😂😂 ariko nigute wajyereranya history ya Israel na burundi?? How?? Icyambere Israel kiriya gihe sibaribafite ikibazo cya mandat sibyo etc... Listen ubu abanyafurika bamenye ubwenjye sibimwe byakera. It's matter of the time...
Ntiyari Mandat ? Ni akagaye k abatutsi batagomba ko batwarwa n abahutu. Mu rwanda hari mandat zingahe ? Muri uganda hari mandat zingahe ? Kuki abo banyakuri biyamiriza mandat nyinshi ataco bavuga kuri ivyo bihugu ? Mbere akaba ariyo bahungira.Ntibahungiye muri uganda canke urwanda ?
Uvuze iki ? Wew ni we uri injiji ya mbere.None kuki bavuga ngo ihonyavwoko ryakorerwe abatutsi, kabdi atabwoko buriho ? Kuki mu Burundi bagabura ibiti bisunze ubwoko ? Kuki mu nzego za gisirikare bagabuye bisunze ubwoko ? Ahubwo wewe utabona ivyo uri ikijuju.Ubwoko buriho.
Miss you umugabo wijunja nijambo twarahomvye
Ramba wongere wirambire nyakwubahwa MUTAMA wacu uwutabonye ntakibona,cokimwe n,uwutumvise ntacumva! IMANA irakunda Uburundi kandi izokwama ibukunda kuko dufise abadutwara bayikunda bakayubaha!!
Bene data ntabutware butava kuwuhoraho aba pingayi nibaduge umusozi nkuko Mose yabikoze babaze NDIHO azobishura igituma Nyenicubahiro atwara igihugu ahari ntihazogire umuntu azosubira kubaza ivyo vyiyumviro nuwuzoza nuko
Hama Nkuru nziza turagusavye kucerekeye Abanye shure kwinga alibipara nukuri ntibiberey gikorereko kandi buze muraba ngwanya abobazana amaca kubiri mugihugu cu BURUNDI
Oya aho ni sawa kabisa na Tanzania nta mishatsi kueza College
Waratowese umariki, Kwarukoreka inbaga!!
Iyo Mana nyene niyo izokwanikira.
Na Sauli iyabimenye mbere yarikwigarura kare
Uzotinda ukibona
👏
PN god bless you.
Ukwonuri
Vuga yesu canke yezu .
Jewe ivyi migambe ntavyonzi ariko iconovuga nibakurek ubandanye udutwara harinaho hoza mabi yarenze abonyen bakugwany nibobashak bazoze kudutwara ukobishakiye
👌🏾👌🏾👌🏾
Jew nsavye komwokwihweza ikibazo kijanye nabana biga fundamental Koko uwomwana a bafise ubumenyibunganagute kombonamubakuramwishurebadashaka bagumabidoga ejonibobazojakugirikiroberi ngomwabankiye kwiga mwemwigirango muzubwenge ndabarahiyebabandi ntimuzobigana fondamentaliteyamakenga
Wumvukomeye rero ukurabesha
Noneabanabanyunabobarayiga
😂😂 ariko nigute wajyereranya history ya Israel na burundi?? How?? Icyambere Israel kiriya gihe sibaribafite ikibazo cya mandat sibyo etc... Listen ubu abanyafurika bamenye ubwenjye sibimwe byakera. It's matter of the time...
Ntiyari Mandat ? Ni akagaye k abatutsi batagomba ko batwarwa n abahutu.
Mu rwanda hari mandat zingahe ?
Muri uganda hari mandat zingahe ? Kuki abo banyakuri biyamiriza mandat nyinshi ataco bavuga kuri ivyo bihugu ? Mbere akaba ariyo bahungira.Ntibahungiye muri uganda canke urwanda ?
@@ndabagezesecond6296 nonese kuki umukuru wigihugu cyanyu, adasohoka mugihugu akirirwa yifungiranye?? Murabona uburundi buzatera imbere gute?? Kwirirwa munsengero nibyo mwamutoreye?? Rega muzukuri gusa ikibabaje nabaturajye basigara inyuma bakicwa nubukene, nibindi byinshi...
@@ndabagezesecond6296 uracaboshwe namoko wewe.. ukaguma muvyabahutu nabatutsi wewe ntuzoterimbere... ntabwenge ugira..
Uvuze iki ? Wew ni we uri injiji ya mbere.None kuki bavuga ngo ihonyavwoko ryakorerwe abatutsi, kabdi atabwoko buriho ?
Kuki mu Burundi bagabura ibiti bisunze ubwoko ? Kuki mu nzego za gisirikare bagabuye bisunze ubwoko ? Ahubwo wewe utabona ivyo uri ikijuju.Ubwoko buriho.
@@ndabagezesecond6296 iconzi co turabarundi twese.. ivyo vyubwoko atarugushira urwanko mubantu gusa ubona harico bitugejejeko ????? Ubwoko tubushize imbere ntaco tuzoshikako..
❤