🙅🏾‍♂️ Pasteur Mbayahaga Isidore ati: "Mw'ijuru ntihazokora inoti..."

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 34

  • @NiyomugaboEugene-qk6my
    @NiyomugaboEugene-qk6my 8 місяців тому

    Ndagukunda Imana iguhe Amavuta

  • @hungaicahaministry3747
    @hungaicahaministry3747 2 роки тому +3

    Muragahezagirwa cane n'iyaremye ijuru n'isi mwese. JIMBERE MAGAZINE mutere imbere nk'umuzinga

  • @lovepeople7949
    @lovepeople7949 2 роки тому +1

    Pasteur Isidore, umutama yicisha bugufi kandi akunda imana. Uwo mupfasoni agirisha ikiganiro sinzi ko afise abamufasha canke yikorana ariko bizomubera inzitizi muri kazoza uko kuntu Abaza ibibazo ataco bituma uwubibajijwe kwiyumvira. Abaza ibibazo vyoroshe Gose muga bitanapanze kumurongo.

  • @bigpat.v5695
    @bigpat.v5695 2 роки тому +1

    Respect Mutama Isidore, Wirambire Pasta.

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI 2 роки тому +1

    👌👌👌ego vrt Imana ni Rukundo🙌🙌

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 2 роки тому +2

    Nzoza gusengera murusengero rwawe kuko nasanze urumunyakuri uvugukuri nturyumunwa , Vuba nzoza kbs

  • @vitalkantore4783
    @vitalkantore4783 2 роки тому +1

    Amen pastor

  • @fabo5415
    @fabo5415 2 роки тому

    Murakoze cane 🙏

  • @hetmanrene
    @hetmanrene 2 роки тому

    Amen pastor 👏👏👏👏👏

  • @MULIGANDEGODFREY-jv5ye
    @MULIGANDEGODFREY-jv5ye Рік тому

    The girl so cute 😂

  • @delacycy
    @delacycy 2 роки тому +1

    Nguwo umukoz w'Imana nemer atinyuk kuvug ukuri🥰🥰🤌

  • @MUGORORE1TV
    @MUGORORE1TV Рік тому

    Avuze ibintu byukuri nukuri

  • @Elijahofficiallyrics
    @Elijahofficiallyrics 2 роки тому +1

    🙏🙏

  • @gildashakizimana2560
    @gildashakizimana2560 2 роки тому

    Ngukunda kubiii

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 2 роки тому

    👏🏽👏🏽

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 2 роки тому

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰🤙

  • @ernestngendahayo1152
    @ernestngendahayo1152 2 роки тому

    Uratwenza tuuuuh. Mubz koyawiuzany

  • @inalumieresonia9677
    @inalumieresonia9677 2 роки тому

    Ame trend....

  • @niyonkurujeanclaude5707
    @niyonkurujeanclaude5707 2 роки тому

    Pasteur niwubahwe

  • @jeanboscomuco5733
    @jeanboscomuco5733 2 роки тому

    Iyi interview ntiyoncikaaa

  • @nathasmart8478
    @nathasmart8478 2 роки тому

    Wubahwe past

  • @mozanasser7874
    @mozanasser7874 2 роки тому

    Umupasiteri dusigarany yigisha neza nuyo kbs aracaruwambere imanimuzigame

  • @marieniyongere3329
    @marieniyongere3329 2 роки тому

    Mbe nk’abakozi utwara nka DG, bakwanse boba banse Imana?

    • @davidiradukunda1594
      @davidiradukunda1594 2 роки тому +2

      Umuntu ni yavuga, ati Nkunda Imana, akanka mwene Data wundi, aba ar' umubeshi. Kuk' udakunda mwene Data yabonye ntashobora gukunda Imana atabonye.
      1 Yohana 4:20

  • @vitalkantore4783
    @vitalkantore4783 2 роки тому

    Mumwongere ibindi bibazo 20 aduteramish

  • @ernestnshimirimana8917
    @ernestnshimirimana8917 2 роки тому

    Uwo turamwemer vrt yigisha ibintu bihanze ubuzim bwacuu

  • @ndalanagency568
    @ndalanagency568 2 роки тому

    Behinde the scene yarakaga ndibaza

  • @havyarimanaolivier8818
    @havyarimanaolivier8818 2 роки тому +1

    Naje ndakeney gukitsa

    • @wisdom3596
      @wisdom3596 2 роки тому

      Wifuza gukizwa
      Biroroshe cane IJAMBO RYIMANA riratubwira riti Muri Yohana1:12:"Abamwakiriye Bose yabahaye ububasha bwo gucika abana bIMANA,ni bo bizeye izina ryiwe.
      Kandi IJAMBO RYIMANA riratubwira riti muze abarushe nabaremerewe ndabaruhura
      Womwakira gute YESU-KRISTO;AbaRoma10:9
      Kuko ni waturisha akanwa yuko YESU ar'Umwami,ukizera mu mutima yukwIMANA yamuzuye imukuye mubapfuye,uzokizwa.
      Isengesho:MWAMI YESU-KRISTO Ndakwizeye ndakwakiriye nkUmwami nUmukiza wUbugingo bwanje ndakiriye ubugingo budashira ndicaremwe gisha urakoze kwIzina ryanje urishize mu Gitabo cUbugingo ni mwIzina Ryera Rya YESU-KRISTO IMANA Yanje .Amen

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 2 роки тому +1

    Uwo mutama yubahwe

  • @benjaminndihokubwayo6810
    @benjaminndihokubwayo6810 Рік тому

    Uwoguha 1.000.000.000FB wokora ibikorane? Canke wotezimbere igisata urogoye Hama ubugugù 1nuko utoteza imbere igisata urongoye

  • @evaristendayishimiye3430
    @evaristendayishimiye3430 Рік тому

    NDABARAMUKIJE MWESE
    TURIKO DUFASHA ABANTU GUKIRA INDWARA ZIDAKIRA IYO UGIYE KWAMUGANGA TURAZIVURA ZIGAKIRA NEZA
    1.KUTARANGURA AMABANGA YABUBATSE NEZA UTARENZA 2~5min
    2.KUTAGIRA UBUSHAKE KUBAGORE
    3.AMAZI MUGITSINA
    4.KUGIRA IBIVYIMBA MUNDA
    5.KUTAVYARA BIVUYE KURI ACIDE BAFISE MUMUBIRI
    6.ESTOM
    7.AMIBE
    8.UMUTIMA
    9.DIABETE
    10.CANCER
    11.KUZURINDA
    12.AMASO
    13.AMENYO
    14.ASMA
    15.IGITIGU
    16.UMWINGO(IKIMIRONGO)
    17.IMITSI IVYIMBA
    18.KWISINZIRAKO
    20.KURIMBA MUMAGUFA
    21.UMUGONGO
    22.HEPATITE ABC
    23.UMUSIPA
    24.AMAPFIGO
    25.UBUVYIBUHE BURENZE
    UFISE IMWE MURIZO CANKE
    NIZINDI TUTANDITSE
    TUHAMAGARE KURI +25767909718

  • @itangitekafiorisisley44
    @itangitekafiorisisley44 2 роки тому +1

    sema baba hahahahahahahaha uyo niwe mukozi w'imana dusigaranye yigisha ijamb ry'imana

  • @kumurundi6120
    @kumurundi6120 2 роки тому

    🤣🤣🤣