Iyindi nyishu ku bijanye n'imipanga, l'autre réponse sur l'affaire des machettes│Révérien Ndikuriyo

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 29 кві 2024
  • Inyuma y'aho itororokanirizo ry'amakuru "Le Mandat" risohoreye itangazo ry'ukubangira ku nkuru ijanye n'imipanga ( lemandat.org/kir/blog/2024/04... ), umugambwe CNDD-FDD waratumyeko abamenyeshamakuru mu kiganiro cabajijwemwo ico kibazo c'imipanga.
    Kw'igenekerezo rya 8 Ndamukiza 2024, itororokanirizo ry'amakuru "Le Mandat" ryari ryavuze ibijanye n'ico kiganiro uwo mugambwe uri ku butegetsi mu Burundi wariko urategura ( lemandat.org/kir/blog/2024/04... ).

КОМЕНТАРІ • 1

  • @Kwantare257
    @Kwantare257 2 місяці тому

    Jewe mukavuga kwinzira igisirikare ntampembo nzabaka gusa muze mumpe ico kurya gikwiye nzapfira igihugu canjee😂😂😂❤❤❤❤❤