Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Wihangane mama ndumva nivyishi vyiciwe mubugingo bwawe humura
Amahoro atangwa na Yesu umwami ntaheraa! Imana ibahezagirire ikiganiro kizima cumumaro caane.
Uwo muvyeyi aduhaye impanuro ikomeye cne. Imana itubabarire muri vyose Amen🙏
Uwo mumaman atubwiye intahe nziza irankozeko vrt .Imana imukomeze cane❤
Sha iyontahe iraryoshe nukuri Imana iguhe umugisha muvyeyi kandi nanje ivyo narabiciyemwo nukuri kandi biraryana cane.
Imana imbabarire ahoniyatuyeko ibibi vyose urako muvyeyi kumpanuro uduhaye
Imana imuhezagire aranyigishije kumbe tube dange nivyo twatura
Nukur uzogaruk muvyey mwiz wanj ndagukunze nukur iman nyene imbabazi inziguh incumutima wawe wifuza ikindi naco unzoronka uwugukunda kandi iman inzobikora muvyey wanj mwz ❤❤❤❤❤❤❤
Nukur nanje uramfashije nukurip Imana iguhumugishap
Imana itunabatire cne abavyeyi ntituraba ivyo tubwira abana nokwatura amangabo mabi twiyaturako mana utugwizeko imbabanzi🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙏🙏🙏
Wapi m'y life story wayihevye alverra
IMANA ni NZIZA
Amen Amen, maman Imana ikubere inyishu yibibazo
Alvella nkundira umpe nume yuwo mumama namwikundiye
Harimpanuro uw muvyeyi avuze kwel zinkozeko😢
Imana igiye umugisha muvyeyi mwiza kubwimanuro unduhaye
Sawa saw,umugarukan vuba. Natw mudusengra
Ndamukunze uwo mu maman p
Best history
Avla inimer yuwo mumam ndayishak
Imana idutadare
N'ukur muhezagirw cane kuk nanj ndafashijw
Lov arivel
Intahe yawe nama nayikurikiranye nibaze kubu wasubiy kukazi
Mbeg vyiza
Nduhizimpanuro.muvyeyi..p❤🤔🤔🤦😱🤦
CYAZE MUHIMBARE URUMUHANGA KBSA FOR SURE NUKURI WUBAHWE IMANA INJYE IGUKOMEREZA IMABOKO #UMUNSI UMWE ARIKU WAGATANDATU NZAKORA UBUKWE🤣🤣🤣
Umumeshamakuru uvugiramwo cne bigatuma uwuriko ashinga intahe yibagira ahageze ucumengo ariko ayagira wewe gsa
Yoooo 😭😭😭
🥰🥰🥰🥰
mwoduha numéro yiwe?
🥰💯💯💯❤❤❤
Impanuro
Imana itubabarire cane muvyo tuvuga urakoze cane kuntahe muduhaye
Urampinomer...yuwomumama.muzobamukoze
Wihangane mama ndumva nivyishi vyiciwe mubugingo bwawe humura
Amahoro atangwa na Yesu umwami ntaheraa!
Imana ibahezagirire ikiganiro kizima cumumaro caane.