Raba Ingene Perezida Nkurunziza Yishwe n'Umurozi wo Muri Tanzania Amakuru Mwanyegejwe Agiye Hanze

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 29 вер 2024
  • #fardc #ishamitv #m23 #congo #amakuru #intambara
    Urupfu rwa Perezida Nkurunziza Burundi
    iyakure tv m23 amakuru mashya, ishami tv, m23, b&b umwezi live, dj afro movies 2023 latest full movies, hano hose tv, iyakure tv amakuru mashya, iyakure tv m23, m 23, m 23, papa sava, wazalendo, wazalendo et m23 aujourd'hui,
    M23 amakuru mashya, m23 congo 2023 today,m23amakuru mashya uyu munsi, m23 congo 2023 today live, m23 amakuru mashya iyakure tv, m23 goma, fardc vs m23 aujourd'hui, wazalendo goma, m23 yafashe goma, m23 congo 2023 today iyakure tv, fardc congo m23 congo 2023 today, m23 congo 2023 today bunagana, fardc congo goma, rutshuru congo rutshuru m23, bunagana, bunagana congo today, wazalendo et m23 aujourd'hui, m23 congo 2023 today video, m23 rwanda, rwanda congo conflict today, wazalendo vs m23, m23 sake, m23 congo 2022 today Bunagana

КОМЕНТАРІ • 267

  • @MauriceHakizimana-g4v
    @MauriceHakizimana-g4v 9 місяців тому +31

    Oh! Ntaciza yokoze ngo ashimigwe nabisi kuko nayesu yatubereye umukiza ariko ntitwamwemeye yarahizwe kugera nokuruphu ariko imana yabikoze uko igomba kandi mwibuke nubwo yesu yagaragaye nkuwaphuye data yavuzeko arimuzima ndizera ko nuwundi atapfuye arimuzima ariko kuwuvyizera gusa kuko nayesu yagaragaye nkuwaphu ariko nimuzima ,amen.

  • @ambriatoRichard
    @ambriatoRichard Місяць тому

    I vyo uvuga urabifitiye ivyemezo akaba arububeshi Imana izibukubaze

  • @niyukuriezechieltatra
    @niyukuriezechieltatra 9 місяців тому +3

    Umurozi wambere ni wewe uteranya abakundanye wa mwangushi we😢

  • @ferdinandngamije480
    @ferdinandngamije480 9 місяців тому

    Abarundi mwa buze umugabo wingira kamaro na kunda nta muzi !! Yarumunyahoro asenga. Imana Izamuhe Ubugingo buhoraho..

  • @marie-chantalpahud7100
    @marie-chantalpahud7100 3 місяці тому

    Holala c est triste

  • @NDAYIRAGIJERenovat-x8r
    @NDAYIRAGIJERenovat-x8r 2 місяці тому

    Murabesha

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro 9 місяців тому

    Ndabasabe imbere yokuvuga ibindi vyose banza mupfukame mubaze imana mbega hari uwuvuma uw,imana itavumye mbega imana:siyo ituma umuntu abaho kandi niyo ituma apfa.

  • @NshizirunguIsaac
    @NshizirunguIsaac 9 місяців тому

    Itangazamakuru ryanyu ni iripfu rwose

  • @OscarNdayishimiye-m5l
    @OscarNdayishimiye-m5l 3 місяці тому

    Twarahomvye intwari cne

  • @NiyonzimaDivine-g6o
    @NiyonzimaDivine-g6o 9 місяців тому

    Vyamenyekanye Bash imana niyo izomeny icimukoza

  • @FaustinNtakanyuma
    @FaustinNtakanyuma 9 місяців тому

    Ahubwo nikeka ko arimwe mwamugandaguye kuko ntakintu nakimwe cemeza ivyo wavuze,ntahantu nahamwe uvuga ukuntu ubwo burozi bwashitse nuwabuzanye,none ntiwumvako ufise ukuri ariko ushatse kuyovya amatohoza? Iryosumu uvuga urazi iyo mwarikuye. abamwishe muzokwivuga bukebuke ntimwibazeko mubarire ibijuju,mumenyeko harimwo incabwenge mbere kurusha uko muvyiyumvira
    Ubwobubeshe bwanyu nubwo bwatumye igihugu mucambika iceyi ariko Imana irimwijuru icoduhorera mugume aho.

  • @JclaurdeNihoreho
    @JclaurdeNihoreho 9 місяців тому

    Aho utanze umuco uwihe?

  • @MariamUmrahma
    @MariamUmrahma 9 місяців тому

    Humura imiryango yijuru irafunguye itegerejeko winjira abakwshe imana izaguhorera😂😂😂😂😂

  • @modrikenlybruno5295
    @modrikenlybruno5295 8 місяців тому

    Uzikorako wewe wamu journalist uwamwish womuzana kweli!!

  • @NepomuseniNiyorugira
    @NepomuseniNiyorugira 9 місяців тому

    Nn ko mutabivuze kare

  • @NsengiyumvaSirivani
    @NsengiyumvaSirivani 9 місяців тому

    Uwiteka amuhe iruhuko ryiza

  • @onedibonufeli1538
    @onedibonufeli1538 9 місяців тому +5

    None uwavuze ko yishwe na covid ko umengo yari uyo nyene none ubu rero mwosubira mukatubwira ko mwaduhenze? Noneho ivyamwa mwama bisanzwe bizwi,nta gishasha muzanye! Gusa abarundi twaciye muri vyinshi twabonye vyinshi,ntitwoba tugisamazwa n'ayo majambo yanyu y'ibiraguragu!

  • @EdouardNKUNZIMANA-wn8uc
    @EdouardNKUNZIMANA-wn8uc 4 дні тому

    🎉😊😊😊😊😊😊ç

  • @AristDeutou
    @AristDeutou 9 місяців тому

    Ariko mwa nyenzi mwe mwagiye mureka kuvangitiranya ibintu?ingabo zuburundi ziri muri kongo kubwumvikane bwa reta zombi!par contre vous vous etes inyeshyamba kuki mutegereza ko evariste decouvre k vous les RDF vous avez attaquer son pays pour parler de la mort de nkurunziza?uburozi bwanyu uko mwabumuhaye turabizi!lieutenant gatarayiha wa RDF yarabisobanuye!

  • @vitalndayikeza309
    @vitalndayikeza309 2 місяці тому +4

    Imana imwakire yarumuvyeyi adukunda natwe tukamukunda

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 Місяць тому +1

    😢😢😢PRESIDENT NKURUNZIZA naragukunda abakwishe barangiriye nabi kbs amarira narize ntiyarasanzwe ariko ntaco RIP aheza nimwijuru WARINTWARI uwakwishe IMANA izomumjsubirize mundumane 😢😢😢

  • @RemeshiChadrac
    @RemeshiChadrac Місяць тому

    Ahubgo varisito akwiye kwicwa nawe 😂😂😂😂😂😂😂

  • @arufosineniyunsega4135
    @arufosineniyunsega4135 2 місяці тому +2

    Iman yaramukunze kuturusha nuwamwisha namwe azofa

  • @NiyonsengaBetty-x5t
    @NiyonsengaBetty-x5t 2 місяці тому

    Perezidax agenda aryagagura cyeretse niba arihembe bamwoherereje muratubeshye

  • @kgofficial7043
    @kgofficial7043 25 днів тому

    Nimuje murihangana mwoye gushaka gusanbura imitima y Abarundi.

  • @AntoineNiyonkuru
    @AntoineNiyonkuru 3 місяці тому

    Ni titulaire nta nabi luxe yarumugabo wabagabo.Niyigirire iherezo ryiza

  • @NtakarutimanaPascal-x6s
    @NtakarutimanaPascal-x6s Місяць тому

    Vyibagira ababikoze ariko ntituzibagira icoyadukoreye

  • @OlivierNDAYISHIMIYE-g2p
    @OlivierNDAYISHIMIYE-g2p 3 дні тому +1

    😮😮😮!!!!!!!¡!!!!!

  • @SulaimanRashid-p6j
    @SulaimanRashid-p6j 3 дні тому

    Nibaroge nuwo yaturaz ngo nizasamurarwa aduteje ubukene mu gihugu

  • @NiyomwungereBenone-cg9fh
    @NiyomwungereBenone-cg9fh 8 місяців тому

    Wap kwr ntivyaribikwiy kobabimukorer kuk yariyavuyek yarikwitw intwari gus ivyobind ntivyaribikenew

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 3 місяці тому

    Nonekobaciye bamwica bimariyiki kombona bagisambuye kiryagihe burundi baribatunze ntiharinkubu nuwasabikintu yarakironka sinkubu

  • @MrJogging0808
    @MrJogging0808 10 днів тому

    Erega wee umenga urasara mumutwe ntukomey uguma usubiramw vyabindi nyene

  • @KarikumutimaSelemani
    @KarikumutimaSelemani 3 дні тому

    Ninde uyo muntu barabiduhishij kl

  • @YvonneAngeBelyseManirakiza-t6u
    @YvonneAngeBelyseManirakiza-t6u 22 дні тому

    Uwamwishe nawenyene azopfa ntakabuza kuk siwe

  • @EricNzysb
    @EricNzysb 19 днів тому

    Nivya ivyo muvuze arivyo rek twaramaze kwiyakira ntakundi

  • @AristDeutou
    @AristDeutou 9 місяців тому

    Uburozi bwanyu turaziko bwavuye i kigali sur l ordre de kagame et munyuza dani nintore ze barabumuha!mwiturangaza!!

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 27 днів тому

    Ahubwoniba muhekubwoya nshigaje naweyitabimana igihugugitorakoyoko nayobatabikozuko azogimayishigihugu nabanyagihugu nabasoda bahereye kurugamba gwacongo yiyegeraniriza madorari kubanababandi atavyaye abiwebaridubayi

  • @mpawenimanaiddy7384
    @mpawenimanaiddy7384 3 місяці тому

    Uyu munyamakuru numubeshi ubwambere kuki ariko yihatora kuvuga ikinyarwanda Kandi TWUMVA nezako arumurundi
    Ariko akaguma yihata kuguma avuga ururimi adashoboye avangatiranya

  • @NgendakumanaAlexandre
    @NgendakumanaAlexandre 3 місяці тому

    Iruhuko ryiza mutama wacu tuzahr tukwibuka disi

  • @ambriatoRichard
    @ambriatoRichard Місяць тому

    Yarabivuze sokuru ko Uzitambika imbere gusambura aya mahoro twaronse bigoranye azohura n,' Mana mushobora vyose

  • @NshimiyimanaPio
    @NshimiyimanaPio 10 днів тому

    Hhhh Iko ameze cg umutimawe niwe Uzi uko ameze

  • @MédardRitararenga
    @MédardRitararenga 2 місяці тому

    Nta bitomoye muvuga uguma wisubiramwo gusa ivyo si vyiza

  • @JohnMasatu-wb3ct
    @JohnMasatu-wb3ct 3 місяці тому

    🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @BlaiseNdayihimbaze
    @BlaiseNdayihimbaze 2 дні тому

    ni hatari

  • @MisagoEmmanuel-r4m
    @MisagoEmmanuel-r4m 16 годин тому

    Bobo'rugurika'narek'guteranyabaru'fi

  • @kgofficial7043
    @kgofficial7043 25 днів тому

    Nimwihangane mureke kubeshya.

  • @KubwimanaThierry-uu5os
    @KubwimanaThierry-uu5os 3 місяці тому

    ese kagame amaze gutwara manda zingahe urikijuju ntuzivyuvuga abazungu barabaroz babaha ubwoko mutazi ingirane niyumuzungu ashakakubutunzi bwacu

  • @ntibaali3865
    @ntibaali3865 Місяць тому +1

    Wewe urumubeshi
    Uzo zibe akanywa kawe

  • @MstevenMsteven
    @MstevenMsteven 3 місяці тому

    Nn kunkur yabunyoni nyakubahwakazi abivugak ik

  • @MetuMugenzinimana
    @MetuMugenzinimana Місяць тому

    Natw nico turaririy turogushangaho

  • @irakozeDélice-cgk
    @irakozeDélice-cgk 10 днів тому

    Twesetuxopha

  • @NdayishimiyeYvette-m7z
    @NdayishimiyeYvette-m7z 9 місяців тому +1

    Iyomubuze icomukora bamuja kuryama mureke kuvugibi nyoma

  • @NduwayezuPacifique-d9c
    @NduwayezuPacifique-d9c Місяць тому

    Bar kumwubakir guk yarakoz nez murund

  • @JoselineKanya-e1j
    @JoselineKanya-e1j 12 днів тому

    Nimumaramare mudedembe nicogituma ubungane buguma burengana abenegihugu rindira muzobona amaraso akurikira kuko ndadaye yasize arivuze ariko ntavyo mubona amaraso yabenegihugu

  • @SeverinNTIGIRINZIGO
    @SeverinNTIGIRINZIGO 3 місяці тому

    Twarabameny ivyanyu nimwe barozi

  • @FrancineJollyofficial
    @FrancineJollyofficial 9 місяців тому +3

    Vyarambabaje kubona yarashikirije ubutungane Hama agacapfa sinzakwibagira Imana ikuzigamire umuryango washize.

  • @NiyomugaboVincent-w1f
    @NiyomugaboVincent-w1f 2 місяці тому +2

    Imana niyo ibiz

  • @NiyigenaPhanuel-jn3nx
    @NiyigenaPhanuel-jn3nx 9 місяців тому +7

    Nizereko nzagusanga mwijuru❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @SixWambula
    @SixWambula Місяць тому

    Zana amafoto tubibone nimba ari ukuri

  • @ElvisVyizigiro-yz8kw
    @ElvisVyizigiro-yz8kw 3 місяці тому +3

    Imana imwakire

  • @OnegaNiyogushimwa
    @OnegaNiyogushimwa 3 місяці тому +2

    Imanimwakire mubwami bwayo

  • @HakizimanaFaustin-p5r
    @HakizimanaFaustin-p5r 16 годин тому

    None ubwo siyishwe

  • @JeanBizimana-l2g
    @JeanBizimana-l2g 2 місяці тому

    Ntubeshe

  • @BimenyimanaThierry-h1s
    @BimenyimanaThierry-h1s 14 днів тому

    Wewe ibyuvuga urabeshaa

  • @CynthiaUwamahoro-d6i
    @CynthiaUwamahoro-d6i Місяць тому

    Hhhh

  • @TipauMbovela
    @TipauMbovela 8 місяців тому

    Urumubeshi cane wewe

  • @AugastiinJimbere
    @AugastiinJimbere 2 місяці тому +1

    Baramuroze

  • @PlacideRasuli
    @PlacideRasuli 3 місяці тому +1

    Aha ni mureke Denyse ubupfakazi arabumenyereye

  • @eliasniyonzima-e9w
    @eliasniyonzima-e9w 12 днів тому

    Vyose bizwinuhoraho

  • @NshimirimanaEric-z2d
    @NshimirimanaEric-z2d 13 днів тому

    Murabanegeri kwer

  • @ShaniaNiyonkuru
    @ShaniaNiyonkuru 3 місяці тому +1

    Mana abo barozi batwiciye Umuvyeyi baragafa urakabata Mucobo 😢😢Waradukorera ineza Mwiza wacu dukumbuy imfashanyo yae😢😢ub ntayo turonka😢😢

  • @FloribertHezagira
    @FloribertHezagira 24 дні тому

    Yarozwe na kagome

  • @ChristopheNdikuriyo-mi9kf
    @ChristopheNdikuriyo-mi9kf 3 місяці тому +2

    Ntakundi

  • @jeanpierrebyiringiro2716
    @jeanpierrebyiringiro2716 9 місяців тому +6

    Babyita kuzikura akaboze

  • @bainomwanamboka
    @bainomwanamboka 9 місяців тому +2

    Nya kwigendera yar'umuntu yakund'imana nimureke kumukurikiza ibinyomavyanyu mwa bapaganimwe

  • @MinaniRemy-q6r
    @MinaniRemy-q6r 3 місяці тому +1

    Koyapfuye none boburugurika ubu haheze imyaka itatu yimariyiki none

  • @aminanekesa3718
    @aminanekesa3718 9 місяців тому +1

    Non hiyo iwanyu murwanda ntavapha bahari?😂😂 Mukama abanyarwanda nimuduhe amahoro vuga ivyiwanyu ivyacu ntibibaraba mwe Nuyi Bob wanyu

  • @FrancisMarlackie
    @FrancisMarlackie 3 місяці тому +1

    Ubesha,uburozi bwavuye murwanda

  • @JoselineKanya-e1j
    @JoselineKanya-e1j 12 днів тому

    Ntibibaho

  • @SibomanaIdriss
    @SibomanaIdriss 16 днів тому

    Nyoko

  • @KilaEzechiel-f2g
    @KilaEzechiel-f2g 7 днів тому

    😂😂😂😂😂

  • @MitsiJovia
    @MitsiJovia 2 місяці тому

    Nihatar p

  • @NshizirunguIsaac
    @NshizirunguIsaac 9 місяців тому +2

    Muri abantu b'imbwa cyane,muri ni bimara mijye muvuga amakuru afitiye rubanda akamaro. Ibyo muvuga ntacyo byubaka. Puuuuu

  • @BizozaProsper
    @BizozaProsper 2 місяці тому

    Nihatal

  • @kulwajuma100
    @kulwajuma100 9 місяців тому +1

    None mwebwe muriyo ntambara ntimupfa!!? Ubukene nabwo dufita burabateye agahinda? Harico turaza kubasaba!!?

  • @claudinendagijimana5262
    @claudinendagijimana5262 4 місяці тому +3

    Imana izamuhorera

  • @JeanNtirampeba-lh3cz
    @JeanNtirampeba-lh3cz 3 місяці тому

    😂😂

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 9 місяців тому

    Fake news

  • @FrancineJollyofficial
    @FrancineJollyofficial 9 місяців тому +6

    President nkurunziza naragukunda watuberamaso ntaninzara Nahoranbona nonubu kuvugenda vyarahindutse uwakwishe Imana umubabarire icompa Imana ikabayarakwakiriye kubwivyowakoreye abarurundi ❤❤

  • @eliasndayikengurukiyegmail
    @eliasndayikengurukiyegmail 8 місяців тому +3

    warintwari
    imana
    👏💜💛

  • @andrewbariyo8456
    @andrewbariyo8456 9 місяців тому +3

    Iyo mitwe muyirecye kuvuga ubusa

  • @LeonardNdolimana
    @LeonardNdolimana 9 місяців тому

    Ceceka ceceka. Cher Ami ne joue pas ce jeu de di de informations sur la vérité. Le Rwanda a été l' élément clé dans l' assassinat de l' Ex Président. Tu n'as pas honte quand tu cites Bob Rugurika un frondeur qui n'a aucune crédibilité ? Faut pas jouer sur la personnalité du Président Nkurunziza. Arrêtez de nous mentir svp.

  • @HypoliteMinani-oo6kx
    @HypoliteMinani-oo6kx 9 місяців тому +10

    Emw nimumukuremukanwa yiruhukireAmahoro Abane nayezu yatambira😭😭😭

  • @RenirdAhishakiye-s4d
    @RenirdAhishakiye-s4d 3 місяці тому +1

    .birababaje,biteyagahinda

  • @FrancineKwine-md5zv
    @FrancineKwine-md5zv 9 місяців тому +2

    Kimw nuk ababikoz nab bazaph😭😭😭

  • @JoyeuseGakiza
    @JoyeuseGakiza 2 місяці тому

    Yooo reka kumunyibutsa uzogaruke rimwe urabe uburundi

  • @AugastiinJimbere
    @AugastiinJimbere 2 місяці тому

    Baramuroze pe kuko ukuntu yapfuye ari nyenicubahiro ntivyuvikana gusa abamwishe bazapfa nkagahini tu amaraso arahuma pe nturya gusizire

  • @Nshimiyimanajeanclaude-nx3pc
    @Nshimiyimanajeanclaude-nx3pc 3 місяці тому +1

    gendawamubesh we

  • @RenovatBintunimana
    @RenovatBintunimana 9 місяців тому +1

    Ubwo ntimwasaze mwebwe

  • @UwimanaChantal-sw8ox
    @UwimanaChantal-sw8ox 2 місяці тому +1

    Warintwari ntiworavye ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤