Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Merci pour ces enseignements édifiants
Amen paster kunyigisho utanga nizumumaro ariko imbavu zanje zumye kubwo guseka
Iman idufash cne
Ego di mukozi w'Imana amajambo aryoshe,ikiyago mumuryango biraryoshe kububakanye nubwo yoba yasumye umubirizi aawugerekako umuravumba kurura bivamwo ubera akajamo utujambo turyohera amatwi two murugo
Ahubwo bazoze barakorana guco nyene haba inyigisho kuko bamwe bazohigira vyishi kuko ndazi namwe ngaho munyigisho murarushana nkambayahaga ndazi umwegerey yoguhanura bikwiye urugo rukagenda neza
Babwire Mutama pastor wacu Imana yomw'ijuru uguhezagire can 🙏🙌🤭😂🤣
Amen pasteur imana iguhe umugisha urigisha pe wongera ugatwenza🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏😁😁😁😁😁😁
Mukozi w'Imana ntimuronderere kure,Ingo z'ubakwa kuri target. Yaba umukobwa , yaba umuhungu, aja kubaka afise ico agiye kurondera, nta rukundo rutuma bubakana.Mu rugo umwe aba afise ico yagiye arondera ku wundi.Iyo rero akironse aca ahinduka ikirura, agatangura kwigenza kugira aronke inyendamuvano yo kwahukana. Reka reka nta rukundo rukibaho.N'amaronko gusa bakurikira.
Amen Amen inyigisho zubak cane
Ibyo wigisha nibyo rwose ariko ikibazo burigihe iyo uvuga amakosa yabashakanye uvuga ayo abagabo gusa ntujya uvuga ayo abagore niyo ugiye kubavugaho udomaho gato ariko sinakurenganya Niko kwisi yose bimeze abavugizi bariho nabo abagore nabana gusa nugerageje kuba yavugira umugabo ntiyongera guhabwa aho avugira.
Uzozane abigeme nabasore Bari murukunda ubahanure
Reka kwandagaza amabanga yabubatseBaca umugani ngo zirara zirasha bwaca zikazima. Kurongorana canke kutarongora sivyo bizugurura ijuru umwe wese ku gahanga kiwe.
Atopre akuraho nugutwenga kandi umuntu agakuramwo inyingisho nukuri inyigisho utanga iyaba zakwirikirana abantubose kandi bagatahura ntamuhabara yoronka isoko
🤣🤣God blees you so much Nukuri ndafashwa iyo wigishije.Nukuri uje wigisha keshi kuko harabagabo babaye intagondwa mungo zabo ndetse nabagore vrt. Urigisha vrt
Nkeneye ako ka video
Inyigisho ni amen,ariko iyi titre ngo:""INGO NYISHI Z'ABA PASTEUR ZIRI MU KWAHUKANA", ntibereye iyi titre.
@@mamagladys7677 Ahubwo imana imwingerere Amavuta vrt. Ugirase arabeshe?wapi uko niko kuri kutavangiye.
Bambiye kabisa😅😅😅
Ndafasha ninyigisho zanyu imana ibakomez
Mwirambire batama imana ibahezagire
Nubu ziguma zisambuka mukristu rishari we ntiyahukanye gusa biteye isoni kwumva abakozi bimana bahukana nibeshi ingo zananiye
Hezagigwa mukiziwimana urakomezz kuduhindura
Babwire umenga bubakanye namashengero bageze mungo bakaba ibikoko mugabo kurusengeo bakigira intama
Mbe uyo mu mama ari muri 4ne mbe arimukunva nivyobavuga kand nunvako na bantu bakuze bomwishengero 😰😳😳
Murakoze kutwigisha
Uvuze neza abakozi bimana ni bo bakwiye kutubera umunyo wisi kurusha abandi kuko ni mwijuru muzofata ikibanza cambere
Ewe Mukama,... 😃
Vyukuri izo nyigisho naho zibaye zaratevye ntizibura nyinshi ngo zivyura Imana ibakomezeeeee Ameeeen
Ndumiw none tujahe tuvahe
🤣🤣 apôtre uri final kabisa
Babwirekweri
Hezagugw mukoz w Imana
Merci pour ces enseignements édifiants
Amen paster kunyigisho utanga nizumumaro ariko imbavu zanje zumye kubwo guseka
Iman idufash cne
Ego di mukozi w'Imana amajambo aryoshe,ikiyago mumuryango biraryoshe kububakanye nubwo yoba yasumye umubirizi aawugerekako umuravumba kurura bivamwo ubera akajamo utujambo turyohera amatwi two murugo
Ahubwo bazoze barakorana guco nyene haba inyigisho kuko bamwe bazohigira vyishi kuko ndazi namwe ngaho munyigisho murarushana nkambayahaga ndazi umwegerey yoguhanura bikwiye urugo rukagenda neza
Babwire Mutama pastor wacu Imana yomw'ijuru uguhezagire can 🙏🙌🤭😂🤣
Amen pasteur imana iguhe umugisha urigisha pe wongera ugatwenza🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏😁😁😁😁😁😁
Mukozi w'Imana ntimuronderere kure,
Ingo z'ubakwa kuri target.
Yaba umukobwa , yaba umuhungu, aja kubaka afise ico agiye kurondera, nta rukundo rutuma bubakana.
Mu rugo umwe aba afise ico yagiye arondera ku wundi.
Iyo rero akironse aca ahinduka ikirura, agatangura kwigenza kugira aronke inyendamuvano yo kwahukana. Reka reka nta rukundo rukibaho.
N'amaronko gusa bakurikira.
Amen Amen inyigisho zubak cane
Ibyo wigisha nibyo rwose ariko ikibazo burigihe iyo uvuga amakosa yabashakanye uvuga ayo abagabo gusa ntujya uvuga ayo abagore niyo ugiye kubavugaho udomaho gato ariko sinakurenganya Niko kwisi yose bimeze abavugizi bariho nabo abagore nabana gusa nugerageje kuba yavugira umugabo ntiyongera guhabwa aho avugira.
Uzozane abigeme nabasore Bari murukunda ubahanure
Reka kwandagaza amabanga yabubatse
Baca umugani ngo zirara zirasha bwaca zikazima. Kurongorana canke kutarongora sivyo bizugurura ijuru umwe wese ku gahanga kiwe.
Atopre akuraho nugutwenga kandi umuntu agakuramwo inyingisho nukuri inyigisho utanga iyaba zakwirikirana abantubose kandi bagatahura ntamuhabara yoronka isoko
🤣🤣God blees you so much
Nukuri ndafashwa iyo wigishije.
Nukuri uje wigisha keshi kuko harabagabo babaye intagondwa mungo zabo ndetse nabagore vrt. Urigisha vrt