Umukuru w'Igihugu asaba imbonerakure kumenya ibihe n'ico zitegerezwa gukora

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 12 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 102

  • @theodoremboninyibuka6870
    @theodoremboninyibuka6870 3 роки тому +4

    Un prophète pour le monde au 21eme Siècle. A prophet. Uwu ni Intumwa akaba n'Umuvugishwa w'Imana mu Burundi no kwisi. Iyari mwijuru abandanye avugira Uburundi ababubawo natwe tubandanye guca bugufi

  • @emmanuelhatangimana3431
    @emmanuelhatangimana3431 3 роки тому

    Asanteni sana Mr Pierre ulikua na maona mazur

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 4 роки тому

    Ntiwigez uhemuka natwe ntituzokwibagir 🙅‍♀️niwitahire Amahoro 🙋‍♀️👏👏

  • @evrardmboni5964
    @evrardmboni5964 5 років тому +1

    Gucokora IMANA birahagaze!!!!!! Mugiye kubibonesha ayo mase yanyu!!!! Igihe muyisuzuguriye kirahagije!!!!!! Harageze kandi harageze ko abavugishwa ba bayari bamenya ko ata yindi IMANA Ihari Atari IMANA ya Aburahamu,Isaka na Yakobo. Izina ra YESU rigire ryisubize agateka mwashatse kuryaka, MENE MENE

  • @dativenizigiyimana8243
    @dativenizigiyimana8243 3 роки тому +1

    Amen mutama. ❤

  • @yusufukazamba2391
    @yusufukazamba2391 5 років тому

    Nakukubali honourable Nkurunziza; may God be with u with your country;

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 роки тому

    Génial 👏🏾👏🏾👏🏾

  • @inkotanyicyane4683
    @inkotanyicyane4683 5 років тому +7

    Mbega Igihugu weeeeee.... cyakora Nkurunziza yishe Igihugu peeeee..... ntakibazo ariko Imana izabafasha muhone umuyobozi mwiza with tym.....pole sana

    • @methodalex2735
      @methodalex2735 5 років тому

      Usa nayambwa kagame. Murumvako! Barabahenze basha murasubire!!

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 5 років тому

      @@methodalex2735 basha nibemer dushirehamwe base turavyonga

    • @mukeragabilodiana9391
      @mukeragabilodiana9391 5 років тому

      Matusi haapendezi kwenye mtandao au mahari popote muokoke kwanza 🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊🙊

    • @antoinenkurunziza5482
      @antoinenkurunziza5482 5 років тому

      Igihugu cacu ciza c'Uburundi.Tucubakishe ibikorwa vy'iterambere .Amoko n'imihigo mibi ntaho bizodushikana. Basokuru bavuze bâti:"Intibagira ntibana".kandi Barongera bati:" Ihorori hori rihonya umuryango."

    • @edwardbazaneza6107
      @edwardbazaneza6107 5 років тому

      murenzi Robert pyuukygkygf.

  • @gikovyojeanpierredidier9314
    @gikovyojeanpierredidier9314 5 років тому

    Nukur kwose ndagukunda my president, Ndiho akumpere kurambe

    • @gabrielniyonkuru
      @gabrielniyonkuru 6 місяців тому

      Warumugabo wabagabo mutama waradusigaranye ivyizavyishi tuzokwama tukwibuka,samuragwa nawe impanuro wamuhaye vyaciye mugutwi bicamukundi.

  • @starniyonkuru9132
    @starniyonkuru9132 5 років тому +1

    I love you my president

  • @lionrurinda6402
    @lionrurinda6402 5 років тому

    Hehehe, MANA waragowe, ibyobarose ni byo batekereza bara bikwitirira. Ntaho Yes yigeze yica Abantu.

  • @hoptalentzhpz8817
    @hoptalentzhpz8817 5 років тому +2

    Mutama wamateka wew bandanya wubaha imana kand imana igufashe iduhe uwund nkawe yubaha imana muvyeyi se wabarund

  • @abdulyally4721
    @abdulyally4721 5 років тому

    Abarundi twihangane uyo muyobe wi nryarya imana igiye kumudukurako duheza tugire ashiii

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 4 роки тому

    AmenAmen

  • @dativenizigiyimana8243
    @dativenizigiyimana8243 3 роки тому +1

    👏👍

  • @kingdomwatchmanministries2230
    @kingdomwatchmanministries2230 5 років тому +3

    Burundil has still a true God!

  • @kaifebujaboy1695
    @kaifebujaboy1695 3 роки тому +1

    Rest in paradise dady🙏😥

  • @habimanaildephonse2634
    @habimanaildephonse2634 3 роки тому

    Amen 🙏

  • @lionrurinda6402
    @lionrurinda6402 5 років тому

    Umva Nkurunziza ibyo uvuga nibyo utekereza reka Kubeshera IMANA.

  • @idyramadhani9127
    @idyramadhani9127 5 років тому

    Yesu aliye pana mikate n samaki n vinginevyo iko wapi kw babake tenda mema ukubukwe baday ki histoire

  • @siamesamuel961
    @siamesamuel961 2 роки тому

    Nugende warumugabo

  • @arcadearakaza6925
    @arcadearakaza6925 4 роки тому

    Uranyura mutama komera kumuheto ivyuvuga n'ukuri.murikira uburundi n'abarundi mboneza yacu

  • @bigayimpunzijeanpascal436
    @bigayimpunzijeanpascal436 4 роки тому

    Nisaw kabs komez

  • @abdulyally4721
    @abdulyally4721 5 років тому +2

    Ntavyawe iyomana winyegezako igiye kukugaragaza ntamvura idahita

  • @missnam784
    @missnam784 4 роки тому +2

    We shall miss you

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 5 років тому +1

    Gututaka sivyiza muzemurinda indimi zanyu imwewese asenga icoyemera kandi umwewese afise icoyizera mubutandukanebwacu ivyontitwobipfa kuko turabarundi abahutu abatwa twese turabarundi

  • @mamyakintore4284
    @mamyakintore4284 5 років тому +2

    Igihugu cish buyoya yibagira ko amakungu ataraba Ngagara gusa arabuburundi bwose muli Cotation .....

  • @munezerodeo2674
    @munezerodeo2674 5 років тому +1

    Last for long HE ....we love u

  • @تيناالقرشي
    @تيناالقرشي 5 років тому +1

    Mwasenga mwareka imana irababona ivyo muriko murakora birababaza imana.

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 9 місяців тому

    Samuragwa niw atatahuy ivyo wamuraz.

  • @تيناالقرشي
    @تيناالقرشي 5 років тому

    Yesu niwe abaruta.

  • @missnam784
    @missnam784 4 роки тому

    We shall remember you

  • @starniyonkuru9132
    @starniyonkuru9132 5 років тому

    Amen

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 4 роки тому

    Amen 🙏🙏

  • @pacifique3943
    @pacifique3943 5 років тому +1

    Imana🤔

    • @siimon559
      @siimon559 5 років тому +1

      The last Queen of Rwanda nigi hutu kitize amashure, nta kwizera ko uburundi buzotera imbere mugihe butwaga naba hutu batize amashure

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 4 роки тому +1

      @@siimon559 Agahimbiri kamacakubiri😊😊😊
      Genda ushake umugabo w'umuhutu akurongora!

  • @rodriguezrodman724
    @rodriguezrodman724 5 років тому

    Tekereza uzobona sicaso wagisNzeho

  • @gahangwasteve8789
    @gahangwasteve8789 5 років тому

    Is there Muslims in Burundi? AU DHUBILAH

  • @abulahyusuph4020
    @abulahyusuph4020 4 роки тому

    Wibaza ko iyo mana uvuga itakubona ivyukora

  • @peacepeace755
    @peacepeace755 5 років тому +1

    Iyobumenyumw bwarikindi

    • @idyramadhani9127
      @idyramadhani9127 5 років тому +1

      Iyo bumeya umwe bwar'ikindi ndakwemeye ntur'umurundi wumubadikano

  • @stanslausgervas9032
    @stanslausgervas9032 4 роки тому

    Vuga aliko wishe bheshi

  • @bandobed6971
    @bandobed6971 4 роки тому

    Nihatari

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 5 років тому +1

    Nkulunziza ntabwarimubi. Abishigihugu nizombonerakule. Nubu yozikulaho. Igihugu. Nabanyagihugu. Bokoloherwa.

  • @emechrisngzkugasaka3129
    @emechrisngzkugasaka3129 5 років тому

    Nkunda uko wigisha dix

  • @francinensavyimana5601
    @francinensavyimana5601 5 років тому +1

    Ntagiti gifise ivyamwa kiburuwugikubitibuye niwirambire mutama imyakitatu turyakajumbu mumahoro karekirakanya utuzigo wuuuw komera mutama

  • @Am-jy4nr
    @Am-jy4nr 5 років тому

    Abicanyi gusa

  • @davidndaha9607
    @davidndaha9607 5 років тому

    Komera sebarundi ubumwe ibikorwa amajambo.

  • @mamyakintore4284
    @mamyakintore4284 5 років тому +1

    Mubisanzwe urekuyigihuniho uzoba ugitayemukaga ntamuntu numwe azoshobora izombwa nukuli ni wumve ngo nzomwankira nico adatwaye.burya gukorer igihugu simpaka ngube uri president gwasa kuvaho yadebaguriy ntamugambi numwe ndumva Atari gusubizahamwe nababandinokujagusega abize nibeshi gusagutahurabiratandukany harinubwengebuvakumana

  • @uwimanasaouda9606
    @uwimanasaouda9606 5 років тому

    N ukururi twavuye kure imyaka mirongine n iyindi twicwa twangara n isomo rikwiye kubarundi b umutima bahari ubu no kubazovuka ntidusamare igihe cacu n iki uwumva yumve turatanguye urugendo ariko umwansi arinyuma tube maso gushika tugere aho tuja aragiye inyuma abaye muto kuko az imana ( mosi) ntiyamyeho ariko igiteye ubwoba ba mosi nkawe bazoboneka? Nakanya kogutegura ba mosi bejo kuko urugendo nirurerure !!!!!!!!?

  • @siimon559
    @siimon559 5 років тому

    Sijewe mbonye kiraphuye iki ki daimoni cigi hutu gifite ubwenge nkubwi inyenzi... hophuma umu hutu yize amashure hako iki gihimbiri kizi gusa guterana ubwoba no gutwara igihugu cacu muma rwogwa

    • @oseendaikorere9650
      @oseendaikorere9650 5 років тому

      ntavyamoko nimba ugifise uwomutima ntacumaze kwisi igihe imana irema ntiyaremye amoko yaremye abantu mwishusho ryaho rero mugenzi ushatse wokwihanura

    • @siimon559
      @siimon559 5 років тому

      Osee Ndaikorere aho rero wibaza yuko ico gi himbiri cahevye ivyamoko rero...

    • @ndayisengaprosper9625
      @ndayisengaprosper9625 5 років тому +1

      Ntamututsi azosubira kudutwara twopfuma duca tu abihevyi kandi umurundi adashaka amahoro azokwama ahunga.ayomashure nyoko arayamurusha wambwawe

    • @siimon559
      @siimon559 5 років тому

      Ndayisenga Prosper niho rero uburundi buzokwama buri mubukene, nkuko mwebwe aba hutu mubimenyereye.
      Ubu hutu buzokwama buri ubwoko buri hasi cane gose. Niho mvuga ko hophuma umu hutu yize amashure hoho. Ubundi, ntanakimwe uburundi buzovamwo mugihe uburundi buzokwama butwaga nibi hutu vyavuye mwishamba bifite mentalite yokwicana

    • @emechrisngzkugasaka3129
      @emechrisngzkugasaka3129 5 років тому

      Imana irakubona

  • @siimon559
    @siimon559 5 років тому +1

    Igihimbiri cigi hutu... uwugutunze ni shetani s'imana wagi hutu cigihimbiri kitize amashure

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 5 років тому

      Kutiga nivyiza kuko biraratisha kudeta

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 5 років тому

      @@B.s3909 oya reka uwusanzumufutu usinziriye awitinkovu, ubonyamavyayinka are kera agirangontafashe buryabafashe ntiyokoroka

    • @brothersister7845
      @brothersister7845 5 років тому

      Amezi asigaye basha niyo make Hama abo bahutu babaswera banyina .......

    • @habonayojacques1524
      @habonayojacques1524 5 років тому

      Ba mugira indero mukuvuga ivyo mwiyumvira. uwo uriko uvuga uramuzi????? uko ni ukutisonera. Ni NYENICUBAHIRO SEBARUNDI. ndagukebure, amaherezo y'inzira ni mu nzu.

    • @nayigizikiemmanuel2789
      @nayigizikiemmanuel2789 5 років тому

      Uyu su muyobozi pee

  • @manirambonanorbert2689
    @manirambonanorbert2689 5 років тому

    Uwomupira nuwababoyi!!!!