Menya ubuzima bwa AFRICA NOVA//YARANTUMYE nayirimvye kubera//UMUKOBWA twakundana//Isambuka y'AMABANO

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 вер 2024
  • Menya ubuzima bwa AFRICA NOVA//YARANTUMYE nayirimvye kubera//UMUKOBWA twakundana//Isambuka y'AMABANO
    #africanova #cancoamissi #bahaga

КОМЕНТАРІ • 93

  • @TheRealKidum
    @TheRealKidum 2 роки тому +35

    Ndakunze ukuntu Africanova avugisha ukuri. Cane cane ariko aravuga ihindagurika ryubuzima yagize muri cote d'ivoire. Abubu bakoze interview ni ukwikubita kugikiriza gusa mukutubwira amahopa. Merci Africanova ibi nivyo twita ubugabo nubutwari. Uri inararibonye wa vrai

    • @Cpodcast1
      @Cpodcast1 2 роки тому +2

      Biragoye kuzobona abandi babasubirira🥺🤦 , niyompamvu namwe mutemera kuruhuka nagato,

    • @rugerinyange
      @rugerinyange 2 роки тому +1

      Merci beaucoup mon cher Kidum. En effet, dans la vie il y a des hauts et des bas. Tuvyakira uko biri.

    • @karasankimadidier8375
      @karasankimadidier8375 2 роки тому +1

      Égoo,uwo mutama nivyiza kuba tumubona,ese abubu bomwigirako,sinzi

  • @TheRealKidum
    @TheRealKidum 2 роки тому +22

    ego vraiment! iki rero nico twita I kiganiro. merci Gael!!! Ndabona ko umaze kumenya uyu mwuga wawe.

    • @manmahuna1160
      @manmahuna1160 2 роки тому +4

      Kabisa...
      Les vrais professionnels b'umuziki mu Burundi.
      Nka Africa Nova hari n'ababa batazi ko akiriho.....
      Kumwumva no kumubona ni ikintu gikomey

    • @manmahuna1160
      @manmahuna1160 2 роки тому +4

      Ariko na we Mutama kidumu turakwemera....
      You're a true legend mu muziki ndundi

    • @umukubito257
      @umukubito257  2 роки тому +2

      Merci du compliment le professeur de la musique MZEEE BALABALAYAO

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 Рік тому +1

    Mwese murakunda mutama ,gusa ?? Mwamuzaniye za ma cadeaux d'encouragement en groupe ???? Kumukunda ,c'est vague ,nibyiza kubi CONCRETIZA . Nibyo bingenza.

  • @barankenyereyejosh8410
    @barankenyereyejosh8410 2 роки тому +4

    Uno musi umukubito wabajije neza les questions bien ordonnees kandi wari tres pause induru zabaye nke big up africa nova ari tres mur kabisa

  • @martinemati7969
    @martinemati7969 2 роки тому +4

    Félicitations au journaliste....imbere yokugira interview n umuririnvyi birabonekako ubanza kw i renseignant..

  • @nkurikiyipfurasultan9815
    @nkurikiyipfurasultan9815 2 роки тому +3

    Umwe mubantu bankundishije indirimbo ndundi,nova n'umuhanga yatumye ndushaho gukunda abarundi

  • @cleverjay6693
    @cleverjay6693 2 роки тому +2

    Iyi interview ndayimaz yose ntarambiwe.Gaël intertainment urayimerita wallahi!ubaza ibibazo tuba dukeney kuronkera inyishu kabisa.Igituma ama tv on line hano Burundi adakurikirwa cane bakoresh ibiganiro vy'ububeshi abeshi.n'ibibazo babaza Biba bitagira akamaro.muzorabe Sabin WA isimbi tv mu Rwanda uko akora émission,nuku Gaël akorany na Africa nova.cank Yago tv show Ni abanyamakuru bumwuga.

  • @laurentsteveniyongira7061
    @laurentsteveniyongira7061 2 роки тому +4

    Like U FROM RWANDA

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 2 роки тому +2

    Ndaryohewe kubona Africa Nova yubahwe

  • @lilyisaro9586
    @lilyisaro9586 2 роки тому +7

    Quel grand plaisir de le revoir, ca faisait des decennies. J'ai grandi en ecoutant et regardais ses videos sur RTNB. Quelles sagesse,intelligence. j'ecoute toujours ses chansons meme hier ainsi que Canjo sur UA-cam,vraiment nostalgique.
    Afrika rajeunit incroyablement et toujours tres beau. Adufashe atubwire aho twokura indirimbo na videos za Amabano n,indirimbo yasohoye apres 2000. Murakoze cane kumutwereka et qu'il est en bonne sante.

    • @gatoregclovis8210
      @gatoregclovis8210 2 роки тому +1

      The legend Africa nova we love you so much May God bless you and keep you and give you more and more years to live thanks bro for interviewing our legand👏🏽👏🏽🙏🏽🙏🏽👏🏽👏🏽

    • @rosamuhimpundo4516
      @rosamuhimpundo4516 Рік тому

      Uyu Mu star twaramwemera ni banduhe número twomuronkaho muzoba mukoze

  • @caramamttv
    @caramamttv 2 роки тому +4

    Ndakunda indirimbo zuw musaza wacu

  • @Amajwi
    @Amajwi 5 місяців тому

    Mwakoze cane kudutumirira abo banyacubahiro.
    @Gael kindly uzodutumirire na Niyoyandemye Celestin yaririmvye "Ubumwe" n'izindi muzoba mukoze.

  • @adelinnishimwe9132
    @adelinnishimwe9132 2 роки тому +6

    Une légende vivante

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 2 роки тому +3

    Ndishimyewe singira uko nobivuga kubwa ma TV online

  • @munezeromediatrice8219
    @munezeromediatrice8219 2 роки тому +1

    nimqubahwe!duheruka kwuva indirimbo zifisakanovera mumyaka yanyu.nubu zina icobutso.

  • @therockn1666
    @therockn1666 2 роки тому +2

    Africa ko nakubuze wanje Toronto yaraguheranye

  • @NKURUNZIZAERNEST-td8rl
    @NKURUNZIZAERNEST-td8rl Рік тому

    Mbosso,Rayvan,... BARAMENYEKANYE MPAKA BARATERA IMBERE mais finalement basubiye inyuma igihe batanguye gucanamwo
    Même ici dans notre pays, exemple BANTU BWOYS président BIGI FIZZO, Membres : Double jay, Kirikou,... basubiye inyuma bacanyemwo!
    Exemple :iyo hataba kuja hamwe Kirikou yarikumenyekana gute?N.B

  • @barankenyereyejosh8410
    @barankenyereyejosh8410 2 роки тому +2

    Uno musi umukubito wabajije neza les questions bien ordonnees kandi wari tres pause induru zabaye nke big up

  • @nimubonabeaudry1065
    @nimubonabeaudry1065 2 роки тому +3

    Asha umusaza ararivumerey ama tv nama radio mwikebuke

  • @ingabirepacifique6548
    @ingabirepacifique6548 2 роки тому +2

    Sua-cam.com/video/0nh6zL1fSwg/v-deo.html

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI 2 роки тому +3

    N'umutama ataramara amezi 2 aravuze ko aba journalists batavuza indirimbo z'abarundi🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️
    Vraiment barabe bihanure kubera izo songs zumvirizwa Kandi zikarabwa n'abarundi. Kandi umurundi akunda nivyo akundishijwe
    So it was really a good emission Merci #Juste_Gael🙏🙏

    • @nkinzonkinzo9006
      @nkinzonkinzo9006 2 роки тому +1

      Nukuri biraryoshye mutwibukije byinshi kera turi abana :turamukunda:gusa mutwereke uriya Mumama baririmbanye( iyiziremaaa)

  • @irdidierciza9394
    @irdidierciza9394 2 роки тому +5

    Gaël wubahwe!!! Émission nziza cane

  • @NKURUNZIZAERNEST-td8rl
    @NKURUNZIZAERNEST-td8rl Рік тому

    MURAKOZE CANE,INYIGISHO NKUYEMWO,
    GUKORERA HAMWE NIKINTU GITEZA IMRE
    *exemple :cfr WASAFI président DIAMOND PLATNAMUZ, Membres :Harmonize,Kavalava,Mbiss 26:50 26:54

  • @justinpeace3182
    @justinpeace3182 2 роки тому +4

    Umusaza yubahwe kweli

  • @theodomirbasomingera5841
    @theodomirbasomingera5841 4 місяці тому

    Uyu mutama,indirimbo ziwe ziraryoheye amatwi.
    Aracariho,abahe?

  • @hervekana6196
    @hervekana6196 2 роки тому +4

    Umukubito nice respect

  • @caramamttv
    @caramamttv 2 роки тому +4

    Ndakunda indirimbo zuw musaza wacu

  • @niyonsavyejacques7807
    @niyonsavyejacques7807 2 роки тому +3

    utuzaniye umutama wakera

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn2202 2 роки тому +4

    legend apana bamw baguma batukana basotorana respect mutama

  • @alicenkurikiye7115
    @alicenkurikiye7115 2 роки тому +1

    🇧🇮🇧🇮

  • @nicelattenijimbere6795
    @nicelattenijimbere6795 2 роки тому +1

    Murakoze kuduhuza naba star bakera. Nagira nsabe muzoduhe ikiganiro kubuzima bwa Berchmans Hakizimana

  • @yvechou2026
    @yvechou2026 2 роки тому +1

    Umuririmvyi nkunda aririmba neza cane kabisa wirambire mutama 🙏

  • @dorinemuhimpundu2807
    @dorinemuhimpundu2807 2 роки тому +1

    Abaririmvyi barabo

  • @fistonbukeyeneza37
    @fistonbukeyeneza37 2 роки тому +1

    Ikiganiro kiryoshe cane..big up Gaël

  • @emmanueldotto9535
    @emmanueldotto9535 2 роки тому +2

    Safi sana nimependa sana 🇹🇿🇧🇮🇧🇮

  • @ahishakalypse23
    @ahishakalypse23 2 роки тому +4

    The LivingLegend...💯💪👏

  • @ntwarimico4889
    @ntwarimico4889 2 роки тому +4

    The legend

  • @anicetnkorerimana4604
    @anicetnkorerimana4604 Рік тому +1

    Big up ma bro hama uyo mutama yubahwe

  • @dorinemuhimpundu2807
    @dorinemuhimpundu2807 2 роки тому +1

    Ndayikunda nanje pe

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 Рік тому

    Wagira ngo afis 50 ans wubahwe mutama

  • @mdmn8160
    @mdmn8160 Рік тому

    Abo nibo bari abaririmvyi abandi bahari ninjavyi

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 2 роки тому +3

    Remember timers 🙏🙏🙏

  • @iciroretv3535
    @iciroretv3535 2 роки тому +1

    Ikiganiro ciza cane.Courage Black Man

  • @NKURUNZIZAERNEST-td8rl
    @NKURUNZIZAERNEST-td8rl Рік тому

    UUHUUU NDAGUKUNZE CANE DUKUNDE IVYACU NIHO NABANDI BABONERAHO AKARYO,
    .KANDI UBU AKARERE KARAHINDUTSE NOUS SOMMES EN EAST AFRICA COMMUNITY,BARIRIMBE IKIRU, KISWAHILI AND ENGLISH,MURAKOZE

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 2 роки тому +3

    Legand 🙏🙏🙌🙌

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 Рік тому +1

    Quel émission respect musaza

  • @christineinamuco3651
    @christineinamuco3651 2 роки тому +1

    ONGERA AKAJWI KU MAVIDEO YANYU JOURNALISTE!!!

  • @miraculolopa
    @miraculolopa 2 роки тому +2

    Ni wubahwe muta 🙌🙌🙌

  • @kessellegahimbare1146
    @kessellegahimbare1146 2 роки тому +1

    merci bcp pour cette emission naryohew can kubon umuririmvy naheruk kera nkiri muto!!!!

  • @anicetnkorerimana4604
    @anicetnkorerimana4604 Рік тому

    Jamen jamen uyu mutama avuze ikintu giko nimba mwamukurikiranye ati nitwakunda ivyacu umunyamahanga azobikunda,,,, uraba wumva birenge niwubarigwa gael big up sana kuganir nuyo mutama

  • @nourvuitton2325
    @nourvuitton2325 2 роки тому +3

    ❤️❤️❤️

  • @gersonsantosdasilva1677
    @gersonsantosdasilva1677 2 роки тому +2

    💯💯💯

  • @pierreclaverhakizindavyi-si3sv
    @pierreclaverhakizindavyi-si3sv 6 місяців тому

    Excellent 👌

  • @m-tuto5728
    @m-tuto5728 2 роки тому +2

    The real legend

  • @docapp8062
    @docapp8062 2 роки тому +3

    Niwubahwe mu papa nemera

    • @thadeebonny3105
      @thadeebonny3105 2 роки тому +3

      niwirambire kand Kandi ugume ubandanya umuziki ugume usohora izindi ndirimbo shasha

  • @alberickadomo6132
    @alberickadomo6132 2 роки тому +1

    Humilite,modestie ,vrmt chouette comme interview 💗

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Рік тому

    Ntawenaribwabone

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 2 роки тому +1

    The legend much respect ♥️🇧🇮

  • @alexismunezero1172
    @alexismunezero1172 2 роки тому +2

    Legend

  • @marie-theresemurerangondo7417
    @marie-theresemurerangondo7417 2 роки тому +2

    Une bonne entrevue

  • @FerdinandNahabandi-io9me
    @FerdinandNahabandi-io9me Рік тому

    Nezerejwe cane no kubona umusani wa kera kandi dukunda akiri mumubiri,ikindi n'impanuro nyinshi nziza n'ibanga yibiye abandi Bari muri carrière mbere Na Reta umwe wese yunvise ic'akwiriye kugira ngo umuziki uter'imbere, turakunda indirimbo ziwe n'abandi basani bakoranye bamwe nubwo batakiriho Imana Imutuzigamire.

  • @munezeromediatrice8219
    @munezeromediatrice8219 2 роки тому

    turabafana,ntituzobibagigwa.

  • @Gatwarotalentfilms
    @Gatwarotalentfilms Рік тому

    Ndishimye cane kubona Legend Africa nova ndagukunda

  • @kodo2020
    @kodo2020 8 місяців тому

    Very good nagaruke akore "yarantumye na wiyizire ma ❤❤❤❤❤

  • @inesnibitanga2469
    @inesnibitanga2469 2 роки тому +1

    ♥️♥️♥️♥️

  • @munezeromediatrice8219
    @munezeromediatrice8219 2 роки тому

    🙏

  • @rasolmp
    @rasolmp 2 роки тому

    💯💯💯🙏🏾🙏🏾🙏🏾🤗🤗🎙🎸🎙🎸🙏🏾🙏🏾🙏🏾

  • @lich_si32
    @lich_si32 2 роки тому +2

    Iyo camera yanyu ntimuzi kugira edit ngo mubone ko harimwo ama fluu menshi? Focus guys image flu

  • @VaC006
    @VaC006 2 роки тому +1

    Mutama is dri🅿️🅿️ing 🥶

  • @munezeromediatrice8219
    @munezeromediatrice8219 2 роки тому

    mbwirigituma wambeshe kwatawundi nuva........

    • @wamupepe5301
      @wamupepe5301 Рік тому

      Ahaaaa, munezero médiatrice ari grave kabisa, vrai pousse bouton, gu siffla ,gu souffla 😂😂😂😂

  • @rastajuly4
    @rastajuly4 2 роки тому

    The old man got soma drips y’all

  • @deobiho
    @deobiho 2 роки тому +1

    Ariko rero hari ibintu vyihishije inyuma ya Africa Nova..sindababesha yaranyiciye indirimbo turi muri studio na Orchestre Amabano, indirimbo iruhira kudasohoka kandi niwe yayishe. Uyo mu type niwe yanatumye Nikiza Davide NIKDAVE yohoha agahunga Uburundi.
    Africa Nova afise uruhande rwirabura mu mutima wiwe Abarundi batazi.

    • @barnabeniyobuhungiro5510
      @barnabeniyobuhungiro5510 2 роки тому +2

      None nimba vyari ivyakajagari mwagomba acakora gute?

    • @deobiho
      @deobiho 2 роки тому

      @@barnabeniyobuhungiro5510 Non. Non non. Umva, Afrika Nova, yinyegeje mu ntwaro yo kwa BAGAZA, ku buryo wanditse indirimbo yigira responsable yayo, akabanza kushaka ko bamusigurira amajambo yayo, akongera akayorungika muri Ministère , kwita mubitamuraba, akarondera ko indirimbo ziwe zamamazwa izabandi akazibeshera ko zoba zitavuga rumwe na Reta yo kwa BAGAZA. (Uca utahura ico nshatse kuvuga)

    • @rugerinyange
      @rugerinyange 2 роки тому +4

      Hariho indirimbo nanka ko zivuzwa mu Mabano ku mvo zikurikira: 1. Indirimbo iririmbwe nabi kuko nyene yo atazi kuririmba.
      2. Indirimbo irimwo amajambo y'ibiterasoni canke ya politique yo gurtyoza intwaro.
      3. Uje ukangata canke uzananye agasuzuguro narakubwira ukaja kurondera abandi bakuvugiriza atari Amabano jewe nari ndongoye.
      Deo Tangdai, sindakwibuka, mugabo niba utariko uribeshera, wari muri iyo mirwi itatu, ça je l'affirme et je l'assume. Ku biraba David n'aho, sininjira muri izo polémiques, ntabwo undusha kumumenya haba musicalement, haba en tant que personne. Ayo maversions, si wewe wenyene uyatanze, vyahereye kuva ava mu Mabano en 1979. Nimwibandanirize, niba kuncafuza hari akunguko muzobikuramwo, muzorye ntimuzompeko.