ABATUNZI 10 BAMBERE MU GIHUGU CU BURUNDI

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 сер 2020

КОМЕНТАРІ • 576

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri8562 4 місяці тому +7

    Tuguteye intege ariko gerageza uhindure munvugo nyiganano kugira ukore akabirya kiwawe. Tuzokunviriza Kandi tugire likes nkumwe mubarundi benewacu yagize ubushakashatsi! Courage rero Mon Frere! Komeza ubushakashatsi

  • @user-gx9xz1fh7p
    @user-gx9xz1fh7p 4 місяці тому +6

    Kuribinyom ngah papa kontamubonamw😂😂

  • @ajenezablaise3845
    @ajenezablaise3845 Рік тому +2

    None uvuze abatunzi ukibagira Mayondori, vénèrent, Ziranotse, Albert wa Getra, ivyo sivyo ntana like noguha nibinyoma,

  • @user-ub5oy5fl2i
    @user-ub5oy5fl2i 4 місяці тому +4

    Urumubeshi wamber kabsa! ahubw wubahw kuko uraz kubesha!🥰🥰🥰🥰😘😘

  • @user-jm4iv1gf1e
    @user-jm4iv1gf1e 3 місяці тому +3

    Iyo ni classements y'abanyepolitique,
    Siyabatunzi

    • @umurundi
      @umurundi Місяць тому

      Wapi sioni ntahondamuzi muri politique kiretse guterera caaaane umugambwe cndd

  • @desirehakizimana835
    @desirehakizimana835 Рік тому +11

    Uzi bike caaane kubagwizatunga b'abarundi,,,subira gucukumbura kuko iyi classement siyo

  • @tessyaniella3807
    @tessyaniella3807 Рік тому +2

    Ntamakutuzu ziranotse ntawuzi lenovent ntawuzi ambassadeur nyamitwe ntawuzi bucumi ntawuzi Simoni ntawuzi

  • @cassiensindaye286
    @cassiensindaye286 Рік тому +11

    Hari n'abo abeshera batagira Na rumwe sindabavugaaa🤣😂

  • @NdayizeyeInnocent-to1ju
    @NdayizeyeInnocent-to1ju Місяць тому +1

    Venerand ba zoranotse barihe?

  • @questions-answers7
    @questions-answers7 Рік тому +3

    Sha urabeshe gose urasubiramwo ubushakashatsi.mbega Mayondori na Ziranotse ubashira kuri number ya kangahe???

  • @realshafiy91
    @realshafiy91 Рік тому +1

    Uri kuvuga muri style ya Mwanafunzi

  • @Bapfunya
    @Bapfunya Рік тому +2

    Wapi
    Genda urime ivyo ubirekere abandi ntabwo bifise sens

  • @banin-bradaneirakoze9535
    @banin-bradaneirakoze9535 Рік тому +1

    Huuuuu jahariya,urumva UVUGAKO abagwizatunga muburundi Ari abapoliticiens,nimba wabikuye kuvyabazungu bakoze,ndabona Bari BAFISE intumbero yabo

  • @odrasixbdi
    @odrasixbdi Рік тому +11

    Nanje nzoba umutunzi ndavyizeye 🙏🙏

  • @egideigiraneza-ls2qr
    @egideigiraneza-ls2qr 11 місяців тому

    Shaaaa urumubeshi wambere kwis numvise,uwogug ikofe.

  • @ntunzekamwejeanmarie9702
    @ntunzekamwejeanmarie9702 Місяць тому +1

    Ntavyo uramenya hariho abo wabesheye

  • @jeanboscondayiragije1164
    @jeanboscondayiragije1164 Рік тому +1

    Urantwaye ama mega yanje ku busa.
    Uje ngaho utubeshe ngo Leonce, Gaston Sindimwo, . ngo ni abatunzi!!!

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 Рік тому +1

    Ndumva warumvirije cane Gentil Gédéon Ku buryo umwigana kw'ijwi.ariko uvuga nk'uwuriko ararya

  • @jean_marientakirutimana7465
    @jean_marientakirutimana7465 3 роки тому +4

    Ama MB yanj muriy murab muyasubiz mumaguru masha

  • @user-pq6vb6zx8h
    @user-pq6vb6zx8h Місяць тому +1

    Urabesh kwer urazi inoti ziranotse afiseee bena veneraaaaaa

  • @dieselmadoumix3738
    @dieselmadoumix3738 Рік тому +7

    Iki kijama ntikizi kuvuga ndake 😂😂😂

  • @marienduwimana665
    @marienduwimana665 3 місяці тому +1

    Ubutaha uzonshiremwo mbona uvyorosha nzoca nkanda like😂😂😂😂😂

  • @rachaeletoot3577
    @rachaeletoot3577 Рік тому +1

    None ntambandadaji bakora ivyambo kwel.....tubwire Abikorera utawambo

  • @fadhiliradjab2105
    @fadhiliradjab2105 Рік тому +1

    So Burundi itunzwe nabanyepolike. 😀😀😀

  • @claverniyongabo6485
    @claverniyongabo6485 Рік тому +9

    Umutunzi wambere nuwutunze Yesu

  • @prudencensaguye3374
    @prudencensaguye3374 Рік тому +3

    Sha wapi kabisa jewe sindavyemeye.

  • @MimiMireille6770
    @MimiMireille6770 Рік тому +1

    Umutunzi wa mbere ni papa we azi ikinyiriza nikindaza

  • @Ngabwecom
    @Ngabwecom 3 місяці тому +1

    Abatumariye igihugu

  • @user-qr2ww4nl7f
    @user-qr2ww4nl7f Місяць тому +1

    Burya Leonce arafise amahera kwer??canke

  • @bebrineniyonkuru3737
    @bebrineniyonkuru3737 Рік тому +1

    Ahubwo bakujane kwa Rujenti bagusuzume mumutwe kuko urumusazi yeruye

    • @GgGg-bb3xr
      @GgGg-bb3xr 10 днів тому

      Uvuzevyo 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @zephyrinndayiragije7676
    @zephyrinndayiragije7676 Місяць тому

    Sha sur 10 rekandaguhe 1 ryaho wafashe akanya kutuyagisha.

  • @ndenzakoalice5470
    @ndenzakoalice5470 Рік тому +5

    Sha ivyo uvuga ntibitomoye . Uvuga ivyo utazi kabisa

  • @KanezaAline-cc8bl
    @KanezaAline-cc8bl Рік тому +1

    😂😂😂😂😂😂 amakuru araho ntuze j nkomez kumirwa😅

  • @ManiragezaMenard
    @ManiragezaMenard Місяць тому

    Ufise imyaka mike cane kuba utazi incuro buyoya yayoboye Burundi! Incuro zibiri!

  • @beniteiradukunda2223
    @beniteiradukunda2223 Рік тому +1

    Aba boss mubabaze olegue niw abazi

  • @NduwayezuDesire-dt4pj
    @NduwayezuDesire-dt4pj Місяць тому

    Sha wurabesha kweri urisamandari 2

  • @user-pn5bj2nn3s
    @user-pn5bj2nn3s 3 місяці тому

    Haruwitwa La Gespe nsabimana wamwibagiye

  • @cliffordmusa8810
    @cliffordmusa8810 4 місяці тому +1

    Subiramwo ugire amatohoza akwiye kandi atomoye hanyuma uduhereze kubera bamwe uburundi tubuherukamwo kera cane.

  • @user-hs7fh2ho1n
    @user-hs7fh2ho1n 3 місяці тому

    Shaa urabesha kweri

  • @Abdallahbigirimana
    @Abdallahbigirimana Рік тому +1

    Wabeshe vuga amahera Bafise muma dollars. Gusa ivyo sivyo

  • @VincentIrakoze-bp4ql
    @VincentIrakoze-bp4ql Місяць тому

    Noe aba1 k ar abnya politique ahohantu bahacunge

  • @vianneynduwimana5451
    @vianneynduwimana5451 Рік тому

    Sha naho atavyinshi nzi kubatunzi bo muburundi,urwo rutonde sirwo kwel ,Abo 10 uvuze ngira harimwo 3 personnes gusa nahone sibo boba abambere,kumbure Nyakwigendera yobamwo.

  • @ngabowalton5553
    @ngabowalton5553 3 місяці тому

    Mwaragowe mwogacwa mwe amafaranga yabanyagihugu nabanya politique bayabiste ngo murashakako igihugu gitera imbere😂😂😂

  • @busirufullcomedy6176
    @busirufullcomedy6176 Рік тому

    Nta documentaire uzi gukora, ntamatohoza cank ubuhinga ubishuramwo ahubwo uriko werekana abanya politique ko boba bibitseko itunga ry'igihugu! Urabeshe natana like ukwiye!

  • @yviherman6396
    @yviherman6396 Рік тому +9

    Akazi karabuze muburundi, kubesha muca mukugira umwuga🤣🤣🤣

    • @emmnzey713
      @emmnzey713 4 місяці тому

      😂😂😂😂😂

  • @user-ot5rt2eo4m
    @user-ot5rt2eo4m 4 місяці тому

    Mwebwe muri les opposants muzi gucanishamwo abarundi ntakindi mushoboye iyo classement yanyu siyukuri niya politique gusa mbe ntamurundi yokora neza ibintu !kugira yizerwe nabantu n ìmana yamuremye!!!

  • @NduwayezuDesire-dt4pj
    @NduwayezuDesire-dt4pj Місяць тому

    Sha wurabesha kweri urisamandari 2 genda winyegeze mumavoka

  • @levisnsabiyaremye3524
    @levisnsabiyaremye3524 Рік тому

    Nimbe muburundi atawundi muntu atunze atari umunya politic nukuri umwenegihugu wuburundi araremvye,mubarwizatunga abanya politic ntibaharurwa nukuri

  • @kwizerawilly9938
    @kwizerawilly9938 3 роки тому

    Ntuzi aba boss kweli

  • @garagebettermotors4998
    @garagebettermotors4998 3 місяці тому

    Basha turakenye kweri nimba aribo batunzi dufise

  • @onesimevyizigiro3173
    @onesimevyizigiro3173 7 місяців тому

    Biraryoshe kubona utunze Yesu

  • @nathansinarinzi4210
    @nathansinarinzi4210 Рік тому +1

    Abagusabiye umunyororo barafise raison!!!

  • @julestariniestanjb9645
    @julestariniestanjb9645 Рік тому

    Shaaaa ivyobintu sivyo🤔 kuko iyo classement sinzi iyo yabereye ikintangaje nukwo ntibonyemwo knd ndi mur 5 bambere😎

  • @bayubahejames7536
    @bayubahejames7536 Рік тому

    Iyo list niyububeshi kuk iyo bavuze abagwizatunga tumvamwo ABA business man none kwabo arabategetsi bakoresha amahera yigihugu rero nimurabe neza iyo list yanyu Aho mutweretse Yuko ataba business man bariho mu Burundi abariho babanyepolitique politicians bonyene

  • @DesireNiyubahwe-py7mf
    @DesireNiyubahwe-py7mf Рік тому

    Sha urabeshe kabisa,kuko hariho abandi bayafise kuruta abo

  • @emmanuelficin2321
    @emmanuelficin2321 Рік тому +9

    Ntiba et Léonce ne peuvent pas figurer sur cette liste!

  • @user-fl3hm7he7n
    @user-fl3hm7he7n 7 місяців тому

    Nanje gushika 2030 nzobandi muri batanu bambere ndavyizeye

  • @NdayishimiyeAndre-hr3qx
    @NdayishimiyeAndre-hr3qx Рік тому

    Watohoje nabi ivyo sivyo. Abatunzi tubona begeranije amahera ntubavuga

  • @nibigiragerard8960
    @nibigiragerard8960 Місяць тому

    Urwo rutonde ntituruhurizako. Udashizemwo ba Ziranotse na ba Vérérand etc

  • @abdallahkarim3664
    @abdallahkarim3664 Рік тому

    Banza ucire iyo jojo irimukanwa😀ngo shiyoni

    • @emeryniyonkur013
      @emeryniyonkur013 Рік тому

      Ntanivyuzi uravyitiranya Buyoya ntanuwomwegera umuntu Agata liste itagiramwo Zénon ndaruvukanye , Ziranotse nabandi

  • @iriyazimanapascal7098
    @iriyazimanapascal7098 Рік тому

    Wewe ivyo Uburundi mbona nobireka kuko ntabirebire ubiziko nagato!umaze gufata abantu 10 batunze kurusha abandi mugihugu cose ugaca ushiramwo ba Honorable Leonce Ngendakumana ncanumva uvuga ivyo utazi nagato!abafise amafranga ntab'uzi ndabigusubiriyemwo

  • @samulay
    @samulay Рік тому

    Uuuuraaabeesheee shaaa!!!aboo naba politicien batunzeee apanaaa abagwizatungaa mur rusangiiii!!!!!!!! Gendiyoi

  • @gilbertniyonsaba
    @gilbertniyonsaba Рік тому

    Uyumugabo avugivyatazi kwl manaeeee ahubwo arikwavuga abanyepolike batunze.nayabatunzi muburundi ntabuzi

  • @johndaka4692
    @johndaka4692 Рік тому

    Iyi classement niyakera mwoturonsa iyakino gihe?

  • @DeogratiasNkurunziza-wm4ym
    @DeogratiasNkurunziza-wm4ym Рік тому

    Abanyepolitike gusa nibo mutubwiye, ariko nimukomeze muzikosore

  • @user-rm8gn1hq2b
    @user-rm8gn1hq2b Місяць тому

    Wabeshe cane man ahowivugiye abanye politique

  • @abubakarmateso2042
    @abubakarmateso2042 Рік тому +2

    Ntukomeye na like na share nari nasizeko ndabikuyeko

  • @Bapfunya
    @Bapfunya Рік тому

    Asanzwe ashigikira imigambi yogushigikira abanyagihugu basha nibakure uragwaye

  • @erickapril7549
    @erickapril7549 Рік тому

    Ese umwanya ntaye ndiko ndakwumviriza huuuwaaa

  • @GermainNIYONGABO
    @GermainNIYONGABO Місяць тому

    Abarundi bafise amahera ni benshi

  • @SabbasUsaba-fu3lz
    @SabbasUsaba-fu3lz 3 місяці тому

    Sumubeshi nibwo bumenyi Afise

  • @jeanbosconsengiyumva7732
    @jeanbosconsengiyumva7732 Рік тому +3

    Good Job 👍

  • @faustintwagirayezu5530
    @faustintwagirayezu5530 4 місяці тому

    Ababose nabatway iburundi shaaaa niyompamvu uburundi byanseko buterimber barabusahuye birenz p😢😢

  • @nivyayothierry4929
    @nivyayothierry4929 Рік тому

    Uyu muntu yihanure kubesha abarundi gutya
    Ntazi ko abazungu ataco bakorerubusa mbega nkabo ba politiciens yashizemwo kwatatubwiye ivyo bakora ahandi bagenda baravuga na chiffre d'affaires n'a domaine akoreramwo mais uyu WE apfa kwivugira

  • @gastonfiston5598
    @gastonfiston5598 4 місяці тому

    Igihugu hatunga abanyepoltique nicogituma bakigwanira nukuri.Abenegihugu nabo bibagorerahehe nigiki gituma badahiganwa mubandi

  • @Sirila18
    @Sirila18 3 місяці тому

    Nibaza yuko ubeshe.
    Abavuga ngo ntazi kuvuga nabo . Uko avuga bavyita KUVUGA UBUREVE.

  • @user-fr2xj5he1v
    @user-fr2xj5he1v 4 місяці тому

    Ico nokwemera uri ulusazi kuko Aho kudutondekeshereza abatunzi watubwiye aba nyapolitique kuko biboneka KO abatunzi utabazi kwa Logentil uzofashwa

  • @eliaskwizerimana1469
    @eliaskwizerimana1469 3 місяці тому

    Uyu mujama arabeshe caane

  • @nikizapatrick9480
    @nikizapatrick9480 Рік тому

    Urakoze nokubesha

  • @Boscoshow803
    @Boscoshow803 4 місяці тому

    Sinibaz k arivyo kuk urik utubwir abanyepolitique

  • @alexandern.1752
    @alexandern.1752 Рік тому +1

    Ico kirundi cawe bro

  • @wadiabasndayizeyemworoha
    @wadiabasndayizeyemworoha Рік тому

    Nivyiza cane kudushikiriza Ayo makuru

  • @kwezymarley8552
    @kwezymarley8552 Рік тому

    Utaranaheza reka ndakubwire uwambere ni président peter nkurunziza ntavyuzi kuvuga rero gabanya ububeshi man ivyo imana irabihana

  • @cassiensindaye286
    @cassiensindaye286 Рік тому +1

    Uyu muntu n'umubeshi ngira abikorera imvo za politique si gusa!

  • @ManiragezaMenard
    @ManiragezaMenard Місяць тому

    Uko ni ugukwegera abantu kwagiriza umuntu ivyo adafise!

  • @davidniyoyo388
    @davidniyoyo388 Рік тому +1

    Sha urabeshe cane! Gusa vues yanj ndapfuye kuyiguha ariko uvuz k sion agira 10 ubwo n ububeshi

  • @theeyezaak6899
    @theeyezaak6899 3 роки тому

    Shaa nukuri si mpinz uru rutonde ariko sinibaz ko arirwo ahubw ivyo bakoze mwavuz nivyo numva arivyo....ariko Aho bunyoni na buyoya mwabashize siho kbsaa

  • @iriyazimanapascal7098
    @iriyazimanapascal7098 Рік тому

    Jewe sinemera ko uri umurundi ,niwaba uriwe naho uba mumahanga yakure kuko nimwe muvuga ivyo mwaraye murarota mugaca mwikora mugahogo ngo kufise ivyo mubwira abantu

  • @charlesborromeenimbona9164
    @charlesborromeenimbona9164 3 місяці тому

    Urumubeshi cane, ureke kuza uvuga ivyutazi.

  • @camarandagiwenayo7086
    @camarandagiwenayo7086 Рік тому

    Reka kwanguha ,ico kinyamakuru uracambitsibara

  • @kemassonlwangaisha9248
    @kemassonlwangaisha9248 Рік тому

    Ur'umubeshi, apana kuroga abantu

  • @emmanicoolnizigiyimana6922
    @emmanicoolnizigiyimana6922 Рік тому +1

    Ntavyo, nemeye jewe,ububeshi

  • @user-bk3jj4dg3m
    @user-bk3jj4dg3m 4 місяці тому

    Esekonumva abakire biburundi arabanya protike gusa ubwo sizaruswa

  • @bienvenuprivatniyongabo1974

    Uratibeshe nkeseri!!!

  • @jeorgeboy7682
    @jeorgeboy7682 Рік тому

    Urakabwa kumukoma namba utasaze

  • @user-vz2mm8dj4u
    @user-vz2mm8dj4u Місяць тому

    Nagira ni msge yigaruka rya Yesu.

  • @RambertNiyongabo-ou9fh
    @RambertNiyongabo-ou9fh 4 місяці тому

    Iyo classement siyo kuk siniyumvisemwo nukuvuga kutaramenya amateka yanje

    • @mathiasciza2244
      @mathiasciza2244 4 місяці тому

      Haaa mubwiree ntakuzi ngira mwimenyeshe!

  • @ManiragezaMenard
    @ManiragezaMenard Місяць тому

    Amafuti gusa maze kubonamwo muri urwo rutonde hajemwo leonce na ntibantunganya nciye ncika n'intege zo kuvyumviriza.

  • @JamarieNdayiragije
    @JamarieNdayiragije Місяць тому

    Ndumva muburundi ni politique bakuramwo amahera gusa,bitandukany ni mubindi bihung

  • @user-sm2tz7pu7c
    @user-sm2tz7pu7c 4 місяці тому

    Abobicanyi bambere kwisi mwabumvise ngonabanyamakuru genda kwagame😮😅