Gabriel Rufyiri ibi nivyo anegura k'umudiaspora yari amaze umwaka n'amezi 5 afunzwe yaraye arekuwe

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 28 вер 2024
  • #indundinews , #diasporanews :Yitwa Emmanuel Nshimirimana, avuka mu ntara ya Cibitoke ,yari yatahutse ava muri Afrika y'epfo, yapfunzwe muri ndamukiza uyu mwaka. Yagiririjwe gutwara ibidandazwa vya magendu ,none yarejejwe kuri uyu wa gatanu.

КОМЕНТАРІ • 79

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx День тому +5

    Gaburiel ndakwemeye kbx wubahwe ukoze umuti uzohore ubukora nkuku igihe cose imana iguhezagire can ubikoze neza akarenganyo muburundi tukiyamirize gose 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @firminirakoze8910
    @firminirakoze8910 День тому +5

    DIASPORA NDUNDI VYUKURI IMANA IBAHEZAGIRE KUKO UYO MUNTU UBUZIMA BWIWE NITERAMBERE RYIWE RYARACINYIJWE KANDI IYONGENDO KUGIRA DUSHIKE KURI 2040-2060 NUKURI AKARENGANYO GAKWIYE GUHERA

  • @irankundadeomaxime5600
    @irankundadeomaxime5600 День тому +5

    Abantu Bo muri documentation bisubireko Ivyo vyose nibo babikora bapfa kubona naho woba waguze umuduga mwiza wokugenderamwo baca batangura guharura ayo wayiguze nkaho wogirango mwarayiguranye uravye nabi uhemuka upfunzwe

  • @firminirakoze8910
    @firminirakoze8910 День тому +8

    UWO MUPAPA NDUMVA MPIMBAWE NKUMUNYA RUTANA NUMVA NEZEREWE NARINUMVA MENETSE UMUTWE ARIKO NUMVA UCIYE UHAGARARA VYUKURI SINDUMU DIASPORA ARIKO MAZE IGIHE NKWIRIIRANANA INTUMBERO ZABO KUGIHUGU NINTUMBERO ZIRASHE ARIKO IMANA IBONGERE UMUGISHA

    • @FerdinandTuyikeze
      @FerdinandTuyikeze 8 годин тому

      Mwana wamama....imyaka nkiyi iheze....waruri mugasho

  • @Mireille-austin
    @Mireille-austin 22 години тому +3

    Gabriel mwibuke uwundi twunva ivyiwe bitavugwa umunyamitahe wa KIRA hospital

  • @KennoKanse
    @KennoKanse День тому +7

    Mu burundi hari leta zibiri ,leta NKOZI -NSENZI-NTEZAMBERE na leta NSATANI-NDODOBEREZI-NSUBIZANYUMA.😂😂😂😂.
    Hari leta igenda kugura igitoro na leta igenda kukiguruza ikagisubiza inyuma...😵‍💫😵‍💫😵‍💫🥱🥱🥱. Hari leta itanga itegeko ryo gupfungura umuntu apfunzwe, n'a leta itanga itegeko ryo kumugumizayo.
    Nubwo amasengesho menshi yama yabaye, wogirango leta NDAYIMONI niyo yama iri kuri volant nkuko Neva nawe ubwiwe yama yavyemanze, ati iyo arangije gufata ingingo, haca haza IKIDAYIMONI,....🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣.

    • @youandme-m2u
      @youandme-m2u День тому

      Ndagushigikira, na jewe niko nabibonye. Leta satanic ikora ibangabanganwa n'iyo tuzi Mvyeyi na Nkozi. Baripfuza cane, n'ibitari ivyabo bakabitangira ruswa ngo bavyegukire

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 22 години тому

      @@youandme-m2u Igitangaza ca Bibiliya kabisa !!!.

    • @dismasniyo5641
      @dismasniyo5641 18 годин тому +1

      Abantu mu butungane mwokwikebuka niba atakund kubikora kuri inyuma.Ivyo mukora ntibihesha iteka Uburundi n’abarundi kiretse kubutesha agaciro.

    • @JordisNtamagiro
      @JordisNtamagiro 18 годин тому

      Hanyuma ngo ab Diaspora bagume basesa imitahe 😂😂😂😂 twarabamenye muzorya ayo yabasinziriye

    • @JordisNtamagiro
      @JordisNtamagiro 18 годин тому

      Hariho Leta 2 ncuti Never arasemerera hanyuma ntiyumvirwe, baramusuzugura kk nawene yavuye murako kagwi😮

  • @JordisNtamagiro
    @JordisNtamagiro 18 годин тому +2

    Gabuliyeri garukira umu Diaspora wundi yatwara Kira Hospital yazize imitahe yiwe.

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 День тому +2

    Ntanzara dufise kabisa tuba dushaka guteza igihugu cacu imbere.

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 День тому +3

    Nibabavuge nabandi badiaspora murabe ivyabo kuko muburundi haracariho imihimbiri yitwaza igitugu naho president yorara aravuga batumva

    • @Favour3558
      @Favour3558 22 години тому

      No benshi kbsa .
      Jewe numva ntashakangutaha pe kubera akarengane Kari Bdi

  • @KendrickJunho-i6f
    @KendrickJunho-i6f 15 годин тому +1

    Nibareke iyo nzigo twubake igihugu

  • @silvernizi7790
    @silvernizi7790 День тому +1

    None ukwo kuboko kuruta ubutungane bwose ni kwande????? Ivyo bikwiye kugaragara twese tukamumenya

    • @Favour3558
      @Favour3558 22 години тому

      Ahubwo abari bamuhihoteye none kuki batobahana?

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 14 годин тому

    Muzofashe Dr sahabo Christophe niho nzomenya ko mukora mutaraba ubwoko n'imigambwe???ewe Rufyiri na Samuel shaaaa😂😂😂😂😂.turabazi cane

  • @Tharcisse-k2w
    @Tharcisse-k2w 4 години тому

    HANYUMA NGO MUSHAKA KO TUZANA IMITAHE MUGIFISE INGESO ZOKUDUHOHOTERA HUUU😢😢😢 KURABA SHE SANAA😢 NEVA NADUKUREKO IZONJAVYI ESE HARUMUNTU BAFUNGA ATARABURANA?? BIRABABAJE CANEE NUKURI 😢😢

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 14 годин тому

    😂😂😂😂😂none iyo reta uvuga avagufunze ni ibiti n'amabuye?umunsi muzovuga mudaca kuruhande muzomenya ko reta abayigize mbi arabarimwo.abadasonera abari muburundi bazosonera abari hanze?😂😂😂. Rufyiri weee Dr sahabo nawe uzomufasha????😂😂😂😂

  • @NiyonkurujailosiNinja-p5d
    @NiyonkurujailosiNinja-p5d 8 годин тому

    Abarundi twarigorewe iyo tugiye kuronderera dufatwa nabi utashe mugihugu cakwibarutse hoho ningorane bahakwa nokukuniga birababaje 😢😢

  • @ibelongtojesus1292
    @ibelongtojesus1292 7 годин тому

    HARIHO UWUNDI MU DIASPORA AFUNZWE DOCTEUR SAHABO ,KANDI YAZANYE IMITAHE YO KWUBAKA IBITARO HOSPITAL BIMWE VYAMBERE MU BURUNDI,TURASAVYE NYINICUBAHIRO AMUGIRIRE IMBABAZI AMUREKURE,KUGIRE BIHE INTEGE ABANDI BA DIASPORA KUZANA IMITAHE MU BURUNDI

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 14 годин тому

    Mpore Mpore ncuti wararenganijwe ariko wemere ukubitike kuko ubucamanza nejo nuko uzomera.uzosahurwa mpaka Aba DD ntabumuntu bagira ncuti.rufyiri arabazi uretse ko yemeye ko bamuhako ngo bakorana.Nibafashe Dr sahabo 😂😂😂😂 Hama tubone neza ko rufyiri na Samuel 😂😂😂

  • @ntakirutimanavincent1176
    @ntakirutimanavincent1176 12 годин тому

    Nkaho haburiki kugira uwadindije irekurwa ryiyo nzirakarengane, atabwe mumvuto??

  • @KendrickJunho-i6f
    @KendrickJunho-i6f 15 годин тому

    Imanishi ababaya baramaramaye kutashe

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 16 годин тому

    😂😂😂 mbe yemwe ubu bwoko bwavumwe gushika he ? Erega muribagirwa cane mwa nguge mwe...
    Iyo muvuga ngo umukuru wa diaspora ba mwongerako muti umukuru wa diaspora yama singes kw isi ha ha ha Ntaho ryabaye cndd-fdd niza maguge gusa ubwoko bwavumwe... Urumva ? 🤦
    Les juifs Tutsis ntamwaku w' inguge 🙈 ituja imbere

  • @mauricenzoyamara5341
    @mauricenzoyamara5341 21 годину тому

    Ntivyorishe pe!
    Umu investisseur agapfungwa azira ivyiwe! Iri n'isomo kuba diaspora bose.

  • @LéonceMinani-v7l
    @LéonceMinani-v7l 13 годин тому

    Nn iry teramber mushak Burundi nabandi bipfuza gutex imber Iguhugu mugifira imitim nkiyo ndabarahiy muzobura vyose kbx ngomushak ubutunz

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 16 годин тому

    Hama ngo Rufyiri bla bla bla mbe uwo muboyi w' umuhutu anuka nka Neva ko mumuvyimbiiiisha mukamugira conteneur nigiki ? Umunuuko nka toilette sans plus....
    Iyo rutomboka ngo les diasporas nikibe cyongeraho diaspora singes hutu kuko ntabandi mungana...Umuja wumujaburamboga nkaba sebuja

  • @NiyonkurujailosiNinja-p5d
    @NiyonkurujailosiNinja-p5d 8 годин тому

    Twishwe nabatudodobereza mukwikundisha kwikundwakaza imbwa zanka abazana imitahe muburundi nimuze murazifata ugaca usanga imbwa ikora ikintu nkico ntirava nomuburundi .rero Uko sukugunda igihugu ubwo nuburofa

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 16 годин тому

    Ikindi..
    We wofatwa ugafungwa 2ans uzira ubusa , ugafunganwa nimiduga yose yawe ugafungwa mu mafuti bakurekuye ukajaho ukarondogora ushimira imbwa z' imbwa zakugiriye ivyo ?

  • @MinaniPenuel
    @MinaniPenuel 7 годин тому

    Abantu baribmuri etat bafise igitugu cukurenganye sivyiza ntanyungu ntamugisha kurya ibiturire vyabantu bafitiye inzigo ababo bagatwara kubagurisha ngo babikwe mugasho .nukuri reke kurya ingurire yukwicisha ubuzima bwabantu kubwivyo pfa

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 16 годин тому

    Ivyo bitenge abarundi bose bambaye biza gute ? Kuki bamwe bemerewe gukora business abandi bakabizira ? Voila pourquoi abahutu mwavumwe muzopfa musara ! Ibinyoro gusa

  • @NshimirimanaChristophe-g8c
    @NshimirimanaChristophe-g8c 9 годин тому

    Reta nize ihana abobantu bafingishabandi kukadenderezo banabarihe nimisiyose bamazeyo

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 16 годин тому

    Ico kintu cakozwe kugira ibisuma vyaboze ba Neva nabandi bakomeze batembagaza igihugu mumanga bubaka muyo bivye bavyitirire diaspora alors que c'est un mensonge

  • @MaîtreRichardHabimana
    @MaîtreRichardHabimana 6 годин тому

    Ikimbabaj nuko uvuze ngo urashimiye reta yuburundi😊

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 8 годин тому

    Mpore sha nukuri igiporisi cacu harigihe gihohotera abantu keshi ntibita kwiterambere namba

  • @EnockNdayizigiye-gt5cn
    @EnockNdayizigiye-gt5cn День тому

    Ahatarubutungane ntamahoro , abarenganya abandi barakwiye kuza bafatwa bagahanwa hisunzwe amategeko,nacane cane ababa batipfuza kwabafise impano zoguterintambwe bobaterana intambwe,kuko Umugisha uva k'Umana , tuze twigira kuri histoire ya Yosefu muri bible .

  • @NdayizigaViateur-q7r
    @NdayizigaViateur-q7r День тому

    Hari abarundi beshi bafise ubugome bw'indenga ka-mere none yapfungiwe iki???Ubu murizi igihombo yagize mu-mezi5?kimwe gusa iyo mihirimbiri irenganya abantu biriko biraza izokwisanga atakibaza ifise mu-gihugu cacu-ikindi nosaba umuntu udodobereza uwundi akwiye kuja imbere y'ubutungane nkubu hari hakwiye guca yitwarira uwa-mupfunze ariko Imana ishimwe kwa-vuyeyo.

  • @Favour3558
    @Favour3558 22 години тому

    So in Bdi we can't sue anyone?
    He must sue the department that tortured him .
    Ibi ntivyoherera hano wapi , abamuhohoteye bakurikiranwe kuko bazobikorera nabandi badahanwe , bitter truth

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja День тому

    None muri transport en commun barasaka ingenzi ivyo zitwaye? Umu client afise fraude baca bajana nyenimodoka? Ugo rubanza ntiyari gufungwa meme une seule journee. Ayo ma cas nimenshi. Jewe nasavye audience umwe murabo ba cour d'appel aca aterefona uwo dufitaniye amatati numva twicaranye amubaza ko yonjama mumpimba. Ayo ma cas nimemshi kuzana umutahe aha iwacu uba ukwiye kuja muntwari kuko uba urinda cane

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 23 години тому

    Icombona nuko hohindurwa itegeko rifunga nyene modoka kuko jew ndibuka neza iryo tegeko ryogutuza abamagendo babicishije kwanyene ngendeshwa, icombona nuko hotizwa abachofeur nabaconvoyeur kuko nibo bapakira magendo kandi nibo bobera ijisho igihugu mubunyonyezi bwikori.

  • @majwegerifabrice9187
    @majwegerifabrice9187 14 годин тому

    Hari l'ETA zibiri nkozi na ntovyi erega nabandi bagiye kuzotinya kuzana utwabo

  • @ManigiraNezahamisa
    @ManigiraNezahamisa 19 годин тому

    Birazanab uzabaporise bomwiryagatumba ingen bigenza uyowe yazizubusa uzubusuma bonyene bafise ingen barenganicha imidugipakie amaforode bakorana nabahabara babo bafise namaer meshi bakoresha katababafata bichirahejur ngoninzego poresana sha hiii igih nagarutse nvuy nkakongo nifitiy agateng kamwe hagiruwuzonyegera ngaje kukanyaka hiii

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 13 годин тому

    Kumbe nuko abantu bahohoterwa mu Bdi iyo bazanye imitahe yabo😢😢😢

  • @HajiKelly
    @HajiKelly День тому

    Iyoleta nyonyezi ngarika nyuruzi ntotezi abarundi turarushe nintwaro zagahotoro pe

  • @muslimmuslim512
    @muslimmuslim512 17 годин тому

    Muburundi niwacu ariko kukibazo kijanye nakarengane dufata akabamza kambere

  • @JordisNtamagiro
    @JordisNtamagiro 18 годин тому

    Ubu ko Olucome ari mumboneza zaba Diaspora mutama ubu turahumurijwe kk urimwo.

  • @ndikumanaandre6584
    @ndikumanaandre6584 День тому

    Abantu bakora ivyo vyo gucinyiza abantu kandi bahembwa amakori y abene gihugu bakwiye gusezeregwa

  • @MinaniPenuel
    @MinaniPenuel 7 годин тому

    Abo bakora ivyo ninzigo bamugiriye imana ihure nabo kuko inzigo ntaco imaze

  • @obed-w9t
    @obed-w9t День тому

    Pole saana kaka yangu Emanuel.uyu twarabanye hano cape town .
    Kuki akarengane kabandanya mugihugu cacu ?reka nibutse abo bagiranabi Burundi ntabwo ari iyabo bonyene

  • @72ceoTV1
    @72ceoTV1 День тому

    mbaze ese iyo umuntu arenganijw arekuw baramuha agashumbushanyo??

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 години тому

    None kuki batomushumbusha, uko yafashwe nabi?

  • @jeanclaudenshimirimana6719
    @jeanclaudenshimirimana6719 День тому

    Ubutungane burakwiye kwikubita agashi kukuntu imanza zicibwa mu Burundi

  • @jeanclaudenshimirimana6719
    @jeanclaudenshimirimana6719 День тому

    Ubutungane burakwiye kwikubita agashi kukuntu imanza zicibwa mu Burundi

  • @FrancisNzigiyimpa
    @FrancisNzigiyimpa 19 годин тому

    Birababaje kbs ninde atuma iyongendo Iba uko sorry brother

  • @WiliamKimRgzm
    @WiliamKimRgzm День тому

    🎉🎉🎉🎉🎉 murakoze kuduha ikuru iryoshe yogushima😢😢😢😢😢😢

  • @deobiho
    @deobiho 16 годин тому

    UVUZE UKURI , IVYO NIVYO BIMBUZA GUTAHA I BURUNDI, ABARUNDI NI IBISUMA

  • @lagaga3086
    @lagaga3086 День тому

    Bakurikirane uwo muntu yatumye afungwa.Uwo yanka ko asohoka

  • @nimubonaeric8074
    @nimubonaeric8074 День тому

    None ababikoze nibatahanwa bizobuzako nabandi ba diaspora bafungwa?

  • @caramamttv
    @caramamttv День тому

    Uwu brother ndamuzi Cape Town ni jama yangu

  • @FerdinandTuyikeze
    @FerdinandTuyikeze 8 годин тому

    Ukuniko tuzofatwa dutashe?

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 години тому

    None Rufyiri ni diaspora?

  • @Kanuma45
    @Kanuma45 21 годину тому

    Imana ishimwe Frere Ema Simba imanga

  • @JeanVyisi-sn2wh
    @JeanVyisi-sn2wh 10 годин тому

    Merci Gabriel

  • @DrNelsonJohnMuhirwe
    @DrNelsonJohnMuhirwe День тому

    Nibamuhe indishi ya kababaro

  • @augustinpawan3898
    @augustinpawan3898 День тому

    Amez'Atanu yose 😭😭😭😭

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 День тому

    Nahabwe indishi yakababaro

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 День тому

    Hariho abarenganya abandi

  • @B-Y-N
    @B-Y-N День тому

    👏👏👏👏

  • @EricNdayikengurukiye-i9p
    @EricNdayikengurukiye-i9p День тому

    😢😢😢😢😢

  • @khesedfavor6746
    @khesedfavor6746 День тому

    Murakoze cane Nyakwubahwa Rufyikiri. Uko niko Minani Desiré gouverneur wi Ngozi yagira amfunge ndidoberejwe na Emile directeur wa BPAE Ngozi nubu uyo gouverneur agombako babomora inzu nubatse bafatanije na DPAE. Nza ninyegeza nje mu Burundi kuko nubwacu twese.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 16 годин тому +3

    Ariko murakunda gufukamanga basi...
    Ukajaho ukanyogomba nk' ifi ngo ndashimiye nyen' icubahiro umukuru w' i gihugu ? Kazibe nta nyenicubahiro ni umwaku mukuru w'igihugu... ngo ndashimiye isaha nzima ? Ushimiki waranyazwe ataco uzira en plus imiduga yawe yose yaboreye muri parking ugatwarwa utwo wisumiye ?

  • @ntakirutimanavincent1176
    @ntakirutimanavincent1176 12 годин тому

    Erega nkaho vyari bikenewe ko inzirakarengane nayo ishumbushwa