MWIHANE UBUSAMBANYI/MUHAMBURURE..by Preacher Jacky H.
Вставка
- Опубліковано 4 жов 2024
- Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts
Mama Yesu aguhezagire cyane urakoze guhembura imitima iboshe nanje ndipfuza kubohoka mw'izina rya Yesu
Twandikire kuri +25761053102 tguhuze nawe
Ndanezewe cane n'ayamajambo y'Imana
Uravugishijwe nukuri kwuzuye❤
Ooh😥Imana ibahezagire caneee
Ameni ndafashijcan
Amenican lmaniguhezagire
Imana iguhe umugisha sha Jacky ndibuka ikintu wankoreye
Muheza girw
❤
Amavuta
Ooh😥Imana ibahezagire caneee
Imana iguhe umugisha sha Jacky ndibuka ikintu wankoreye
Igiki!?
@@iribaryiza1nakutubwire nkri duhezagirwe