MENYA ICO UTANDUKANIYEKO NA Mugenzawe bitazogusamburira Umubano mwiza by Preacher Noel Merci I.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 чер 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

КОМЕНТАРІ • 5

  • @nyandwisilas1146

    Bravo Noël, utwigishije ibitaro bike, courage , bandanya ututegurira n'ibindi vyo dufasha kwitahura no gutahura abandi.

  • @kelvinmuhoza5533

    Merci beaucoup cher frère,may God bless you

  • @SteveNduwimana-v5g
    @SteveNduwimana-v5g 21 день тому +2

    Thank u very much god bless u vrt uradufashije muri vyinshi mukumenya ibintu nkivyo merci encore god bless u and i love you❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🥰😍🤩😍🥰😍🤩🤩🥰🤩🤣

  • @PaisibleKaneza-in2ic
    @PaisibleKaneza-in2ic 21 день тому

    Imana iguhe umugisha mwinshi Dear brother

  • @SteveNduwimana-v5g
    @SteveNduwimana-v5g 21 день тому +2

    Bz❤bz❤bz❤bz❤bz❤bz❤ noël