Umurundi wa mbere amaze gutwara abantu benshi muri AMERIKA biciye muri GREEN CARD//Uko tubikora

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 17 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 77

  • @umukubito257
    @umukubito257  2 дні тому +25

    Mwipfuza gufashwa na FEN LINK SERVICES mwobarondera kuri +25779344752 barabatunganiriza

    • @ngingimadiba29
      @ngingimadiba29 2 дні тому +1

      None nkumuntu arikure yiwe aralutunganiriza!??nimba abikora ampe inyishu

    • @yvesmusavyi3139
      @yvesmusavyi3139 День тому +2

      Iyo numro irazimije

    • @botiger7208
      @botiger7208 Годину тому

      Numéro mwatanze uguma izimije😢

  • @IbnMuzungu0
    @IbnMuzungu0 17 годин тому

    Hello,twashaka kumenya iyo wemerewe hakenegwa ama dolalle angahe kuva muntango gushika muri america

  • @decilenzohabonayo6056
    @decilenzohabonayo6056 День тому +3

    Kuba selectionne ntibisaba ngo nuko wakiniy kwa naka,ngo muminsi ya mbere yo hagati canke yanyuma ni tombola nama chance gusa hari nikintu gikomeye bibagira kuvuga utagira diplome d’etat kubize ama enseignement generals ntikunda muri embassade ntibazi reconaissa zirya zindi mais kubantu bize technique arya ma diplome yama A2… ntakibazo zirakora

    • @NiyonkuruTheos
      @NiyonkuruTheos 14 годин тому

      Hama kubantu biga nka Langue Canke Sciences baronka Certificat ese nabo batotse barabandanya canke bisaba Kuba ufise Diplôme d'état ???

    • @agnes4337
      @agnes4337 13 годин тому

      Kunciye intege !!! Nagarukiye 6

    • @decilenzohabonayo6056
      @decilenzohabonayo6056 5 годин тому

      @@NiyonkuruTheos A part yama diplomes techniques ayandi ma sections yose bisaba ube ufise diplome d’etat certificat yoyo nawe uravyumva ko bitokunda

  • @nduwayezujeandedieu3482
    @nduwayezujeandedieu3482 2 дні тому +9

    Wewe kutaragenda woba wikinira nabi kuburyo batasubiye kugutora??😂😂

  • @Africanmusic749
    @Africanmusic749 День тому +1

    Juste Gaël dukeneye utuzanire président wa syndicat yabasore murakoze

  • @mutimajo
    @mutimajo 18 годин тому

    Wew ko utaragend 😅😂😂 umurund ni TV MARIA 😂😅😂

  • @IbnMuzungu0
    @IbnMuzungu0 17 годин тому

    Hama uko kubaherkeza bishitse ugatsinda ukabura amafaranga bisaba harukuntu mumugurana akazoyasubiza?

  • @agnes4337
    @agnes4337 13 годин тому

    Nikihe gihe umuntu yoza gukina green card ?

  • @JuvenalNiyomungere
    @JuvenalNiyomungere День тому +1

    Ati na Gaél azokine arondere VISA 🤣🤣🤣
    Ivyo bihugu sha n'imanamba naho gupagasa, ugiyeyo nigitambi urakora Dishwasher canke Cleaning kikayaga.

  • @alicehakizimana1582
    @alicehakizimana1582 День тому +1

    Courage ibisigaye mwironkeye ama chance

  • @Amahoro14
    @Amahoro14 2 дні тому

    Wirambire sha Fennec !! Imana ikumpere umugisha utagabanije

  • @GivenNdihoreye
    @GivenNdihoreye 5 годин тому

    We kwataragenda????😅😅😅

  • @kampirweariane2954
    @kampirweariane2954 День тому

    Courage courage

  • @UYEIC
    @UYEIC День тому +2

    Ngo umuntu amaze gutwara abantu benshi mur America 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
    Abarundi n'akasamutwe kweli
    Birya ni ama chances sha nuwuvyikiniye aragenda

  • @alicehakizimana1582
    @alicehakizimana1582 День тому

    Courage fennec ivyo nivyo birakunda ugize chance nibaze bakubaze ingene buzuza ama document benshi bapfa kugira ata information

  • @semnisubire4674
    @semnisubire4674 2 дні тому

    Imana Imuhezagire ,atanga ubufasha ataco yisigarije

  • @blaisendikumana1
    @blaisendikumana1 День тому

    Merci

  • @KWIZERAFelicite
    @KWIZERAFelicite День тому

    Merci Fennec ukuntu witanga

    • @omarkhelaifi5888
      @omarkhelaifi5888 19 годин тому

      Yitanga gute kandi bamuriha akunguka hama ibindi numugisha wumuntu

  • @user-Town9ce7qk6o
    @user-Town9ce7qk6o 2 дні тому +2

    Ndabazi kweli abagiye kubera Green card

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 21 годину тому +1

    Gaël urakavya nawe. Ngo niwe abatwara? Ntavyo yoshobora kubatwara ahubwo abafasha kuyikina gusa nayo ubundi gutorwa ni amahirwe gusa

    • @omarkhelaifi5888
      @omarkhelaifi5888 19 годин тому

      Abantu benshi batahuye menga niwe abatwara kubera yaba ariwe abatwara nawe aba yaragiye,ibi numugisha

  • @DonavineKamahoro
    @DonavineKamahoro День тому

    Mbega muri green card uwariwewese arashobora gukina?? Nta limite ihari selon âges ???

    • @foftyflexx5523
      @foftyflexx5523 День тому

      moins de 18 ans ntibakina individuellement abakuze sinzi

  • @VictorMutabzi
    @VictorMutabzi День тому +2

    gutsinda DV Lottery ntabuhinga cabur amayeri bibamwo ahubwo bigusaba kwuzuza neza ibisabwa ibisigay abar umugosha wumuntu

  • @SchellaMwavita-f8j
    @SchellaMwavita-f8j 2 дні тому +1

    Kuki utamubajije ushitseyo america ukora akazi nyabaki ?ubaho gute?ubahe ?uryiki

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 День тому

      Ico ni ikibazo c abakehebwenge. Wumva wobibaza umuntu ivyakora?

    • @NibiziElyse
      @NibiziElyse День тому

      Journaliste ntiyabajij ibintu bikenew cane

    • @foftyflexx5523
      @foftyflexx5523 День тому

      akazi niwe wironderera kubaho urarondera aho ushikira uwukwakira akagufasha aho uba ivyurya mugihe utararonka akazi

  • @emerynkurunziza2951
    @emerynkurunziza2951 2 дні тому

    Courage Mon Frère

  • @NiyonkuruSuleiman-x2w
    @NiyonkuruSuleiman-x2w День тому

    Komera sha nivyiza kabisa

  • @AlineInaruganji-f9q
    @AlineInaruganji-f9q 9 годин тому

    Impa contacte

  • @cultureburundi
    @cultureburundi 2 дні тому

    Merci bcp

  • @estellaNdayishimiye-i2y
    @estellaNdayishimiye-i2y 2 дні тому

    Urashobora gutora ukabikora vyose ariko ntibigende neza vyose nikubmugambi W'IMANA ntaguvu ziva kumwa wumuntu yobikora Canke abigenze neza ngende buhoro nturabizi

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl День тому

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @OdetteNdayishimiye-cx7sk
    @OdetteNdayishimiye-cx7sk День тому

    Nshaka kumenya par ecrit aho mukorera

  • @IngabireVieco-nn5lt
    @IngabireVieco-nn5lt День тому

    Murakize

  • @fashingabomushonda7763
    @fashingabomushonda7763 2 дні тому +4

    Umaze gushika USA Green card na Social security ubironka for free, gouverment Insurance yo kwivuza, food stamps kugeza uronse kazi etc…

  • @EdedierMpundu
    @EdedierMpundu День тому

    Mukorerahe?

  • @nadiavyukusenge4970
    @nadiavyukusenge4970 2 дні тому +2

    Urazi kwironderera aba clients 😂😂😂😂

    • @Wizleysky
      @Wizleysky 2 дні тому

      😂😂Asha yaravyigiye peee

  • @AngeIrankeje
    @AngeIrankeje День тому

    Namw ntaco musaba?

  • @LeonFleury-gx7ry
    @LeonFleury-gx7ry День тому

    Nibatubwire amafaranga bakorerako

  • @JustInnocentBoy
    @JustInnocentBoy 2 дні тому +2

    Umaze gutombora bakagutora uca uja gukora interview na US Immigration Officer na Documents zawe zi support amashure wasizeko ko wize nama documents yerekana uwo uriwe. Uyo mu Officer niwe afise ubushobozi bwo kukwankira canke aka guha iyo VISA bivanye ninyishu wamwishuye muri Interview. Kandi biratwara amahera atari make. Menya neza: Hariho impanvu abarundi badakunda kuronka iyo DIV VISA ugereranije naba Tanzania, Aba ganda, naba Kenya. Uyu mugabo arazi kurondera aba clients kweri 😂😂.

    • @Mchris257
      @Mchris257 День тому

      Impamvu yambere ikunds gukurambwo Abarundi nururimi (English)

    • @ernestpabloofficiel
      @ernestpabloofficiel 23 години тому

      Ntumbwire?non wew boss waragiyeyo?mbe ko numvise ko ushobora gutanga amahera kumuntu agukorera interview birakunda canke ntibibaho?

    • @JustInnocentBoy
      @JustInnocentBoy 20 годин тому

      @@ernestpabloofficiel Maze imyaka 10 muri USA. Ntibikunda kuko baba bafise foto passport yawe. Kandi ukora Interview ariko ara raba information zawe.

  • @ndayisengaantoinemarie231
    @ndayisengaantoinemarie231 День тому

    Yamu songa mbele!!

  • @KwizeraEvrard
    @KwizeraEvrard 2 дні тому +1

    Muta tuzoza kwa kocha twikinire

  • @user-Town9ce7qk6o
    @user-Town9ce7qk6o 2 дні тому

    🎉 ndagutahij

  • @zurairakoze2598
    @zurairakoze2598 2 дні тому

    Murazoduga Ingozi turabakeneye

  • @BizindavyiSalvator
    @BizindavyiSalvator 2 дні тому

    Muduhe numéro twomuronderako uwo muntu akinisha green card

  • @NdayambajeMoise-ep3bz
    @NdayambajeMoise-ep3bz День тому

    Hello

  • @fulgencemwakamwiza1256
    @fulgencemwakamwiza1256 День тому

    Kumwaka uheze nakinye ngaho iwanyu.ariko uburyo mwamfashe nje kuraba resultat.nibwo ntashimye.ngo mpaka murabira uwubirihiye.icokintu muzogikosore kuko si vyiza.

  • @AaronNIYONIZIGIYE
    @AaronNIYONIZIGIYE 2 дні тому

    Bureau 12

  • @ArnaudNTAKIRUTIMANA
    @ArnaudNTAKIRUTIMANA День тому

    Niveau d'étude minimum iri éligible niyihe
    Ubwo si Baccalauréat iri minimum

  • @AkimanaVestine-mw9co
    @AkimanaVestine-mw9co 17 годин тому

    Jew

  • @UwinezaJaphet
    @UwinezaJaphet День тому

    Niveau d'étude ufise nka certificat birakunda

  • @ErnestBunyakamwe
    @ErnestBunyakamwe 2 дні тому

    Dukeneye green card mu ntara za ruguru mwugurure utu agences

  • @estellaNdayishimiye-i2y
    @estellaNdayishimiye-i2y 2 дні тому +1

    Biranka vyose warabikoze nareke reo kubesha jewe kugira utirwe ni lashine sikor comme tirage désolée kury kw ikip

  • @UwinezaJaphet
    @UwinezaJaphet День тому

    Bubaza ibibazo bikenewe

  • @AlineInaruganji-f9q
    @AlineInaruganji-f9q 9 годин тому

    Impa contacte

  • @nduwayezujeandedieu3482
    @nduwayezujeandedieu3482 2 дні тому +2

    Wewe kutaragenda woba wikinira nabi kuburyo batasubiye kugutora??😂😂