Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mweeeeese muragahezagirwa cane n'iyaremye ijuru n'isi. Murakoze ndabakengurikiye
Amen Amen
Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri🤭😂😂🤣🤣🤣
Amen
Mwatubwir nuko tutumv nukur imana iguhezagir
Ongerwa amavuta nturi nkababandi bigisha inyigisho zihwany nivyipfuzo vyabantu
Imana ishimwe cane Imana ishimwe cane kandi Imana iguhezagire kandi ikongerere inkomezi zo guhora uvula ukuri avec audacite ( boldness
Imana igukomez past
Vyizacane
Amene
Thx Lord
Uhezagirwe
Pasteur wanj💖💖Uvuga ukuri vrt
Ukwonukur peee
Mahoro mukozi w'Imana.inyigisho zawe ninziza cane ndazikunda kandi ziranyubaka.Ariko ivyo muyandi mu dini KO atavyo wigishijwe bisigura KO atavyo uzi.vyihoze wewe uhamagarire abantu guhinduka,ntuhawe winjira muvyo guca urubanza urazi kwatari ivyacu.
Egoooo Ubu butumwa butagira imbibe nibwo bumpimbara nayo abenshi Ubu ngo bishimira amadini y'abo, Tubwire mukozi w'Imana.
Muhezagirwe
Muhezagigwe cane
Ni hatari none ga pasteur, uribuka ingene watwenze umuntu akwituye agutuye umutwaro,Reka kubesha abantu.Ngo tuzonywa icica ntaco kizotugira na gatoyi.Gusenga Imana usaba ko Yesu yoba arateba nivyo, gusa ntibibuza ko aza.Icukuri nuko twokwiyeza,tureke guhenda imitima yacu.
Amen🙏
Umvugiye ibintu kabisa,ndigutangazwa nabantu barikuva muri catholic baja mubaporoti ngo bakijiwe ariko wababaza abo bivukana aho baba ntibahamenye kumitima mibigusa hama ngo bararokotse,imana izongumize ahondi kuko ijuru sikanisa nsengamwo ahubwo nibikogwa binezera imana.
Akazi kari kantwaye,narinkumbuye amajambo yawe papa.
Amen. Nukuri kwose. Ndakumbuye past,nkunda ukuntu wigisha,uvuga ibintu uko biri. Balikiwa papa
Kwuzura mpemu ntibikubuza kwirinda hahahaha urarisemuye nukuri Pasteur
👏👏👏
AMEN AMEN
Tuvuge amina ubumwa bwawe buraryoshe kwunviriza
Abapasitori kweri muri sbahatari nukuvuga. Mbega IZO histoire muzikura hehe ? Gushika NAHO muronka ama histoire yimbwa ? Kweri
Imana ikomeze kugukomeza mon Pasteurs. Ariko uwomugabo yariko aranywa kinju ahatswe gusigara yicaye wenyene. abantu babasilimu nihatali kweri
T
Mana uhabw'icubahiro ko uriko udufashisha Umukozi wawe adufasha mu buryo bw'Impwemu atagabanije atongoyeko atagiturire atanzara birimwo...
🙏amen
Amen🙏 murakoze imana itubabarire🧎
Pasta duza aka volume
Pure vérité
Amen 🙏 🙏 🙏
Pasta wasomye he havuga ko umuntu asenga Imana ahagaze??Matayo 6 ,abasenga bahagaze ni.indyadya!Ba upfukama wubahe iyaremye Ijuru n isi
Amen Amen Amen!!!
Chalom iyo numwungere mwiza ahezagigwe
Ijuru ntirigurwa.Icaha ntibakirihira icaha uracihana
Amen 🙏🙏❤️🤍💚
Amen Amen Amen
Amen amen
Mweeeeese muragahezagirwa cane n'iyaremye ijuru n'isi. Murakoze ndabakengurikiye
Amen Amen
Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri
🤭😂😂🤣🤣🤣