#Burundi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 лют 2025
  • Luka 22:39-45, Luka 24:36-41 niryo shimikiro ry'#Ijambo ry'#Imana Umukuru w'igihugu, Petero #NKURUNZIZA, yakoresheje mu nyigisho zo guhimbaza Umunsi mukuru wa #Pasika. Akaba yari mu Ntara ya #Ngozi mw'#Ishengero ry'#Urutare(#Eglise du #Rocher).

КОМЕНТАРІ • 87

  • @GERARDNZIGIRABARYA-ux5ez
    @GERARDNZIGIRABARYA-ux5ez Рік тому +1

    warintumwa y'Imana kweri nubwo bamwe bapinga warumuvugishwa wa Yesu❤❤❤❤

  • @mwenimananoella4073
    @mwenimananoella4073 2 місяці тому

    Imana ikwakire yaretse icyubahiro urayubaha mutama mwiza 😢😢😢RIP

  • @IrankundaTheogene-sw6cf
    @IrankundaTheogene-sw6cf 5 місяців тому +1

    Pascal nziza turakwibuka nkurunziza naragukunda,barabaye mugihugucawe ndakuzi warukujijwe

  • @kimolynp7435
    @kimolynp7435 4 роки тому +5

    Waa what a wonderful president to preach the gosiple of jesus christ
    Amen Mr president nkuruzize God bless you with wisdom to lead your people

  • @chishidesert9900
    @chishidesert9900 4 роки тому +3

    This is marvelous May leaders in Africa copy from this gallant leader president Peter Nkurinzinza sir rest in peace

  • @jesushassavedme731
    @jesushassavedme731 4 роки тому +1

    Izina rya yesu ryaramamaye mwanka mwemera
    Amen amen

  • @nibayavugeprotegene3671
    @nibayavugeprotegene3671 4 роки тому +2

    Uri dawidi wikigihe kubona umwami uhimbaza imana habwa umugisha numurenye wabyoc

  • @JojoJojo-iq9fn
    @JojoJojo-iq9fn 4 роки тому +1

    Imana yarabony Amagogwa twabayemwo Imyaka myinshi Icirungika Daudi Ariw Nyenicubahiro Peter Nkurunzinza ❤️❤️❤️🙏🙏

  • @jn6898
    @jn6898 4 роки тому +1

    Président Nkrurunziza Imana ige ikuba hafi ntugasaze.
    Bage bakureberaho, abaturanyi bareke kwiyemera bace bugufi.
    Tukuri nyuma ninyuma yimipaka yu Burundi.

    • @basaboseberahino7351
      @basaboseberahino7351 4 роки тому

      JN abaturanyi uri kuvuga ni bande k uburundi bufise abaturanyi barenga umwe?🤔 Nta rugo gubaka urundi on se complète tout simplement🙏

    • @jn6898
      @jn6898 4 роки тому +1

      @@basaboseberahino7351 ok nemera ko on se complète, mais abaturanyi ntabo mvuze. Bariyizi

  • @dativenizigiyimana8243
    @dativenizigiyimana8243 3 роки тому +1

    uvuze ukuri muvyeyi miza

  • @speciosemukandinda8857
    @speciosemukandinda8857 4 роки тому +1

    Imana ishimwe handi ihimbazwe. Mu mateka yisi ni président wuburundi wubaha imana kandi nayo irabihamya aho Isi yose yugarijwe na corona virus. Uburundi buhagaze mu kibanza cyabwo .
    Muzakomereze aho munitorere neza mu minsi iri imbere hatagira abanyeshyari babavangira. Ariko imana ntizabyemera. Mungu asifiwe kweri milele na milele amina

  • @josianenagito6072
    @josianenagito6072 2 роки тому

    YAzutse TURACYALI KUMWEEEEEEE ALLELUIA .
    UKO MUMIBONYE AZAMUKA MU IJURU NONE NI UKO AZAGARUKA.
    YESU ALI MU MITIMA YACU UBUZIRAHEREZO ALLELUIA.

  • @laurentnsabimana6688
    @laurentnsabimana6688 4 роки тому +1

    Merci mon Dieu pour notre gd homme Pô que tu nous donne.p.nkurunziza p

  • @cricencianalavwe9770
    @cricencianalavwe9770 4 роки тому +1

    Waaaaauuh 😍👏👏👏👏👏
    Uyu niwamuvyeyi wacu abanyagwanda birigwa baracafuza kumbuga ngurukana bumenyi???
    Canke ndiko ndarota??
    Pasitori Nkurunziza,va muvyapolitike,wiyambure iyo koti yivyapolitike wambare ayo mavuta yubupasitori ufashe abantu muburyo bw'Impwemu ufise umwanya ukwiye .

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      Yemwe mwanyandikiyekwakakanumero tukagumatwiyagirivyijuru9669603157

  • @amahoronumugisha8302
    @amahoronumugisha8302 4 роки тому

    Abarundi mufite umugisha mwinshi wokugira umupresident nkuyu usenga

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 4 роки тому +1

    Mbese mwogumijeko uyumuvyeyi mwiza kubutegetsi. Uyumusavyi wimana. Wewe. Azi. Gusengera. Igihugu. Vyobatwariki. Barundi. 💐🌹💐🌹💐🌹💐

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      Ntabwo ari twebwe nawe aranikwabarundibamukund vyose bibayekubwumugambi wimana vyose ya bisiguye yesu yambwiye umwe yagire yihore ati rekareka ww urumwe murababantubose wokoriki ati ahubwo muriririra nabanabanyu

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      @@mukeragabilodiana9391 wapi sha ngoja tusubili na wew utaona

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      @@mukeragabilodiana9391 wenye wanamupenda kwa dati wamufuate kweny njia ya kujua yesu

    • @mukeragabilodiana9391
      @mukeragabilodiana9391 4 роки тому

      Mamy Akintore Sawa. Tunawaombea. Sana. Mungu. Awajengee. Inchi yenu. Muwe. Na. Amani. Namimi. Nitakuja. Kuwatemberea. Mwaka. Wa. 2001

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      @@mukeragabilodiana9391 karibu sana ila sijuwi kama watakuwawamefunguwa mipaka

  • @ireneburundi7144
    @ireneburundi7144 3 роки тому +1

    😭😭😭😭😭😭😭warimugabo mtiwarakagabo muvyeyi

  • @miburocassilde9122
    @miburocassilde9122 4 роки тому

    Amen Muhezagirwe Nyakubahwa Imana ikomeze kukurinda

    • @adolfbaguma4622
      @adolfbaguma4622 4 роки тому

      Twese muvyeyi wacu imana ikuzigame uruwambere mubategesti bakunda imana nukuri igihugu ciburundi imana irakizi ariko ndibaza kizohinduka kibe nkaparatizo ivyovyose bizoba kuko ukirongoye arubaha imana. Ariko usengere uyo agomba yitoze amere nkawe amen

  • @Yopeorlin-ne5rd
    @Yopeorlin-ne5rd Рік тому

    Umukuru w igihugu nakunda

  • @hhvhjjj8601
    @hhvhjjj8601 4 роки тому

    Imana yakuduhaye ikutuzigamire uzugume usengera igihugu ndetse n'isi

  • @IgiranezaJosiane-vm6ix
    @IgiranezaJosiane-vm6ix Рік тому

    Dawandafashijwe imiba barontikatubuzegusenga❤

  • @birehaissa2661
    @birehaissa2661 4 роки тому +1

    Mashariki tv ndabahanure nimwongere ubumenyi mugufata amasanam kuko nabicaye imbere barikumviriza nokuraba uwurikuvuga bakwiriye kuboneka niko bitoduhira uwurikuraba

  • @evelinenahimana3601
    @evelinenahimana3601 4 роки тому

    Yesu aguhumugisha muyobozo wacu💕

  • @EmmanueliqueNSAVYIMANA
    @EmmanueliqueNSAVYIMANA 8 місяців тому

    Waravuga bikaba😭😭😭😭sinzokwibagira

  • @westerndragonaquila291
    @westerndragonaquila291 4 роки тому

    Uyu mugabo yuzuye umwuka w' Imana! Barundi murahirwa kubona umuperizada uhimbaza Imana

    • @johnisrael1968
      @johnisrael1968 4 роки тому

      bavakure Fidel kabisa kabisa. C,est vrai

  • @jbb8505
    @jbb8505 4 роки тому

    God bless you mr. president

  • @kiokojo453
    @kiokojo453 4 роки тому

    Abarundi muzicyuza uyu mu papa niyava mubutegesti.ndabivuze nkiriho muzomenya aya nama mvuga.hezagirwa muvyeyi mwiza

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      Ntabwo arabarundi bamukuyeho numugambi wimana tu kuko iyi antikrist igombikore ntiyakuyemera rero imana iti vaho nihurire nabagarariji buryayabisiguye kiryagihe uryayarafisinkota bagomba kwica yesu yesu yamubwiy ati subizinkotamugwubati ubona ww woba sho bora abobantu bose none rero ikizagukurikira inyuma ya corona namategeko yisiyose ntabwo yo gwanya isi arumwe yadusengeyekeshi ahanurakeshi haragezahumuntu yisengerakugiti ce nta ntambara zamoko ni zamasase zizobazihari nkizobobagwanye oya azobari choix yaburimuntu

    • @kiokojo453
      @kiokojo453 4 роки тому

      Bisigura yuko isi igomba ihere

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      @@kiokojo453 fisamatsiko kuvyinyegeje inyumaya corona aho igisoda c asubiriye abadoctor ukibaza none kwaribobagirebagwaneningwara hhhh nicagihe umuntu wese azokoraaruko afise cache ya antikrist

  • @kiokojo453
    @kiokojo453 4 роки тому +1

    Mana uyu Muvyeyi muzomukumbura.the 😭😭😭sinigeze mbona intwaro yiwe ariko intahe ziwe ndazikurikirana mbere ndakurikirana nubwitonzi Bwiwe.Mana ndamusabira kuramba nokubandanya yibera mubitonzi.nkazoza ibutundi nzamurondera ndamuhe ayashimw

  • @nshimiyimanajeandamascene7408
    @nshimiyimanajeandamascene7408 2 роки тому

    Perezida naragukundaga kd. Nzahora nkwibuka

  • @nshimirimanafabrice6567
    @nshimirimanafabrice6567 3 роки тому

    Tuzogukumbura président NKURUNZIZA

  • @NiyongereJustin
    @NiyongereJustin 4 місяці тому

    ❤❤❤❤❤❤😮😮😮

  • @kiokojo453
    @kiokojo453 4 роки тому

    Petero nkurunziza hamwe na Magufuri isi yose nibo ba president bubaha Imana kabisa

  • @MesachMuvawala
    @MesachMuvawala 11 місяців тому

    Mukama abawe omukisa

  • @georgephiri5115
    @georgephiri5115 4 роки тому

    Nibamuhe ubu pasteur

  • @youloyoulo2895
    @youloyoulo2895 4 роки тому

    Ndanyuzwe

  • @johnisrael1968
    @johnisrael1968 4 роки тому

    Mungu akubariki sana.sijawahi kuona rais anahubiri.jamais jamais

  • @meshackkwigize9848
    @meshackkwigize9848 4 роки тому

    Amahoro mutama Peter

  • @alinekamemwaro16
    @alinekamemwaro16 4 роки тому

    Ndemez ntakekeranyak ntawund prsd tuzongera kuronka mugihug cacu uhimbaz iman .ubwir abantu mumigan nk ysu .ndagkund uko wimerey mutam

  • @JojoJojo-iq9fn
    @JojoJojo-iq9fn 4 роки тому

    Amen

  • @esperancekwizera9391
    @esperancekwizera9391 2 роки тому

    Mwadusigiye intimba nini mumitima Tiro ry'inka. Mukomeze muruhukire mu mahoro

  • @peterbigenda7256
    @peterbigenda7256 4 роки тому +1

    Burundi, nalifananisha Taifa hili na Taifa teule la Israeli. Rais wa aina hii kumpata tena itakuwa bahati

  • @fidigasbwana5740
    @fidigasbwana5740 4 роки тому

    MUNGU AKUTUNZE MILELE NA MILELE

  • @pastorbenardzephaniah5123
    @pastorbenardzephaniah5123 4 роки тому +1

    😍😍😍😍😍😍

  • @evrardmboni5964
    @evrardmboni5964 4 роки тому

    IMANA NTIKINISHWA

  • @felicienvyukusenge8432
    @felicienvyukusenge8432 2 роки тому

    rest in peace president

  • @josehenry7333
    @josehenry7333 4 роки тому

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @konanahouestelle8024
    @konanahouestelle8024 2 роки тому

    3 Selon Apocalypse 14:6-8, l'Évangile sommait l'humanité de se détourner de ces démons. Pour la première fois, on a su que le féticheur, le devin, l'astrologue était un prophète de Satan. Après les rois, c'étaient les féticheurs et marabouts qui menaient des vies aisées: des cabris noirs, des moutons, des poulets blancs, des bouteilles de liqueur…
    4 Et voyez aujourd'hui ces prophètes, comment ils sont riches ! Ce sont des féticheurs déguisés, sans exception. Les autels et les hauts lieux de 2 Rois 17:29-31, les mêmes autels de 1 Rois 11:5-7 sont devenus des églises, missions et ministères aujourd'hui. [Kc.15v11] [Kc.32v27-28] [Kc.40v9] [Kc.108v16] [Kc.116v9] [Kc.118v13]
    5 Et quand l'État donne agrément à l'une de ces églises, missions et ministères, c'est le fétichisme qu'on légalise. [Ndr : L’assemblée dit: « Amen! »].
    www.philippekacou.org

  • @UbukireNyabwoTV
    @UbukireNyabwoTV 4 роки тому

    Ibiganiro tunyuza kuri iyi chaine UBUKIRE NYABWO TV byagufasha kwiteza imbere kandi wubaha Imana

  • @innocentniyonkuru8978
    @innocentniyonkuru8978 4 роки тому +1

    Kwinyegeza mu Mana sibwo burongozi bwiza5 bw'isi,Ntakinanir'umwanya/igihe reka turindire.Imana ibina hose gushika no mi mitima yacu(uburyarya nk'abafarizayo,ububeshi .....)

  • @ishemezwejeanpaul7110
    @ishemezwejeanpaul7110 4 роки тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂 my Jesus

  • @peterbigenda7256
    @peterbigenda7256 4 роки тому

    Hata hivyo, ninayo furaha kwani mgombea wa cndd naye ni mcha Mungu. Kwanini nchi is badili katiba na kuitangaza rasmi kuwa nchi ya kikristo. Zambia waliweza, saudi Arabia na Iran. Kwa nini isiwezekane kwetu

  • @siimon559
    @siimon559 4 роки тому +1

    Igi hutu kizopha nabi.

  • @jeanmariendayizeye982
    @jeanmariendayizeye982 Рік тому

    Eyduhcskocngse