Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Imana itugabire gusenga gusenga nivyiza
Amen 🙏💓
Halelua ❤❤❤Nkoresha ico wampamagariye Mwami Yesu ❤❤❤
Imana ishimwe cane ko Imana yakuzigamye pasteur wanje 🙏
Imana urahambaye ,mw,ijuru ni mw,isi, urampembuye n'iyo ntahe yanyu mukozi w,Imana, nanje Yesu kristo anshoboze gukora ivyo agomba amen
Amen amena
Hallelujaaaah Hallelujaaaah HallelujaaaahUbugombe Bwawe Mana Birakomeye Cane💪
Amen Amen 🙏💓
Amen🙏 Imn Iguhezagire mukozi w’Imana Ivyimana Igomba nivyo vyiza🙏
Amina Mpwemu Yera Adushoboze gukora Ubugombe bw Imana Ikwongere umugisha no kuramba mukozi wayo
Amen amen ubugombe bube ubw imana muri vyose na hose
Amen Amen Amen !!!! Murakoze cane mon Pasteur
Amen 🙏❤️
Haleluyayaaaaaa
Imana iguhe umugisha mukozi w'Imana dukore ivyubugombe bw'Imana
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Imana iguhezagire 🙏💓
Amen Imana ibahezagire ibakomeze mugikogwa cayo
Yesu abahe umugisha ndahembutse
Amen muzoduh ubutumwa bwomwishengero Pentecost gasekebuye
Amen. Gasekebuye ntiturashoboye kujayo. Ariko Imana itwugururiye tuzojayo tubashikirize Ubutumwa bawaho. Mushishikare guhezagirwa.
@@meirratv murakoz twizer kovub muzabuduha muhezagirw namw muradufash can
Amen Yesu Duhe gukora ivyugomba Amen
Amen amen amen
Amen ivy 'Imana igomba nivyovyiza
Iman iguh kuramba mukozi w'Imana,uruw'Ikimazi.
Very powerful testimony..
God bless you abundantly 🙏
Yesuweee,imbabazi imbabazi twoye kunigana naMpwemu yera,
Imana niyo izibidukwiriye ubugombe bwayo bube kuri jew
Urampa Iherezo ryiza Yesu amen
Nukuri.Yesu abahezagire.❤
Imana ishimwe caane ubugombe bwayo nibwiza kubuzima bwacu
Nihonari narafashijwe cane.nsazwe nkunda cane lmana ikurimwo.
Yesu Kristo akomeze kuguhezagira!
Mana, umfashe kumenya ubugombe bwawe ku buzima bwanje 🙏
Ameeen
Yesu akumpwzagirire muvyeyi
Ubugingo butarimwo umusaraba (le renoncement de soi) est une vie stérile.voila la volonté de Dieu
🙏💓
Amen🎉
Amen
Urakoze Mana,ndafashijw🙏🙏🙏🙏
Inyigisho zawe ziramfasha hezagirwa
Ndabashimiye cane ko mutakase video nkuko mwahoro natwe aba online tukaronka amasengesho. Imana ibahezagire cane. Ndahembutse kdi ndanezerewe ubugombe bw'Imana
Amen! Murakoze cane kudushimira. Yesu Kristo ashishikare kubagirira neza!
Ijambo ryiza cane nintahe ikomeye ubugombe bwawe mana ndumva guhembuka yesuu aguhezagire kubuhamya bwawe
🎉🎉Amen 👏 Dushobozwe nayo 🎉🎉
Iyo utaza kuyikorera uri mu Burundi simba numvis iri jambo.iragahezagirwa iraz ibiberey😢😢😢
Ndafashijwe nkr
Ubugombe bw'Imana
Uranyubatse papa ndagukunze
🎉🎉🎉🎉🎉
🙏❤️
Ego vyukuri harinzira imana icishamwabantu kugirango ibakuze
Ivyugomba Mana abe arivyo bikoreka
Ivyugoba nibibe uko ugomba nibibe kurijewe
Hari ikosa abavugabutumwa bakora, bakwiye guheba. Iyo uvuze ubutumwa, uba wavyiteguriye neza. Uba uri mur iryo jambo gusumba abandi..... naho boba abakozi bakuru.... Hari igihe muca muhamagara abitwa abarongozi ngo basengere abihanye ariko bo mutari mu kirere kimwe, aho kwenyegeza bagasukamwo mabisi. 🙄 Nk uyu yisengeye ngo " nta vyaha bikwiranye n ukugororoka bafise...."🙄🙊
Jewe numvis KO kwabay ukwihenda yashatse kuvuga ivyamwa bikwiranye nukwihana.!
Kndi watahuye nabi kuko mbona washatse kuvuga KO pasteur atarivyo yarimwo.oya sukooo mugenzi !!! yashatse kuvga ivyamwa bikwiranye nukwihana.nkubu iyaba twarikumw na pasteur vyaba vyiza ariko ndizera neza k arivyo
Cane rwose mwene Data Yesu Kristo aguhezagire cane.
@@meirratvAaamen 🙏🙏🙏
Mumpe numero y'uwu mu pasteur
+257 79 45 03 30
Amen🙏❤️
Egoo🙏💓
Imana itugabire gusenga gusenga nivyiza
Amen 🙏💓
Halelua ❤❤❤
Nkoresha ico wampamagariye Mwami Yesu ❤❤❤
Amen 🙏💓
Imana ishimwe cane ko Imana yakuzigamye pasteur wanje 🙏
Amen 🙏💓
Imana urahambaye ,mw,ijuru ni mw,isi, urampembuye n'iyo ntahe yanyu mukozi w,Imana, nanje Yesu kristo anshoboze gukora ivyo agomba amen
Amen 🙏💓
Amen amena
Amen 🙏💓
Hallelujaaaah Hallelujaaaah Hallelujaaaah
Ubugombe Bwawe Mana Birakomeye Cane💪
Amen Amen 🙏💓
Amen🙏 Imn Iguhezagire mukozi w’Imana Ivyimana Igomba nivyo vyiza🙏
Amen 🙏💓
Amina
Mpwemu Yera Adushoboze gukora Ubugombe bw Imana
Ikwongere umugisha no kuramba mukozi wayo