burundi population 2024 : 14,047,786 people population in shanghai 2024 : 29,868,000 superficie de shanghai : 6 340 km² burundi superficie : 27 830 km² Ibi bisigura ko abarundi twoba muri 3000 km², izindi 24830km² zikigumira ukwo Nigute abarundi twoba hato ahasigaye hakadutunga?
Bukebuke ni rwo rugendo. Nta munyamahanga azoza kutwubakira igihugu cacu. Vyose bizova ku mwete n'ubwira biri mu Barundi b'umutima.
Imana ikutuzigamire Ndongozi nkuru yacu!
Turi maso, tugutega yompi, tukazirikana.
Aho uzogeza isemo ni ho abazogukurikira bazohera.
Hakuna kurudi nyuma, tusonge mbele!
Imana niyo izukuri abobose ubwira Nabantu buriwese yakoresha ubbwenge bye akamenya icyushatse kuvuga komeza ubayobore abo bavandimwe bawe buburundi
Ukuri kuzotsinda Mutama bareke bapinge ariko ababona iyo tuja tuzobashigikira Mutama wacu🙏 twarabahinyuye izo nyanka Burundi bashaka kwuzuza inda zabo.
nibabafate rero, ntivyame mumajambo yaminsi yose
Nukuri ukudahana kurwiza ubugaririji burenze inyumayaho ataguhana ikibi kizoja kungoma@@yvonnekwizera-n3n
Irambire mzee
Le Visionnaire Burundais ❤🎩
Nukuri ndagukunda urincabwenge ibushitse mutama wacu
Bjr Burundi je suis le rwandais mais j'aime bien Burundi, surtout votre président !
Imana ikuzitugamire mutama
Uri intumwa yimana papa Burundi tukurinyuma mutama abatarakumvira nibigarure twikorerakazi !!ndahimbagwa numudereva nka never!guma mwigisha wimana
Urakoze papa Burundi
Turakumva neza
Wewatwara neza Imana iguhezagire abavyonzi nibo bagomb kugutobera nabo abavyonzi bamaho ariko kazima uwufashwe Inyama mbisi ica ivyara iyumye
Ndakwikundira cane gose❤❤❤❤❤❤❤nyakubahwa
Mutama naho mutazokwiyamamaza twagutoye kera
Ndakwikunsira cane ggose ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Komera mutama turakwemera cane tuyagire tuguteje yompi
Ndagukumbuye ndaguheruka ivumbi,Kandi ndagukunda cane
Mutamawacu neva IMANA igukomeze ikurinde komezutuyagiremutama discur zawe ntanimwe ishobora kuncika kuko habaharimwo impanuro namajambo yubwenge
Sebarundi arononerwa kuko yakundintama ziwe
Mutama wacu yubahwe Imana idukomereze iyimbonakazoza
🎉🎉🎉🎉❤ Mzee
Eeeeh burya mutama simubi kbx
Hamwe abarundi tuto mutora Kandi turo mwibuka atarapfa mama yangu
Imana yarakoze kuduha imvuzi 😅emwe icoco yarakiduhaye
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Réalité 100%
Muvuga Imana k'umunwa imitima ikayiba kure niba musenga muhe ikigongwe abahunze 2015 turabe mwugurure n'imipaka niba musenga koko
😂😂,nibasabe ikigongwe abarundi bose ,
Guma kwivolant
Reka kwigishe akantu kamwe , Muri notion de prix, la place de vente est un element clé.
Komera musaza ❤❤❤❤❤❤❤
Kukunva biranezereza umutima
abo bantu batuma igitoro kibura baronderwe bafatwe aho bari hoose , bishe igihugu , igitoro nisoko yavyose
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Abo bantu bakunaniza dukwiye kubamenya
Mutama wacu nukur turagukunda guko uritaho abana bawe bene burundi
Ijambo ryukuri
Babwire nibashaka bazumva
Nivyomta tubwile
Wa vuga muvyeyi
Ndakunda discoul yanyu muvukurikabisa abanyamahangantibabikibanga
Uvuzukuri nyakwubaha
Uwob, azi Umusi mukuru w,umuganuro aho vyanditse muri Bible ,atubwire chapitre n,umurongo
Haaa vugurura ubukungu mutama
Twumva twifuza kumenya abo bantu babuza igitoro kuza kandi twari tuzi ngo ni indongozi zidukunda.Ndumiwe muratubwira amazina yabo tubagayire mumitima duhuye tuzoreke no kubaramutsa abo ntibaturwaniye kuko ndumva ntibadukunda.
Mutama wavugantuvura nukubwra intumva ariko wibuke nehemiya abamurwanya barabagenzibiw ariko lmana yaramutabay gumakwibanga turinyumayaw
Niwubahwmutama
Nuko ubwira abatumva
Ibihe birageze isi yose igiye kugera habi izamba iri kurugi
Ivyo avuga nivyo generation yabo irajagaraye cane gusa ministre wa education yarakwiye kwikangura akubaka amashure akayaha nibikoresho bikwiye . Kuko urwaruka nirwo rufise umutima wo gukorera Igihugu kuruta abo batama.
Komera président wacu,uwazanye amoko yashaka kuturyanisha,twebwe tube bantu gusa,Ubu nibikorwa gusa.
burundi population 2024 : 14,047,786 people
population in shanghai 2024 : 29,868,000
superficie de shanghai : 6 340 km²
burundi superficie : 27 830 km²
Ibi bisigura ko abarundi twoba muri 3000 km², izindi 24830km² zikigumira ukwo
Nigute abarundi twoba hato ahasigaye hakadutunga?
Wowe urikubwa ntakigenda , uri kijuju Neva 😂
N'agahoma munwa
Ntawe uburumwanzi rata uyoboraneza nje ndumunyarwanda
Ivyuvuga biratahuritse kandi cane.
Irambire mutama
Abo bantu nyenecubahiro ariko aravuga nubu baracidegemvya sindumva banasubije kndi baracakora amadili yabo
Reg naho yobahana wew ntanama yokugirisha ubizi gt kwatabahana? Vug at nibesh gs
Abarundi naba MSD gusa umugararizo gusa ibikorwa vyabo nivyoguturiramapine gusa
Sawa mxee
Uwukwanka akwandureko uwuzokwanka nawe azokwandurako uwakwase ndazi ko yakwanduyeko
Sha urakwiye kuvaho ntaco umariye uburundi bwacu reka amajambo yerekana ibikorwa vumaze gukora kugira abarundi tukwemere vuvuzera
Nkawe wumva umaziki mutama wacu neva turamukunda kandi tuzongera tumutore
Urajako wewe utware hama utwereke nawe iyo wotugeza zuvuga make sha igihugu ntigitwarwa nivyo vyiyumviro vyawe.
Itonde
@Geoge496, ushaka woreka kurogota! Hinduka shaaa! Ariko ngira nirwarumogi rwinshi mwafashe 2014-15, ... rurya ntirushobora kubaheramwo mwarikwegeye😂. Muze tubuvure, twe ubu dufise ingabire zidasanzwe! We will NEVA give up!
Ino duhanzwe nakimwe: urugamba rwiterambere. Nayo ivyo vyoose muvuga, nayamuhe, kandi ntadusha integge. President wacu H.E Neva ari kwivora kandi azodushikana kwiterambere ridateye amazi
@@wellarsmukezamfura3160aho rero ngo kiravuze? Aho uvuze iki ? Imburabwenge gusa kiraje aho kidahwa
Twebwe indongozi zacu ubu nintwari kweri! Ego hariho usanga bigicumbagira mugabo ntaco kuko nka 70% bariko batumurikira. Abandi tuzoza turahindukiramwo polepole, President wacu Mutama Neva twemera, tuzomushigikira gushika atugejeje 2060. Bisaba ko twirinda amajambo yohanze, arya niyo mabi, ariko twarabahinyuye, si2015!
Ikibuza umworo kwiyahura yama agira ngo burakeye ejo nzorya mpage naho shwiiiih ! Reka rekera aho !!!
Banza uzane ibiitoro.
𝔹𝕒𝕓𝕨𝕚𝕣𝕖 𝕞𝕦𝕥𝕒𝕞𝕒
Mana hezagira uburundi
Oya si Uburundi bwonyenye bugira umuganuro, n'ibindi bihugu birakora umuganuro mu mpera zu mwaka.
Muta were ntuzoramba,kuko ibisambo ntibikunda anti nkawe,nahubundi nanje nzogupfira,kuko waratumye nticwa ,Kandi abakamisha ivyahabagomvy kunyica,nahabonye buramatari nizindintwari
Komera mutama
Mutama nukuri reka kwemerera ikibi ko cima kungoma dutabare turarushe tura abajwe nabo bantu bawe. Nibubake igihugu nirwabo kuko uwanka kubaka iwe yiteza isoni. None ko banka kubaka ninde azoze kutwubakira igihugu cacu atarabazoza gukinya nukugitabagura yemwe nukuri urugo rwubakwa nanyenego urasambura bamutiza umuhoro rero nukuri. Mutama rwanira urugo rwawe arigo rwacu mutama président wacu. Ntubatinye kubita ubuhunshi muri source humen bareke kwinyaga.
nukuri birababaje kubona wishwe n’uwawe igitoro kikabura koko ? kand ariyo moteri y uruja n uruza 🙆🏾♀️, hama ng abarundi turakenye kand aritwe tuvyiteyev.🤦
irambire
Erega kuvuga menshi siko kuyamara muta
Ibintu bigiye kwemezwa mwisi yose enti cristo igiye kwigaragaza muvyahishuriwe yohana 17 :123456, ubuhanuzi bwahageze inzamba iri hafi ba maso ntiturimbuke
Korakazi korakazi tukurinyuma kuyobora abarundi N'ugukura agashati kwl 😂😂kuko bararusha kwl babiza agatuguta😅
Ikomerere mutama
None bafate mubafunge hama mudutumire umusi wintahe twiyumvire abobabisha naho baba babahanze mudutume tubazane mubafunge mubacirurubanza erega ucumengo ntanguvu ufise baba rusesabagira ntibamushikanye none murwanda emwe nurubanbza rwarabaye none abantu bakoruko vyukuri barakunaniye kweli kandi tukurinyuma? Oya gerageza tubahagarike
Mbanje kubasuhuza mwe abarundi nishimiye ko uyumunsi mwe nkabarundi ahomugeze mwiterambere mubyimitekereze no kwibora bagashaka buhake cg.se abakorone. Nishimiye ijombo rya president ndayishimiye ubu ndikumubona nka president wuburu siya nyakubahwa Putin ndasaba imana ikomeze ibatize uyu mubyeyi sebarundi kuba Yaratangaje ko uburundi budakeneye inkunga nimwe buriya ni, ubutwari Kandi nabandi barebereho. Kwisi nagihugu cyafatiwe ibihano mubyukungu nkuburundi none tutitaye kwiharabikwa nurwango rwabakoroni uburundi Buteye imbere Kandi nishimwe kuko mwatsinze icyumutwe abifuzagako mwicwa ninzara hatibagiwe nibyorezo mwetse isi komushoboye kwibeshaho jyenkumunyarwanda nejejwe nicyerecyezo muganamo uburundi bwanyu ni ahazaza , African barundi mukundi mukunde. Iwanyu kuko iwabandi harahanda iwabandi si ahanu ndabakunda mperereye Kigali from Rwanda mutashye sebarundi nevea ndayishimiye president ❤❤❤❤
THIS GUY IS IN WRONG BUSINESS HE IS POSTOR
Blanchiment d'argent nugutwara $ mu mufuko wimpuzu 😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅