MBEGA INTAHE ITEYE AGAHINDA😭 YA MADAME JACQUELINE HATUNGIMANA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 11

  • @divineningabire7262
    @divineningabire7262 5 місяців тому

    Yesu aguhezagire cane muvyeyi.Kristo azoguhe ijuru

  • @JoselyneNIYONIZEYE-v1d
    @JoselyneNIYONIZEYE-v1d 5 місяців тому

    Yesu aguhe umugishaa

  • @Joselyneirankunda-r5g
    @Joselyneirankunda-r5g 5 місяців тому

    Mwarahezagiwe caane nukuri murahiriwe caaane yesu kristo abahezagire cane

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana3248 6 місяців тому +2

    Jacky afise Imana kabisa.ramiriza muvyeyi

  • @QueleneNdayikunda-qe7kc
    @QueleneNdayikunda-qe7kc 6 місяців тому

    Yesabahezagire caaaaane Jacqui ,ico nkwipfurije uzoshike mw'ijuru kuko uzoronkibitsibo vyishiiii

  • @Chancharly
    @Chancharly 6 місяців тому

    Jacky courage ncuti

  • @JeanBwejeri
    @JeanBwejeri 6 місяців тому

    Unyibukije uwundi muntu ameze gurtyo. Eka no kw'ishusho womengo hariho ico mupfana. Na mama niko yari ameze

  • @VestineHafashimana
    @VestineHafashimana 6 місяців тому

    Kandi ndabipfurije kuramiriza mubikorwa vy'IMANA knd mubikorane ugukiranuka

  • @JeanBwejeri
    @JeanBwejeri 6 місяців тому

    Ni ubuhamya bugaragaza ko mu gihugu hakiri "abantu nya bantu"

  • @VestineHafashimana
    @VestineHafashimana 6 місяців тому

    Ibikorwa nkivyo nivyo vyogukora,knd iyo mirimo mukora siyikiraka nyene imirimo azoyibahembera

    • @Joselyneirankunda-r5g
      @Joselyneirankunda-r5g 5 місяців тому

      Nukuri muzobihembegwa ramiriza sivyo ubusabusa urumuhizi wamuvyeyiwe ndakwemeye nukuri wagize imigabo myiza❤❤❤❤ ndabakunze caane