I don't know much about music🇧🇮. Ariko ikibazo si amajambo yavuzwe ikibazo ni promo media ziri guha ayo majambo yavuzwe. Ukuntu muri guha promo iyo base iyabariko muha promo umusani cnk indirimbo ndundi, harahantu music ibigeze.
🤣🤣 oya nukuri ntaho Paulin yavuz ko bose banuka, yavuz ati hariho bamwe bamwe baza muri studio namayashu ugasanga ntibisa neza ati sivyiza mugihe uba uzwi nkumu star !! ndibaza ko wasomye status zabantu utigeze uraba interview🤔
@@smartnahodha6578 😂 ntiyomwishura kubera atahantu nahamwe Paulin yavuz ko bose banuka hubwo yavuz ati bamwe bamwe baza muri studio bafise amayashu ati ntibifata nkaba star vyukuri
Ingoran umuzik w m Burundi utager Kur cn nuk umunt igirir ishar uwund knd mugagum mugir am compétition mur mwebw m Burundi nam star ahar nanumw azw nongah haf mur Nigeria uracafis urugend runin cn
Respect Mkombizi ukuntu witwaye murikikibazo 🎉
Nzeyimana j aime ta politesse et ton intelligence❤❤Que Dieu te garde mon frère
Big upp Mkombozi. Wew uri mubaririmvyi b'abarundi baciye ubwenge, baciye bugufi kandi twubaha kuko wew uriyubaha.
Uyo ni number one
King mkombozi ndamushigikiye cyane abarundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 dufise ishari
Huu ndio patriote wa nchi big up sana Mkombozi🙌
Mkombozi, nakubali sana. Ufise amajambo akomeye cane.
Turarindiriye ibikorwa vyawe
Big upp Mukombozi ndakwemera
Mkombozi is my favourite rapper for real
Mukombozi ndagukunda cyane kandi uciye ubwenge kbsa
une très bonne analyse vraiment, coup de chapeau
Mukombozi ndamwemera
You're spot on bro Mkombozi
Legend Mkombozi
Mkombozi big up sana
I don't know much about music🇧🇮. Ariko ikibazo si amajambo yavuzwe ikibazo ni promo media ziri guha ayo majambo yavuzwe. Ukuntu muri guha promo iyo base iyabariko muha promo umusani cnk indirimbo ndundi, harahantu music ibigeze.
Mkombozi ndamufana gusumba uko yoba avyibaza💪💪💪👑
#Mkombozi araciyubwenge kbx
❤mukombozi wubahwe
#31:15# Mkombozi talking about Drama T indirectly 👌👌👌👌👌👏👏👏💯💯💯💯 This man is so wise 👏
Ikiganiro ciza vrt ❤❤❤❤
Nic kbs uvuz kuri kl
Ibintu vyose Imana iba ibizi shaaaaaaa
Nice Mkombozi
Justin big up kbx mukomboz avuze ikintu ciza
One day ndipfuza kumuboba mukombozi wallah 😂😂
Big up mkombozi
Nic, mukombozi
Big fizzo ntabwo yarikuvuga kurya
ari intelligent uyo mu G
Ego kli
Nakubali ayeyo hasta yishuye neza kubibazo responsable man
Avuga neza kandi asigaye afis akabiri keza
8min...uvuze neza...ninzara
Mba #NUMIWE 😮😮😮
#WeGotThat👁
Mtama mumbwire mukombozi niyubahwe kweli nimwirambire cane gose black man terimbere
Mukombozi n'umugabo vrt
Mkombozi wa Burundi
ariko uyu muhungu azi kuririmba vrema, kandi ibintu biri tres profond.
Mumpe like muribenshi svp
Wubahweeeee mkombozi ntuhabuka mukuvuga nkabandi
Uraciy ubwenge Mkombozi
Aye yo oo wubahwe cane
Love from carama
Mukomboz nincambwege ntakurahuy
Amatwi ku mukubito
Mkombozi sinari your fan ariko bivanye n'a hekima uliyonayo ndakwemeye cane!! Umeongea maneno ya busara bila kupinda!
kuberiki Mkombozi atagira ibiganiro vyinshi???? ikiganiro kiranryoheye saaana
Muramubabarira Big fizzo aba yaborewe urumogi ruvanze na Cocaine .
👍
Muombozi fata micro neza ntitukumva neza
Mukombozi uravuga ukuri kandi nivyizako wahevye kuririmba politique hama Karibu cane i Muramvya tukurindiranye igishika
♥️
Mukombozi IMANA iguhaze kuramba muburundi turagufise nkumuntu wukuri nijambo
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏
Thanks nukoozi😂🎉
Mkombozi araciye ubwenge kbs
Aho visa drama t bamurondereye niyo itumye ba fizzo naba sat b batera amajambo menshi nkayo ku mbuga
Kutabaza igituma yise abaririmvyiko banuka
KUNUKA KWABARIRIMVYI,PAULIN YAVUZE COMPORTEMENT ! SI UKUNUKA COMME TELLE, NUKUTIYUBAHA MURI RUSANGI, NDAZI IMVO ZAMBERE,NI ICUPA,IBEBI,ITABI,IBINDI BIKWERWA NIVYO
Yamara uraciye akenge muvyuvuga vrt😂ar'iko tugerageje kwihweza twabonye aho wahengamiye😅bon ico twosaba uwomugabo yagukoresheje iyo interview nukuraba nawenyene azeyongere agukoreshe iyindi akubaze ivyumugabo araho yigeze kuvuga ko abaririmvyi bonse babarundi banuka Hama nawe uzoce uyishura ukoresheke buno bwenge ukoresheje muriyi interview ar'iko kndi Ngo na Wewe mukombozi Ngo Uri mubice vy'umwanda nkuko uwomugabo yabivuze kuko na ww ntabwo Uri mubaririmvyi babanyamahanga Ngo uze uvyirengagize kwishura ukuri.
Ntaho yavuze kobanuka uraraba itevier ntuze utenye abantu
Kbc azoze agusubize icabaririmvi banuka
🤣🤣 oya nukuri ntaho Paulin yavuz ko bose banuka, yavuz ati hariho bamwe bamwe baza muri studio namayashu ugasanga ntibisa neza ati sivyiza mugihe uba uzwi nkumu star !! ndibaza ko wasomye status zabantu utigeze uraba interview🤔
@@smartnahodha6578 😂 ntiyomwishura kubera atahantu nahamwe Paulin yavuz ko bose banuka hubwo yavuz ati bamwe bamwe baza muri studio bafise amayashu ati ntibifata nkaba star vyukuri
Ariko vmnt umudimudimu nigitutsi?
Fizzo ikosa yakoze ryonyene nukuvuga ko ata mudimudimu wumurundi abaho kandi nawene afise akana yavyaye hanze kakadimudimu !
Mukomboz urumuntu wumugabo ntuhuruduka mukuvuga
Mukombozi uvuze neza cane
Mkombozi yoba umuhuza kabisa Kandi birakubereye
Ariko Mkombozi nubwo uvuga ko atabif ujamwo hari bif wagira witemwo. Kumajambo wabwiye sat b kuva kumuziki kajala wakoranye na Mr champagne. Hama DJ polain yisubireko kumuntu ariko aracafuza abasani please because yuko ndamumenya nabanze kumenya Fizzo, Lolilo, Mkombozi, Kidumu, sat.b, nabandi basani benshi. DJ pl wewe ndamumenya mumpera za 2022. Dj polain chunga mdogo tafadhali. Ukwo nuguhonyanga agateka kumuntu ngo hitwazwa amahera!!
Sha Mukubito man wakoze kuzana uyu petit naho yameze ubwanwa hataribwohagere ariko ari bien, vraiment yarakwiye kuba pasteur ariko rero ndamwera kuko avuze ijambo ryukuri:” Umurundi wese arondera guhinganwa nabandi ariko bahiganwa nabi nibaze bareka ivyamabifu kirazira kugirira ishavu abandi,!pambana ushike nawe”
Ubwanwa numusazi arabumera
🤙🤙🤙
basha umusaza avuzukuri /tudataha kandi tuinzira mwa/ mkombozi urumuhanga kbs
Urumunyabweng uvuze ukuri
Ufise ubwenge budasanzwe
Ingoran umuzik w m Burundi utager Kur cn nuk umunt igirir ishar uwund knd mugagum mugir am compétition mur mwebw m Burundi nam star ahar nanumw azw nongah haf mur Nigeria uracafis urugend runin cn
egooo nukuri nubesha impamvu umuziki wiwacu iburunndi udatera imbere nuko baguma baterana amajambo kaba nugushak gupinzanya hagati yabo
Noé Umu metis mukirundi sumudimudimu fizzo bamurek ham uwomudimudimu nae azaraz abagurir iz parfait baz baramota
Fizzo ikosa yakoze ryonyene nukuvuga ko ata mudimudimu wumurundi abaho kandi nawene afise akana yavyaye hanze kakadimudimu !
Mukombozi tubwire aho Big Fizzo yavuze mwizina Dj Paulin
Ahubwo Urya Mudimudimu nuko yumvise afashwe bivanye nuko yitwara nabi muri music yu Bdi
Kuko araziko yaheruka kuvuga nabi
Ubu rero mwese muranuka kumbe naho Oscal abambika ntimwoga
Vuga rero Oscal atangure kubahigira amazi yokwoga nayo nababakorera make up
None gashaa paulin kwataririmba yitwaye nabi hehe? Paulin akoresha imitahe yiwe man mbe abarundi muzoca ubwenge ryari
Fizzo ikosa yakoze ryonyene nukuvuga ko ata mudimudimu wumurundi abaho kandi nawene afise akana yavyaye hanze kakadimudimu !
iyuva uraciye ubwenge muta
jewe ntagihe numva mkombozi ngo nicuze,arawi kwishura kabisa.
Mumutahure mutama yashaje ,uwushaj agaruka mubwana gaga
Uyu muntu yari kuba umu psycologue aciye ubwenge
Uvuga ibintu bizima
Kumbe mukombozi ntandero afise!!! Urubahuka Fizzo wew??? Uribagiye uwaguhaye hit la 1ere fois? N'umudimudimu nyene none ikosa ririh?
Fizzo ikosa yakoze ryonyene nukuvuga ko ata mudimudimu wumurundi abaho kandi nawene afise akana yavyaye hanze kakadimudimu !
None DJ p numururimvyi cank Ni DJ none sinyamwema none