Ikibazo c'IGITORO kirasezerewe//Ababoheye amaboko abenegihugu/Ama DOLLARS abayatoba turabazi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 25 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 85

  • @dejuniorthierry7074
    @dejuniorthierry7074 2 місяці тому +4

    Imana ikuturindire papa ...j ndazii ko kurongoraa abantu bakino gih bigoe kuko akarorero keza ni nkio ufis iduka ukayishiramwo abakozi 3 kuduga ..nshaka ndakubwireko bitoroha na buhoro kuko abo bakozii bataba bafis umutima umwe ... wuko bokora nkabikorera kugira ejo nabo mwene iduka abatezimbere ....naho ivyigihugu cacu capfirie ...Wubahwe caaaane mon General Neva Igihugu ugifitie urukundo ari naco gikuru❤

  • @ndayizeyewilson
    @ndayizeyewilson 2 місяці тому +17

    Ndagukunda cane gael nawe raba umpe na ka like vmt ❤

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 2 місяці тому +7

    Uyu Musaza wacu kumbe bamunaniza kandi ariko arakora neza.abo bantu naho atatubwiye amazina yabo bikebuke kuba umurongozi ugaca ugira ibintu nkivyo vyo ku bloca no kwiba kugitoro ntuba ufise umutima mwiza vrt bahinduke vrt ce n'est pas bon.Président courage.

  • @dollarswiz257
    @dollarswiz257 2 місяці тому +2

    Komera Papa BURUNDI turagukunda urimwiza gusa izo nsiha zikubabaza tuzisengere Imana yakuvuzeko vyinshi vyiza izobadukiza mpaka ushitse kw'isezerano
    Papa NEVA,SAMURAGWA songa mbele.
    Ndagukunda narabuze n'ingene nogukorako basi nokwisonga ry'impuzu yanyu

  • @Nadine-in3mj
    @Nadine-in3mj 2 місяці тому +6

    Non habuze iki kugirango mwimbe icogitoro aho muburundi abashakashatsi bariho nimubaronder turabe ko twotera imbere abarabu baratunze kubera igitoro bakivoma nkamazi kuki ubwobwenge mutoburonder kugirang dutere imbere 🇸🇦🇧🇮

  • @maxwelbgrmn
    @maxwelbgrmn 2 місяці тому +1

    The way I like this man

  • @AkimanaRachel
    @AkimanaRachel 2 місяці тому +1

    Big energy ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 2 місяці тому +2

    Amashi 🎉🎉Never,yes babyita shift zibiri 8 h a 13 h Hama l'autre groupe 13h a 18 h .

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 2 місяці тому +4

    Ndakunda umutama wacu❤❤❤

  • @MichelineBucutibwImana
    @MichelineBucutibwImana 2 місяці тому +5

    👏👏👏👏👏 wubahwe président du Burundi

  • @nahishakiyesaid51
    @nahishakiyesaid51 2 місяці тому

    Big up my president !!

  • @ICGLRGERARD
    @ICGLRGERARD 2 місяці тому

    Nkinankebura. Inyigisho ngirakamaro z'ubuntu. Jewe nakuyemwo akanje. Musaga Oyeee. Merci Prezida.

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 2 місяці тому

    Ok

  • @TwizerimanaEvode-ms6dt
    @TwizerimanaEvode-ms6dt 2 місяці тому +2

    ❤❤❤😂😂 kbisa , Azi kuganira kind nexa PE pe

  • @alaineIngabire-gq2li
    @alaineIngabire-gq2li 2 місяці тому +1

    Nukuri Gaza sabwa Papa Burundi akira amashurwa yawe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NzisabiraJpiere-pf4hi
    @NzisabiraJpiere-pf4hi 2 місяці тому

    Ruzo oyeee komera kungoma sebarundi

  • @RyabuyeJeanMarievianny
    @RyabuyeJeanMarievianny 2 місяці тому +3

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz ☝️ one day

  • @ChristelAbikunda
    @ChristelAbikunda 2 місяці тому

    ❤❤❤

  • @MpawenayoAlex
    @MpawenayoAlex 2 місяці тому +2

    Rekura imfungwa zimenamazu
    Winjizabobogutobera
    Mwibohero bareke kwibigihugu

  • @joelniyonsaba4702
    @joelniyonsaba4702 2 місяці тому

    Iyaba mwoturonkeje ico gitoro

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 2 місяці тому +2

    Urikukivu papa❤tukurinyuma uhanimbwa wishikire iyokiva mubyimarire abarya bazabura ibyobarya barye banyina😢😅😅

  • @PetercleverRumbete
    @PetercleverRumbete 2 місяці тому +2

    Ko mubazi jewe numva vyoroshe ,nuce ubafata

  • @JeanboscoBosco-iy5hr
    @JeanboscoBosco-iy5hr 2 місяці тому +1

    Je harigih je niyumvira ibintu uvuga nkumva niseseme ne nimba ubazi kuki utabashira mugasho habuziki KO ariwe vyose ubigaba niwe twatoy kugira uduserukire ne nimba harimwo abagutoberaa kuki utabafata?cank ur nkayambeba mukurya umuntu ihuhahuha bkbk

  • @danielnibaruta4848
    @danielnibaruta4848 2 місяці тому

  • @DavideMunyaneza-k2d
    @DavideMunyaneza-k2d 2 місяці тому

    Uyu mugabo abarundi azabayobora nibagirira ikizere kbsa

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 2 місяці тому +1

    Ewe kirogorogo cagitoro wavuga wakibitse mucumba iwawe ni wewe sebarundi kuki uvuga ivyudashitsa ivyuvuga n'ivyiwawa gusa tanga igihugu kuko ntacutumariye

  • @Shimirimanarichard122
    @Shimirimanarichard122 2 місяці тому +3

    Kenyur mutam wac Hama tugunshigikir

  • @IRADUKUNDAYvette-bt6hq
    @IRADUKUNDAYvette-bt6hq 2 місяці тому

    👌👍👍

  • @Ferdinandnindorera
    @Ferdinandnindorera 2 місяці тому

    Izontovyi kuramwo kuko ntaneza batwipfuriza,uretse kudufatira amaboko imugongo

  • @freedom5068
    @freedom5068 2 місяці тому +2

    We Gaël niwabandanya uguma udusamaza turaguharira umukubito wawe. We agendera mumodoka mbi. Imyidogo turayihaze, afae kazi apunguuze uwongo. Les législatives approchent et il commence à battre campagne avec des lamentations comme toujours. Ikibazo ningene ashira amakosa kubandi kubo yagenye wenyene. Birababaje namajambo twa'dika ntashika aho yovuga neza ivyiyumviro bacu. Imana Itabare abarundi. Il se permet de se moquer des misères de la population avec des blagues de la basse cour, quel dommage pour mon pays

    • @alaineIngabire-gq2li
      @alaineIngabire-gq2li 2 місяці тому

      Mutama ari mukazi kose rema kandi ntiyoshoka afatira ingingo izo ntovyi amanza akabakebura kandi ivyo avuga nivyo bashaka kumunaniza kugira bamuteranye nabenegihugu

    • @FL-uv1xi
      @FL-uv1xi 2 місяці тому

      @@alaineIngabire-gq2li😂 président incapable rero

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 2 місяці тому +1

    Izo ndongozi uvuga nuzijane muri prison

  • @anithanininahazwe4589
    @anithanininahazwe4589 2 місяці тому

    Nukuri birababaje😢😢😢😢

  • @Fernand_KyGame
    @Fernand_KyGame 2 місяці тому

    Musaga Yacu Hejuru Cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @AlexisNdayishimiye-ni6nw
    @AlexisNdayishimiye-ni6nw 2 місяці тому

    Biratey ubwoba mutama . Raba ufate ungingo kuko turagupfany vrt

  • @NikoraAudace
    @NikoraAudace 2 місяці тому

    Komera muvyeyi wacu .

  • @Nadine-in3mj
    @Nadine-in3mj 2 місяці тому +2

    Muburundi ntarukundo dufise niyompamvu tutazotera imbere benedata nimurabe abarabu ukuntu bitanaho ntamwarabu nkawe ashobor kugira ingoran areke gufasha mugenziwe rr urukundo ntarwo🇸🇦🇧🇮

    • @celifpower4993
      @celifpower4993 2 місяці тому +1

      Hamaze gupha bangahe muri palistin ntihagire umwarabu aseruka aje kubafasha

    • @diagfinamix1861
      @diagfinamix1861 2 місяці тому

      Abo nab'Islam Bazi ico Imana Ishaka , so kunda mugenzawe nkuko wikunda wewe nyene.

  • @Shimz14
    @Shimz14 2 місяці тому

    Nyakubahwa President abo bantu bonona ko ubazi kuberiki badacirwa imanza kweli, none autorite ufite uyikoreshiki kwaribyo abarundi bagutoreye ibibintu nibyakomeza uburundi buzazamo akajagari nkako tubona muri Congo. President tubona ufite ishyaka ryo gukorera igihugu kandi turabikunda ariko guhora widoga imbere yabaturage ngo barakononera kandi uvuga ko abobantu ubazi fata umwanzuro ukomeye bakubitwe intahe mugahanga.

  • @B.s3909
    @B.s3909 2 місяці тому +6

    Ewe never umukuru wabasuma nuwubatwara nawe niwe Nyene kuko yavuze yuko ibisata vyose avyikurikiranira rero niwe musuma wambere dufise mugihugu .

  • @NdihokubwagoFRancois
    @NdihokubwagoFRancois 2 місяці тому

    Nyarutsanyarutsa tugarureicizete kurisebarundi wacuu

  • @AlexandreNdayiragije-d9c
    @AlexandreNdayiragije-d9c 2 місяці тому

    Kigezehe none ico gitoro?

  • @davidmuneza5158
    @davidmuneza5158 2 місяці тому +1

    Nkunda ndayishimiye

  • @bizimanafranck4434
    @bizimanafranck4434 2 місяці тому

    Guma kukivi mze

  • @alfrednshimirimana1999
    @alfrednshimirimana1999 2 місяці тому

    🙏👏👏👏👏

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 2 місяці тому +1

    Non ko wumv ababitoba abaz akora iki naje hiyo amatora aragez arik yitamb kumuvyimba umunt😢

  • @DidasNiyosenga
    @DidasNiyosenga 2 місяці тому +2

    Nukubamenumutwe abatutobera kwanza abosabarundi .

  • @صالحالصوافي-غ5و
    @صالحالصوافي-غ5و 2 місяці тому

    Mbe amatora niryari

  • @JosephHavyarimana-q8w
    @JosephHavyarimana-q8w 2 місяці тому

    None GA nyakubahwa urabatinya bakamate ubafunge none nkaho mudufashije iki mutarabafata bafurwe erega nabicanyi giraningoga bafatwe mwabigize ibikino rero oya nyakubahwa uratubeshe kuvuga kubazi none uraduhevye dupfe kubantu bariko batoba igihugu nkuko bafate turagushigikiye komera

  • @Aho100
    @Aho100 2 місяці тому

    Igitoro kizogaruk aruko president TRUMP abate
    president!! please ressearch

  • @Bapfunya
    @Bapfunya 2 місяці тому

    Kubita ibisuma

  • @AnacletNkurunziza-v1s
    @AnacletNkurunziza-v1s 2 місяці тому

    Banyakubahwa ababatobera murabe mu bashire mu kibanza kibaberereye.

  • @tuyisabeevariste3251
    @tuyisabeevariste3251 2 місяці тому

    Amasezerano yabaye meshi kurusha ibikorwa, abo avuga batohanwa nibande? Amajambo yaruse ibikorwa

  • @Alkebulanhandsomeboy
    @Alkebulanhandsomeboy 2 місяці тому

    Ntaco urikora kuva howatubwiriye

  • @BarumInnosent-sn8fv
    @BarumInnosent-sn8fv 2 місяці тому

    Nihatari muta ntako utagira mukuvuga byiza

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 2 місяці тому

    Nyenicubahiro mukuru w'igihugu cacu c'uburundi,guma kw'ivola turagushigikiye.Imigambi yawe ni myiza kuri twebwe abarundi.Kuva uvuzeko umunwa uronka ico ufungura,umufuko ukaronka amafranga,naciye nijukira kurima,none ubu murugo iwanje ndaronka ivyo dufungura.N'amafranga turayaronka ,tugumye kukivi vyose bizoshoboka

  • @archtheoarts9052
    @archtheoarts9052 2 місяці тому

    Reka buce tuharabe mutama bishire mungiro uduhe appui tugushigikire

  • @EricNdayambaje-bx8jt
    @EricNdayambaje-bx8jt 2 місяці тому

    Muzeh kwer imana iguh kuramba cann

  • @fostinndayizeye418
    @fostinndayizeye418 2 місяці тому

    Komeramutamawacumwiza

  • @Sabriya-ms4ry
    @Sabriya-ms4ry 2 місяці тому

    Hamwe atokwitoza mûri 2025 nobabara ntawuzi iyiburundi bwoca bwerekeza

  • @lionelkatihabwa7320
    @lionelkatihabwa7320 2 місяці тому

    Abatovyi,arabazi,baragendana,barasangira.Ariko nintakogwako😢None j nagira kumb uri président ntanumw Yogutera ubwoba?kumb siko Biri ndak!!😮

    • @ndikumanadiane3684
      @ndikumanadiane3684 2 місяці тому

      Atinya KO bomumena umutwe urumunt wubweng ntuca ubibona

  • @bonisimao
    @bonisimao 2 місяці тому

    Kuba Uzi inkozi zikibi ariko ntuzihane nikubera iki?ninazo zitera ubwoba abenegihugu bigatuma babaho batisanzuye ukamengo igihugu barakiguze

  • @Sabriya-ms4ry
    @Sabriya-ms4ry 2 місяці тому

    Ndababaye kumvako atazongera kwitoza nciye ncika intege

  • @IradukundaLionel-mj5dq
    @IradukundaLionel-mj5dq 2 місяці тому +5

    Yamavuguko ntacashira mungiro nivyokumunwa ntabikogwa tubona

    • @jayavatar1577
      @jayavatar1577 2 місяці тому

      Ntacahindura, nukuvuga ko abishigikiye

    • @IradukundaLionel-mj5dq
      @IradukundaLionel-mj5dq 2 місяці тому

      @@jayavatar1577 harya wibaza katabazi katabakirako nukuvuga konawene aricaronkamwo umviriz nkiyomvug ntiwumva kavug nkuwubaz katabafata😁😁

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 2 місяці тому +3

    uyumusaza ari mukazi kwelikweli ndamwikundira

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx 2 місяці тому

    Ivyo bigabo inda zarekereye

  • @FerdinandHakizimana-b1b
    @FerdinandHakizimana-b1b 2 місяці тому

    Irambire mutama wanjeeeee

  • @HAMUDUDURestaurant
    @HAMUDUDURestaurant 2 місяці тому

    Bakurugutur mutama

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 2 місяці тому

    Nn ko muzinany ukabakur je mbon woza ugirako ubakur hagakor abashak

  • @NdihokubwagoFRancois
    @NdihokubwagoFRancois 2 місяці тому

    Kanura kanura izontovyi ntizibandanye kutwononera

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 2 місяці тому

    Bakubite mumutwe

  • @mwene-data
    @mwene-data 2 місяці тому

    😏😒🤣🤣🤣🤐

  • @jayavatar1577
    @jayavatar1577 2 місяці тому

    None abo batoba ko atabapfunga? Bamusumvya ububasha? Nimba aruko natange imihoho haje uwushoboye kurwanya abatovyi

  • @Shimirimanarichard122
    @Shimirimanarichard122 2 місяці тому +1

    Kenyur mutam wac Hama tugunshigikir