Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Urakoze cane nyakubahwa Pastor uvuzeUkuri yesu yaraguhezagiye
Mbayahaga ndagukunda cane Imana iguhezagire cane
Iman ikurinde pasitor usirwe amavuta
Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri Amen Amen
Abavugishw bibinyom ninkabaroz muband,ninkabapfum muband,mumwany babesh ngo n'Imana yavuz abarumwany w'ibinyom nkuko umupfum afat umwanya wogusambuz ingo ngwibint bimezuk nah arukwishakir inot😀😀😀abavugishw bibinyom nuk nab baba bashaka icubahiro ng abant babonek arumunt w'lmana akayibesher itigez ivugan naw🤭🤭🤭
Yoooh, abantu nuko tutumva nayubundi Imana yakutuzaniye nkinyishu
uvuga ukuri nkukurima pasteur imana ikwongere amavuta yinkomezi ubashe kuvugukuri
Nukuri ndagukunda none urugo rutagira ibiyago wobibamwo gute umugabo utaha bukeye nikibazo nimana yogutabara
Imana Data wa twese ikunyongerereze umugisha, ndasubiye gukomera
Ndakunda inyigisho zawe. Ndafashijwe caaaaane
Amen ukuri kwijambo ry Imana🙏🙏
Tabara tabara ingo zikigihe zarananiranye aho ubu umuntu atacihanganira undi urukundo gwaratinvye mungo novugako ubu bisigaye bimeze nkuko wagira ngumugore numugabo naba pangayi babana munzu iyo habaye ibitagenda neza umupangayi umwe aca apangurura akagenda Imana idufashe ntasoni abantu bakigira zogusenya nankeya nakamenyo pe Imana igarukire ingo zikigihe
True kabisa
Amen amen turafashijwe cane.
MURAKOZE NA NEZEREWE CAAANE👏👏👏👏👏
Ubutumwa bwiza❤❤❤
Inyigisho nziza cane. Murakoze kutwigisha neza.
Ivyovyose uvuze ntiwabeshe menga warabibonye bivuge ariko abagabo twaragowe
Amen muvyeyi ❤
Imana komez kukugwiriz ukur kway
Urakoze mutama
JE SUIS MUSULMAN MAIS NDAGUKUNDA NDANAKUNDA AMAJAMBO WIGISHA KUKO URATURA UKURI URAVUGA UKURI ATANAHAMWE UHENGAMIYE IMANA NIYO IZOKWIHEMBERA
Turabakunda murwnda na sweden
Amen Amen 🙏 🙌 👏 ❤ ☺
Jewe ndumufasoni yubatse ntangoranemfisemurugo umugabo arabizi twebweabagore biratugora
Abagore beshi barasopaabagabo yaryamye
👏👏👏💒💒💒💒
Urazi gushishoza uvuga ukuri
Amen!
HAHAHA HIHIHIHI 😆😆😆🤣🤣🤣😅
Abagore ntibakizwa buzuyemwo impwemu zabadayimoni
Nimbuwaw adakijijwe sitwes ntushir mubwinshi
Hezagirwa mukozi wimana
komera
Amen
😂😂😂
Muhezagigwe
🙄🙄😂😂😂🤭🤭🤭🤭
Uvuga ukuri imana ikomeze kuguhangaza
Ndasavye couple zize zicarana murusengero rwImana. Gloire à toi Seigneur
Ukonukuri gukwiye pe.
Urakoze cane nyakubahwa Pastor uvuze
Ukuri yesu yaraguhezagiye