Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Uwo niwe mukozi w,Imana kbsa avugisha ukuri wo mugenura woreka mbayahaga niwe kabisa ntacakuruhande
Mbayahaga mukomere cane
Cha pasta mbayahaga numukozi wimana abwuzuy ntabibiriya acurika nkabaraho cha uvuzukur ntahimana itari ukira kugurura umutima wawe mbayahaga ninabatizwa nzobatirizwiwaw urakosora neza kabisa urinvugakur kandurigicha neza ngintor niziramba imanikuzigame ikongere namavuta❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Ibintu vyo mu Rwanda biriko biraza mu Burundi vyo kubesha bacishije muvy'Imana. Ahubwo Leta ikwiye gusubiramwo igakwirikirana imikorere y'amashengero amwe amwe.
Mutama tura gukunda cane mukomere
Amen amen 🙏🙏
Umusaza pasta komerezaho
Amen Amen!nukuri kabisa.
Vyukuri unomutamawanje ndamwisumutamawanje vyukuri avugukuri Hama nanje ndamwemera Hama akomere mukuvugukuri ndazi Ubu kubavuze kurabo bavugishwa niyontambara agiye guhuranayo Hama iconovuga akomere amasengesho kuko abobagabo. Basatanike Ubu nagomba bamushireko ibitero
tuba dukeneye apa pastor nkaba baciye ubwenge abandi l'ETA nibirukane Kuko bazatuma n'imbono kazoza tutayishikira😂😂
Ukweli huu kabisa 🙏
APOTRE MBAYAHAGA avuga ukuri kurenze pee.
Babwire ivyo bibwa shaa🎉🎉
N imbere yuko Adam na Eva bacumura Imana ihejeje kubarema yabashize mw itongo rya Eden kugirango baririme barikorere banariribungabunge numbwo icaha kitari bwaze mw isi icogikorwa Adam na Eva baribaragihawe .
*** "UKURI GUCA MUZIKO NTIGUSHA"
Utavuze ukuri
Apôtre que Dieu vous bénisse abondamment muvuze ukuri kose kuko iyo sujet ni sujet ikomeye cane aba prophètes ba faux barasambuje ama famille Ugasanga umugabo numugore baravanye abavukana ntibakivugana kubera bagenda babesha ngo ibirozi ngo barakuroga ngo umugore wawe cank umugabo arakuroga canke abomuvukana ngo nabarozi bagira uko bashoboye kugire bagutandukanye na famille yawe kugire bakwifatire muntoke ugasanga umuntu amahera yaraheze kubera kuyabaha Gaël k Dieu te bénisse aussi kuko icokiganiro kizofasha beshi kuko birababaza iyo arumuntu. Ari proche yawe vyashikiye iyo sujet bishobotse uzosubire ugire ikiganiro kindi bishobotse uzane nabantu babiciyemwo batange témoignage uzobukoze
Ego sha coco,uvuze neza🎉🎉🎉🎉
Abo nibi babahumanya murambaza ivyo bankoreye Abo nabaronzi
Uy mutama niwe mu pasteur wukuri
Iyinzara izodukoza ibara nukuri
❤❤❤❤❤❤❤
Ndashaka kumenya aho ishengero ryiwe riri nukur😅🎉🎉
Mungagara
@@IduhangazePrince-pp3pn amajahe nyene
Biriya yatubwiye tugirubwege
*** "CELUI QUI NE TRAVAILLE PAS, IL NE MANGE N'ONT PLUS"
***JEAN 4: 23-24.
❤❤
*** LA SAGESSES SURTOUT!
Abatubuzi birukanwa mu Rwanda muzosanga baje ino mu burundi,binyegeje inyuma y'abarundi,ngo bazanye ubutumwa bwiza
ako kanyuma ngo apotre wawe cank pasteur wawe akora ik?
*** RICHESSES YAMBERE, N'UBUNTU BUGUHA "RÉVÉLATIONS" Y'IJAMBO RY'IMANA RIGUSHIKANA KWIHANA IVYAHA VYUKURI!
Gael uzomubaz fabrice ati irya soko uwayituriy az amwiyumvirek ntaz asubir kuyiturr bazovyirinda gt🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦 yongey gush twobabara
Yavuz ko hazoba hari Security ikwiy hamw naza CCTV DONC IZOBA YUBATSE KIJAMBERE KANDI IKABA ARI NISOKO NKURU NTAKEKERANYA BAZOBIRABA BIKWIYE
Muranyishe kabisa.😅😅😅😅
🤣🤣🤣😂😂😂😂Pasteur uranwegej
nari gusiga commentaire none reka ndayireke 🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂mbe basha Chimamanda iki kiganuro azokibona???? Gaël uzokimuhe ,turagusavye abandanye akurugutura ba fake apôtres et pasteur
Ikibazo imisi yanyuma izohera muri Africa ko ibintu vyishi bibera muri Africa ??
Isodore arakwiye kugira amahugugwa kuri abo ba prophet
Mr Gaël Hello my brother ndakeneye number yanyu kweri
Mu Cibitoke