Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mubandanye mukora vraiment so great👏👍
hello nange mpageze mubambere nkibisanzwe ni jean luc umwe ubakunda byumwihariko ndi Kigali mu Rwanda abantumukunda flim ishyari mumpe udutima❤❤❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️💜💙💚💛🤎🖤🤍💘💝💖💌❤️❤️💜 nice film
Basha murakina neza cne ze muraduha suite mwihuse tubarinyuma
Abakunz bishari mumpe izo like zanj bash❤❤❤❤
Ishari ❤❤❤❤ gusa birababaje kubona mugiye gupfungushs urenganywa ndagomba kuzobona ukuri kwatsinze ikinyoma😢😢😢😢😢
Ndabaye uwa3 abakunzi bi shari series tumenyane🔥🔥🔥♥️♥️♥️♥️
Pinthia ndizerako Imana izokumurikira ikakwereka uwakugiriye nabi BRAYAN nawe akarenganurwa❤❤❤
Nukuri Imana ibikore inzirakarengan irenganurwe
Très bien👍🏻👍🏻👍🏻gusa iyaba vyokunda mwoza muradusoherera épisode 2 kundwi kuko imwe ihera tudashaka🙈🙈🙈🙈
Mbaye uwa 95 amashurwe yanje ndayahabwe😂😂😂
ndabakund cane kweli muranyoher❤❤❤❤❤❤❤
Waouùuu murab mutwongerez iyind iminota iratesa kabx courage pe❤❤❤❤❤
Ahubwo Yaba vyakunda mwaza murayidiha kumusi kumusi😂😂 pinthia ndagukunda ❤
Ishari riravyay ishamba!ariko ikibi ntaho cigeze gitsinda iciza ukuri kuzoteba kumenyekane❤❤❤
Yoo!! Ntimumufugich Bach brayan 😢😢 penthia uraraba wibukenez uchik muhira iwab❤❤
Ishari ndabon plitia arigusubiza ubweng inyuma yibik blayani nizereko uzomeny ukur❤❤❤❤🎉🎉🎉
Ndahageze kwi shari havugwamaki rekantekane ndabe ibirimwo🎉🎉🎉
courage ,imbere ni heza 🙌❤🥰🥰
Brillan Imana ikurwanirire kandi uzotsinda ico gihemu.ico gihungu ndacanka
Pinthia abakobw dukururw n ubusa,ntuhirahir ng winjiz m mutim wae ico gikoko 😢😢 Brian n inzirakarengan!courage j ndabakund
Yooo mubihurizeko nukuri mumugirire imbabazi ararenganywa jewe ndashaka umuhemu azojahabona❤❤❤🎉🎉🎉
Urarab neza pithia ntuzohav wicuza ubugira kandii
Yooooooo?!!! Ntimumufungishe basha siw yabikoze.
Wooooaaaah cadeau wanje courage 🎉🎉🎉🎉❤❤❤🔥🔥🔥🔥
Duharire abatugiriye nabi🙏 courage❤❤❤❤❤
Namubabarire sha kugr film iryoh gose ivyugoruhungu bimenyekane
Ndabakunda from Rwanda❤❤
Nazinduts nanj abakunz b'ishari tumenyan 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Pitia tangur utekerez k Brown atariw yakwakiriy iwabo muce mwigikibaz iy cavuy 😢💪💪🥰🥰
Nukuri courage Kandi ndasabye pitia wibuke neza udakora ikosa ryoguhubuka mugafungisha brayan arengana sikibi aruwo murikumwe reka nizereko uzatuzanira iyindi ukuri kwagiye ahabona
Wow nice series it's good❤
Abakunzi ba série ISHARI twahishikiye. Nayo abategura ino série ISHARI murashoboye peeeee.
Yooooh nimumubbarre brogan nimuduh suit mbna bshsh❤❤❤
Abakunzi biyiserie ishari mbisabire murirwarukundo mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage ariko mukina gato murogezako iminota yindi.
Pinthia uzicuza 😭😭😭ivyo uzohura navyo kuri Kévin bizogukomerets'umutima kurusha☹️☹️😢😢😢😢 wipfuz Brayan bitagikunda 😢😢
Ukuri kwuzuye kko Kevin afise uwundi bdakundanye
Nukuri azicuza kl kk ivy vyose vyakoze Kevin kuber Ishari gusa
Erega nawe ntazi ukuri
Couragee Mwakinye nezaa canez
Pithia uranyic kabisaaa
Ew pinthia urzmbabj uzohur nibisang bisulbivyamber kubwishari gus nyn n mam brayn naw ishetani😄😄
Courage kwl.❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Penthia dushak kumeny ukuri gufung Bryan siyo solution Kevin naw ariko arakubesha Big up 👊👊👊👊
Uzobura brayan wongere ubure n'a Kevin abakobwa dufise ubwenge buke amaso yacu abona ahonyene ageza ntazi kubona mbali😂😂😂
Courage!bithia babarira sh!nawe Kevin urasarisha kumishatsiiii
Kevin uri igikoko c'umuhungu ivyurik ukorer Brayan uzovyicuza bury ikinyo kimar umusi ntikimar umwaka!Prithia ntujan nyabahurur chri waw uramuz nez kwatakibi yogukorer rer garur umutim hakir kare sinon uzicuza ataco ugikiza
Yooo mbega abakobwa weeeee ntidukunda turaharara
Brian ndababay ubury arenganyw sh😭😭sh urukundo rurimw ishar pee ninay mpamvu uwutabay maso ahura nababesh nka Kevin peee🙆🙆GS courag bantu banjee❤❤
❤❤❤❤ gusa uwo mu Mama agwaje umukobw wiwe nakine neza areke ubwoba kuko Arik avuga ivyo yaborotse
Pinthia womenya ko Kévin na mukase wa Brayan aribo nkozi z'ikibi ntiwokwanka Brayan kdi Kévin agufitiye umugambi mubi yifitiye uwundi
Ndashak kubon scène pitia yameny ukuru kwel k uwo yizey ariw yamuhemukiye
Kuk wew nturaba kure ntunibuka uwaguhaye ibiyovyabwenge kandi na Kevin nabonye afise chr
Bintia umunsi uzamenyako uwomurigukundana ariwe wagufashe kungufu uzicuza ndabakunda from rwanda
Brayan biragend gute kugomb gufungwaa kandi urinzirakarengane kubwo umuvyeyi agutunze
Wow kuba atanguy kwibuka aho mbon hagiye guusha peeee
Courage❤ série ishari hejuru cane🎉
Ibuka amajambo maman mubi wa brayan yakwakirihe ucompare naya brayan yar yakubwiy uratoramwo ikintu
Ndabakunda courage mubikora neza
Courage vrmnt 💪💪 ndabakunda 🥰🥰
Ndabakunda can murigish nez!
Eg twahashitse kbx❤❤❤
Muduhaye gato ariko courage❤
Pinthia niyibuk KO yashits Bryan atariho ari kdi yatanguye kumv amez nabi ataraza
Pynthia ndaz KO azomenya ukuri kuwamuteye bamufata Ku nguvu.Ukuri ntikunyegezwa brateba arko kukamenyekana
Love from gtg💪💎
Abahung turi inzoka peeee nn nkuyo amwuyorobekako nzob mbona ivyany gusa mbakunda caaaan
Oya kwl nimurabe mwongeze iminota 🤔 gusa courage ❤
Ego sh pinthia urukundo ah rwamy shishoza neza binashobots useng Imana izoguhishurira inkoz yikibi iyariyo tura❤
Courage bagenzi
Bryan ararenganywa!Kevin naho yigira umwana mwiza azofatwaaa.Imana yama iri kuruhande rw'abari mukuri
5min kubintu twabonye,Oya vrm gusa ndaba❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️caneee
Baratwiba iminota myinshi😂😂
Muvyeyi,raba umu babarire.pitia nawe ckris umubabarir kk naweny siwe.ubambire ntafingwe,
Yyoooo mere ntubikore😢😢😢😢
Pinthia ndasavye Brayani ararenganwa ndakubona munym uzomeñya ukuri nukurii 😢😢
Ishàri😂😂abacerewe mundemere liks
Ni hatari kweli!! Courage !!!❤
My Team Ishari mbafite kumutima nkidodooo mukomeze gushika kure caneeeeeee hashoboka🔥🔥🔥🔥🔥☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🤝🤝🤝🤝🤝🤝✋✋✋✋✋🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹👍👍👍👍👍🧡🧡🧡💋💋💋💋💋💋💋💋💋
Félicitation my team🎉🎉
Courage bant nkund cadeau ❤❤
Igice ca 8 kitugereho
Ivyaheze mugice giheze mubigarukana umwanya munini sivyiza
𝐈𝐬𝐡𝐚𝐫𝐢 𝐫𝐲𝐚𝐛𝐚𝐲𝐞 𝐢𝐬𝐡𝐚𝐫𝐢 4:27
Binthia nukuri wari kugira umutima wubuntu brown ararenganwa ndashaka uzomenye ukuri kugo ruhungu umutima uhemutse wamana agahinda 😅😅😅
Courage bant banj
Ndababajwe n'ukuntu Brian ariko ararenganywa disi 🥰 Ewe ba marâtre muri abana babi 😢😢😢
Kévin numuhung mubi
Gusa kwl ikosa nkiryo ribaye wogomba ukabanza ukigira kure abandi bahungu
Turabakundacane mubirimwoneza❤❤ muturyoherezumusi
Nacerewe gose
Burundian movie ✌✌✌✌👊
Nanj ndahageze mubambere
Brayani.arabesherwa .baguhaye umuti muri fanta
Amashusho yuyumusi vraiment ni mabi
Courge bntu bacu ariko brayan arambabaje 😭
Ndabon irik ifant inzir iryosh arik murakwiy kwongerez iminot
Yoooo munyarukane kweriii🎉🎉🎉😂😂ndab❤
Nd uwanyum wllh😂mais ❤❤❤❤❤
Brown arambabaje disi gusa courage
Ewe isi ya none!! Uwo wizera niwe mubu kl.Bryan yararenganijweNone Kevin abandanya ubukozi bwikibi bwiwe.Basi abiwacu mundemere utuntu.Ndavuga abakunzi ba film "ISHARI"
Pintia,brian ninzirakarengane,haranira urukundo gwawe nyagwo ureke kevin,umuhemu .
Bazicuza cane Na mama wiw bameny ikibi ca Kévin 😢😢😢
Pintia harira brayan ninzirakarengane
Muratunezera cn ❤❤❤❤❤❤
Nzohimbarwa umusi ukuri kuzoja ahabona😢
Pinthia ndi hano uzoba uraraba ivyo Kevin yakoz uzumirwa kandi uzoteba ubone ko bryan arengana wicuze bitagikunda

Ndababajwe n'ukuntu Brian ariko ararenganywa disi 🥰
Ewe ba marâtre muri abana babi 😢😢😢
Kévin numuhung mubi
Gusa kwl ikosa nkiryo ribaye wogomba ukabanza ukigira kure abandi bahungu
Turabakundacane mubirimwoneza❤❤ muturyoherezumusi
Nacerewe gose
Burundian movie ✌✌✌✌👊
Nanj ndahageze mubambere
Brayani.arabesherwa .baguhaye umuti muri fanta
Amashusho yuyumusi vraiment ni mabi
Courge bntu bacu ariko brayan arambabaje 😭
Ndabon irik ifant inzir iryosh arik murakwiy kwongerez iminot
Yoooo munyarukane kweriii🎉🎉🎉😂😂ndab❤
Nd uwanyum wllh😂mais ❤❤❤❤❤
Brown arambabaje disi gusa courage
Ewe isi ya none!!
Uwo wizera niwe mubu kl.
Bryan yararenganijwe
None Kevin abandanya ubukozi bwikibi bwiwe.
Basi abiwacu mundemere utuntu.
Ndavuga abakunzi ba film "ISHARI"