Agathon Rwasa ngo nta bishasha biteze mu matora yimirije , atari ukubahinyanyura nka mbere

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 вер 2024
  • #indundinews : Umushingamateka yamuka mu mugambwe #CNL_Agathon_Rwasa yerekanye KO ata gishasha aba nyamigambwe bokwitega mu matora yimirije , kuko umugambwe uri kubutegetsi ngo uzobahinyanyura nkuko abisigura hano....

КОМЕНТАРІ • 65

  • @arsenearakaza1385
    @arsenearakaza1385 2 дні тому +5

    Honorable Agathon Rwasa says the truth

  • @baribucu
    @baribucu 2 дні тому +4

    Vive mon honorable AR❤

  • @LambertNdayisenga-b2e
    @LambertNdayisenga-b2e 2 дні тому +8

    Voilà abantu nkabo nibo igihugu gikeneye, uburundi niwewe buhanze amaso mutama,asha komera kumuheto mutama❤❤❤❤

  • @sammyblaiseininahazwe4449
    @sammyblaiseininahazwe4449 День тому +1

    You are very intelligent for sure. May God keep on to guide you

  • @SakubuQ-um3hc
    @SakubuQ-um3hc День тому +1

    Mutama nukuri Ico Nico abarundi tugukundira urimvugakuri none kobahinyanuye ubona igihugu kiriko kivahe kijahe.umugisha ntiwibwa uwuwivye ntashikana

  • @gloriosemuhorakeye4278
    @gloriosemuhorakeye4278 2 дні тому +2

    Imana ikutuzigamire

  • @ErickNduwimana-tp9gb
    @ErickNduwimana-tp9gb 2 дні тому

    Long life Mr A.Gwasa you have spoken well ❤

  • @JacquesNiyokwizera-s7g
    @JacquesNiyokwizera-s7g День тому

    Gwasa arashoboye umushingantahe umwumvira mwijambo ashikiriza ❤❤❤❤

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 2 дні тому +1

    Abanyamigambwe nacanecane Barya ba 0ppossant nibaje hamwe bashirimbere Agathon Rwasa ntawundi yoshibora aba DD Atari Nyakwubahwa Général Agathon Rwasa

  • @JohnMpawe
    @JohnMpawe День тому

    IRIJAMBO MURIBIKE MUZOZE MURARYIBUKA KK NTAMVUGAKURI DUFISE MUBURUNDI NKA RWASA ❤️

  • @jeanclaudenduwimana1564
    @jeanclaudenduwimana1564 2 дні тому +2

    Kizigenzayubahwe kweli kuko arashoboye.

  • @fabriceniyonkuru1639
    @fabriceniyonkuru1639 2 дні тому +3

    Urabereye Gutwara Igihugu

    • @AnaMisigaro-uh6mx
      @AnaMisigaro-uh6mx 2 дні тому +2

      Ahaaaaaa arabereye gutwara igihugu??? Ico n’iciyumviro cawe kandi niho ugeza kwiyumvira…

    • @AnaMisigaro-uh6mx
      @AnaMisigaro-uh6mx 2 дні тому +1

      Ivyo ariko avuga, nawe wobivuga vyoca bisigura ko ubereye gutwara?? Ivyiyumviro vy’abahutu burateye agahinda peeee😂😂😂😂

    • @yvesvernedusabe7505
      @yvesvernedusabe7505 2 дні тому

      ​@@AnaMisigaro-uh6mxwewe ushaka twemere ivyiyumviro vyawe bizane navyo

    • @AnaMisigaro-uh6mx
      @AnaMisigaro-uh6mx 2 дні тому

      @@yvesvernedusabe7505 Ivyiyumviro natanze ni ibihe?? Be musoma ivy’umuntu yanditse. Ntibitangaje birumvikana uwo uri…

    • @richardninganza2265
      @richardninganza2265 2 дні тому

      @@AnaMisigaro-uh6mxWapi ntavyubwoko ngaho,nta gusubira inyuma.akarimi ka rwasa ni hatari

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 2 дні тому +1

    Yesu arakwiye kwikorera nukuri indoto ufitiye uburundi ukazishitsa ❤❤

    • @AnaMisigaro-uh6mx
      @AnaMisigaro-uh6mx 2 дні тому

      Ngo Yesu??? Ahaaaa!!! Reka tumurindire akore 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @JimmyNimpagaritse
    @JimmyNimpagaritse 2 дні тому +1

    Umutama yubahwe cane 🙏 🫡

  • @MelanceBikorimana
    @MelanceBikorimana 2 дні тому +3

    I'm the first

  • @ntareelvisjagos2909
    @ntareelvisjagos2909 2 дні тому

    Très intelligent

  • @abdulkabalundi3212
    @abdulkabalundi3212 2 дні тому

    Zura bigisha mzee wakazi abo bashaka kugere ranya igi hungu numu gambwe

  • @tygauzy
    @tygauzy День тому

    Rwasa❤

  • @FerdinandHakizimana-b1b
    @FerdinandHakizimana-b1b 22 години тому

    ❤❤❤❤❤❤

  • @celestinsakubu4273
    @celestinsakubu4273 День тому

    Vakubint wew

  • @estaniyongabire9956
    @estaniyongabire9956 2 дні тому +2

    Uyumugabo nave muvya politic yikorere ibimuteza imbere ahe akazi abanyagihugu

  • @yvesvernedusabe7505
    @yvesvernedusabe7505 2 дні тому +1

    Urarikocoye mutama wamateka abumva ni bumva ibirenze ngaho n'amatangazo

    • @AnaMisigaro-uh6mx
      @AnaMisigaro-uh6mx 2 дні тому

      @@yvesvernedusabe7505 azopfa arikocora ntakindi asigariye atarı gukocora. 😜😜😜😜😜😜

  • @nestorharagakiza4286
    @nestorharagakiza4286 День тому

    Mbega wawundi baha cnl,agezehe?

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 2 дні тому

    Vyukuri nuwankanurukwavu yovuga ko Rwiruka nuwu Mutama igihugu nabanyagihugu bahanze amaso Kandi niwe azosubiza ibintu muburya Kandi niwe akwiye kuba umumuriza bamuhaye amaso imitima yabarundi irahagaze Imana imujimbere amatora twimirije aze aruhurire abarundi

  • @nestorharagakiza4286
    @nestorharagakiza4286 День тому

    Warababwiye nihamwe bigoye.gusa nfise amakenga....

  • @niyonkuruferdinand9429
    @niyonkuruferdinand9429 День тому

    Vraiment ntako utagira kabisa wavuga ikibazo abantu baraho bamaze guhengamira mumanyanga atazopfa akijije igihugu ariko ntaco komerezaho ntakidahinduka Imana izobiroranya ifise inzira nyinshi uhezagirwe cane mutama

  • @JeanboscoBosco-iy5hr
    @JeanboscoBosco-iy5hr 2 дні тому +1

    Uyu mutam yubahwe niwe duhanze amaso

  • @ErinAwino
    @ErinAwino День тому

    Gwasa komera

  • @user-un8jl9fx7u
    @user-un8jl9fx7u 2 дні тому +1

    Mutama wubahwe nukuri kwuzuye

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 День тому

    Barakwanka gusa lmana yo sabantu

  • @tuyisabeevariste3251
    @tuyisabeevariste3251 2 дні тому

    Joseph staline yabivuze neza ntabingenzi sabatora ahubwo abingenzi nabaharura amajwi iconaco carakemutse,mbe hoho nyamatora atagira abahiganwa kwata opposion tugifise subugenegene

  • @karaokeberceau
    @karaokeberceau 2 дні тому

    Muj hamwe mwumvikane mukore union mushireho umuntu umwe azohangana na dd ,utugambwe twinshi dutanze umu candidat umwe nuguta umwanya.mutange umwe wo muri opposition abasigay bose bamuje inyuma .murakoze

  • @AmaniIrakoze-v3q
    @AmaniIrakoze-v3q День тому

    Hariho umusi

  • @Dreamer-s3d
    @Dreamer-s3d День тому

    None nkuyo

  • @NdayambajeMoise-ep3bz
    @NdayambajeMoise-ep3bz 2 дні тому

    Nubusuma gusa

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 2 дні тому

    Rwasa aracakoresha bwa bwenge bwa gi primate bwo mu bihe vy'imyaka irenga murongo itatu bwataye inganda mu rudubi bwa ba havyarimana, ba kanyarengwe, ba Pasteur bizimungu na ba twagiramungu faustin alias RUKOKOMA. Bitey'ubwoba kweli 😢😢😢😢.

    • @ErickNduwimana-tp9gb
      @ErickNduwimana-tp9gb 2 дні тому

      Ivyuvuga wewe ntubizi igigaragara wishwe no kutamenya fact, Amacakubiri twayigiyemwo vyishi bibi ntanumwe azosubira kuduhenda icodushaka ni iterambere umutekano kuri bose.

    • @AnaMisigaro-uh6mx
      @AnaMisigaro-uh6mx День тому

      @@KennoKanse Ntapolitique ya Rwasa… aba muhayagiza nabo binganya ubugoryi. Arahenda ivyo bigugu nkawe, turazi ivyabaye 1994 murwanda bitewe n’ibibwa nka Rwasa

  • @muhandaEspoir
    @muhandaEspoir 2 дні тому +1

    Uyu mu genocider wamaze a banyamulenge Imana izamukubita inkoni

    • @ErickNduwimana-tp9gb
      @ErickNduwimana-tp9gb 2 дні тому

      😂 wewe wivanga Muvyuburundi Ntaryamira yishwe na Rwasa? Wew urazi ingabo za Kagame ivyozakize muburundi muntara ya Cibitoke 1996 ivyakahise ntitubikeney ahubwo dushaka kubaka uburundi.

    • @ErickNduwimana-tp9gb
      @ErickNduwimana-tp9gb 2 дні тому

      Muburundi nta Bwoko bwabanyamurenge buhari

    • @shortylo1515
      @shortylo1515 День тому

      Ikibazo cabanyabinono ntabwo kireba abarundi rwose ahari uwariwabatumiye ngo mujeyo

  • @PhilbertHarerimana
    @PhilbertHarerimana 2 дні тому

    Niwe yikuye multi politique

  • @JemaliNduwayezu-di9xi
    @JemaliNduwayezu-di9xi 2 дні тому

    Ni muje kurima sha

    • @irakozeguyorneil3204
      @irakozeguyorneil3204 2 дні тому

      Wewe urikijuju....uhendeshwa zirya 10000 baguha ukacubyina muribigiryi kweli abarinyuma ya Dd

  • @Choralestaugustinmunyinya2023
    @Choralestaugustinmunyinya2023 2 дні тому +1

    Ja gukora ibikorwa vy'iterambere ivyo vya Politique ntavyo ushoboye

  • @user-tr3we4ms9w
    @user-tr3we4ms9w 2 дні тому

    Wewe uracavuga ivyoguhinyanyura !! Wewe wahinyanyutse kera cane ariko ubuhoho ntihagire abuzorenganya niwe wihinyanyuye ubundazi wamaze gutegura abaavocat kuko uruhukira mumasentare .

    • @PrimeHAVUGIYAREMYE
      @PrimeHAVUGIYAREMYE 2 дні тому +1

      Urirofa ivyavuga ntivyabay ntitubizi.muzatinda muhava

    • @user-tr3we4ms9w
      @user-tr3we4ms9w 2 дні тому

      @@PrimeHAVUGIYAREMYE nkawe faiblesse yawe iciye yibonekeza utukana atanikivuzwe urunva ko uciriritse cane rababo munganya IQ mube muratukana .

    • @irakozeguyorneil3204
      @irakozeguyorneil3204 2 дні тому

      None akwije none urya.....Ahusanga arinkandagira bitabo imwe baraza ijoro ikinjura

    • @ObediNduwimana
      @ObediNduwimana 2 дні тому

      Uyunumugabo yuzuye ntaraba pelben mukuvugijambo

    • @EzechielDzekoShukulani
      @EzechielDzekoShukulani 2 дні тому

      Ubwo nibwo bujuju ABA lundi tugendana mumutwe ntitwiyumvira