THEME : IBI BIMENYETSO NTIBIGUCIKE UTAVYUMVISE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 19

  • @julesjulius2694
    @julesjulius2694 3 дні тому +1

    Yesu ashishikare kukunzigamira kdi yongerere ubwenge nkubwa Salomon

  • @Emmanuel-mq6dj
    @Emmanuel-mq6dj 7 хвилин тому

    Mon Pasteur Uhoraho lmana yacu igukomeze cane ikurinde. Kandi jewe nzodyohegwa umusi nakubonye kabisaaaa

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 3 дні тому

    Yesu Kristo ashishike kukuzigama can nukuri 🙏

  • @NzamwitakuzeFrancoisRegis-e2o
    @NzamwitakuzeFrancoisRegis-e2o День тому

    Imana yacu ikomeze ikongere imbaraga n'ubwenge,nkumva burimunsi igihe nicaye ndi mukazi,lmana igushigikire.

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n День тому

    *** COURAGE COURAGE MON APÔTRE! "UKURI GUCA MUZIKO NTIGUSHA" AMEEEN AMEEEN AMEEEN .-

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 2 дні тому

    Amen ❤ Imana iguhezagire

  • @ndayikezafleury7203
    @ndayikezafleury7203 День тому

    Apotre ndababaze uwushaka gushigikira igikogwa c'Imana yocahe kugira bibashikire

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n 3 дні тому

    ***COURAGE MON APÔTRE! *IGITANGAZA CAMBERE N'URYA AGUSENGERA UKAVA MUVYAHA, ANYUMA UKEMERA AMABWIRIZWA Y'IMANA KUYAKURIKIZA!

  • @Emmanuel-mq6dj
    @Emmanuel-mq6dj 8 хвилин тому

    😂😂😂ugiye kubivuga vyume vyumye😂😂😂

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n 3 дні тому +1

    *** "BIBWIRWA BENSHI BIKUMVA BENEVYOOO" MERÇI BEAUCOUP!

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n День тому

    *** "PERSÉCUTIONS" IRIKO IRABA POUR CEUX QUI FONT LE TÉMOIGNAGES DE JÉSUS CHRIST!? BIRABABAJE...

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n 3 дні тому

    ***FRANCHEMENT! NUKURI "HUNGA ICAHA" URAKIRA ...

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n День тому

    *** "SANCTIFICATION" PERSONNELLES!

  • @NdayisengaGilbert-x4f
    @NdayisengaGilbert-x4f 3 дні тому

    Komera mutama ntumeze nkacakibwa apotre cimanuel kumutakura

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n 3 дні тому

    ***GENDA URABE NEZA IJAMBO RY'IMANA YESU YISHUYE SHETANI MUGIYE C'AMAFUNGO YIWE YA 40JOURS... * CAKIRA VYABANDI N'UBUSUMA QUALIFIÉS! REK'INZIGO, REKA UBUNEBWE, KURA AMABOKO MUMBUZU UKORE!

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n 3 дні тому

    ***LA PAROLE DE DIEU EST CLAIRE! "CELUI QUI NE TRAVAIL PAS, IL NE MANGE NON PLUS" (UDASHAKA GUKORA NTAKARYE)

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n 3 дні тому

    ***ABANTU BENSHI CANE UBU, BAKENEYE IBITANGAZA VYOGUKIRA KUMUBIRI GUSA!

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n 3 дні тому

    ***UBUTUMWA BWA CAKIRA INZU CANGE UMUDUGA UTARIRWAWE!? OYA JEWE SINDAYEMERA KABISA...

  • @ZacharieTwemeremungu-m1n
    @ZacharieTwemeremungu-m1n День тому

    *** COURAGE COURAGE MON APÔTRE! "UKURI GUCA MUZIKO NTIGUSHA" AMEEEN AMEEEN AMEEEN .-