Mwakoze kuba mwambarije ikibazo nabatumye ca Plan B hamwe abarundi tutoyakwiza❤❤❤,Indundi Tv Mwubahwe!!!nakokaziki mushira mubiganiro vyanyu ndagakunda sana❤❤❤❤❤
Fabrice Urintwari nukuri Imana Iguhezagire cane kuko you think far urinka President Ibrahim Traoré wa Burkina Faso .Twogusa bishobotse uzotegure conference yurwaruka rwa Africa peace and love u Burundi hejuruuu ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kubera iki ukuyemwo sous sol. Nta nyubako nkirya yobura sous sol Fabrice. Kandi Parking ni nkenerwa ntutinye ibeyi ubaka inyubako ijanye na vision 40 - 60
Hari ikindi gikenewe bagende mubu shinwa bara company Iko turya du train dukora mugisagara gusa dukoreshwa numuyagankuba baze batuzane muburundi kugira imirongo yo muri ville tuyibagire
Turabakwirikirana nezaurazotubariza fablice ati igihugu ntikizosa neza Ari Bujumbura gusa hubatse neza,nyabuna nanyaragase ashike zabururi za CIBITOKE,mwaro,... nahandi Hari Inzu nkazirya za miriroire vyoryoha gusumba
Mwakoze kuba mwambarije ikibazo nabatumye ca Plan B hamwe abarundi tutoyakwiza❤❤❤,Indundi Tv Mwubahwe!!!nakokaziki mushira mubiganiro vyanyu ndagakunda sana❤❤❤❤❤
IMANA izodufashe Fabrice azorambe ningabire twahawe ni IMANA nukur 👏👏👏 fabi Ayo mashi nayawe
Fablice intumwa y' Imana kuburundi! Imana iguhezagire ikuturindire paka les projets zose uzirangure🎉🎉🎉❤❤
Iciyunviro canje Kandi nsaba ko vyomushikira fabi.... Iyonyubako izoba aricitegererezo ntakuntu mwoshiraho ikimenyesto kijanye nimigenzo yikirundi nkingoma ibiseke inyambaro icarico cose
Kuburyo umuntu ashiste buja afotoye ifoto bamenya ati aha ni muburundi
Akarorero nka Paris irya munara waho murakoze🙏🙏
Isoko yakarorero mu Africa
Humura uravyo kugicapo irya nubako irimwo i drapeau ryigihugu
Umu journaliste wambere azi kubaza ibibazo vyinkora mutima 👏👏👏🙏♥️♥️
Ndakunda farisi numutima wanje wose👍👍🇧🇮🇧🇮
Mwakoze cane muriko mubikora neza
Twaritwarakubuze turongeyekurema❤❤❤
Ndakunda Fablice Imana imuje imbere
Hezagirwa hezagirwa Fabrice turiteguye Kumana twongezako amahera mpaka uhejeje kwuba isoko 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
Komera Fabrice turagushigikiye
Very good God bless you all we will be with you always.
Nice fabrice kip doing great things
Abarudi baker bamwe nibakunda itatabere.tuzo bakundisha kungumvu pe
Burya lmana yogira akandi kantu gato gusa ikaduha abandi bantu nka bane kugira bakwire batanu mu gihugu, hari igihugu na kimwe kw'isi cotuja hejuru !!!👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Fabrice lMANA yabikoze kuba mu Burundi 🙏🙏
That's great ijambo kwizera rirakomeye cane ikibazo c'amatara muzociyumvireko bihagize
Fablice Manirakiza FLYBZ nkunze kukwita my president IMANA ikujimbere
Mbaye uwambere menye ibanga #satb bazokorana tour ndavyishimiye
Imana ikuturindir binyaruke cyan tukurinuma.
Nyakubahwa fabrice best wishes
Adukorere Amabarabara yayo Fabrice Mutima wumurundi
Big up xan Fab
The unique things mudushiriremwo inzu ifise forme y'ingoma vyoba ari umwihariko w''igihugu
Fabrice Urintwari nukuri Imana Iguhezagire cane kuko you think far urinka President Ibrahim Traoré wa Burkina Faso .Twogusa bishobotse uzotegure conference yurwaruka rwa Africa peace and love u Burundi hejuruuu ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndaramukije neza ndi niyonkuru leandre Nairobi kenya hama nkabangomba kubaza mbe kombona diaspora imeze nkiyiciye mwimice kuberako mimigambi itegugwa gukogwa na diaspora umugambi wa bja cty plaza batagomba nokuwutubwira ntabwohoba harimwo guhisha umugambi wabuja cty plaza ngo imigambi ya diaspora abariyo ikogwa narirya uyumugambi wabuja cty plaza ariwo beshi bakunze kandi ufitiye akamaro kanini abanyagihugu canke aba diaspora batoya
❤❤❤❤ aran aran boy
Wawuuu biraryoshe p ahubwo nuguhimiriza cane Abarundi nkabose bashiremwo imitahe
J mfise intentego yogushika kumitahe 10
Mbe nk'umurundi yobari muri Kenya yogura umutahe gute kandi aba account afise muri bank?
Kubera iki ukuyemwo sous sol. Nta nyubako nkirya yobura sous sol Fabrice. Kandi Parking ni nkenerwa ntutinye ibeyi ubaka inyubako ijanye na vision 40 - 60
Wewe ntiwumvirije neza. Yavuze ko izoja munsi y'izo zigeretse
Jewe sinshigikiye ko abifise aribo gusa bazaronka ahobakorera ariko sinshigikiyeko hazoba ahantu hinjizwa ibitunga vyama tomato, ibisharagati, .... FABLICE ukore ibintu biri STANDARD.
Uzoher RUMONGE. Ikind nuko mworaba ihimiriza ryoba koko uwudafita fone nini yokumva uwomugambi. Wibuka ko tunakeney kuzitoza ubu PRESIDA nah umengo ntubitahura urabikwie
Fabrice nkokurico cama bus murabikora nkuku kwiburayi Ama bus mushireho plaque yafisha bus 🚌 tuvuga NTI muri 5min izobishitse vyobabiri hit
Fablice nama nabivuzeko ari Mose wogusohoza amasezerano Imana ifitiye abarundi.
Vyiza nuko twomushigikira kuko kumurwanya nukuruhira ubusa.
Ntawurwanya umugambi w'Imana.
Botubwira ivya digitalisation aho bigeze kuburyo abaguze imitahe baronka amakuru/update par email? Murakoze
Jew ico noterera cokworosha ibintu, nuko mwoshiraho une application yofasha kuriha imitahe umuntu yovoma kuri play store canke apple kuburyo Aho umuntu yoba ari hose kw'isi ariha vyoroshe akongera akaharonkera ivyemezo vyose KO ari umunyamutahe. Nkakarorero muri secadem imwe yigisirikare barafise application nkiyo. Vyofasha no mumigambi yindi mwobandanya mutegura. Erega abarundi tubishatse Aho Bari kw'isi twokwubaka uburundi nka Dubaï.
Fabrice ndagukunda cane kuko uriko uradufasha kukugira abana bacu tuzobasigarane igihugu giteye imbere.Iyo ndavye inyifato yawe n'ukuntu ukunda igihugu ndaryoherwa.
IMana ikomeze kuziga Fabrice niconama nkusabira ibindi IMana izobikushitsako kuko ufise intenguro nziza kugihugu
Komera Fabrice jw shaka ikibanza
Ikindi cyiyumviro canje kindi mudusabire l'ETA hubakwe ibigwati abantu babe hamwe bareke kuba mukajagari AK:ugasanga umuntu yibana wenyene kugasozi nibadukoranirize hamwee kubirwati kanaka bazoba baduteguriye ❤vyoba vyiza gusumba
Courage
Ariko inzuzi, Mugere , Kanyosha, muha, Ntahangwa, Nyabagere, Gasenyi....mwese ntimubona ko zamaze igisagara( canalisation)
Ivyo sivy vyiza imbere nkubu cne , isoko niyo itwaye imitima yacu🇧🇮🇿🇲
Komera kukivi mwana wuburundi.
Bonsoir, Nosaba ko Fabrice yoshirako plaque solaire hejuru yisoko kugira umuriro ntuze uracikagurika. Ikindi Navi vyoba vyiza bagize reciclage yamazi yimvura kugira baze bayakoresha muma WC. Iyo niyo ntererano yanje. Bonne soirée.
Nta solar zokwatsa inzu nkirya ahubwo regideso ndibaza ko izohashira ligne idacika kandi izorangira ndibaza amatara yarabonetse
Nukuri.imana.iguhe.kuramba ivyiyunvire.vyawe.biratwubaka mumitima.ndashaka nimero yuyumumenyeshamakuru.vyofasha harico.shaka.gusiguza
Jewe ndafise ikindi ciyumviro. Ico ni ikibanza ndangamurage izina twohaha ni HERITAGE SQUARE.
Fablice uri intwari twe tubakurikirana caane kuko je uko mbona uburundi itunga ryari rinyegejwe ririko ririserurira mubayo imbere yuko tubona ubutunzi nyezina .tubona nka Fabrice ingabire irenze nuguca bugufi nukuntu ariko yokwegerako imitima yabarundi bikazokworoha cane na Africa kumwumva nka Chris Ndikumana kuko uba warabaye umwizigirwa iwanyu mbona nawe inyenyeri yawe izokwaka caane
Intererano yanje mbona wogerageza hamwe atamahera pieces yokwinjira dukoresha ubundi buhinga mukurihana
Harikintu umunyamakuru nimba yonamuhamagara akabimutubariza canke akaba abifitiye inyishu ambwire je kirandaje ishinga: abantu turi hanze twashizemwo imitahe ariko ntakitwereka ko namahera yacu ariko arunguka canke yabonye Fabrice kuko batubwiye ko bazotwandikira kuma e-mail ariko je hageze amezi kuva ntanga sindabona email bandungikira.
Ica 2, ntakuntu yoshiraho uburyo electrónic bishobora gufasha gukurikirana ayomahera yacu uko ariko arunguka, ....nibindi vyishi vyodukura amakenga. Murakoze
Yves, ivyo nivyo confirmation par email ko amahera yashitse na update par email irakenewe.
Mbekotumenyereye abarundi badafise umutimankuwo wehowawukuyehe imana iguhezagire ushikekwicociyumviro natwe uduteturure
Ego nta modoka mu Burundi zihari ariko mwotegekanya ,hakabaho amabarabara.
Kuva Kabezi gushika Cibitoke gushika Cibitoke hakaba amabarabara 3, transversales:
Rimwe rugurui hagati
Irindi hagati.
Irindi epfo.
Mwubahwe iyosoko turayikeneye nigitega
kandi birakwiyeko irya soko ko yokora 24h sur 24h
None umurundi atarashiramwo umutahe asigaje iki?
Hari ikindi gikenewe bagende mubu shinwa bara company Iko turya du train dukora mugisagara gusa dukoreshwa numuyagankuba baze batuzane muburundi kugira imirongo yo muri ville tuyibagire
Ingozi uzoza ryar
😂😂😂🤣👍👍👊
Turabakwirikirana nezaurazotubariza fablice ati igihugu ntikizosa neza Ari Bujumbura gusa hubatse neza,nyabuna nanyaragase ashike zabururi za CIBITOKE,mwaro,... nahandi Hari Inzu nkazirya za miriroire vyoryoha gusumba
Fabrice naryohewe na vision ufitiye uburundi nabarundi muri rusangi ico nobasaba mudukorere ibibanza vyagutse kndi bikingiwe kurwego rwisi ubuhinga bushoboka ,turasaba mutwubakire amazu ageretse kenshi nka gatanu kugira izigeretse rimwe kabiri tubiveko dukore nka Dubaï amazu agerekwe nka 5 ibe quartier yubakitswe neza .l, état muyisabe itubakire station yo kugerwo rwiza cotebu yubakwe ibe stastion nziza numunyamahanga inezereza ayibonye.
Fabrice ndagufan
Fabi imana iguhezagire kukuntu wiyumvira kubantu batobato iyaba indongozi z'iburundi ziyumvira nkawe bose bashengeye twogumye tubibuka.imana iguhezagire iguhe kuraba uzotubere akarorero natwe urwaruka tuzokwigirako vyinshi
Ikimbabaza nuko nashaka kugura nanje imitahe bikananira kandi navyipfuza
Abisigura Neza cane aja iyabona
Ikindi cyiyumviro canje kindi mudusabire l'ETA hubakwe ibigwati abantu babe hamwe bareke kuba mukajagari AK:ugasanga umuntu yibana wenyene kugasozi nibadukoranirize hamwee
Fabi imana iguhe kuramba no kugumana uwo mutima
Uburundi buri mubihugu vyambere muri African gifise aba Diaspora benshi Ahubwo ntitwumva igituma batariko baraka guteze imbere Igihugu cabibarutse kuko les Diaspora bari hanze nibenshi cane ariko bose bigiriye bagahindura za Nationalité baca babona ko bashitse muga bagaca barek kwibuk ko Umuzungu wese azobabona ko azobitwa Abanya African knd nabonyen bavuz abarundi namwe bica bibagarukak reka kuguma mucira Urubanza iyo mwavuy knd mubona ico mwoja gukora ja hamwe nka ba Diaspora Diaspora mwese mur hanze muze mukore amateka mugihugu mwavuyemw kk nimwagiponda namw muzoba mwiponze bizobagarukako
Wapi ubwo icizere baduha nikihe ko ahabakorera mbere bahaburiye utwabo atanindishi yakababaro babahaye dufise icozere ikihe cimitahe yacu tuyishizemwo ko hagize ikiba boduha indishi yakababaro kirese abantu bashase kwibimiraho
None Fabi ivyo gu crass no gutanga certificate ihuye n,umutahe umuntu yaguze
Uzokwitoze mu kubanza cumukuru wigihugu nawe iyo migambi uri nka przd ndumva yotoka
Ico shaka nkiciyumviro ciwanj gusa kandi ciza kuri jew no kugihugu hamwe numuco wigihugu bigatsimbatara kandi ntibizimire hamwe nuwuvuye ahandi ingenzi ibone abo turi nuko isoko mwoyiha ishusho yingoma cank yumutimbo ariko akubit ingoma vyoba aragakura pe kandi coba arikintu cakataraboneka pe pe thank
None mukozi w'Imana Fabrice, mbega ko ibikorwa vy'isoko vyahagaze,mwarahunze?
Murarira mutaz'uwafpuye.
Mwari muzi KO kugira ngo Bujumbura, ibe igisagara, kwoba kubomora amazu yose?
AK: umuntu yashizeho Nyabugete: mbwira ingene ushiraho karitiye: nta mashule, nta Soko, nta paris( ahantu hokwinonorera imisi, nta bibuga vy' inkino:
Kuki mutiyumvira Ku mabarabara?
barabiriye bro ibibanza vy'amashule😂
Komera cane
Hariho ikintu ntatahura. Il a commencé 50 milliards, aravuga 100 milliards non ubu ko ageze kur 500 milliards , ubwo hariho sommes étudiés yobabasi iri prédéfinis ! Non wumva ejo niyavugako ubuka nationale....yayubatse mur triard fbu ninde azomuhaririza. Hama yironker allocations muri 100 ans. Numwana wiwe azopfarya. Urunumutwe peee😂😂😂
Nibaza ko utumvise neza
ua-cam.com/video/qobZnGXFGvY/v-deo.htmlsi=5CVfx71GBLwLRKZE
Umu journaliste wambere azi kubaza ibibazo vyinkora mutima 👏👏👏🙏♥️♥️
Ingozi uzoza ryar