Inyigisho za Chris Ndikumana ubu murashobora kuzikurikirana mu rurimi rw’icongereza. Muzisangize abagenzi banyu bavuga icongereza. Mu kwumviriza inyigisho ´Mountains have ears’ muca hano: ua-cam.com/video/4EMYo9Syixs/v-deo.htmlsi=rhotWQrFQYLihLX4
Hallelujah 🎉iri jambo niryo twari Twize kuri église, lmana ishitse ico ishaka kunyigisha in the mighty name of Jesus Christ 🙏, lmana Impindurire ama Teka mw'izina rya Yesu ❤abo natakaje mubuzima abambabaje Bose, lmana ibaharire nanje imparire Kandi impoze amosozi
Imana ibahezagire cne nanj ndazi ivynj ko bitapfuye bisinziriye yesu agiye kubihumumura Chris inyigisho zawe zirampimbara umwami aragahezagirw we ya kudu Haye amen
Inyigisho za Chris Ndikumana ubu murashobora kuzikurikirana mu rurimi rw’icongereza. Muzisangize abagenzi banyu bavuga icongereza. Mu kwumviriza inyigisho ´Mountains have ears’ muca hano: ua-cam.com/video/4EMYo9Syixs/v-deo.htmlsi=rhotWQrFQYLihLX4
Ame.ibyo dukeneye tubyereke Imana n umutima wizeye.Nshize imbere abana banje 2,bifuza gukora ubukwe.Mumfashe kubafatira barengeje imyaka 30
Ndi kumavi haciye imyaka 3 nubu ndizeye mwami
Amen
Mana wumve ugutakamba
kwacu nanje mfisiyumutwaro ndarengej 30ans ndipfuza kwubaka abahungu barandesha hageze aho twokwitegurira gukora
ubukwe
baca babivamwo! Ntererej Isengesho kuruwo wese yovyiyumvamwo uyumutwaro urarusha
Imana yumve ugusenga kwawe
Mumpindurire nanj mwami
Ego mana nanj ndakwizey
Nditeze ikirer cobitangaza
Ndashim'Imana cane yambohoye kucaha cubusambanyi'nkanahiheshicubahiro kukuntirikimbohora kubugwayi maranyimisi ndiko ndabonikigaza c'Imana'ndayishimiye cane Ahivyagiye mugihugu co mw'ijuru'Amen
Hallelujah 🎉iri jambo niryo twari Twize kuri église, lmana ishitse ico ishaka kunyigisha in the mighty name of Jesus Christ 🙏, lmana Impindurire ama Teka mw'izina rya Yesu ❤abo natakaje mubuzima abambabaje Bose, lmana ibaharire nanje imparire Kandi impoze amosozi
0Ndashima Imana cane yambohoye ku kwidodoma
Nkaba ntuye isengesho abana 2 banje batarubaka ingo.zabo,barengengeje imyaka.30 batarabona uwo bifuza kubana.Mumfashe isengesho nzashima Uwiteka.Amen
Amen Amen Amen Amen, Mana shimwa icyubahiro no kuganza bihere ari ibyawe NDIHO🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Mwami Wanj wakoze kubwuyumusiii ndagushimiye wangiriye neza wakorey igitangazaaaa ndagushimiye Muvyeyi mwiza nkweretse nabiriya mwizina rya YESU Amen🙏🙏🙏
Chris Imana iguhebumugisha kubw'inyigisho nziza utugezaho!! Ndanezerewe mu mutima wanjye!!
💃💃🙏🙏🙏🔥🔥Imana inyongereze ukwizera kuyitangaza 🎉
❤
Allelua ,allelua Imana ishimwe,isengesho ryanyu rifite ubushobozi bw,Imana ,nanje Yesu arangendeye,mfise ububabare bw,umutwe n,umubiri wose,Ubu ndoroheweAmen
Yesu nashimwe nanje nafashijwe hama munsengere mfisikibazo cokuguma mbonamaraso mukoziw imana uhezagigwe cane
Imana ibahezagire cne nanj ndazi ivynj ko bitapfuye bisinziriye yesu agiye kubihumumura Chris inyigisho zawe zirampimbara umwami aragahezagirw we ya kudu Haye amen
Amen,Allelua Ndanezerewe n,ibizoba ku muryango wanje kubana banje.Ndizeye niteze ikirere c,ibitangaza ku muryango wanje abana banje 7 n,ababuzukuru 14 ,Amen nzopfe ngaragara ,Nsengeye abana batarubaka uruga Kabura na Nyandwi barengeje imyaka 30.Mwami ndabagutuye.Biragoye kutiganyara ari Urabizi Mana Imana ishimwe kuko yabonye icifuza canje imbere yuko nabivuze.Murakaze bantu b,Imana
Allelua amen Ndas😢aba ko Yesu ahagaraŕa hafi yanje ,amfashirize abana barengeje umyaka 30 batarubaka urugo rwabo,Narafashishe ndizera nubu amavi ari hasi Mwami wanje.Ndakinze umuryango ndakwihereranye mw,isengesho.Amen
Amen manishoboye vyose ndashaka kubona ubukwe bwabana banje nabo ntunze bose
Amina
Mana, Nshoboza kugira Ikirere ciza c igitangaza mu kugira ukwizera gushitse .Menye ko Ushobora vyose , mu kwumviriza no kwizera intahe z abandi, sinidodombe , kandi simpinge ibitangaza Ukora Ubicishije ku bakozi bawe
Iyi nyigisho vyukuri irampezagiye cane
Imana Ikutwongerere inkomezi no kwicisha bugufi umuvyeyi
Allelua nanje nditez ibitangaza bizoba ku muryango wacu lmana nyenamahoro nyenumugisha iduhezagirire umukozi wayo chris asengera abo atazi.
YESU akongere amavuta mukozi w'IMANA watwigishije gusenga.IMANA Ishimwe cane❤
AMENA mukozi WIMANA NDIHO yongere yuzuze atsindagire anyingishe mwizina rya YESU ❤❤❤
Amen Amen Mana yacu urimwijuru habwicubaro ibihe vyose nukuri 🙏
Ameeeeeen Ndiho aguhe kwama ivyamwa birenze urugero
Warahezagiwe cane 🎉🎉❤❤
Imana ikureho umuka w'uruzerero ku mugabo wanjye,imyuka mibi y'ubusambanyi nta mbaraga imufitehi mw'Izina rya Yesu
Yesu ashimwe we uri igitangaza. Yesu nyongrera kwizera, nsengere mu kirere cyiza . Amen
Ndifuza kugirirwa délivrance ,umubiri wanjye uti attaqué ninzoka nyinshi ,ndatura ubuzima ,délivrance inzeko mbone uko mvugira Imana ahombaye bayimenye
Uze gufata muri Kanguka yo ku wagatandatu n’ukuri Yesu arakiza muri urya mwanya! Nanje ndabifitiye ubuhamya! ❤️❤️
@@laurettetetero3529harya iba sangapi ? Kanguka ya samedi ? Amasaha yo muburundi ?
Kwihana kureka .🎉 Ameeen.que Dieu ❤vous bennisse papa profette.
Chris Ndikumana.Imana yawe irakora .Amen
Ndakuraho imyuka mibi yubusambanyi kurinjye nuruzerero mubagabo mwizina rya yesu
Ndifuza kwigihe nzataha iwacu i Burundi nzoza kumviriza izinyigusho vis avis aho Mukozi w'Imana Chris azigishiriza . Mana ndagusavy uzahangez numusi umwe gusa
Amen imbaraga zawe mana muhezagigwe cane kubwijambo RyImana❤❤❤❤
Amen Amen. Amen 🙏🙏🙏🙏 Imana iguhe. Umugisha mukozi w'Imana. Muze murandusengera Cane ngose twebwe Turi mubihungu bitandukanye Amen Amen 🙏🙏
Imana iguhe umugisha Kandi ingukomereze umurimo irinde umuryango wawe Kandi natwe imana idukomeze icyiruta byose iduhe kwizera imirimo yayo tubisabye twizeye Amen
Imana ibahezagire cane mwaradufashij vyinsh kubuzima bwacu
Amen❤❤❤❤ Imana igume ihezagira igikogwa ca Kanguka hamwe na famille yawe, Merci Beaucoup ❤
Amen 🙏 bwana yesu asifiwe ❤
Amen 🙏 urakoze mwami YESU CHRISTO kuntabara 🎉❤❤❤
Nzigame umutima wanje kuruta vyose Amen amena hezagirwa mukozi w Iman
Muhezagigwe❤❤❤❤❤❤❤ndahezagigwa ninyigisho zanyu Yesu abongere amavuta
IMANA idushobots ukwizera kwacu ntigupfe.kuko vyos Ariho bituye🙌🙏✊
❤❤❤❤❤❤❤❤ mu Rwanda turagukumda cyaneeee.
Mana ndagushimy kubwiy nyigisho.ndagusavye umpe kurema ikirere cibitangaza mri families yanje😊
YESU ASHIMWE kubwiyi nyigisho🙌Amen kandi Amen
Amen Imana nyena mahoro igumize kudukomeza iduhe nukwizera kuko turimugihe kitoroshe
Amen,Imana ishimw caan
Amen amen❤❤❤❤❤❤❤❤❤ inyigish mwigish zishik kumushah mukomez kugug nez chalom
Imana iguhe umugisha Chris Ndikumana n' umuryango wawe wose ❤❤❤
Amen imana izompe iherezo ryiza.
Yesu ashimwe nanje munfashe gusenga cane impe kwizera gushitse.
Amen mukozi wimana waje hagezeko tubona ubwiza bwa yesua
I Imana izoguhe gukorera imana kugeza kuruvyaro rwawe rwindwi (imiryango indwi)
Mana data watwe surimwijuru izinaryawe nirishirweheju ahugenderabandi nanjentunsige mwizinarya yesu kirisito amen
Amen mana ndatuye délivrance kubuzima bwanje
délivrance kubuzima bwanje
Mana duhe kukumenya ❤ urakoze mukozi w, Imana
Amen lmana iguhe kuramba numuryango wawe ndagukunda
Amen Imana iduhe guhinduk tuze tugire iherezo ryiza
Amen papa ,mbabarire ndafashwe,ndu muntu wushaka gukoreri imana ariko bansanzemo ngwaye epilepsi.kandi narize amashuri .
Epilepsie Yesu azoyigukiza nkuko yankijije hubwo korera Imana nyene kugeza yonyene ikuvuyemwo
Imanikongere amavuta yokuroba ubwokobwimana.
Iman ibahezagir cn🎉lbah ❤imigisha🎉
Amen 🙏
Imana inguhumugisha mukozi w’Imana
Imaninkize ivyaha vyose namadaymoni yoxe kk ntakiyinanir amen
Amen lmana iduhindurire abagenzi ituzanire abotwigishany iryimana turagukund caane
Amen, mana tugire amatara amurikira anari mu mwizaa wisi
Imana ikomeze igikorwa wahamagariwe❤
Banyita gikundiro nkunze gukurikirana ikibwiriza cyakanguka ariko cyarapfashije pfite icyifuzo umubyeyi wanjye nindembe ararebye cyane ari muricoma ntiyunva ntabona ndizeyeneza ntashidikanyako umubyeyi wanjye akeneye asengesho ryawe kandinzinezako azakira nubwobimezebityo kuberimana ya group kanguka ikoribitangaza twetugatangara arikowe ntajyatangara ndayizeye iserukire kuntabara nzatanga ishimwe ryanjye umubyeyi wanjye nakira
Imana im babarira kubwo kwangiza ikirere cyange mvuga amagambo mabi🙏🙏🙏🙏
Mwami nyongera inkomezi nsengere mukirere ciza
Amen imana idushoboze
Imana ibahezagire cyane, man of God!
Yesu ndagutumiye mubyanjye byose
Nanj ndabahay umutwaro wumwana wanj fise arikumwe barakaroze atwenze umunwa ucuhengama ijisho naryo riguma ririra ndabahay uwomutwaro musengere umwana wanje akire
Amen Amen Imana ibahezagire caneeee🙏🙏🙏🙏🙏
Yesu ashimwe nanje ndafisumutwaro
Amen uratwigish neza mukoz w Imana
Aman amen bwana yesu asifiwe
Amen Amen Chris Imana iguhezagire
Nshoboza Mana gusohora ibimbuza kuronka igi tangaza Ndiho agukorere mwisi azo guhembe ubugingo
Uwiteka ankoreho, ampe kwizera, ampe ikirere kiza
Irijambo Imana niryanje, 👏👏👏👏👏🙏🙏
Amen muhezagigwe
Uwiteka nduburira amaso yange kumusozi niho gutabarwa kwange kuri nkora kumaso umpundirire ikirere
My spiritual Dad! Bless you sir!
irijambo rirampezagiy murakoze cane yesu nubu ndacakwizigiy naho ntarabona inyishu ariko nzoyibona
Murakoz cn nanjivyanj nizeyeko bikunze guheruwumusi munsengere cn nanj imiryango yose yuguruk incirinzira muvyondiko ndasengera
Amen Imana igiguha umugisha mwishi
Amen amen uhoraho aguhimugisha mwishi
Amen mana uzubanenatwe uduhempwe yokunesh icah
Mana tugenderere natwe uduhe umugisha
Nivyo kabisa Chris imana niyambere❤❤❤❤❤
Amen,urakoze yesu
Kris Imana iguhe umugisha .
Imana ishimwe ijambo ryanyu riradufasha.
Ameeen, dukeneye kwizera
Mana.warakoze.cane.kumenya.ivyo.dukeney
Chris Ndiho aguhezagire❤❤❤🎉🎉🎉
Amasezerano yanje uyampe nifuza ubukwe uruvyaro ningabire utanga uramvugira muvyanje le 17 septembre Mardi ndahakweretse unyibuke mwami wanje
Yesu apfashe kwantura ivyinz amen
Vyiza kwl
Ndabashuhuje mwizinaryayesu
Amen icyo kirere kidufingurirwe
Kurisi ndukumana turagukunda cyane
Mana duhindurire ikirere uturinde abagenzi nabi