Igice.1

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 28 чер 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
  • Ігри

КОМЕНТАРІ • 48

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 5 днів тому +9

    Mbe basha aba DD ninde yinjiye mumutwe wabo akabiba ubwenge.

  • @nmnteamdknn8405
    @nmnteamdknn8405 5 днів тому +2

    Wilson hejuru caaane uraciye ubwenge Kandi uvuga neza… mwese muri muri ino space mein sheer caneee burundi bwejo turabakunda turabahsihikiye.. zmuduha icizere

  • @nmnteamdknn8405
    @nmnteamdknn8405 5 днів тому +3

    Uwo muntu medal ntaco kuba Mumuha ijambo.. uyo ni rofa ntaco yoshikiriza abantu

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 5 днів тому +4

    Mbaye uwamber abaza nyuma mumpe rinke

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 5 днів тому +1

    Uwo munyamurenge, muha umurongo nagende aharanire kongo yabo

  • @jhappynesjo8747
    @jhappynesjo8747 4 дні тому

    😅🥲ntajambo Medary , komeza wirirre😂amahera ya dd , Ariko umugabo❤nuwuvuga ukuri..

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 5 днів тому +2

    Igihugu s'icana,igihugu s'abana

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 5 днів тому

    Ingunguru igaragara ivuza urwamo

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 5 днів тому +5

    Ntabintu vyubwoko tukirimwo umwansi wacu numu DD ubu

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 4 дні тому

    Bip up to kaya free❤

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 5 днів тому

    Mwebwe mutunganya ikiganiro mukwiye nukuvugisha abarindi turi muri Australia.

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 5 днів тому

    medare ashaka neva amugire ministre wa1 mureke ariko aricira amanota kwa neva

  • @inababirigaga3645
    @inababirigaga3645 5 днів тому +3

    Uyo muntu namba ari medari ararwaye mu mutwe

    • @user-zd9ck8km5i
      @user-zd9ck8km5i 5 днів тому +1

      Eka ni igisare casaze. Imbonerakure butwi

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 5 днів тому +1

    Kubera iki muharira kubitabaraba ?Ikiganiro gikwirikira mwagomba kuduha ijambo. Ukaba wahunze kubera amakosa yakoze nasabe imbabazi umukuru wigihugu .Ibisigaye tanga intererano ingene igihugu cotera imbere

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 5 днів тому

    medare ararwaye mukure kumurongo

  • @AdB-oe9yh
    @AdB-oe9yh 5 днів тому +1

    Iyo mbwa muyiha ijambo gute?

  • @suadonahayo
    @suadonahayo 5 днів тому

    Danier ndumiwe.ubabwire bazoze bakora ibiganiro nkivyo vya oposant naba dd

  • @fiacrenkenguburundi6558
    @fiacrenkenguburundi6558 5 днів тому

    😂😂😂 yahora apfunzwe none uwomuntu ninde yamuzanye ariko ga yemwe Uzi ubukene yifitiye

  • @schollaschol3948
    @schollaschol3948 4 дні тому

    Namwe mukunda kuvuga U Rwanda igikomye cose U Rwanda .igitoro nu Rwanda 😃😃😃

  • @user-wh2wg2dg7g
    @user-wh2wg2dg7g 5 днів тому

    Aba dd nibon bemeregwa gukora utari umu dd NTI wemeregwe

  • @desirerukemanganizi4403
    @desirerukemanganizi4403 5 днів тому +1

    Ikiganiro ntikiri cadré. Ni akajagari. Hanyuma muhore mutumira abafise ico bashikiriza cubaka kandi bazi ubuzima bw'abarundi apana Medard umengo aba hejuru y'ibicu. Iyo aba yari mu Burundi yamenya nimba igitoro kihari canke amazi amatara....canke nimba abantu bivugisha

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i 5 днів тому +2

    Senyamwiza, urakoze gukurugutura iyo mbonerakura umengo ni débile

  • @user-xn9od4ze1j
    @user-xn9od4ze1j 5 днів тому

    Ariko abamenyesha makuru mwarahezagiwe kweli,Abo bantu iyo muriko muravugana Uba uriko uriruhishiriza ubusa,Abo banyamurenge bivugira ko babayeho neza nukuri jewe ndemezako ABA dd biyegereje Abo banyamurenge kugira bazogume bibuka ivyu bwicanyi bakorewe mugatumba ntarukundo babakundaaaaa

  • @HabaAugustin-fs2sd
    @HabaAugustin-fs2sd 5 днів тому

    Ikintu ibijuju bihuriyeko nuko binyuzwe

  • @user-ry7il6bz6w
    @user-ry7il6bz6w 5 днів тому

    Avuzeko batiba natubwire abivye 47$million natubwire zibwe nabanyarwanda? Cank nabarundi ba cndd -fdd

  • @nmnteamdknn8405
    @nmnteamdknn8405 5 днів тому

    Je aho ba dd ntaho nzi ndabumva ku ma radio.. ariko uwo Kenny Claude yaravuze ngo “abatutsi hameze nkimbwa, ngo nizo zitigera zigwira Kandi zitaribwa…” personally narumiwe Sinibaza ko harumuntu afise urwanko rungana gutya.. ye go hari abantu baba bafise ishavu kubera ikibi boba barakorewe mu buryo bumwe nubundi… abarundi turabana abahutu n abatutsi Kandi turi bamwe ariko hari abantu bakwiye kuvuzwa mumutwe kubera bararwaye.. uwo Kenny Claude arimwo

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 3 дні тому

    Umukuru w'igihugu ntaco afise aganira ntazi gukora iciza, ivyo avuga biteye isoni, il n'est pas digne de diriger le pays

  • @nmnteamdknn8405
    @nmnteamdknn8405 5 днів тому +1

    Barana signifyeee

  • @SaidiSaidia
    @SaidiSaidia 2 дні тому

    Turabashimiye.cane.mukigoro.mukebura.banyakubahwa.bunviraho.murakoze.murame.ukonyene.tuzohava.tuvayo

  • @user-lt2qh5dj1b
    @user-lt2qh5dj1b 5 днів тому

    Kwiga twiga ubumenyi ariko ubwenge nubuvukano canke impano kuko urashobora kwiga ariko ukabura ubwenge karemano ukavuga Nabi ugakora nabi

  • @cassiennibaruta3707
    @cassiennibaruta3707 4 дні тому

    Bwira uyo Médard ko président yaraye avuze ko ibisuma n'abambuzi yabababariye

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 5 днів тому

    Yemwe,none iyombonerakure,mugabo hinge ndsbe simpave nihenda

  • @user-wh2wg2dg7g
    @user-wh2wg2dg7g 5 днів тому

    Médar MWe muribisuma muriko mwibigihugu mwirigwa munyuruza abantu mubica

  • @amissicadeau3062
    @amissicadeau3062 5 днів тому +1

    None nomudihe link

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 5 днів тому

    Ok! Iconadhaka kuvuga hinge ndabibuge ndabibonye. Iyombonrrakure ivuga ngo ntibasibire kuvuga yuko ndsyishimiye sri incomprtant,none kuki sbarundi inzata igitoro i intu vyose bizimvye, ariko mu rwanda igitoro imfungurwa sbantu bagungura imisiyose kandi gatatu kumusi imurundi na rimwe bigoye kugira sbironke u u yo uga ko ndsyishimiye ari competant ?

  • @user-wh2wg2dg7g
    @user-wh2wg2dg7g 5 днів тому

    Médar ntakuri nakumwe uhaye uvuga nimuduhe igitoro

  • @emilemanirakiza1506
    @emilemanirakiza1506 5 днів тому

    Nkico kigugu mumuhamagara ngo yishure iki? Nibibazo afise ntiyovyishura! So mutumira awufise icavuga

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i 5 днів тому +2

    Ibaze uyu ngo ni chargé d'affaires n'ubujuju bwinshi. Baravuga ibibazo vy'uburundi akazana FPR, iyoyo uyizanye ute? Gusa mwaranyegewe n'umugera w 'amacakubiri nivyo bizingamitse aba bantu.

    • @user-be9yz8jh2d
      @user-be9yz8jh2d 2 дні тому

      Oya bamwe bavuga FDLR abandi ngo FPR .ivyo vyerekana ingengabitekerezo ifatiye kubwoko .

  • @patricknshimirimana8064
    @patricknshimirimana8064 5 днів тому

    Karabaye

  • @user-wh2wg2dg7g
    @user-wh2wg2dg7g 5 днів тому

    None ugombe kotuba nka eta sini

  • @user-be9yz8jh2d
    @user-be9yz8jh2d 2 дні тому

    Mbega impunzi z,abarundi ziri murwanda gusa ?? Ubujinga nk,ubwo za mubureka ! Ntanterahamwe ziri muburundi ! Ivyo sivyo twebwe nta collaboration ya FDLR ihari muze muvug,ukuri !!!

  • @user-be9yz8jh2d
    @user-be9yz8jh2d 2 дні тому

    Mwebwe mwabagabo mwe ntimukongere kuvuga yuko FDLR n,uburundi bakorana ! Nimuvuge ibintu mwatohoje neza ! Umuntu wese ariko arazana ingengabitekerezo y,ubwoko mubihebe .FDLR ntaho yigeze ikorana n,uburundi Jewe kur,ico numva ar,intumbero y,ugukaburira kagame kwank,uburundi ! Ariko abigir,abatutsi b,uburundi bamenye naho kagame yofat,uburundi atamututsi wo muburundi akunda ! Ahubwo iyo ni Politike igamije inyungu ziwe n,abanyarwanda biwe ! Uwobabaza izo nterahamwe mwozerekana ???

  • @nyandwiremy5938
    @nyandwiremy5938 5 днів тому

    Ubuzima buragoye American

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg 5 днів тому

    ewe medary ukuntu wewe wakuze tulakuzi walagizamanyanga balagufunga hama baguha igitulole chokuvugila cndd ubu usigayuvuga wita nkinzogela lolela uzobona akamalo cndd fdd izokumalila lolela kandi medary avuga asahagulika nkase amuvyala nasewabo vuvuzela kilogologo😅😅😅