MUTIMA tumusanze muri Salon VIP ati ivyo kuja muma salon uvayo baguteye imiburu ndabisezeye😂

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 20 вер 2024
  • #mutima #burundi #europabiscab

КОМЕНТАРІ • 19

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl День тому

    Ewe shahu mutima uranyumije Ati bagusitagura bakomagura😂😂😂😂😂emwe ikiganiro kiheze ngwaye imbavu Hama Hosy wangu mr6 Sana kubwibiganiro vyiza udukoresha uhezagigwe hamwe n'a Siren vibes tv❤

  • @reverienngendahimana7772
    @reverienngendahimana7772 16 годин тому

    Nukuri hosy wubahwe kubwikiganiro 😂😂😂 ndegutse nagatwengo ewe mutima😅😅 we love❤❤❤ you from south Africa 🇿🇦

  • @cimpayeisaacomar-yp9hz
    @cimpayeisaacomar-yp9hz День тому +2

    Akunda siren vibes ❤❤❤❤

  • @dianeniyonsaba5666
    @dianeniyonsaba5666 День тому +2

    Mutima n umuti wamenyo😂😂😂

  • @chancardbright9831
    @chancardbright9831 10 годин тому

    Eweee mutima weeh uranyeguyee😃😃

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 19 годин тому +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @EspéranceKaneza-n5s
    @EspéranceKaneza-n5s 4 години тому

    Urishima 😢😢😢😢 warujow ubu rero wibagiyeko ubwamber wamesa mukiziba 😮😮😮😮 Ubu ugezeho kivugango ntucambara impuzu zimeswa mwibas 😢😢😢😢😢😢 rekuzurujo gose 😢😢😢

  • @signolinenikiza3710
    @signolinenikiza3710 4 години тому

    Mutima le comédien 😂😂😂😂😂

  • @nijimbereesperance6776
    @nijimbereesperance6776 День тому

    mutima uratwenza kweri 😂😂

  • @ChanellaNiyukuri
    @ChanellaNiyukuri 12 годин тому

    😂😂😂😂😂😂bahora bamusitagura ewe mutima

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 День тому +1

    Aga pub keza pe 😂

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 3 години тому

    Amahera ni meza kabisa !

  • @JoyeuxNihimbeshaho
    @JoyeuxNihimbeshaho 19 годин тому

    🎉🎉🎉🎉

  • @alexsong8798
    @alexsong8798 11 годин тому

    Komukora tugufi none hosy

  • @EspéranceKaneza-n5s
    @EspéranceKaneza-n5s 4 години тому

    Uuuuuuuuuu 100 ml 😅😅😅😅 huuuu eeeeeeeee

  • @Thinktwice257
    @Thinktwice257 4 години тому

    ikiganiro ni publicité...??

  • @alanblessed1744
    @alanblessed1744 День тому

    😂😂😂😂😂

  • @eactravel
    @eactravel День тому

    Hhhhhhh

  • @alicemugisha7948
    @alicemugisha7948 День тому

    😂😂😂😂😂😂