umu DIASPORA yavuye CANADA aza guhindurira UBUZIMA abanya RYANSORO//Kuzana AMATARA n'AMAZI//IMPAMVU
Вставка
- Опубліковано 29 вер 2024
- umu DIASPORA yavuye CANADA aza guhindurira UBUZIMA abanya RYANSORO//Kuzana AMATARA n'AMAZI//IMPAMVU
@NtareRushatsiHouseTV
#diaspora #burundi #ubuzima
Bravo Fulgence. Jewe ndakwise KAROREROKINEZA
Bravo à ce grand Mr..
Wow! C'est ça le vrai sense de l'esprit communautaire! Comme on dit en Kirundi, "Nta kidashoboka!" Avec un peu de volonté et patriotisme, on peut tout faire avec nos propres moyens physiques (inguvu 🙂) et nos maigres moyens financiers ata kurindira ngo "leta izobikora!" - Bravo Mr Ndagijiyama Y'i Burundi! Vous êtes une inspiration pour beaucoup, et absolument une fierté pour notre nation entière! Merci Gaël, uyu mu Shingantahe jewe ndamushira kugwego rwo hejururu cane, kimwe nawa mu Docteur watwereka mu Cibitoke, je crois, nawe nyene atakindi yitayeho atari ineza ya toute sa communauté! 👌👌
il est tres reconnaisant
Urintwari vmnt .
Kuki mudatanga ibiciro!!!!!
niyind mpwemu idasanzwe
Ikiganiro ciza caane .Gael ugeze kuyindi ntambwe komera cane ,uze utuzanira abantu nkabo twigirako vyinshi
Ce grand Mr nous rappelle qu'il faut vivre et non qu'exister seulement...
Canke dusabe l'état iziratoza kurugo nka 500 kukwezi tukishura abakora amasuku mumabarabara vyokunda turabinginze abajejwe isuku murabe mubirabeko birateye isoni mugihu cacu kubucafu buhari
Singombwa batoze Amahera yo kugira isuku vyose biva Kuri twebwe kuko duta ibintu aho tubonye hose ahubwo l'état irakwiye kubikaramwo uwutaye ikintu hasi akakwa amande kandi aka nagitora ,Kuri Bagaza ntawata ikintu ahabonye hose igihugu cari gifise isuku vyose bihera kundongozi
Abarundi mukunda igihugo cyanyu imana ibahezagire
Eeeh😊
Erega Umugabo ni uwubaka iwabo burya!
Umuhimbiri akira Iwabo😉
Un bel exemple ..
Jewe nshaka gushimira caméraman ( umusaza )yaragize effort aratwereka neza vyose 👌
Urazotuzanira ZIRANOTSE Juste Gael yoba ari émission plein d'inspirations
Natwe tuzoza from 🇺🇸
Uwo n'umwana wigihugu sha icompa nkamwigana. Umunyaryansoro wiwacu ndamushigikiye ndamufana cane
Waouhhh!!! Uyo n'umuntu wumugabo Kandi adasanzwe!! Umukama amukomeze afise umutima nubumenyi bwotuma abarundi batari bake botera imbere.
Abakunzi ba Gaël tumenyan❤❤
Ingo none tumenyane
Mwiriwe neza,
Uyo muntu ndamuzi kera cane, namubonye nca ndamwibuka.
Yamye ar'umuntu atunganye.
Imana Imuhezagire.
Mr Gaël ndabakunda cyaane! Mumaze kungeza kuri byinshi! Jye nkunda président wanyu.. harakabaho iterambere. Iyo ritabaho sinari gutera imbere! Mufite impano udasanzwe. Ndi mu Rwanda
Mutama birampimbaye igikorwa wakoze atari namwe bigirukuntu ukamengo ntibavuye ruguru igikorwa wakoze nukuri ndabuzuko nogushimira kimwe gusa imana ukwiye kugurura imitwe yabantu bakareka kuguma birukira Bujumbura nomubindi bisagara ugasanga ntanizu yicumba n'ibaraza bafise kugatumba bavukako
Imana ikuzigame tu es un model pour beaucoup ivyo nivyo twita gukunda igihugu bitari umajambo
Imana yakuduhaye ikudutungire wewe mwibutsawineza
MWIBUTSA W'INEZA NDAGIJ'IMANA Y'I BURUNDI 😍🥰
Ndakunze iki kintu🫱🏽🫲🏾
Umurundi Akunda Igihugu ciwe Nuyo Apana Bamajambo🎉🎉
Woooa mbega ibyiza diaspora mwubahwe mubikora neza cyane ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛🤛👌👌👌👌
Un Patriote au vrai sens du terme
Monsieur Fulgence nanje niyinse NSABIMANA Y'Iburundi kuko abo bahungu b'Iburaya harukuntu batubeshe
Turagushimiye kuba warakize ntukire iwanyu ahubwo ukahakiza uri muri bake bakunda igihugu
Uyu muntu akwiye kugenderwa na Nyenicubahiro Président Evariste Ndayishimiye nukuri
Ryansoro oyeeeee
Komera @Juste Gaël 🤛🏿🤛🏿🤛🏿🙌🙌🙌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Yarakoze cane gose. Abavomye mu myonga aha turabona igikorwa c ubutwati yakoze✊IMANA imwongerereze aho yakuye❤️❤️
Wow vyiza mugabo ngewe ndi umunyarwanda uba in Australia 🇦🇺 nejejwe nigikorwa ciza sana big up my brother
Komera
Here to support Burundian investors ❤
Komera Gaël
No place like home ❤
Nzoza i rwankona gutembera no kuruhuka , ndabe imisozi n' ibiti;
You’re doing great with these interviews Gael. Courage
Good job Gaël
Imana ihazagire uyu mupapa
Woooww this man is so icredible wallh " umuntu w ubuntu akunda abntu"
Gael umusi umwe uzotwerek cameraman
Nama nunva uvuga ngo n'umusaz😏😏🤠
,Co.glztulations brothers
Numuntu wagaciro cane bon courage
Abarundi biteka baracariho kweri
❤❤❤yagikoze neza🎉🎉🎉
VERY GOOD MAN!!!!
Ukwizera , kutari n' ibikorwa kuba kwonyene, kuba gupfuye( Jacques 2.17).
Muvandimwe Fulgence, urerekanye uwuriwe nico umariye igihugu. Un exemple à suivre. Nifuza ko ugarutse Ottawa tuvugana kuko votre expertise yodufasha.
Et merci Gael pour le partage de bonnes oeuvres.
Uyo mutama yubahwe nuwiwacu mu RYANSORO. Iyo salle irafasha abenegihugu cane mukuyikoreramwo imanza zitandukanye. Ese iyaba ABA diaspora mwese mwoza muribuka kugaruka kurangura imigambi mugihugu c'amavukiro hama reta ikaborohereza mukuzana imitahe yabo nukuri mumisi mike twobona iterambere
God bless and protect you mazina Fulgence un bon exemplaire à suivrer
Iwacu niheza iciyumviro nikizima
Respect enfant du pays
abarundi dukeneye kumera nkuko twese tukagira umutima wo gukunda igihugu cacu tukagiteza imbere
Mbe harakanye canke harashushe?
Urugo rusobanije neza ,bisa neza👍
Waouh!!umuntu wiwacu ❤Imana ihezagire imirimo yamaboko yaw🙏
j'adores tes émissions bro gusa har akantu uriko uraheba muri intro yaw knd nagakunda: "URI KUMWE NA BABIRONI UMUBWIRA UTI HOSHIII WEGERA UMUSAZA UMUBWIRA UTI TAKE FIIIIIIVE"
Ryansoro iwacu vraima
Uri mubarundi bake Fulgence Imana ikuje imbere
😊❤👍🏽
PATRIOTISMO✊🏾🇧🇮
Ewe Mwibutsaneza Ndagijimana y'Uburundi,
urampimbaye pe! Nanje uranyibukije ineza.
Imana ibahezagire igume ibamurikira kandi ibashoboza !
Patiri Audace.
MWIBUTSAWINEZA NDAGIJIMANA YIBURUNDI,inspiration irahanyene kandi vrt un vraie burundais azi icarico umukoloni,nanje vuba ndarondera ayiwanje,ibindi naho ntovyumviriza
Komera mutama
Imana ishimwe mugenzi
Abarundi dukunda igihugu cacu turakengurutse ibikorwa vyiza vyaranguwe nuwo mushingantahe Ndagijimana Fulgence mu ntara yiwabo kandi akabikorana ubuntu n' urupfasoni vyamye biranga abarundi
Ubu abahunze bariguhunguka kbx baribaratinye nukuri courage gael ubazane bose mufatanije nabomukorana🎉
Felecitation uyo mugabo Imana imuhezagire cane kandi nabandi bantu bafisuburyo nibamwigireko gukor ibintu henibi
Mwibutsawineza akarorero kabenshi , umuntu w'abantu!! Ivyukora vyose ni vyiza for real i'am not impressed as usually your heart , your works keep to inspire me and give me more motivation.God continue to bless your good works!!
Buke buke nigwo rugendo 💪🏽 Uburundi imbere!
Nukuri igihe kimwe uburundi buraje busayangane burute Dubai abavyizeye muze tuvuge amen
@@Elshaddai2023biragoye CNE kk igihugu kidafis amahingurir usang ar ingoran kk nabagiz Ng baragir ihingurir wumv Ng babugariy ninoma
@@AhishakiyeJoselyne-ir4sx nikwo bimeze ariko kumwe n'Imana bizohinduka
Gaël umntu wanj ndagukunda caaaane kukunt utwitwarik mukutuzanir ibiganiro vyirya Nino tuhungukira vyinshi caaaane
Abantu nkaba bubahwe.Gaeil thank you for doing this amazing work.
Merci Mr Fulgence ,courage
Proud to be umunya Ryansoro
Hejuru caaan
🇧🇮bwe jekuyindi mpwenu itasanze p ete rimbe burundi 🎉🎉🎉🎉
Da way da way da burundi way ❤💪🇧🇮💪
Ryansoro oyeeeee niho muhira kwa sogokuru na nyogokuru ❤❤❤
Uwo ni umugabo kabisa. Abo ni bo Uburundi bukeneye. Ni Umushingantahe nyakuri.
Urumuntu wumugabo caaane❤❤❤lmana ihezagire imirimo yamaboko yawe
👍
Courage Gael 🔥🔥🔥🔥
Imana ihezagire imirimo y amaboko yanyu 🙏
Intwari zibaho!!!mubandanye mukora ivyiza
You are a Men of your word, you don’t forget where you looking for life
Bravo cher ami Fulgence.
Ibikorwa byiza cyane!!! Bravo!!!
Ngo imanzambi canke nzoza nukuri abantunkabo bogwira
Ryansoro niwacu ariko irwankona ntaho narinzi kabisa
Juste Gaëlle uranyica kubiganiro vyawe❤❤
Wouh congratulations bantu biwacuuu
Komera mutama werekany ubutwari
Mwibutsa wineza c'est tres joli nom
courage juste ubu ww kambu ka simbizi uri muvyunguka
❤️🇧🇮✅
Ariko wabikizeko warufisemafaranga
Ntabayagir ark ntibibuk iy bavuy rkbrk
@@AhishakiyeJoselyne-ir4sx Nanje ndayafise nobikora
Bisaba umutima runtu kuko ni benshi batibuka iyo bavuye bafise amamiliyaridi
🎉🎉🎉🎉🎉arashoboye
Karibu uwacu muryasoro
Congratulations and thank you for your hard work
komera Fulgence
Kuyindi mpwemu idasanzwe
Komera ndagijimanayiburundi
Africaniste
Warakoze imana iguhezagire
Wakoze igikorwa ciza cane
Umurindi wakarorero👍
Courage just gael
Great job 👏🏾
❤❤❤❤😊😊