IMBURI KUBAKRISTO BOSE//NAHISHURIWE INGENE SATANI YATEJE ABAKRISTO KUNYWA IBIBOREZA IVYITA JUS
Вставка
- Опубліковано 15 вер 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Mu maraso ya Yesu harimwinkomezi zitanganje ambonekeko buri mwanya buri saha
Murakoze cane imana ibonger umugisha kand imana iturinde ubugunge nokwishira hejur inaturinde uwomwasi satani
Abariko baragukwirikirana Mukozi w'Imana udisabire umugisha Amen
Murakoze mukozi w'Imana Yesu adushoboze mururu rugendo kuko sinokwishoboza
Yesu aguhezagire mukozi w'Imana ko utagararij'Imana ngo ureke kuvuga ico Imana yagutumye.Hamwe nivyo muratubwira ayo ma Jus atamewe n'Imana yose kugira twiyubare ntituyanywe.Gusa Viva Malt nahora nkunda uherey'ubu ndayihevye Imana I ibinshoboze kuko nabibonye neza na neza kumusi w'ejo.
Yesu abahezagire.
Imana yo mwijuru nibongere umugisha, basha nari naraniranye kuri Catan ariko guheruyumunsi ndamanitse ibiganza vyanje imbere y,Imana sinzongera, biragatsindwa mwizina rya Yesu kristo, ndasavye imbabaziImana kuko navyirengagije kenshi ariko uyumunsi ndamaramaje Imana nimbabarire cane,🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️Amen
Imana iguhezagire kumvira
Imana iguhe umugisha mwinshi mw'Izina rya Yesu Mukozi w'Imana. Imana idufashe gooosee kuko birakomeyee. Umuco Wera Tv namwe Imana ibahe umugisha mwinshii
Yesu akwongerumugisha
Turashimiye Imana yo mw'Ijuru yama Itwibira akabanga iciye mu bakozi b'Imana ntaco tuzoronka twireguza .:Bakozi b'Imana mwese mwahezagiwe nu w'Iteka Imana Ibahe inkomezi nyinshi muragahezagirwa Imbabazi zawe nizo niteze
Imana idutabare nukuri impwemu mbi yubujuju nokwibagra ifatwe mpiri Kuko benshi barahazimiriye
Wamugabo we urimo umwuka w’Imana nkuyemo amasomo menshi abyirwa benshi akumva beneyo .kutemerana byishe benshi kubera kudasengera hamwe kandi basenga Imana imwe.imyambarire.Ibyo bisiga ukareba isura yumuntu w’Imana bikakuyobera.inzoga niyo mazi basigaye binywera.yewe mukozi w’Imana,Imana yo mwijuru ikimpere umugisha
Hezagiz
Mwari mwarahevye kuduga intahe zikirundi
Icompa ngahimbara Imana niryo sengesho ryanje
Umuco wera TV musubire muze muraturonderera abantu nk'abo, intahe nk'izo, n'ukuri twabiheruka kera k'urubuga. Mufise akazi kenshi ariko Uhoraho azobashoboza.
Imana iguhzagire mukozi w'Imana. Message turayakiriye ivyo utubwiye tuzobireka.
Imana iguhe umugisha mukozi w'Imana
Imana idutabare
Amén
Uhoraho aguhe umugisha cane!
Amina sana mutumishi wa Mungu, Mungu atuwezeshe
Ndiho akugirire neza
Amen lmana yomwijuru idushoboze kwihana nokumenya neza tudakekeranya ko amaraso ya Yesu aca inzira ahatagira inzira Yesu dutabare
Ndashimiye umuco wera TV kubakozi b'Imana ituzanira kutubwira ic'Imana ishaka kubantu bayo
URAKOZE CAAANEEE GOOOSEEE MWENE DATA YESU CHRISTO AGUHEZAGIRE CAAANEEE GOOOSEEE HALLELLUA HALLELLUA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏🎶🎶🎶🎸🎸🎸📢📢📢📯📯📯📯
Imana ibahe umugisha
Mbayuwambere.
Umugish
@Eugenie Larson Family wahorah sinarimperuts kubona comment yawe🙏🙏🙏
HALLELLUA HALLELLUA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 📯📯📯📢📢📢📢🎸🎸🎸🎶🎶🎶
Amen murakoze kuduhishurira amabanga yibinyegejwe kuko satani yarazaye ibinyobwa tunywa bitarivyo
Amen 🙏
Ariko warikubivuga ngaha ayo moko yamaji
1³
Ùmukoziw'îmàna
Amen
Amen ndafashijw binyungy kumenya ivy'impwemu
Nivyo
Amen muhezagigwe can
Ayo ma juice mwarimukwiriye kuyatubarera mugashirsko namafoto nukuri mwobamukoze cane vyodufafa.turashimye kuri ntahe.
Ibi byose ni ukuri avuga kuko nabakoreraga ikuzimu batanga ubuhamya ko ibyo bintu abagore bishyiraho ari ibya madamu mayi wikuzimu,
Imana idutabar kk ubu biragoy utandukany uwukijijw nudakijijw
Yewe umunt n'ugukizwa kugatwe kiwe kuko niyaza,azohamagara umuntu mw'izina,ntawuzovuga ngo na pasteur nabony akora ibi😢😢. Muze dukizwe neza
Dusavye inimero zawe kugira ungishinama yivyo nonwa mwobamukoze
Uhezagirwe
Mana nshoboz kubitahura ivyaha twita bitobito bigih gisigaz benshi hezahirw caaaane mukoz w lmana
Ntawuzoronka ico yireguza
C'est quelle langue svp ? Peut on traduire en français pour le bénéfice d'un grand nombre ?
C'est le kirundi
Izonimero ntiziri kuri what up.
Ngo indya😅
Bavuga ibifungurwa canke gufungura.
Uti indya si ikirundi?? Ntangajw no kubona wabitahuy ariko😆😆😅,nizera ko message yose utatoye ako kajambo gusa,ubund woba watay umwanya
Shetani natsindwe
None Imana kuki yabikubwiye ugashaka ko bagufona? Iyo message utabwira isi yose sinzi aha.😅
Imana idutabare nukuri impwemu mbi yubujuju nokwibagra ifatwe mpiri Kuko benshi barahazimiriye
Imana idutabare
Amen
Imana idutadare
Amen