Madame, uti ntihagire usubira kurenga irembo ? Ni ko bategerezwa kuvuga imbere y'umukuru w'igihugu ariko si kwo kuri kwonyene. Reka reka ukuri kwose si vyiza kukuvuga
66 And in the vision of 1993, I saw men coming to me from all the races of the earth for a paradise in which the former Jews, Muslims, Hindus, Buddhists, Taoists and Christians will sit together in the presence of God. The Indian, the Chinese, the Arab and the black African will sit together. While the wicked and the proud of the earth, the racists and those who have no humility and love for others and who want a paradise for their religion or church will take tunnels and go to Satan in different compartments, while waiting for the judgment and eternal hell of the Naraka. 67 Today, the power of holiness, perfection, resurrection and rapture is only in the Message of the Lamb of April 24, 1993 that you have received while I am alive on the earth. The power of redemption is what the Words of a prophet of God produce on those who believe in Him while this prophet is alive on the earth. And therefore, the words of Krishna, Buddha, Mahomet, Moses, Jesus of Nazareth, and of the prophets who are already dead cannot give salvation to anyone today. In the walk of the living and the dead towards God, the living prophets and their disciples are the only actors on the earth. And if today, for your time, you have rejected the living prophet of your time who is Kacou Philippe, know that you have voluntarily chosen to go to hell. www.philippekacou.org
Iyi nyigisho ni nziza cyane. Nk'umunyarwanda nejejejwe n'iyo nyigisho. Vive le Rwanda, Vive le Burundi, Vive l'Afrique
😢
Mko vizuri sana nawapata sana niko Tanzania jiji la Mwanza mnaniburudisha sana
Yakoze kuvugira bagenziwe nukuri nibugurure ibiteramo abasani barakenye gose
#Mutima aramvyinye imbavu kweli arashoboye pe na #team yiwe
Nimubwire uwo grand frère wanyu basha!!
Kabisa mwubahwe nimpanuro zikomeye courage🇧🇮🇧🇮💯💯💯✍🤝👌🙏
Nukuri iyo ninyi gisho kandi ikomeye yubwenge ndafashijwe Mutima.✍️🙌🙌
Amahanga namahinda nanje ntabeshe nabibonye ahongeze ndipfuza gutaha iwacu
Vraiment mutima❤ urashoboy kbx😂😂😂 izompanturo nizoo😂
Big up Mutima. Bien dit no ngzha twokorz
Kbx 👍🤝🇧🇮 Mutima Wubahwee pee😂😂😂🔥
Mutima waje hageze muri comedie
Uyusebarabwira president
Asha nukuri amafranga tuyasiga imbere y'umuryango!!
Much love 😍😍🥰🇧🇮🇧🇮
Murakoze cne
Umugisha media tv raba hano ivyo evaliste yavuze
AMAJAMBO MEZA CANE YUBAKA IGIHUGU.NUMURYANGO.URAKAGIRA IMANA🙏
Nn izòmpuzu muzikomandahe nukuri?????
Kwer
Ikiikino ciza cane kandi gikubiyemwo ubuzima abatari bake babamwo mu mahanga. Gwaruka barigwa mwumve jewe mba mu mahanga numuryango wanje wose ndaziko ukoze neza iwacu ubuzima ari bwiza kurusha kumahanga. Gabanya ubwishime bwokugaya ibikogwa bitobito nivyo bivamwo iterambere niyo tubaye nivyo baherako. Vyose birashoboka .
Madame, uti ntihagire usubira kurenga irembo ? Ni ko bategerezwa kuvuga imbere y'umukuru w'igihugu ariko si kwo kuri kwonyene. Reka reka ukuri kwose si vyiza kukuvuga
Ibyo nibyo ntubeshe
Neza cane team mutima big up
Mutima ndagukund niwira mbire uwukwa nk akwandureko
Mutima urikumwanya Nukuri😀😀😀
Ndagukunda mutima kandi uvuga ukuri
Team mutima yubahwe kbs
Mutim hejur cyan
Ndakwemera
Nangari yadudu🤣🤣🤣🤣🤣🤣eka uri mutima uranyishe
Mutima vrt uranyeguye kabs
Ce qui se dit traduit en quelque sorte une vérité de la vie quotidienne
Mutima wubahwe🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Nukur muri sérieux ndabikundira 👐👐👐
Komera burundi dukunda caane.
Uzovayo vraiment kbx
Courage sana
Yooo urarosakazi
kurage mutima turakwemer ndi patrick mugikoto ndagufan
Nakubari
❤❤❤😢😢😢😢😢😢😮😢😢😢😢😢bro
Inyankaburundi zaje ngaha gutukana! Kumbure muve ibuzimu muze ibuntu mwa bivagundu mwe
Aho muvuzukurikweri ubuzima ntahobutarondererwa bivamumutwe Hamwenugusenga abantutwaribwe biteyubwoba murubwoburyokweri mugabe uwuzoza azozenezakukontibizohava bimworohera twaraciyubwenge
Ndabin ibint ni mwaake soon cane dusengr abnd ba mutima babe bensh cane😂🙏🏾
Mutima naw ukungen yagiy yambay yashaka gusetsa abantu
Ubuse ababarimubiki noneho
Ariko uwaroze abahutu niyakarabye
Big up mutima, nibakumpere
Le Mutima number one of Burundi
Komerezoho
Mr. President has A LOT! of time on his hands
Mbe mutima iyo shati wayikuyehe nikomande
Team mutima mukina mukebura turabemera cane
Well done,
Ego nyakwubahwa aratwenze nukiuri###$ Mutima arashoboy kwel**
Nihatari mutima
Great that
Abahutu ntimuzi kuyobora kbs
Abatutsi nibo bazi kuyobora kuko kuntwaro yabo batwiciye abavyeyi bagatuma tuvukira mubuhungiro hanze yuburundi😢,??? Amoko muyihoze muze twubake igihugu
Courage comedier
Umu ukuruwigihugu wacu wumu happy imana ikuzigam ukunda kwitengera
Cyakora president wa Burundi arasabana p!
Waka Light Tv 💥
ngwakazi kikigwembegwembe🤣😂
Mutima wubahwe
Ewe mutima rambaramba
Thanks mutima
😂😂😂😂dubai yubahwe😂
byiza cyane
Mutima ndabakunda cane
Murabe onefamil tv
Much respect mutima
Mumahanga nakirimwo ahubwo amehera uyafise tuma uyaraguza amangi muburundi
😂😂😂 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Komera komera
Mutima wewewe
Kigingi urashoboye kwel
Komera❤❤❤❤
Nice
Inyigisho irimwo pe 😂😂😂😂
Vyihoze
Hezagirwa
Go up too
Abarundi ndabakunda
Neza cane Mutima
Yooo
Vyiza cane
Muranyishe nukuri
Wubahwe 🙏🙏
Akazi vrm😂
❤
Kwl kwl
Mweho obeyem irabakundira komuvyatura.
?
Much respect team Mutima
Mutima ubikora neza.
Nisawa
Mutima uratwenza
Atwengeje umukuru wabasuma bamatora
Vyari biryoshe
🤗🤗😍😂😂😂mutim
Nic
Great Mutima!
Mutima ndagufana
Nanje ndashaka abonné commentaire nibindi nkuko natwe tubikora
Bien
Imikino yimihinbiri!!tyuu!!
66 And in the vision of 1993, I saw men coming to me from all the races of the earth for a paradise in which the former Jews, Muslims, Hindus, Buddhists, Taoists and Christians will sit together in the presence of God. The Indian, the Chinese, the Arab and the black African will sit together. While the wicked and the proud of the earth, the racists and those who have no humility and love for others and who want a paradise for their religion or church will take tunnels and go to Satan in different compartments, while waiting for the judgment and eternal hell of the Naraka.
67 Today, the power of holiness, perfection, resurrection and rapture is only in the Message of the Lamb of April 24, 1993 that you have received while I am alive on the earth. The power of redemption is what the Words of a prophet of God produce on those who believe in Him while this prophet is alive on the earth. And therefore, the words of Krishna, Buddha, Mahomet, Moses, Jesus of Nazareth, and of the prophets who are already dead cannot give salvation to anyone today. In the walk of the living and the dead towards God, the living prophets and their disciples are the only actors on the earth. And if today, for your time, you have rejected the living prophet of your time who is Kacou Philippe, know that you have voluntarily chosen to go to hell.
www.philippekacou.org
burazakeyi