MUTAMA PAST LAMECK ATUBWIYE INGENE YAHAMAGAWE//UMVIRIZA INARARIBONYE MWIVUGABUTUMWA/IGITUMA ARIRIMBA
Вставка
- Опубліковано 5 вер 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Amen amen hezagirwa mukozi wimana ngize ico nunguka mubuzima bwanje
Imana Ihabwicubahiro kubwo Ijambo ryayo muhezegirwe cane mukomeze kuturondera abatamankaba Impanuro zabo nizigiciro mururugendo Imana Idukangure Igwaruka Iduhimbaraga za Mpwemu Yera zidushoboze kiy Ikorera
Yaaaaah!ndanezerewe cane,
Paul timoteyo,....ngo girumwete wo kuza Ahondi urushana rutarajobanja.....
Célestin,mutama dukeneye kumwonka bihagije,
Ibikwiye kuja kumuco wera mumwegere abitange,
Ibikwiye gushirwa mubitabo Imana yugurure bije mubitabo,
Kugira bikunde bizodufashe igihe mutama azoba yaragodotse,
Imana ihezagire ubuyobozi n'abakozi ba chaîne umuco wera mw'Izina rya yesu Kristo,
Amen.
Célestin, yesu abane nawe ukomeye utwegeraniriza imfungurwa original. Aloys Ndayikengurukiye.
Hezagirwa
Imana ihezagire umutama akundwa cane yashikanye benshi kuri Yesu.Ijambo rya Kristo rizishitsa ico ryatumwe kuko ashobora vyose .
Imana izoguhebere umutima mwiza wawe wo witaho cane abapfakazi nimfuvyi
Yoooo Mana yanje Imana irazigama kabisa ndakwibutse Pastor Lameck nibutse ijwijawe ntiryahindutse Numva amarira yumunezero ninyigisho watwigisha tugomba dusangire uruhimbi . Pastor Lameck sinzokwibagira inyigisho zawe , pastor Abeli niwe yambatije ku ndahangwa yaratashe mwijuru ndizera ko tuzomubona . Wampaye impamba yo murugendo Imana ikumpezagirire kandi iguhe iherezo nziza .Amen
Yesu amuhezagire umukoziwimana rameke igene yakoreye imana adahegamye
Mbega intahe iryoshe ndanezerewe kumva izi témoignages zuyu mu sage, ico gitabo ndifuza ko nanje congerako mugihe Imana yoba ikintije ubuzima. Hezagirwa muvyeyi mwiza ubandanye kudushikiriza ijambo watumwe kuko turi benshi bataratahura.❤️❤️
I'm very glad to watch this tv
Imana ibakomeze
Uwomutama yubahwe,kuko yatumye jewe nakira umwami wabami Amen
Imana izabahe iherezo ryiza mutama Hama ntakuntu izonyigisho zico gitabo mwoza murazicisha hano kur you tube vyodufasha abatari hafi murakoze !!!
Murakozee cane mukozi wa NDIHO
Urakoze mukozi w'Imana. Umwami Imana ihabwe icubahoro
Warahamagawe kweli.Mwarakoze Mu gihe canyu,Uhoraho aduhe inkomezi natwe ab'uru runganwe dukore ibirenze.
Amen Amen uyumutama aranezereje cane
NivizaN
Umu papa abirimwo kweri ndanezerewe uhezagigwe
Umucowera murakoze
Imana ihumugisha Pastor wacu
Past Lameck Imana Imuhezagire caaaane
Imana izoguhe iherez ryiza uzobone abakurwako bakubwira ngo warakoze mwene data
Uyu mutama Pastèur Lamek simbavimbere niwe yankomeje no gutahura Mpwemu Yera n'imikorere yayo!
Wow mbega umutama aryoshe Imana izimuhe ijuru kweli
Celestin ivyo avuze ariko arigisha ubu uzomutumire abitubwire
Imaniguhezagire mukozi w Imana
Izo ndirimbo nahora ndazumva Kuri bande cassette sinzi ko mwozituronsa ngaha kumuco wera tv
Mwiza
Imana ibahezagire
Imana ihezagire abatama bacu baritanga
May God bless the team Umuco wera
Celestin ntumurekure atakubwiye vyose niho tumuboneye kandi uzomutumire nubundi kuko ndumva atekeyemo vyinshi vyokutwigisha
Imana imuhe umugisha uyumu tamawacu Hama kuvugako abantu batinjira kuwakabiri kuwakan kuwagatandatu suko badakunda ijambo ryimana oya ubuzima bwarazivye arikokandi niyobaje. Kuwamungu bazana ibikogwa kuko baba babiros hamwe bokwama mungoro bose nivyopfa vyobavyishi
UHORAHO ABAHEZAGIRE
YEZU wameny naguhazagire pe. Birumvikana ko Mutima mweranda ari kumwe namwe
Umwisha mwiza wanyigishije igice mkwifurije iherezo ryiza
Yesu azoguhe iherezo ryizaaaa; amen
Namwe Yesu abahe iherezo ryiza Haleluya
Inyigisho nziza Cane
Yesu Aguhe Umugisha mukozi w’Imana
Ruhuka pasta ruhuka ahuri tuzahurirayo
Mbega turashobora kuronka inumero zawe?
Hicho kitabu naweza kukipataje ?niko geita tanzania 🇹🇿
Ivyobitabo muzotubwire vyabonetse nukuntu abari kure twobironka
Ruhuka