#Reverin
Вставка
- Опубліковано 29 чер 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - Ігри
kabisa ingabirano yo kurongora si iya bose. neva yaba umurimyi mwiza.
Nokuririmba ntavyazi hubwo iyoyegera mutima akamwiea ubukomedie
@@ReemAl-Qahtani-se6bl navuze kurima not kuririmba. nyamara ararima/arahinga akeza, ntumusuzugure.
Ndakwemer vrt uduh amakur atarik ivumb wubahw
Wamwanaw tugwana ahobagejje igihugu wewarahageze iyokofiya itukura warikuyambara urogotwa ivyutazi
Reveriyano numushenzi kweri
Ababagabo banwa urumogi nibagende gaho bareke kuza barahonyanga ibanyagihugu
Ndayishimiye ararwaye arafise akabazo mu mutwe kweli, muzobona akuye impuzu mw'ibarabara
Abategetsi benshi Burundi ni ibifyoti
Kworora isazi ubushaka kugwiza indwara ya korera namacinya
Birashika ugasanga président arafise dili y'imiti ya choléra ashaka ko isohoka man business Niko ikorwa.
Reta yose yabadde bavuga amagambo nkayabungere gutukana byonyine nimba hatarenze duhaguruke ubunyene twirukane ibyobijuju
Harabavye kweli isazi imisiba bacumugani si akwanka akuraga ivyamunaniye
Mutama Nkurunziza ko yubatse amashure kugira abana b'Uburundi bige kubwinshi, ubu rero kwiga mu Burundi ntagaciro bigifise! Yemwe Imana itabare igihugu cacu.
Azigufatiswa gusa 😮😮😮😮 ikijuju kiraho uyo mugabo ndamwanka Imani mbabarire mbega Abana babo.ntibiga babigisha kufatiswa 🎉🎉🎉🎉
Kirazira kugira inzigo nkiyo kuko imana muzonyuranwa nayo naho umuntu atokora ivyo ushima ihe amahoro ntaco uzoba
Soma usomavyo CV ya mwisho ni pesa .rekana nivyobintu Abo bararenganye
@@niyorukizaelias8142barenganye he ? Ku yo bivye ivyo kubitakaza numwanya muto uvuyeho
Ni très méchant. Ni umwiyemezi mubujuju bwinshi
Itekererz burya harumusi Iman uzokora umuti
Wew akuberey ukoze urongore turabe
Gufata INSWA,INSWA,INSWA!!!😂😂😂😂!!!
Har ikintu gikomey ntari bwamenye !!!! Kumbe vuvu yari yashizweho nk'igikoresho ca Nkurunziza Kuko yarazi ko ubwenge bwiwe budakwiye,ko azomukoresha nka machine ordinateur,rero aho ibintu vyononekariye nuko neva baciye bamwigisha uko bokwica Nkurunziza
Erega kazihise niwe yamubesheye emwe n'abana bavuka baraziko uburundi bwuzuyemwo inzara ahubwo n'ibara nagende yorore insazi nivyo ashoboye
Niyompavu.nabana.bacu.batagishaka.kwiga😢😢😢
Baramuhayeko aca arabatuma bibecose
Nico gituma batazi amategeko y, igihugu!
Mbewwe urigiki uvuga ngobakubarize neva wew umaziki ikoresho cagwasa nabangendakumana toka
Na Neva yaramaramaye kuri stade ya Kenya imbere yabandi ba president na namahanga
Nihatari kweli.
Iyo bahamiriza kuvuga English @nigishwahil ibindi bakavyihoza Sinon uburundi bwasubiye inyuma cane
ABA bategetsi Burundi murikigihe ntacyo bazamarira Burundi uretse guheza Burundi mubukene barutwa na Nkurunziza
Kwiga ukamenya ururimi nivyiza mugihe urumurongozi
Neva nurusuma rwambere yafunze bunyoni NGO yarivye
Iyoooooo nibara isazi zirorogwa
Uyumumaman iyavuze nicwa n'agatwengo ntavuga avuza induru kabisa
Batteries faible😂ibaze nkuwu ngo arongoye inama nkenguza mateka😢hama ngo bo sinya contrat zishobora kuduteza imbere bataba bazi nivyanditsemwo
Karabaye kabisa
Ariko vrma! Je nibazako mwovuga ibindi bibazo vyoba bihanze igihugu nahubundi ivyo bavuze nukuri kwigendera. Dukuyemwo Bagaza kuntwaro yiwe yarimwo abize bafise nivyo bokwerekana baranguye, nimuzane ibikorwa bigaragara vyaranguwe nabize uretseko igihugu cagumye gisenywa nabo bize nyene mwanka kwemera. Igihugu giheruka kugira agahengwe gitwarwa nabatize( intwaro ya cami) no kuntwaro yabize ( intwaro ya Bagaza). Ivyo abo Bategetsi2 bavuze nukuri 100%. Ikibuze gusa nuko invugo bakoresheje yarikwiye ko abahinga babarundi abo bitwa ko bize baca baja hamwe bakayicukumbura guko izo discours 2 zirimwo ubwenge ariho baca batangura kwibaza aho bohera kugira abanyempano bahabwe agaciro bayobowe nabo bize (consultants) bikunde turonke iterambere.
Amabara yose ntaberibwa 😂😂😂😂😂
😊😊reka reka,batubujije korora Inka none ngo imisiba nisazi? Nhatar kw
er
I can speak English, but not speech 😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂
Nakamuna 😂😂😂😂
😀😀😀
navuge mu kirundi turamwumva cg avuge mu gifaransa, barasemura.
Nne iyomisiba n'izonsazi yoroye,yararonse isoko?
Imisiba n'ik
Namashuri bachiyemo nkuyo president yigiyehe amashuri yahe.gute mwatwara igihugu namashuri mufite muveho muriko muratumaramaza
Non bene abo bazungu barazi ikirund
Ntaberimbwa 🏃🏃🏃🏃🏃🏃
Jenumva ariwewe udebagura unadedemba hanura abomurikumw mwihane akajagari
Sha 😅😅😅mugisha numuti wiryinyo 😅😅😅😅
Oya hariho ibintu abantu bavuga nkibazak vyasunitsw n'impemu
Uyu mjinga nyakuruswa mubona harico bomarira igihugu😂
None ikiteyisoni nikihe? Nabazungu si bose bazi icongereza,rero simbona inkuru mutuzaniye ivyayo
Mwebwe Guma muboroga boroga boroga boroga boroga boroga boroga boroga ntaubumva atari twatuefunere turikurushi
Tutize kubana nkabavukana tuzofa ataco twimariye mugihugu cacu
Reka kuturenzugwmo tweharinzara utubonana
Ivyo biragusha nn icocongereza uzokirya mujinga nawe urikijuju
Umunt wes naw uli gupostinga akora ivyiza nibibi ko muharura ibibi ivyiza ko mutabivuga
Turiko dutwarwa nibijuju
Hari ibara ritabera imbwa
Aho uriko urihenda gose. Ni aba president bangahe batavuga igufaransa canke icongeleza?
Nimureke kurogotwa
None ahugumuvugako atabirya uravye ubwobwenge bwiwe ubonasa nuwobarengeye kuryimisiba ??
Bro ufise umutwe munini muga ubwenge ikirenga so zumuzungu araza ngaha aka vuga discours #mukirundi???
Je nzanibaz ko ababantu abari kubutegets kobatavyunviriza
Bwa bwiyemezi bwose nivyo vyiwe? 😂😂😂😂😂
Uyu mugabo ndayishimiye numugome karundura ntabwo akunda abenegihugu ariko abagira inama yokorora amasazi menshi munyuma yokorora amasazi borwara macinya noneho bapfe
Ikintu novuga kwibi vyokwugara imbibe nibamenyeko Tanganyika rugizwe n'utugezi umunsi twakamye narwa ruzokama rindira
Ahubwo abategetsi bose ba Afrika nibamenyere kuvuga indimi zabo bahebagaciro indimi zabo. Kugaya uwutaruvuga nukwerekana ko unukoloni butaraherengetera mu Bantu.
Ivyo bijuju
Ccolonisation, kuki abazungu batiga ikirundi. Abazungu iyo baje iburundi babaronsa ababasobanurira. None nabo aba ari ibijuju?
Kuvuga izabanyamahanga sikwo kumenya ubwenge pe.
Ururubuga gwawe nukuruheba nugwabungere bimbwa
Izonsaz azigurich kubaroz
Mumushinge ubunzi nokorora
Tuuuuuuurashize!!!!!🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nawe mumenyesha makuru nawe urikigugu,umuzigu ageze muburundi akananirwa nokuvuga ikirundi kutavuga KO yamaramaye canke kutamutwenga? Reverier sumwongereza n'umurundi ,kuba atavuga icongereza c'est normal
😳😳😳😳
Murabajinga gunsa imisega gunsa murigutukishya peresudant mwishyiriraho alajwiyanyu nobyumviro btanyu mukamushyira mumajwi ataraye muribicyucu gunsa epu jyenda
Nn bankir abana kwiga baz bacik ibijuju nkuk kwabo abayoboz bikigihe yemwe 😢
imvugo nk'iz'abungere kabisa, kwiga ni ngombwa, ubumenyi nibwo buyoboye isi.
imisiba nimiki!!??
Vert de terre sinzi KO ucumva simbona uko umuntu yokivuga ukacumva nudusimba twikuba hasi nkinzoka ariko dutoya dukunda Kuba mumazi
Uburundi buravumye Kandi mushaka muvyemere kabisa
Nibisanzwe kubera nabacina bavuga igicina cabo hakenewe gusa uwusigura
Abobasubw nabashakar batigihug bakagenda gucakar batazururim bararwig bakarumeny non nkuy arumutegets ataz icongerez asubwananj niziyamberegus😂😂😂😂😂
ivyo birofa
Ejo nimwumva izondwarazose zateye mugihugu muzocemumenyahozaturutse
None umuzungu yovugikirundi?
Ubu arabonako cofata inswa😂😂😂
none mwishamba hari ikizungu Cari kiriyo ko hariyo inkoho
Nihatari bahawe nuko bitwa ko barashe nayubundi ntavyabo
Mwijambo rimwe message yanje mbona twagomba guhangana nibibazo vyotuma umuntu aba mugihugu ciwe neza atekaniwe guko ibihugu vyose ahubwo bibayeho neza kubera imico nimigenzo kama harimwo nizondimi nivyo bakomeje. Rero izo critics zituma abategetsi bacu umengo nizo kubifatira mumahanga kuburyo niyo ucicishijemwo intererano yivyokosorwa badashobora kuba bobiha agaciro kuko muba mwagwije nubusa mumpinyanyuro yamajambo bavuga. Ndahejeje
Ntarusoro pfawambay nubuhanuzi bupfuy Toka kutavuze Buyoya bagaza micombero sibobatumaz ntiwariho nev Kuko yorosh mwamumerey kwamenyo
😂😂😂😂😂😂 birababaje
Iconikirundi Avuga
😂😂😂😂😂😂😂intwaro yabo bagabo yiyi mwaka bose mumitwe Futi
Muburundi umengo twanyoy,urumogitwese harabuze numusirikare yiyemera nka Niyombare yopfumakubita kudeta urabonayabarundibagowe abarundi wogiratwese turabore ntanuwubonahotugezunomusi
Uraza uyikubite Nawe Ivyo kura mumutwe abarundi twarabihaze.
Ikindi ambassades zabo bazungu ziri ngaho muburundi kuki message batavuga izo speech mururimi twunva rwiwacu? Mbe hamwe hoho bovuga mururimi twunva rwacu boruvuga neza nkuko twebwe turuvuga? Nico gituma arindimi nvamahanga rero mubitahure. Nawe uradutegurira icokiganiro mururimi rwigihugu utuyemwo uvuge utariko urasoma tuzogutore amakosa umuyoro! Uretseko vyari ibisanzwe gusa guko atari kavukire.
Mukama!!!!
None kutavuga ururimi si ibisanzwe?? Biden azi i gi spanish ? Canke igifaransa?
Kagame azi igifaransa ? Nigiswahili kibanyi ko atanico azi???
Ja mureka kwandagaza abarongozi b’igihugu canyu … niho muza muhura nimivumo mutazi iyo iva kumbe ari akagaye kanyu
Nuko abarundi dudatahurako kwiga ari agacinyizo mukandi bega kuberiki abazungu nabo batokwiga indimi zacu nabo kararabako bitonahanga nabo niyo bagiye mubindi bihugu bavuga indimi bavukiyemwo sindabona umuzungu ataviga ururimi ryiwe uwuzi indimi zose nakirize irutoke nca ndamwemera
Ubwo namwe mwabaye abazungu?😂😂😂
😂😂😂😂😂
❤ aheje atsindira 15000000 . Nawe uraho urasamye ku tu views 10k .
Atsindira iki ? 🙄 Wakajuju kimbonerakure kishwe nakigoyi
😅😅
Erega namwebwe muvuga vyinshi mukarenza English kumunanira ntibitangaje kubera sirworurimi rwiwe ko benezo izondimi badakoresha izabandi ?? Kuberiki abany’Africa mukunda kwidadira mundimi zabandi ariko bobo ntibige iziwanyu ??
Abarundi cane cane aba opposants ico muzi murazi guki critiquant kuwoa mutavuga rumwe 😂😂😂
Ok tubwire ivyashikiye Prsds # Poutine uko yavuze icongereza arikumwe n'umwami w'ubwongereza.
Ureke ubujiji nubuswa gusa bukuzuyemwo.
Nawurabibona abobagabo barihanze nkekabanwa zakokayine
Ukuri kuravugwa, ntamuntu n'umwe yoshigikira ititugwa rya éducation, urumutware ukavugako ukowiga arikubikijuju, cankengo kwiga ntibifata iswa,
Aho Rero sinobashigikira kuko nahatugeze nikubera ishure,
Éducation ni karagara muruganda ntibacure, humura yesu arikungoma araje abigenze neza🙏🙏🙏
ndayishimiye est juste un délinquant. Il fait honte tout simplement. Le ridicule ne tue pas
😂😂😂
Iyo worora isazi uba uri umunyamwanda(gisanumwavu)
,,,,,😂😂😂😂😂😂,,,,,,