Bamuhoye ko yavyaye abazungu/nakoze uburaya kubera inzara/bandogeye umwana ahakwa gupfa/icamuzanye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024
  • #sirenvibestv #rwandaburundi

КОМЕНТАРІ • 163

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  Рік тому +12

    Abifuza numero za Sista Abra mwomurondera kuri +250788710405
    Kurikirana UA-cam Channel yiwe mumushigikire: ua-cam.com/video/b463j3HRj6c/v-deo.html

  • @boboyann
    @boboyann Рік тому +18

    Ubundi abarundi turakundana tutitayeho iyo umuntu ava 😍🥰🥰🥰 God bless Burundi 🇧🇮🙏

    • @Agiraneza7346
      @Agiraneza7346 Рік тому

      Aho wosanga wewe nuwo mwibarabara utomuba ico gufungura😀😀😀😀hakundana uwabikoze si non abarundi ntarukundo tugira

    • @boboyann
      @boboyann Рік тому +4

      @@Agiraneza7346 oohhh really? Nimba atarukundo ugira abandi turarufise

    • @eugeniedushimimana7586
      @eugeniedushimimana7586 Рік тому +1

      Jyewe nkunda abarundi cyane💞💞🥰. Nzaza gutembera I Burundi.

    • @lydi791
      @lydi791 Рік тому

      ​@@Agiraneza7346 vuga ubwawe na rukundo umvise apana muri rusangi

    • @adolpheniyibizi4252
      @adolpheniyibizi4252 Рік тому

      @@Agiraneza7346 urabeshe niwaba utabikora ntugire abandi ntibabikora.Kimwe gusa turabikora tutitaye kuribyo uvuze.

  • @ndayisabaneema9514
    @ndayisabaneema9514 Рік тому +2

    Pole sana Alba imana irakubona kandi izakugirira neza ibihe vyose ukomeze gusenga izogufasha kuko yoyo ntirenganya kandi irikumwe nawe ivyovyose wachiyemwo nivyateguwe kandi bifise impamvu vyosi numugisha ❤jewe niwo m,uburundi 🇧🇮

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 Рік тому +12

    Intahe nziza 😭😭😭😭🙌🙌🙌🙌🙌👏,Cadeau from Sweden 🇸🇪

  • @gisellentabudakeba4739
    @gisellentabudakeba4739 Рік тому +2

    Imana izabahe Iherezo ryiza abarundi izabahindurire amateka mumwuka nomubi garagara in the name of Jesus Christ🙏 nange ibyo mwankoreye nama my family muza byiturwe

  • @evelynenshimirimana1200
    @evelynenshimirimana1200 Рік тому +2

    Imana ihezagire u Burundi n'abarundi, sister Abra umunezero w'Uhoraho Imana ube inkomezi zawe mubuzima 🇧🇮❤️🇷🇼

  • @ndayizeyeaboubakar4585
    @ndayizeyeaboubakar4585 Рік тому +5

    Very sad my god
    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🤭🤭🤭🤭
    Love from Uganda 🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬

  • @lysebelyseofficial6091
    @lysebelyseofficial6091 Рік тому +4

    Imana ihezagire uwagize icakora wese uwo violette we iyaba ari jew ntanga ijuru norimuhaye❤🇧🇮

  • @lorryprinciamizero198
    @lorryprinciamizero198 Рік тому +8

    Soo cute Peshy 😍

  • @fatmahaf4951
    @fatmahaf4951 Рік тому +6

    Uyo muvyey iyabivuze ararira p pole San cyanee disi🥺

  • @user-en8nt8wc6v
    @user-en8nt8wc6v Рік тому +2

    Pore maman, jewe nvyara abana bafise inzobe nyishi, navyaye Uwa kabiri aza afise inzobe numushatsi urenze hewe abarundi barashoboye 😭😭😭bandogeye umwana afise 3mois hewe nibirefu

  • @annygandin161
    @annygandin161 Рік тому

    Icyo nshimiye IMANA nuko wakiriye YESU nkumwami nu mukiza wawe,rero uzamunambeho kandi ntacyo uzamuburana.Kandi abagufashije bose barakoze ,YESU abahe imigisha.

  • @moungamfawume1865
    @moungamfawume1865 Рік тому +10

    Hosy ndagusavye undonderere inimero yiwe inze ndamufashe ndimuri america

  • @LydieKouyate
    @LydieKouyate Рік тому +4

    Violetta kwl Imana imuhezagire cne ariko baze bariyumvira ku Barundi benewabo bamerewe nabi ntibiyumvire gufasha abanyamahanga gusa.

    • @yadufashijetv6042
      @yadufashijetv6042 Рік тому +1

      Nabarundi arabafasha Beshi pe harinabo yakuye muri omani

    • @Agiraneza7346
      @Agiraneza7346 Рік тому +1

      Bamureka inzara ntiyofasha bose ngo abashobor🤑🤑🤑🤑none ushka aahinge ikigo cimfashanyo rero🤣🤣🤣

    • @manimfasheansaansa7548
      @manimfasheansaansa7548 Рік тому

      @@Agiraneza7346 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @josianendayisenga7460
    @josianendayisenga7460 Рік тому

    Karibu iwacu muvyeyi mwiza Hozy naw urakundana sha Imana izabahe umugisha

  • @Hi5392
    @Hi5392 Рік тому +7

    3:33 😍😍😍😍😍

  • @janetyuyu2492
    @janetyuyu2492 Рік тому +1

    Imana irakundana disi

  • @wen9323
    @wen9323 Рік тому +3

    She is beautiful your daughter ❤❤❤

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Рік тому +1

    Yooooooo manaw 😭😭😭😭😭😭😭🙏🙏🙏🙏 cakora Iman igukomeze nibibondo vyaw 🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮

  • @TheLuasas
    @TheLuasas Рік тому +1

    Siren muri ivyamamare! Ndabakunda sna kabisa!

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 Рік тому +2

    Imana ni nziza

  • @AlineNiyoncuti-tj7ml
    @AlineNiyoncuti-tj7ml 6 місяців тому

    Mpore mwiza .nabatakoze ivyo bafise ibindi bakoze kandi bibi caanee.natwe dufise ibikomere vyinshiii caaanee.abagutwenga nabo nabo nyene ubwobo nabanyavyaha

  • @innocentiradukunda4843
    @innocentiradukunda4843 Рік тому +1

    Violetta imana imuhezagir a 🇧🇮 turakundan

  • @ALENGE951
    @ALENGE951 Рік тому

    Pole sana mushikiwacu isi yarakubabaje Ariko imana izakuzamura

  • @adolpheniyibizi4252
    @adolpheniyibizi4252 Рік тому +2

    Mpore ubuzima bizogenda neza .Ntusubire kurira , Imana izakugirira neza.

  • @daniellaingabire3892
    @daniellaingabire3892 Рік тому +3

    waooo karbu mama kucuku iburundi iwacu🇧🇮

  • @uwasesamantha471
    @uwasesamantha471 Рік тому

    Pole disi warahuritse ariko imana irahari komeza uyubahe

  • @lorraineayinkamiye6747
    @lorraineayinkamiye6747 Рік тому +1

    Imana igira neza Mum kucuku

  • @nizigiyimanadarcy8237
    @nizigiyimanadarcy8237 Рік тому +2

    Mama Kucuku ndamukunda🇧🇮🇧🇮

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 Рік тому +5

    Urakujije pee Hosyy😂😀😀😀

    • @rehemaoman7777
      @rehemaoman7777 Рік тому

      Nosi wavyibushe

    • @charlotterehema2224
      @charlotterehema2224 Рік тому

      Oyomumama imanimuhezagiri kubatakuyemwinda yabobana nabagizicobakora kugirababeho abobana nuwomu Violeta imanimuhezagiri kumutimawurukundo afise

  • @aaii8301
    @aaii8301 Рік тому +3

    Pole sana

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn Рік тому +1

    Hosy wageze no ngaho mubabanyi gukorerayo? Keep it up 👍

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Рік тому +1

    turi bamwe dukundane Amen,

  • @axellaassia8930
    @axellaassia8930 Рік тому

    Iryandirimbo ntahitakurumuntu bantu yarandijije 😭😭😭😭😭😭haryavuze ngo bagity mwakoz kuza kunsura😭😭😭😭😭😭MANA weeeeeeeee

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 Рік тому

    Imana ninziza ntanzingo ifis irakunda impfuvyi naba pfakazi

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe Рік тому +5

    3:00 ki peshy shaaa 😍😍 n'agakumii 💯💯

  • @sarasarah2242
    @sarasarah2242 Рік тому

    Imana izakurerere.

  • @isaacniyokwizera7592
    @isaacniyokwizera7592 Рік тому

    yesu shimwe kwimana yagufashije🇧🇮

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 Рік тому

    Mukomer cane turabiz ivyiwe disiii Imana ninziza

  • @astonadolphenicayenzi7833
    @astonadolphenicayenzi7833 Рік тому

    Imana ihezagire Violette nabandi bakubaye hafi.

  • @nikitapascy9770
    @nikitapascy9770 Рік тому

    hey Ndabakunda

  • @benithaerisha6229
    @benithaerisha6229 Рік тому

    Ndagukunda abarundi cyane

  • @fareeda7811
    @fareeda7811 Рік тому

    Muho nitwa Farida ubwobuhamya bwuwo muntu bumezenkubwanjye uretse njyewe umwana aruwumwirabura ariko ubuzima naciyemo ninkubwo imana iratabara nanjye nabaga ikigli none mbamucyaro kwanyogokuru naho baranyirukana ubu ndacumbitse nanjye nahinze imisiri nkukwe

  • @pretampogazi4452
    @pretampogazi4452 Рік тому +6

    Abra ati zari indaya ngenzi zange🤣🤣🤣

  • @Mr_g-screen
    @Mr_g-screen Рік тому

    Mwiriwe neza
    Meti de monde ibahe ko najye mfite umwana wumumetise Wenda bazamfasha

  • @lylyjessicaabera3060
    @lylyjessicaabera3060 Рік тому

    Hosy sivyiza kwivugisha ibinyarwanda sh

  • @naninoni61
    @naninoni61 Рік тому +1

    Yoooo ufise abanabeza

  • @niyibiziviane3862
    @niyibiziviane3862 Рік тому +1

    😭😭😭😭😭😭ndarizebasha🙆🙆Kuber umunezero

  • @PierresPerfect
    @PierresPerfect Рік тому +1

    Thanks Siren 🚨....

  • @jeromeniyibigira802
    @jeromeniyibigira802 Рік тому +2

    komera mwana ubuzima nuko bumeze uze wumire ku Mana izoguhesha ikuzo

  • @Human1living
    @Human1living Рік тому

    Imana ninziza

  • @thimmybubu1493
    @thimmybubu1493 Рік тому

    Naguheruka kera, Urakoze gushima

  • @salima7729
    @salima7729 Рік тому +5

    Mabuja wakujije 🥰🥰

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Рік тому +2

    Wa kujije Hosy

  • @nyinawumuntuemeline9119
    @nyinawumuntuemeline9119 Рік тому

    Umukobwa mwiza

  • @shukukarimu1133
    @shukukarimu1133 10 місяців тому

    ❤❤

  • @kanezavanessa9667
    @kanezavanessa9667 Рік тому +2

    Wubahwe hoc non numurundikazi

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Рік тому +1

    Non wew ukuzokwama utanga ubuhamy nikuzaza urarira jurikomeza igikur nuko Imana yagutabaye

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 Рік тому

    Tukundana abarundi pe

  • @joleal7941
    @joleal7941 Рік тому +2

    Pore sana dada

  • @elizabethrose4453
    @elizabethrose4453 Рік тому +1

    Karibu lburund mama kucuku

  • @kanyangeassumpta5832
    @kanyangeassumpta5832 Рік тому

    Humura mukobwa mwiza

  • @didiniyo1063
    @didiniyo1063 Рік тому +1

    Warivyaye hosy

  • @boriscubahiro
    @boriscubahiro Рік тому +10

    Telle fille telle mère

  • @kacurebali5523
    @kacurebali5523 Рік тому

    Uyonga ageze muburundi naho

  • @ndayisabaneema9514
    @ndayisabaneema9514 Рік тому +1

    Kandi igukurize ibibondo vyawe ikomeze ibagilila neza igikuru nikutisenga kandi kuyizera kandi niyo wasubira muhira ubampere akabizu

  • @zazanesh1987
    @zazanesh1987 Рік тому

    Karibu iwacu iburundi

  • @consolatendayisenga7925
    @consolatendayisenga7925 Рік тому

    Vyiza cane

  • @Hahaha-yf4ug
    @Hahaha-yf4ug Рік тому

    Mama.kuchuku barya ntakintu bafise nabo nabekene cane na batwa bumuhindi turaturanye ino muri Usa rondera ikintu wokora urekane nabo

  • @mjlk450
    @mjlk450 Рік тому +6

    🙏🙏🙏🇧🇮

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 Рік тому

    Thanks hose kutwereka imfura yawe. Murakoze cane kutuzanira uwomu sister nanje ndazi story ziwe.

  • @zakiya-ww5zz
    @zakiya-ww5zz Рік тому +1

    Natwe turagukunda

  • @nshimirimanaemmanueline3410

    Imaz ninziz knd birambabaj nawe turagukunda

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 Рік тому +1

    Courage

  • @jozy1921
    @jozy1921 Рік тому +1

    Uze kuduha namakuru yisanganya Landry promoter yagize🙆🙆☹️

    • @fatmahaf4951
      @fatmahaf4951 Рік тому

      Nkeka narabimenya ntubimuhore ncuti

  • @mukankundiyejeanne6703
    @mukankundiyejeanne6703 Рік тому

    Abarundi lmana ibahexzagire

  • @athanasenijimbere4031
    @athanasenijimbere4031 Рік тому +1

    Ukomere caane Abra Imana izokomeza iguhezagire

  • @cecilendayishimiye8548
    @cecilendayishimiye8548 Рік тому

    Ariko uwo mugore baramufashije

  • @pretampogazi4452
    @pretampogazi4452 Рік тому +2

    Kucuri wange

  • @fdff3980
    @fdff3980 Рік тому

    Yooo lmana imukurize disi nibutse Jonathan disi lmana nyenigaji imurindire abana biwe

  • @khadijaty7148
    @khadijaty7148 Рік тому +1

    Wawuuuuu

  • @chellaniyinshoboza9146
    @chellaniyinshoboza9146 Рік тому +2

    Mama koucuku

  • @user-re2ih3is3p
    @user-re2ih3is3p Рік тому

    Pol kwel

  • @batamurizashimeyesu8367
    @batamurizashimeyesu8367 Рік тому +3

    ❤️❤️🙏

  • @pascasienibona7235
    @pascasienibona7235 Рік тому

    Ubu wageze ibuja

  • @khaledoman8266
    @khaledoman8266 Рік тому +1

    🇧🇮❤️❤️😘

  • @btv254show1
    @btv254show1 Рік тому +1

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼👊

  • @didiniyo1063
    @didiniyo1063 Рік тому

    Muragose kabisa

  • @worldwild3690
    @worldwild3690 Рік тому +2

    Nu murundi

    • @domitillenimpagaritse459
      @domitillenimpagaritse459 Рік тому

      Numunyarwandakazi yaje gutembera iburundi. Ariko ashimira umurundikazi yamufashije !!

  • @ericugiringabire1044
    @ericugiringabire1044 Рік тому

    ❤️🇷🇼🇷🇼

  • @athanasenijimbere4031
    @athanasenijimbere4031 Рік тому

    Hama Hosy ya chaine ya youtube wiwe irihe?

  • @gitareyvan5043
    @gitareyvan5043 Рік тому

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @user-sz7yl5mo9t
    @user-sz7yl5mo9t Рік тому

    Nanjenarakurikiranyibiganirovyiwe

  • @mpawenayochantalofficial1051

    Jewe abagore murantwenza none kubaho kwanyu nabagabo nukuri muratwenza mugomba gukora mugahiga icomukora ubu urarize koko kuba Imana yaguhaye abana beza nkabo ivyomuvuga kumbuga biratwenza ngo nakoze ubumaraya uziko abana bawe urikubamaramaza kubera uduhera twumusumwe twa viens gusa vraiment ukimaramaza nkuko vraiment 😂😂😂😂

    • @marinaniyosaba5234
      @marinaniyosaba5234 Рік тому +1

      Toka kule none iyosintahe yigisha Beshi bakameny ukobakwiy kwitwara mugih ubuzim bubay bubi ntarusoni 🤔🤔 biterabant kumeny ukuntu bakwiye kwiyakir mugihe basamye imbanyi batar bavyiteguriy

  • @ntawukuriryayoemille250
    @ntawukuriryayoemille250 Рік тому +1

    💕🇷🇼

  • @hassanfatma5036
    @hassanfatma5036 Рік тому

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @preciousheavenly5245
    @preciousheavenly5245 Рік тому

    Abarundi sha 😒 😑 jewe mperuka muburundi. Life is really hard 😞 😪 💔 ariko hako bofasha abiwabo bafasha uyu mugore koko yavyaye abazungu ..very sad 😔 abavyaye abirabure naho mwomusanga munzira ntimumufasha . VA ibuzimu muje ibuntu . Kunda abiwanyu mufashe nabiwanyu . Josy genda uturonderere abakene muburundi baruzuye ! Apana abo basa neza ngo nuko bavyaye abazungu .nonsense

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 Рік тому +1

    Uwo mu violette nikumpuha ikiganiro nawe

  • @irankundanana8613
    @irankundanana8613 Рік тому +1

    🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏

  • @impamo2558
    @impamo2558 Рік тому

    Akose uyu azarira kujyeza ryari?
    Wakwigiye kumateka wanyuzemo ukiyubaka ukareka kwanduza isura y abana bawe recyera kora