DJ PAULIN atubwiye ubuzima bugoye yabaye muri BELGIQUE//Imyaka 20 nabayeyo//Kugira MARIAGE mumahanga

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024
  • DJ PAULIN atubwiye ubuzima bugoye yabaye muri BELGIQUE//Imyaka 20 nabayeyo//Kugira MARIAGE mumahanga
    ‪@DJPAULIN‬ ‪@dramat1826‬
    #diaspora #ubuzima #cristal

КОМЕНТАРІ • 37

  • @gcwavey4099
    @gcwavey4099 Рік тому +7

    Gaël ndakunda ibiganiro vyaw can. Ndi iburaya ndiko nitegura kuzokwimukira Bujumbura kubaho . Ibiganiro vyawe biranfasha cane gushira ubwoba bwugutaha kuba mucamvyaye, donc merci bcp kubiganiro uduha🙏

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 Рік тому +6

    Sha nkunda uyu mu papa ukuntu avuga ikirundi ciza kandi yavukiye town , vyokwigisha nabandi bantu bakunze kwihatira kubi faransa nivyongereza (za So.. zidahera )muri interview z'ikirundi

  • @user-sp8zr6dg4e
    @user-sp8zr6dg4e Рік тому +1

    Big up sana Dj Paulin urabivuze neza cane kndi na Gaél araduha ibiganiro vyiza mungu mbele

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Рік тому +1

    Urakoze kumpanuro uduhaye❤❤ndahakuyicirwa kuko nsigajimyaakibiri nzoronderera hiyiwacu kandi imana izahezagira❤❤

  • @toussaintnkurunziza3670
    @toussaintnkurunziza3670 Рік тому +2

    Crystal niho honyene post Apartheid aho nkanje banyankiye kwinjira ngo kubera nambaye impuzu n' ibirato vyirabura ndababwiye ko naziguze I Washington ubwiwe Paulin ndamubwiye ko ariyo naziguriye aho nabaye 20 ans kandi ndahafise nationalite uretse ko ino nyakubahwa president Evariste Ndayishimiye yantumiye ndanabimwereka ahubwo arantwenga ati " Washington la bas " abibwira abashitsi biwe bose baratwenga bibaza ko mbesha atariyo navuye naziguriye , mugabo Imana ni nkuru niyo ubu ifise iyo dossier!

    • @RossifArsene-ke1fs
      @RossifArsene-ke1fs Рік тому

      Gabanya amajambo
      Ubona ko aha muri commentaire ko ariho ukwiy kizana dossiers zawe??tureke dukurikirane ikiganirodiii mumutekano

  • @kg7285
    @kg7285 Рік тому +5

    Sha Paulin kuva akiri muto yamye yigwanako sintangaye ko ageze kuru kuko yamye azigukora kuvakera araciye ubwenge

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 Рік тому +1

    Jewe ndakunda umuntu avugisha ukuri.

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Рік тому +2

    Gael big up

  • @UrbainNdayihereje-wi3hm
    @UrbainNdayihereje-wi3hm Рік тому +3

    Gaël ubikora bien cane
    Gusa ako kantu ushira muri introduction ngo umumomoro, umutaturo urakihoza vyogaragara neza kurusha. Merci pr la compréhension 🙏

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Рік тому +1

    Dj poulin diaspora welcome burundi ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🥰🥰💞💞🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪✌✌

  • @olivern4444
    @olivern4444 Рік тому +1

    Ndakunda style yawe Gael. Komeza muri uwo murya kabisa... ibiganiro vyawe ndabiraba nkabiheza kubera ukuntu biteguye neza.

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 Рік тому +2

    Uburundi ni abasuma sinibaza ko bagaterimbere ahantu mutinda mukiba umuzigo kuri airport 😏

  • @casoartv257
    @casoartv257 Рік тому

    Paulin ubuzeukuri kabisa!!!Confiance ngaho ni probleme!!!!
    ”Cane gose”

  • @amglburundi
    @amglburundi Рік тому

    Le 12 tuzoba twibereye muri Cristal Event ariko tuzotaha kare kubera le 13 defise Match ikomeye naba Journalistes kandi tuzobatsinda 💪

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 Рік тому

    Gael uratubariza Paulin ahantu agurira izo Lacoste

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k Рік тому

    DJ PAULIN, be blessed brother ! I love your work

  • @jeanngenzi4857
    @jeanngenzi4857 Рік тому

    everyone has their chance

  • @Favour3558
    @Favour3558 Рік тому +2

    Stop calling big man and big woman boys and girls .
    Gerageza Kuba professional / elegant
    Vyose biri Kuri internet
    , sinziko usoma Na comments😏😏😏😏😏😏.

  • @kenny-gofficiel8287
    @kenny-gofficiel8287 Рік тому

    Boss Paulin🔥🔥 big up sana🔥

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 Рік тому +1

    Justin Gael ibiganiro vyaw ninkora mutima pe, terimbere

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Рік тому

    ❤❤❤❤

  • @claudinenikuze8071
    @claudinenikuze8071 Рік тому

    Paulin avuzukuri

  • @soggy-janvierbamina8568
    @soggy-janvierbamina8568 Рік тому +1

    Ijisho ni black 😊

  • @papabitangazaofficialtv638
    @papabitangazaofficialtv638 Рік тому

    Cukumbura ukuri tv

  • @DomithilleNdayishimiye-dm7od

    Flicitation jean Paul wewe warabishoboye buriya amahanga araryana .ariko nyene harigihe umuntu ataba afise iyashikira akemera akamenyera ubuzima bwaho

  • @maishaforreal7798
    @maishaforreal7798 10 місяців тому

    Formula 1 Lewis Hamilton

  • @blaisetv1460
    @blaisetv1460 Рік тому

    🇧🇮🥇👊

  • @egidensabiyumva998
    @egidensabiyumva998 Рік тому

    Babylon hoshîiiiiiiîiiiiiiiiiii Rasta man take 👊

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e Рік тому

    Poulin yubahwe