B-FACE atabwoba Imbere ya President Neva ..|| Muduhindurire umushikirangaji muduhe uwukiri muto..

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 лют 2023
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

КОМЕНТАРІ • 391

  • @takeoff1832
    @takeoff1832 Рік тому +14

    They Burundians humbles themselves 😍😍 bro that’s what we call having a sense of humor♥️ I love y’all 😍 love from RWANDA 🇷🇼

  • @NibiziAline
    @NibiziAline 2 місяці тому +6

    B face yavuze neza cane❤🎉aragahora uko

  • @muhirenadianaomi2704
    @muhirenadianaomi2704 Рік тому +14

    B face vraiment umuco wawe imbere yumuvyeyi ntawowerekanye vrmmm ahubwo irindara imwe uwambere kwisi vrm Mana ndumiwe nagira Yuko abantu Bose muva muriguvyina kumbe nimbere y papa kwel

  • @niyibizijeanpaul7465
    @niyibizijeanpaul7465 Рік тому +27

    From Rwanda terimbere muyobozi mwiza wita kubaturage

  • @lucksonbonfilsbrown907
    @lucksonbonfilsbrown907 Рік тому +18

    B face wige ingene bavuga imbere y'umukuru wigihugu but courage

  • @a-gap4554
    @a-gap4554 Рік тому +8

    Woow, ndabona uburindi bwarahiriwe nk'Urwanda! President yumviriza abaturage! Congo izajye yigira ku Rwanda, Uganda n'Uburundi

  • @abdulkareemlupepa7185
    @abdulkareemlupepa7185 Рік тому +7

    B face yavuze uko avyumva kandi mutama wacu naw aratuhura nibaza kwatakibazo kihari so big up saana kwa B face ☺️

  • @patriceirakoze3793
    @patriceirakoze3793 Рік тому +8

    B face ndakunze ukuntu wavugiye music 🎶 🎵 Burundi 🇧🇮 🎶 ♥️ terimbere nkumuzinga music 🎶 iny Burundi 🇧🇮 and big up Mr B face 🤝🔥💪

  • @princedesire6270
    @princedesire6270 Рік тому +61

    Nciye nibuka muri 2002,umwigisha yanyigisha yatwigisha ukwubaha n'ukwubaha😊ariko rimwe na rimwe n'ubwo yigira uwukomeye b face hariho imvugo ukoresha mukuvugana n'uwugusumba. akarorero ukibaza:"Ur igiki canke agusumvya iki?" Mbega aransumba canke ndamusumba.Kera bakitubwira ibijanye n'indero batubwira ngo dukoresheje "ba" canke "mu" kari akajambo ko kwubaha!none ubu ntabikihari??rero uzi ivyo indero nomumvugo birajana!!!! Ndirenganiye🙏🙏🙏

    • @therenceniyokwizera7760
      @therenceniyokwizera7760 Рік тому +2

      Ic uvuz nic kbx muvug ntashiramw kubah umunt nk B Face ntivyar bikwiy k yifat nkakury knd nigitum badahabw agacir nab babishimw uruhar kuk ushak k baguh agacir ubanz kukih ww ubwae nyn

    • @abouseleynzisabira5875
      @abouseleynzisabira5875 Рік тому +1

      Ego nanje ndabibonye mukuvuga uraraba uwo urabwira kk President sumuntu asanzwe vuga nkumuntu afise kwubaha uwumusumba kuko ivyo usaba ubisavye murupfasoni naho nivyiza gusumba

    • @ndayishimiyeschadrack1422
      @ndayishimiyeschadrack1422 Рік тому +2

      Sha nta ''Vous de politesse kabisa azi..."burya umuntu agusumba yicishij bugufi akiha ikibanza caw nikwama wibuka KO kwicisha bugufi nokubaha ntibica bitakara,Nta "ww cnk ngomushaka mukome amashi wapi kwli"Nibige imvugo kwanza!

    • @kjbktjb5877
      @kjbktjb5877 Рік тому +2

      ariko mwiregagije ko abo bana baba barahuye nibibazo bakiri bato bakabikuriramwo kugera ubwo Imana yonyene ibibutse abandi biga neza barya baryama neza nindero yo bakaronka umwanya wayo urumva rero ntabwo bashobora kuvuga langage zimwe ico mugomba gutahura kiruta ikindi nuko ari abarundi gusa ibindi shira kuruhande

    • @ghfhfdtyfgggd6271
      @ghfhfdtyfgggd6271 Рік тому +2

      B face ni imuraperi nta discipline bakoresha .

  • @hitimanajeanpaul770
    @hitimanajeanpaul770 Рік тому +7

    Mbega,B,Face Aho ubona Umwubahwa,aguhaye uburyo numwanya hama ngo,uri super star!! Nyenicubahiro yavuga ugahitahira kwell ukamuca mwijambo!!!! Nibara nubugaba ntangere!!!!

    • @advantage6
      @advantage6 3 місяці тому

      Discipline ya B Face ni = 0%

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c 10 місяців тому +4

    Nimumureke yisanzuye kandi bamutoye bamuziko ariko avuga burya haruwohaguruka akabura nivyo avuga rero papa wacu numukunzi wabajene kandi arabatahura kuko.numuvyeyi❤❤

  • @niyonkuruconcolatteconsola4792
    @niyonkuruconcolatteconsola4792 Рік тому +14

    Be face wubahwe nukuri. Kand dufise umuvyeyi mwiza arakund aba jeune cane gose 🙏🙏🙏🙏

  • @TheranceButoyi-gu5zr
    @TheranceButoyi-gu5zr 11 місяців тому +3

    B face hejuru cane iyondirimb turayiteze 💪💃

  • @GameNews7856
    @GameNews7856 Рік тому +3

    S.E MAHORO MUKUNDA CYANE NUKURI FROM RWANDA

  • @niyongendakosamuel858
    @niyongendakosamuel858 Рік тому +17

    B Face big up sanaaaaaaa kabisa

  • @novaboyofficial8301
    @novaboyofficial8301 Рік тому +5

    B face
    🙌🙌🙌🙌👐🎼🎼🎼🌟uravuze neza kuciyunviro wateguy ushikirije twese twizere ko hari ikigiy guhinduka kumpande zareta👍

  • @NYIRISHEMAEvode-bx2hx
    @NYIRISHEMAEvode-bx2hx 2 місяці тому +2

    Ntago ndaheza rindira gatoye guca mwijambo umukuru wigihugu ntago arbyiza gs uyumuprezida numuntu mwiza cyane agira ukur

  • @viatorniyungeko5587
    @viatorniyungeko5587 Рік тому +3

    Uwu muhungu B face mumuhanure agire indero runtu. Mwoba mumufashije cane. Murakoze !

  • @jonasnsanzumukiza
    @jonasnsanzumukiza Рік тому +2

    Wavuze neza arko B face weeee usabe imbabazi kuko turagukunda cyane arko discipline yo ntayo pe. Remember uri kuvugana na president.

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 Рік тому +16

    Mukama wanje abantu barararakaye 😭😭😩😩😩😭😭😭😭

  • @NiyonkuruLiliane-sc4oq
    @NiyonkuruLiliane-sc4oq Місяць тому +1

    Urakoze B face kuvugira abaririmvyi

  • @fatdramahustler532
    @fatdramahustler532 Рік тому +9

    He wouldn't let me down I trust his speech shout out to you BIG Bro

  • @IradukundaYvanova
    @IradukundaYvanova 2 місяці тому +2

    Akabind kabisa Akandi karaza mais b face yubawe

  • @alfanindayizeye4663
    @alfanindayizeye4663 Рік тому +4

    Thx papa se barundi wacu WE love you papa

  • @enzeddy
    @enzeddy Рік тому +1

    Ndibaza ko yihenze cane. Iyo ugiye kuvugisha umuntu wicubahiro nkumukuru wigihugu nukwicisha bugufi, kandi hari nimvugo udashobora gukoresha. Araraba Mutima imvugo yakoresheje hama amwigireko. Sinzi ko hari abamutumye ngo abavugire, muga ndibaza ko yavyononye vyose.

  • @chrismuganwa8634
    @chrismuganwa8634 Рік тому +2

    Abantu bose muriko muha congratulations B Face ntimuzi kugira analysis kuko B face yiyerekanye nkumuntu atize imbere ya president kuko imvugo yiwe wamengo ni kumwe yishura na Landry promoter muri emission!!
    B face turakwemera kowoba uzi ikirundi ariko ba wiga kuvuga imbere y'inzego!!

  • @ireraaudrine2516
    @ireraaudrine2516 Рік тому +1

    Sebarundi ndagukunda IMANA ishishikare kukutuzigamira canee gose , nukuri urumuvyeyiiii mwizaaaq caaneeee

  • @frankub8107
    @frankub8107 3 місяці тому +1

    Long live H. E nkukunda ukuntu ufata aba jeune, Imana ikutuzigamire

  • @elysemanirakiza9923
    @elysemanirakiza9923 Рік тому +4

    Shaaaaa ntandero ukoresha mukuvugijambo urakwiye kwiga uko wifata imber yanyakubahwa

  • @rutikangajackson4540
    @rutikangajackson4540 11 місяців тому +1

    President Neva kabisa ndamwemeye cyane

  • @rmfdaily
    @rmfdaily Рік тому +22

    Burundi got a President in that Man...i hope he lives long 🙏🏽

  • @daduha8771
    @daduha8771 Рік тому +2

    B.face abajije ibibazo vyiza👌 gusa discipline ❌irakenewe ubutaha uzakosore président agomba icubahiro wamubajije nk'aho ari umugenzi wawe muri ko muvugana

  • @nestorharagirimana-uu5he
    @nestorharagirimana-uu5he Рік тому +4

    Kwl sha mwirambire

  • @alaindesiremajambere7854
    @alaindesiremajambere7854 Рік тому +3

    Yagiye yaborewe yananyoye urumogi nyene ngo président ni umuniga wabajene!!!ngumuziki wavumye nutundi tuntu yavuga vyanka ijwi rigenda

  • @MungumbeleJeanndi-oy9bl
    @MungumbeleJeanndi-oy9bl 6 місяців тому +1

    B -fece Wubahwe wallah 🇧🇮🙏 uritwari

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 Рік тому +6

    Nivyo kabisa nibabashigikire kuko nakazi mbaye uwakabiri ha nkwiye impembo pe

  • @user-qf5dg6sg7b
    @user-qf5dg6sg7b 7 місяців тому +4

    Burundi musics❤❤❤

  • @SafariGashugi-gg1ix
    @SafariGashugi-gg1ix 2 місяці тому +2

    Kuko murinyuma kubera igihugu cyanyu bro

  • @aimeking7056
    @aimeking7056 Рік тому +3

    Jew mbona ahubwo B face yoja mucicara ca president kabisa kubere afise ubwenge ikinyabufura nakubaliii B face 🙌❤️❤️

    • @imvangetv9425
      @imvangetv9425 Рік тому

      Ubwenge butagira gucabugufi urashobora kubwira umwubahwa ngunviriza sindaheza

    • @aimeking7056
      @aimeking7056 Рік тому

      @@imvangetv9425 Nyimab ari umwubahwa uburindi ntibwoba ari ubwanyuma kwisii bukenye kiri jew numunyagihugu asazwe nkabandi rero B face yavuze ivyifasha ab Jeune kwibeshaho

    • @imvangetv9425
      @imvangetv9425 Рік тому

      @@aimeking7056 ahowewe ntavyakunaniye haryiwanyu kandi wipfuzakubigerako banzawisuzume

  • @bacishathierry5016
    @bacishathierry5016 Рік тому +2

    Uyumuntu mwatumye ijambo sinzi ico mwamutoreye.akoresha imvugo zo mwibarabara.mumushire ahantu yige imvugo zikoreshwa kumukuru.

  • @alfanindayizeye4663
    @alfanindayizeye4663 Рік тому +4

    B face grd frère merci kuguduserukira

  • @SafariGashugi-gg1ix
    @SafariGashugi-gg1ix 2 місяці тому +2

    Mwivugire man

  • @raidinduwimana6856
    @raidinduwimana6856 Рік тому +16

    Ivyo wasavye son excellence vyose nibyiza ariko wige ikinyabufura kirazira kurindiriza umuntu wumwubahwa iyo ari kuvuga birya singeso nziza ngo rindira Ebana oyaaaaa

  • @shanthalshanthal1491
    @shanthalshanthal1491 Рік тому +2

    Ariko Abantu ngo ntandero nukuri yavuze neza kuki murwanda harumuvyeyi yavuzengo ndinumupfakazi wana abwira kagame iwacu niho mushaka kwigira vyishi

  • @hgffufgf7u542
    @hgffufgf7u542 Рік тому +2

    B fec yubahweeeee nibarek kukuzibagiza

  • @habibi5688
    @habibi5688 Рік тому +8

    Kabisa B-Face avuzukuri🥰🥰

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Рік тому +4

    Bfc watumaramage imbereyabakuru Imvugo ukoreshe niyabanywatabi ntiwibesheye

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 Рік тому +1

    Shaaaaa Bonifase ndamufana ariko yifasgenabimukuvuga ntiyavugankuko ari imbereyabavyeyibuwe knd umukuruwigihugu umenya uko umuvygisha vrm sisawacanemumyifato ariko ivyoyavuga nisawa

  • @DjSkypy
    @DjSkypy 2 місяці тому +1

    B face ari cool sana!

  • @aliceniyongere915
    @aliceniyongere915 Рік тому +2

    Abantu nabahatari vraiment none aho yaburiyinderonde canke hehe ukuri kwama kubabaza

  • @pascalirihose1999
    @pascalirihose1999 Рік тому +4

    Iridefose akina ibintu vyose muranyumvira bifesi imvugo yiwe imber yu mukuru w'Igihugu cacu arumviriza nez ivyo yavuze ntagisabo ciza yasabiyeee abaririmvyi cumvika ikindi ntiyiteguyeee ivyo yasoma ngira yavyandikiyeee Aho yari yicayeee ariko pol sana ikindi za mwumviriza amakuru

  • @oma3795
    @oma3795 Рік тому +1

    Iyo uriko uraserura ibintu kumuntu yakwisanzuyeko birashika ukavuga nabi ari Mutama wacu yubahwe ntarobanura aho yamutahuye turamwemera

  • @samlee9271
    @samlee9271 Рік тому +6

    Bface ndakwemera urikubatera ingingo kabisa

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka Рік тому +3

    B Face nta kinyabupfura afite ntiyagakwiye gukoresha imvugo y'ubwiyemezi imbere ya prezida w'igihugu! Akoresheje ijambo 'wewe' kandi hari gukoreshwa 'mwebwe'. Si byiza kubahuka umukuru w'igihugu! Prezida Neva ni umuntu w'imfura cyane ariko il faut pas abuser sa bonté!

  • @Crezo_Samuel
    @Crezo_Samuel Рік тому +2

    B Face wavuze ibintu byiza ariko discipline ukwiye kuyongera mu mivugire ndetse n' imikorere. Ushobora kugira igitekerezo cyiza ariko uburyo ugitanze kigateshwa agaciro.

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial6154 Рік тому +5

    B face ntarya umunwa courage 💪

  • @didierniyoyankunze6832
    @didierniyoyankunze6832 Рік тому +3

    B face ntandero namba🏃🏿‍♀️🏃🏿‍♀️

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 Рік тому +2

    B face urakoze kubavungira kandi wubahwe 🇧🇮🇬🇧

  • @marinaniyosaba5234
    @marinaniyosaba5234 Рік тому +4

    Harihabant bitirany ibintu none mwebwe komwabonyek ntandero afise arik abarikobumviriz ivyipfuzok batigez bamwak ijambo🤷🤷🤷abantu mufise ingwara yokuvugavuga utugambo tudafash mushak mwikebuk🚶🚶🚶

  • @mereemairi8717
    @mereemairi8717 Рік тому +22

    Abarundi muvuga nkibitandero kuki ushobora kuvuga umuntu agusumba ntumenye imvugo ukoresha kumuntu akuruta kumwanya yabahaye wewe wihe icubahiro muga we umufate ukundi bamwiga kuvuga mukoresheje indero

    • @princedesire6270
      @princedesire6270 Рік тому +1

      Nanje vyantangaje vrt

    • @abouseleynzisabira5875
      @abouseleynzisabira5875 Рік тому +1

      Nukuri nanje uko nemera b face sinarinzi mukuvuga imbere ya Président yokoresha irya language ivyo vya umviririra, ngo umva yarikubihagarika

    • @oscarnininahazwe9101
      @oscarnininahazwe9101 Рік тому +1

      Ahuribesh kuko mugih yabahay umwany aka kanya yirekuy nkabo kukurabnako kwanza batar mubiro??

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 Рік тому +1

      Nne bikoze uwo bica vyitirirwa abarundi bose 🤔🤔

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 Рік тому +1

      Abarundi bahe bavuga nk'ibitandero?
      Je ndi Umurundi ariko ndagera ayo mvuze n'uwo ndayabwira!
      B face ntaserukira Abarundi nkanje!
      Ahubwo usa nkawe kuko numva mutukisha indero ndundi mwese🤔

  • @niyonzizajanvier2274
    @niyonzizajanvier2274 Рік тому +3

    Respect b face urabikoz

  • @ingabirenadiabiya841
    @ingabirenadiabiya841 Рік тому +3

    Ugiye wavuga nabi Bro 🤧

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Рік тому +4

    B face waserukiye neza abandi ba star neza wavuze neza canee 100%

    • @abouseleynzisabira5875
      @abouseleynzisabira5875 Рік тому

      Nta politesse yakoresheje mukuvuga kandi arimbere ya excelence

    • @mrsfab330
      @mrsfab330 Рік тому

      reka kumubesha😏ikizobereka ko yakosheje ntazosubira guserukira abandi birababaje kutamenya guca bugufi

  • @freedomfreddy9946
    @freedomfreddy9946 Рік тому +3

    Umukuru wacu Never yubahwe caneee

  • @ndizeyechantal6979
    @ndizeyechantal6979 Рік тому +3

    Nukuri babashigikire se barundi turamukunda

  • @ntaconzobafaustin3351
    @ntaconzobafaustin3351 Рік тому +4

    Girindero B-Face ntanicubahiro ndagkunda ww niw wihicubahiro

  • @kg7285
    @kg7285 Рік тому +4

    Ce président est trop cool 👍🏽

  • @umuhozajustine2964
    @umuhozajustine2964 Рік тому +1

    Kumbe B Face ntandero agira nankeya niyo gusaba amazi vrt biragayitse iyomvugo wakoreshej ipuuuuuuu

  • @bigirimanajoseph4590
    @bigirimanajoseph4590 Рік тому +1

    B face ndagukunda p ntuzomaramaza niwanvugira ijambo

  • @ancillenshimirimana4045
    @ancillenshimirimana4045 Рік тому +2

    Kazima président atamwats ijambo yamutahuy aba star bavuga nkaba star ...Bose baryohewee wa kayanza wubahwe

  • @KajakoKjk
    @KajakoKjk 5 місяців тому +2

    Yaaaaàah. Ntacomvuze vyonyene bizivugira courage ndemeye

  • @AntoineKamanzi
    @AntoineKamanzi 3 місяці тому +1

    Ntakindi usibye indya gusa mbega impene, kweli basi iyo uvuga inyambo uriharagaje koko.

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 Рік тому +4

    B-fc wubahwe ndakwemeye kandi cane

  • @yogamanfete1984
    @yogamanfete1984 Рік тому +1

    Shah kuva uyumusi nciye ndamukunda president, I wish him to live much longer,,

  • @nzitondazephyrin
    @nzitondazephyrin 9 днів тому

    🎉ikigugu ibyo byotezimbere igihugu

  • @inesirankunda3815
    @inesirankunda3815 Рік тому +7

    😅😅😅b face ng azobimarira mu ndirimbo😀😀😀😀

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 Рік тому +1

    Iyo batumako d one nukuri gafisindero nayuwo uuu ndumiwe yamuganirije nkumuvyara wiwe

  • @Tubivugeho43
    @Tubivugeho43 Рік тому +2

    Umujama wabajene kbx

  • @bigirimanaseth311
    @bigirimanaseth311 Рік тому +2

    Abaririmvye ze muritaba ama evenement y,igihugu abashikiranganji barazunguruka igihugu cose bumviriza ibibazo vyabenegihugu abaririmvyi ntibitaba.Ibikorwa rusangi biraba mumakomine babamwo ntibigera bitaba hama mugaca mugomba kobabafasha!

  • @deojizzo6784
    @deojizzo6784 Рік тому +3

    ubundi jewe ngize uku🙏🙏🙏🙏🙏

  • @desirehakizimana835
    @desirehakizimana835 Рік тому +1

    Harya discipline n'umushinge w'ibintu vyose,,,inyifato n'imvugo ibereye imbere y'abategetsi nivyo kwitondera,,,none uwo B-Face umenga yarize,muvyoyize ivyimvugo n'inyifato bibereye ntavyo bamwigishije,,bizotumatakaza vyinshi

  • @BienaimeNasasagare
    @BienaimeNasasagare 10 місяців тому

    B F C ndakwemera caaane

  • @aetindaje9723
    @aetindaje9723 Рік тому +5

    Ati Big up sana none nko gutuma umuntu nk uyo abaserukire yariko aravuga ivy ubu voyou😂😂 yaravuerekanye ko ari we. Nta ndero na nke afise kbsa

  • @mutarutwajeandedieu4045
    @mutarutwajeandedieu4045 2 місяці тому +1

    mujye mufatira urugero murwanda umuziki uteje imbere igihugu kandi perezida niwe ubigiramo uruhare runini

  • @user-ee2em4sy3s
    @user-ee2em4sy3s 3 місяці тому +1

    Système yokugabany umwanya niyo SE avuz🙌😂

  • @emkeyproduction6401
    @emkeyproduction6401 Рік тому +1

    B face respect

  • @pastoraile7195
    @pastoraile7195 Рік тому +3

    Big up jah bress you

  • @youlflow2933
    @youlflow2933 Рік тому +4

    True brother b face 💥💥💥💥💥💯💯💯💯💯

  • @hatungimanasimonpierre7859
    @hatungimanasimonpierre7859 Рік тому +7

    Ntawokwumva ijambo Rya mutima yokwumva ivyo iyi sadunda ivuga ubwibone uyumuhungu nasubire hasi yigishe amenye irigara ko ridakora mububahwa

    • @officialsemunde8134
      @officialsemunde8134 Рік тому

      Reka kuba mufana btmnt gudafana umuririmvyi nibisanzwe ntawukundwa na Bose none nkivyo uvuze wisunze iki!!?

    • @hatungimanasimonpierre7859
      @hatungimanasimonpierre7859 Рік тому

      @@officialsemunde8134 wibuke Kuja gusenga mwene wacu sivyo 🙏

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 Рік тому +3

    Aragwaye ashaka umushikiranganji wumuziki😂😂😂😂 ndamusetse ibanga ryugutwara urarifyinisha

  • @edouardngabonziza1441
    @edouardngabonziza1441 Рік тому +3

    Indero iri kurushiii

  • @arsene8841
    @arsene8841 Рік тому +8

    ntandero b face agira?

  • @gloriosentakirutimana7499
    @gloriosentakirutimana7499 Рік тому +1

    Big up sana bro

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Рік тому +3

    Ahowishuwe Bfc

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 4 місяці тому

    Nukuri nibabe hafi kbx nivyo kwel

  • @grace-gaga
    @grace-gaga Рік тому

    Avuze neza vrma,ibintu birakwiy guhinduka muburundi

  • @Flacinumzbaby
    @Flacinumzbaby Рік тому +8

    🤴🏿🤴🏿 uyu si b face / ni commando 1:46

  • @mrsfab330
    @mrsfab330 Рік тому +1

    Iyindi mpanuro mwiyubare imvugo yitwa abandi ba naka babigiruku ubutumye uwo wituye avunika umutima ucumenga ntacabamaze uwo wituye.abo bandi wabony bakora ivyo ubushaka,umunyabwenge acasaba ico yabonye atabashizemwo akumva ko Ari idée yanyu

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith Рік тому +2

    B Face Big Up ukuri Wakuvuze pe Bahora Bavuga Ngo Muraba barubaru

  • @ismahtv299
    @ismahtv299 Рік тому +1

    Yavuze nabii kbs