's point 100% she is aware of what she brings to the table and what she deserves 👑 go Queen 👑

  • @vanessagateka-nb7dm
    @vanessagateka-nb7dm Рік тому +2

    Am just here for Chloé’s voice😢🥰🥰🥰💞❤️‍🔥 chlo Urabiz iko ndarirwaye

  • @lbm3234
    @lbm3234 Рік тому +5

    Ouaaww ni heza. Love from Kigali

  • @florianempumuriza3570
    @florianempumuriza3570 Рік тому +1

    Bel endroit!Le Burundi me manque!❤

  • @PazzosBi
    @PazzosBi Рік тому +2

    Bien animées les amies. Sinarinzi ko música salsa ibashika cane hiyo. Saludos de #pazzosbi desde Mexico 😍

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 Рік тому +1

    Wauuuuuu Murankumbuje Home 🇧🇮 thx Osy 💋👊👌

  • @bukeyenezakellyannyella1380

    It’s the salsa music for me❤️…..And l émission iriii just WAOUH❤

  • @matmaestro2855
    @matmaestro2855 Рік тому

    😂 j'aime bien la musique ds l'intro🕺!!!!

  • @Hi5392
    @Hi5392 Рік тому +1

    Ni heza peee😍😍

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Рік тому +1

    Merci uratweretse uburundi haratesa vmt

  • @saidamrani4435
    @saidamrani4435 Рік тому

    Ndahibutse canee mana we naba haruguru ya Athènes primaire twarakunda kuhasohokera ❤

  • @nnno989
    @nnno989 Рік тому +2

    Mbay, wamber, iburundi, nihamber

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 Рік тому +2

    Harasa neza kabisa

  • @aimentahiraja8269
    @aimentahiraja8269 Рік тому

    Iyi fasi 👌👌👌👌👌🇧🇮🇧🇮

  • @amauryirakoze
    @amauryirakoze Рік тому

    Ndakumbuye iwacu bujumbura

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 5 місяців тому

    ❤❤

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 Рік тому +2

    I slay Queen zomu Burundi zahuy.

  • @katimanojustin9606
    @katimanojustin9606 Рік тому

    Kim urabeshe 3ans uri celibateur😀😀😀😀😀😀

  • @uwimanavanessa-jf1bl
    @uwimanavanessa-jf1bl Рік тому +1

    Munkumbuje muhira warayi imana irababona kunkumbu muntey

  • @kg7285
    @kg7285 Рік тому +1

    OMG !!! Bujumbura yarahindutse!!! Habayiki?

    • @angerubeneirakiza1628
      @angerubeneirakiza1628 9 місяців тому

      Eee Ubu Bujumbura ihinduka umusi kumusi Biriko biraza vrt abantu nariko barayiha iyindi shusho

  • @maximendabakwaje9923
    @maximendabakwaje9923 Рік тому +1

    Uwo mu patron avec sa veillesse yiyambariy ihereni kugutwi parait il ko atakuriy muburundi ndabimenyerey kuba jeune caane

    • @nduwimanaemery1096
      @nduwimanaemery1096 Рік тому

      bro ndavye nanj asa numu diaspora,bakuriy hanze benabo knd bafise cash

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose Рік тому +3

    Aga Chrie kanje mwagatwaye mumuji ryoooo 😅😅😅😅 ngo kivira kumusaaga 🙆🏼‍♂️ Ahahahahah ndagagaye

  • @Anitta_Shema
    @Anitta_Shema Рік тому

    Kim is light harigihe bishika ukumva woguma single kubera abo muhura usanga ba kidding cane ukaba uriko uta umwanya

  • @kg7285
    @kg7285 Рік тому

    En tout cas ntihasa naho nakuriye

  • @yoyaeric3533
    @yoyaeric3533 Рік тому +1

    Comments ya Kwanza niya mie👊

  • @Musindi736
    @Musindi736 Рік тому +1

    Abo nabazungu shaa

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose Рік тому

    Kim Nana ngo ngwiki? 😀😀 Reka shaa

  • @josephmugabe8713
    @josephmugabe8713 Рік тому

    1) Uwo mwigeme ntandero afise kuko avuga arimo gufungura! (2) Ntamusore wa ( High value) wa mukunda nubwo avugako ari ( being single)😂😂😂😂

    • @ninetteba433
      @ninetteba433 Рік тому

      Burundi turagoye burya nta narimwe biragushikira kuvuga uri gufungura?tube tworosha

  • @dstesbaskets3093
    @dstesbaskets3093 Рік тому +3

    ni gute ushobora kubaza umuntu les causes de sa rupture amoureuse…à la base émission ntiyari sur sa vie personnelle…girls I am sorry to say but you were to much into her business

  • @nduwimanaemery1096
    @nduwimanaemery1096 Рік тому

    ngo 3 ans ar célib,mumbariz aho akora kugira yame asohoka muma brunch?slay mbaya😂😂

    • @Christabellairakozewabuja
      @Christabellairakozewabuja 9 місяців тому

      Donc umukobwa asohoka kubera afise umuntu barikumwe muri relationship ??? Mentalité yawe ntiri évoluée na gato, hama ngo ntakora ni umu slayquenn, mwoba muzinanye à titre personnel kugira umenye ko adakora ??? Ico nico gituma abo bakobwa baguma bari célibataire iyo myaka yose ni kubera abantu bafise ivyoyumviro vyo hasi cane nkawe

    • @sandrineniyonkuru4883
      @sandrineniyonkuru4883 9 місяців тому

      😂😂😂😂😂😂😂

  • @emmanuellairambona3749
    @emmanuellairambona3749 Рік тому

    Basha muri beza,ahantu heza ariko ururimi rwa bamwe rwanyereye muta sujet ,mwibagiye ko muri mu ikiganiro? Muzana .....

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Рік тому +2

    Murasaneza kbs you are samrt ❤🇧🇮❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💯✅🔥🔥🔥🔥👊👊👊👌👌👌

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Рік тому

    J s8 là,necessairement pour les Beautés😍👌🏽
    La Mentalité ya bamwe 🤔👎🏽
    Very Feminist,very detrimental,Fear nd Emotional damages !Liers pretend to be Sngle nd Happy while they Broken inside!
    My Sister,is not your Choice to be Single,fact is No 1 is bringing a Ring to Marry you!
    Yes Men ll want you for a Smash,ariko Igipimo ni Alliance kugatoke not guteretwa😊
    Icompaye bakantumira muri Debat!

    • @Christabellairakozewabuja
      @Christabellairakozewabuja 9 місяців тому

      Aiiieeeee rekaaaaa bamuvuga ivyo muzi sha hariho abakobwa bataba bashashaye izo mariages muhayagiza , kuba en couple , kugira mariage ce n'est pas une fin mu buzima kandi si accomplissement bivana nivyo umuntu wese ashaka gushikako nama objectifs yiwe...
      Donc mushinganta mwotanga avis yanyu mais mukareka gushira abantu bose hamwe, abakobwa bose ntibakanrwa nama demandes en mariage ubu aho hari kera, hari abakobwa pour qui kuba célibataire ari choix kandi iri assumé apana kubera babuze. Merci

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 9 місяців тому

      @@Christabellairakozewabuja Ok 😊
      Christa Bella, Merci pour lire mon Opinion.ariko umenye ko universal society itagendera kuri Feminine sentiments.
      Iciyumviro canyu Kiri basé kuri sentiments individuel Mais pas la réalité sociale.
      Hama ntaribagira agaciro k Umugore gahagaze kubitigiri vy abagabo bamaze kumukorako.
      ashaka canke adashaka Umugabo le problème en est que la société globale s en fou.blame the
      Almighty God not Men!
      Lest I forget,ndashigikiye Kandi ni vyiza cane ko haba emancipation des femmes ariko abakobwa kenshi baca baborerwa bakayihinduramwo Masculisation des femmes.aho niho Conflicts zihagaze tureke kuronderera iyo bitari.twese turakeneranye ..twige uko twokwubaka société iri solide..
      Abagore batigira Ibigabo!
      Abagabo batigira utugabo!
      Kandi twese turazi ko ata objectifs yokwibana Umugore akomeye ahitamwo kiretse yabuze canke adashimishwa n umugabo umwe!
      Aho naho agaciro kiwe turazi uko kareha!

    • @Christabellairakozewabuja
      @Christabellairakozewabuja 9 місяців тому

      Le soucis sivyo uvuga canke wiyumvira, le problème nukwo uri hors sujet oft muma comments yawe... muri abo bakobwa harimwo uwo muzinanye personnellement ? Woba uzi igituma aba single bari single ???
      Hama uvuze ngo la réalité sociale ???? La réalité yawe ? Ya société iyihe ??? Hagarika gushira abantu muma cases s'il vous plaît.... ndagusibiyemwo abakobwa nkabo baguma bari célibataires kubera abantu biyumvira nkawe... Ngo abakobwa bashaka kuba féministes banywa inzoga ??? Jewe nta nzoga nabonye kuri tables yabo ba dames umengo ?
      Bref ivyiyumviro vyawe ni vyiza kandi biraba wewe kuko niwe vyerekeye mais apana kuza ngaha kugira ama généralités ushaka gucasa abantu utazi ivyo nivyo utazi aho harimwo des mères de famille kandi mariées ou pas babikora neza cane au final c'est ce qui compte

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 9 місяців тому

      @@Christabellairakozewabuja 😊😊🤦🏾‍♂️
      You don't get it Sister,do you?
      *Igituma Bari single?
      Oya nsinzi ariko Elles ont Les mêmes raison partout sur terre!
      Yaranca inyuma,nari nkiri muto, nari abusée.toujours cette chanson globale. chaque histories a 2 côtés ,nuko badahagara Les hommes.
      *harimwo uwonzi?Non je ne connait personne!
      *Inzoga kuri Table? Non🤣 "kuborerwa"nakoresheje imvugo mpinyanyuro ishira Imvugo ngereranyo
      Mu kizungu bita"sense figuré"
      Canke "kuborerwa"muntumbero yokuvuga ko"they are delusional"
      Marié ou pas! abagore benshi bamwe bamwe bo mu bihugu vyose kwisi baraborewe"delusional"
      Please,not alcoholic kiretse abo Imana yahezagiye bake nkawe😊.
      T es smart et facultative in I must admit.
      La réalité en est que Les femmes Moderne s en fou du tout et Tous sans même se soucier du qu'en dira t'on!🤷🏽‍♀️
      I m sorry if I offended you or any other lady out there,however this a fact that most Men ll agree with me.
      1+1=2 it cannot change to be 4 or 6
      Ukuri kuguma ari Ukuri.Abagabo bose bonyunganira!
      Kandi ndabivuze mu Rukundo nta rwanko mfitiye Les femmes.
      Ni abavyeyi bacu,bashiki bacu, abakunzi nibindi but kenshi baraborewe"not drunk".elles sont dans le "Delirium"
      Umbabarire ko ntarya Umunwa😊🙏🏽
      But I like you,you very intellectual 👍🏽
      Chao for now . let's agree to disagree 😉

  • @clovisirakoze8870
    @clovisirakoze8870 Рік тому +4

    C`est horrible,quand un homme trouve une stabilité financière,il se dit:Faut que je cherche une belle femme pour partager cette vie.Mais quand une fille trouver dur frics elle se dit: J`ai pas besoin d`un homme dans ma vie,je suis confortable comme ça !

    • @Hi5392
      @Hi5392 Рік тому +4

      🙄vyanditse he ko kugira mariage ari itegeko?

    • @johnsong620
      @johnsong620 Рік тому

      @@Hi5392 muga menya wanka wemera kumwipfuza umugabo 😂 abo bivugisha ngo we don't need...."Lies!" 😂

    • @florianempumuriza3570
      @florianempumuriza3570 Рік тому

      C'est notre pauvre mentalite malheureuset!....tt le monde a sa conception des choses!...

    • @leilaprinciaishimwe191
      @leilaprinciaishimwe191 Рік тому

      That is nature! Actually yu can't change anything about it

    • @johnsong620
      @johnsong620 Рік тому

      @@leilaprinciaishimwe191 that's the difference most of the times men have a vision a goal work hard to get there doesn't happen over night! But girls on the other hand most of the time they just want the finish products they can't work hard and never give up but not all the girls most of them. That's the difference between men and women.

  • @soniakayonga4873
    @soniakayonga4873 Рік тому

    Fun and facts mwarayihevye ??? Dugakora unsuscribe 😂

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka Рік тому +3

    N'ibi teinture bitakubereye no gushaka kwigana les gestes z'aba noire ameircaines bo muri ghettos...genda nta mugabo muzima yokwiteza!

    • @florianempumuriza3570
      @florianempumuriza3570 Рік тому

      Toi tu es jaloux!Laisse-la vivre!....

    • @MalekagetwellsoonmajestyAlharb
      @MalekagetwellsoonmajestyAlharb Рік тому +1

      Ntabwo ubushe... Ariko niko yamye... (kamenge ni mbali🤣)

    • @Ida35715
      @Ida35715 Рік тому

      K'ubishizemwo inzigo 😂 canke uri umu ex wiwe? 😂

    • @nanakim9451
      @nanakim9451 Рік тому

      😂😂🤣🤣

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 Рік тому

      Il a raison!
      Modern women are Delusional!
      bibaza ko bafise control na Choix ya Relationship!
      Oya! Control afise ni ikiri hagati yamaguru gusa,
      Impeta k Urutoke niyo Gipimo!!!
      Natwereke Impeta yabenze hama twemere ko ariwe ashaka kuba Single!